Soma Magazine

Soma Magazine Entertainment
(1)

20/12/2022
🖲Aya niyo mafoto ariko avugwako na benshi kuri uyu munsi.  kucuma ngo arakaze🤣🤣Goalkeepper wa Argentine we aha umbonera ...
18/12/2022

🖲Aya niyo mafoto ariko avugwako na benshi kuri uyu munsi.

kucuma ngo arakaze🤣🤣

Goalkeepper wa Argentine we aha umbonera yari mubiki🤔🤔🤔🤣

We woba wabisobanukiwe? Tubwire.

Uri mubazoja mugiteramo ca Israel MBONYI?Uzoja mugiteramo ca Kivumbi?Uri mubazokwitabira igiteramo kizobamwo DAVIS D na ...
14/12/2022

Uri mubazoja mugiteramo ca Israel MBONYI?
Uzoja mugiteramo ca Kivumbi?
Uri mubazokwitabira igiteramo kizobamwo DAVIS D na JUNO?

Abanyarwanda vyukuri baduteye nkuko bamwe babivuga? Iciyumviro cawe kidusangize

13/12/2022

Gutanga ishano/intahe.

Yaratwandikiye ati :
Nitwa Gérad, mvuka mu ntara ya kirundo. Mumyaka ya 2006, nari mfise umugenzi wanje twakuranye kandi twarabana, twarasangira vyose.

Munyuma yaranteye hama nkora ibidakorwa mpa ishano umugenzi wanje. Icabitumye kari agashavu kuko we muri 2003 yaronse amanota meza aja muri lycée mugihe je naronse ayo kuja muri collège. Si ico gusa kuko jewe naradubuye muwindwi bica bituma muri 2006 we yari amenye azoja muwicumi nanje ngiye muwumunani.

😴 Mama wanje nawe nyene ntivyamushimisha. Niho yanyumvisha ko twoha ishano uwo mugenzi.

Uko vyagenze, bwaca azoja kw'ishure iyo yiga muri lycée, gutangura umwaka w'icumi mugihe je nari gutangura uwumunani kuko nawudubuyemwo 2. Twari dusanzwe twenga inzoga y'impeke. Mama aca afata ashiramwo rya shano twari twateguye, hama wamugenzi kuko twari dusanzwe tubana inzu kuyindi nca ndamuhamagara.

Yaraje, maze ndamubwira ko ngira ndamusezere kumpeke narirya iyo yiga atayo taronka. Musanzwe mu*i ko mu kirundo tunakunda impeke. Yari amacupa 3 twashizemw iryo shano. Yarayinyoye wenyene jewe yagira arampa nkaca ndamubwira ko namaze kuyihaga. Yaranyoye hama iyo asigaje duca tuja kuyimana muri toilette, umukuza turamena.

Kubera ko iryo shano ryari rikaze kandi tutashaka ko abandanya kwiga bishobotse yonapfa, ari kumugoroba kuwagatandatu hari igenekerezo rya 23/9/2006, bwaca aca agenda kuwamungu le 24 kugira amashure atangure le 25 yash*tse mundaