Ego.net

Ego.net kugira ubandanye wironkera amakuru yo kwisi yose nutuntu nutundi kora like and share

🔴😍 INKURU Y’UMUNSI: Umukenyezi w'umurundikazi w'imyaka 60, yaraye yibarutse ikibondo, ukuri kwamye! =================Ku ...
25/01/2024

🔴😍 INKURU Y’UMUNSI: Umukenyezi w'umurundikazi w'imyaka 60, yaraye yibarutse ikibondo, ukuri kwamye!
=================

Ku mazina yiwe yose yitwa Carine BARANTWARIJE. Ni Umukenyezi w’umushingantahe Léonard Rubangara. Yaraye yibarutse ikibondo babanje kumubaga ku bitaro vya « Tanganyika Hospital » vyo mu gisagara ca Bujumbura.

👀 Muti ivyo bishoboka gute ? : Uwo mukenyezi yatwaye iyo mbanyi habanje gukoreshwa bwa buhinga bwo guteraniriza intanga hanze y'imibiri (fécondation in vitro) hanyuma zimaze gufatana zikaba urubuto rumwe rugaheza rukarungikwa mu gitereko c'umukenyezi hakoreshejwe ubuhinga bwo kwa muganga.

🔹 Uwo mukenyezi, avuka ku Mutumba Muhweza, muri Komine n’intara ya Muramvya, yarongowe na Léonard RUBANGARA ( Ubu ari muri Pension) mu mwaka wa 1992, akaba atari bwaronke umwana n'umwe. Ariko kubw’ubwo buryo, akaba yibarutse umwana w'umuhungu w'ibiro bibiri n'amagarama amajana indwi(2,7kg). Uwo muryango usanzwe uba muri Quartier KINANIRA 3, muri Komine Muha, mu gisagara ca Bujumbura.

Umugabo wiwe, Léonard RUBANGARA akaba ashimira Imana kuba umuryango wiwe uronse ikibondo mu buryo budasanzwe .

📸 : LeRenouveau

Dj Fernando +257 ubutumwa yahaye abaririmvyi naba kunzi bu muziki ndundi ko gukorahiti Atari clip video ubawakoze yikire...
15/01/2024

Dj Fernando +257 ubutumwa yahaye abaririmvyi naba kunzi bu muziki ndundi ko gukorahiti Atari clip video ubawakoze yikirenga yagize ATI 👇👇

Gukora hit simpaka clip y'ibisazi n'impano gusa



Uravye Monia Fleur womuri 2023 and 2024 urabona muzikandundi azowuhezahe ?
13/01/2024

Uravye Monia Fleur womuri 2023 and 2024 urabona muzikandundi azowuhezahe ?

Nikihe kintu uzikuri Sat-B atashobora kureka gukora muri collabo yindirimbo?
13/01/2024

Nikihe kintu uzikuri Sat-B atashobora kureka gukora muri collabo yindirimbo?

Ikigo c’Ikoranabuhanga ca Apple catangiye kwishyura bamwe mu bakijyanye mubutungane, bagishinja kugabanya ubushobozi bwa...
10/01/2024

Ikigo c’Ikoranabuhanga ca Apple catangiye kwishyura bamwe mu bakijyanye mubutungane, bagishinja kugabanya ubushobozi bwa zimwe muri telefone ikora za iPhones, zakozwe kera.



🔴😍 2024 iratanguye kumotaaa…Kirikou A Kili ati : « Umuziki mushasha mpuzamakungu uriko uraza »Twitege iki ?
29/12/2023

🔴😍 2024 iratanguye kumotaaa…

Kirikou A Kili ati : « Umuziki mushasha mpuzamakungu uriko uraza »

Twitege iki ?



26/12/2023
🔴Interesting!! The multi-talented Burundian artist, Alvin Smith Showoff has just reached 100 thousand subscribers on his...
17/12/2023

🔴Interesting!!

The multi-talented Burundian artist, Alvin Smith Showoff has just reached 100 thousand subscribers on his YouTube account.

He is therefore preparing to receive YouTube's first trophy for having crossed this symbolic bar of .

This is a prize called the “Silver Creator Award”, awarded to people who have reached this number of subscribers. According to the site “Wealth of Geeks”, a YouTuber with 100,000 subscribers can earn on average between 500 and 1,000 dollars per week and between 2,000 and 4,000 dollars per month, if he exploits this potential well,

in particular through advertisements, referrals and many other opportunities.

A word for Alvin!



Nyuma nanyuma umuririmvyi Alvin smith frimeur ahejeje gukwiza 100000 subscribe (100k) kurubuga rwa YouTube congratulatio...
17/12/2023

Nyuma nanyuma umuririmvyi Alvin smith frimeur ahejeje gukwiza 100000 subscribe (100k) kurubuga rwa YouTube congratulations 🎉👏



Umuhinyamyuzi w'umwaka PRODUCER OF THE YEAR ni  Houghton
16/12/2023

Umuhinyamyuzi w'umwaka PRODUCER OF THE YEAR ni Houghton



Uwatahukanye umwanya wa BEST REVOLUTION ARTIST ni  ubarizwa muri label ya wema entertainment iyobowe na Landrypromoter B...
16/12/2023

Uwatahukanye umwanya wa BEST REVOLUTION ARTIST ni ubarizwa muri label ya wema entertainment iyobowe na Landrypromoter Bdi ibirundi



Monia Fleur niwe yatahukanye I add you another one as Best Female Artist of The Year 🏆🏆🏆 2023  congratulations 🎉 ✨      ...
16/12/2023

Monia Fleur niwe yatahukanye I add you another one as Best Female Artist of The Year 🏆🏆🏆 2023 congratulations 🎉 ✨



Happy birthday to you Inès Raguël 🍼🍼🎂🍾🍻🎉🎉 imvura yimigisha kuri wewe🙏
12/12/2023

Happy birthday to you Inès Raguël 🍼🍼🎂🍾🍻🎉🎉 imvura yimigisha kuri wewe🙏



🚨🚨 Kuva k'umunsi wagatandatu, umuririmvyi D one arakitswe n'amagara , ndetse k'umunsi w'ejo bivurwa ko yinjiye ibitaro 🏥...
12/12/2023

🚨🚨 Kuva k'umunsi wagatandatu, umuririmvyi D one arakitswe n'amagara , ndetse k'umunsi w'ejo bivurwa ko yinjiye ibitaro 🏥

Ayo n'amakuru yemezwa nuwuhagarariye ibikorwa vyiwe , aho abanditsi n'abamenyeshamakuru bari babajije impamvu atitavye ( Presse conférence ) yabaye k'umunsi w'ejo .

Mubutumwa Manager wa D ONE yatanze , yavuze ko uyu muririmvyi yamāze kwinjira ibitaro ndetse ko abari ngaho bomwibuka mugisabisho kugira yoroherwe .

D one akaba yagwaye inyuma y'umunsi umwe asohoye indirimbo yiwe

Cc ✍️ magazine

  " Kur'uyu w'Imana itariki 3 z'ukwezi kwa cumi na kabiri niho umuririmvyi w'indirimbo mpimbazamana, Billy Believe, yash...
06/12/2023

" Kur'uyu w'Imana itariki 3 z'ukwezi kwa cumi na kabiri niho umuririmvyi w'indirimbo mpimbazamana, Billy Believe, yashira ahabona urukurikirane rw'indirimbo ziwe rwambere (premier album) mw'ihoteli muri " album released party".

Mururwo rukurikirane rw'indirimbo hakaba harimwo indirimbo 13 zikaba zivuga k'urukundo rw'Imana n'ubusabane dufitaniye nayo.

Uwo muririmvyi akaba ategekanya gukora igiteramo yitiriye iyo album nyene, " ", kizoba kur'uyu w'Imana itariki 10 z'ukwezi kwa cumi na kabiri kuri salle Saint Jean Paul 2 isaha icenda (15h).

Umwe mubaririmvyi bagize umurwi We Love Muzika yaraye agize ubukwe🤗uyo nawe suwundi ni  fernando yagize ubukwe numwigeme...
05/12/2023

Umwe mubaririmvyi bagize umurwi We Love Muzika yaraye agize ubukwe🤗uyo nawe suwundi ni fernando yagize ubukwe numwigeme yiywa aye 😊

#

🔴 Bilimani Boys, ubu babarizwa mu gihugu ca Suisse 🇨🇭 !!==============Inyuma yo gukora ibiteramo bigera kuri 5 ku mugaba...
01/12/2023

🔴 Bilimani Boys, ubu babarizwa mu gihugu ca Suisse 🇨🇭 !!
==============
Inyuma yo gukora ibiteramo bigera kuri 5 ku mugabane wa Buraya, abaririmvyi b’abarundi Kirikou A Kili na Double-jay OnceAgain bagiye kugaruka vuba.

Abo baririmvyi bari bitezwe i Bujumbura kuruyu wa gatatu ku mugoroba, ariko ntivyakunda kubw’ikibazo bagize. Bayaga na AKEZA.net bamenyesheje ko bagiriye ikibazo mu gihugu ca Suisse, kijanye n’impapuro z’inzira, bariko baragaruka. Ariko ngo abajejwe ibikorwa vyabo bakaba bariko barakurikirana ivy’izo ngorane kugirango bashobore kubandanya.

Umuhererezi muri bo, Kirikou Akili agira ati : « Ndakumbuye i Muhira n’abaho. Urugendo rwacu ko turubandanya kubera ingorane yahabaye, ariko vuba turagaruka. Abafana bacu ni bihangane kandi batwitege, tuzobibaganirira neza dush*tse i Bujumbura. Turabakumbuye vya hatali ».

Cc .net



Kuruyumunsi niho Umuririmvyi w'umu Rappeur B-face On The'flo niho yashyize hanze  indirimbo    Remix y'umuririmvyi Kidum...
01/12/2023

Kuruyumunsi niho Umuririmvyi w'umu Rappeur B-face On The'flo niho yashyize hanze indirimbo Remix y'umuririmvyi Kidum Kibido .
Umu queen vidéo mwiyo ndirimbo yari " Hosy Irakoze " kubamaze kuyirava yitwaye neza cane

Mutubwire uko mwayakiriye



Umuririmvyi kuva m'urwanda Chriss Eazy  akomeje kuvugwa ku mbuga ngurukana bumenyi , Aho yabotse mu mafoto ateruwe n’umu...
28/11/2023

Umuririmvyi kuva m'urwanda Chriss Eazy akomeje kuvugwa ku mbuga ngurukana bumenyi , Aho yabotse mu mafoto ateruwe n’umugabo mugenzi we nkaho bari murukumdo.



Nyuma yaho bagiye gukorera hanze ibitaramo , Kirikou A Kili  na Double-jay OnceAgain  bamaze gutangura urugendo rubashik...
28/11/2023

Nyuma yaho bagiye gukorera hanze ibitaramo , Kirikou A Kili na Double-jay OnceAgain bamaze gutangura urugendo rubashikana mugisagara ca Bujumbura 🇧🇮

Aba baririmvyi baciye Mubihugu bine ( ubudagi 🇩🇪 - Suède 🇸🇪 - Ububirigi 🇧🇪- Ubufaransa 🇨🇵 ) bakoze ibiteramo bigera kuri bitanu kandi vyose vyagenze neza

Biriko biravurwavurwa ko aba baririmvyi ba BILIMANI BOY bazohereza umwaka mugisagara ca Ngozi mugiteramo kinini batarashima gushira hanze



Amwe muma jambo atigeze anezeza abantu canke abakunzi ba Sat-B NellyNat Burundiyakoresheje atuka 👇👇👇reo ukaba warahinduy...
27/11/2023

Amwe muma jambo atigeze anezeza abantu canke abakunzi ba Sat-B
NellyNat Burundiyakoresheje atuka 👇👇👇

reo ukaba warahinduye igitsina urabivuga tuguhe ijipo na cotex

Wowe urabivugaho iki ?

Ni Ihiganwa rwise Top5 riba burindwi, aho babashikiriza indirimbo zabikose neza mundwi maze mugahitamwo Iyabaryoheye gus...
25/11/2023

Ni Ihiganwa rwise Top5 riba burindwi, aho babashikiriza indirimbo zabikose neza mundwi maze mugahitamwo Iyabaryoheye gusumba (Wawundi ati lyabakoreye umuti gusumba), aho mutora muciye kururu rubuga rwacu muri Commentaires.

Vuba cane bakaba bagiye kuza baratanga Certificat n'akabahasha gatubutse kuwuzoba yatahukanye ikibanza cambere.

Indirimbo zari mururwo rutonde zikaba zarizi:

Yote by Natacha Kaligraph Johns

Birateba by Sat-B

•Sawa by Mt number one

Kode by Drama T

•Now Now by Alvin smith frimeur ft Kataleya & Kandle.

Umuririmvyi Sat-B akaba yatsinze ano matora kubice birenga 90%

Turamukeje cane, Mbega Indwi ikurikira bizoba bimeze gute?? Komeza kubana natwe.



Yitwa Davyscott numuririmvyi wumu Rundi asanzwe aba mu Gihugu ca Belgique aho asanzwe akorera na kazi kiwe ku muziki nyu...
25/11/2023

Yitwa Davyscott numuririmvyi wumu Rundi asanzwe aba mu Gihugu ca Belgique aho asanzwe akorera na kazi kiwe ku muziki nyuma yaho akoreye amasezerano na label incrediblerecords bagiye gusohora igikorwa gishasha bise kuba kunzi ba Davyscott naba kunzi bu muziki ndundi muri rusangi nimwitegurirane igishika cinshi indirimbo nshansha Davy Scott😊

Numa yokubura a bamukurikirana kuri Instagram yiwe arakubagura 🤯🤯🤯🤯🤯Umuririmvyikazi Natacha Burundi kubamaze bagendera u...
25/11/2023

Numa yokubura a bamukurikirana kuri Instagram yiwe arakubagura 🤯🤯🤯🤯🤯

Umuririmvyikazi Natacha Burundi kubamaze bagendera urubuga rwa Instagram akore harikwibonekeza bimwe bitamenyerewe kuba ririmvyi icobita boost yokugura like cank auto like

NaTacha video ziwe zirikurwabwa nabera ibihumbi bitatu 3k ariko abatanze like bagera kubasaga ibihumbi cumi nabitantu 15k like ndibazo ibimenyesto muri kubibona. 👇👇👇👇👇👇👇



R.I.P Miss Erica 😭😭😭🙏🙏🙏umuririmvyi Miss Erica ahejeje gushinguranwa iteka ✝️Atashe nkuwarwaniye igihugu bikwiriye 🇧🇮👏🏼  ...
25/11/2023

R.I.P Miss Erica 😭😭😭🙏🙏🙏
umuririmvyi Miss Erica ahejeje gushinguranwa iteka ✝️

Atashe nkuwarwaniye igihugu bikwiriye 🇧🇮👏🏼



Umuririmvyi  ahejeje gushira ku Mu garagaro album yiwe nshasha yise   ikaba igizwe ni ndirimbo cumi  nazine 14ushobora k...
24/11/2023

Umuririmvyi ahejeje gushira ku Mu garagaro album yiwe nshasha yise ikaba igizwe ni ndirimbo cumi nazine 14

ushobora kuyisanga ku Platforms yiwe yose



Indirimbo kode yumu ririmvyi DramaT yasubijwe kuru buga gwiwe rwa youtube 😊.Ni  T nyene abicishije kuri statut ziwe yavu...
24/11/2023

Indirimbo kode yumu ririmvyi DramaT yasubijwe kuru buga gwiwe rwa youtube 😊.

Ni T nyene abicishije kuri statut ziwe yavuzeko gahunda ikurikira ariyo guhurira kuri live(ikibiriraho)kurubuga rwiwe rwa Instagram

arigwo T officiel aho azovuga vyinshi kuvyerekeye urwanko ni nzigo vyinyegeje mubaririmvyi bagenzi we.



Indirimbo Code imaze gufutwa 🤯🤯🤯Indirimbo Code ya DraDrama Taze gufutwa kurubuga rwa YouTube 🤬🤬🤬
24/11/2023

Indirimbo Code imaze gufutwa 🤯🤯🤯

Indirimbo Code ya DraDrama Taze gufutwa kurubuga rwa YouTube 🤬🤬🤬



Indi nkuru mbi umuririmvyi  one257 nawe amaze kumenyesha ko ameze nabi arwaye ariko nahobimeze uko nivyomubuza gukora um...
24/11/2023

Indi nkuru mbi umuririmvyi one257 nawe amaze kumenyesha ko ameze nabi arwaye ariko nahobimeze uko nivyomubuza gukora umuziki ubu agiye kufata rutemikirere yerekeza mugihugu ca Tanzania 🇹🇿



Address

Bujumbura
BDI

Telephone

+25761772652

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ego.net posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ego.net:

Videos

Share

Category


Other Magazines in Bujumbura

Show All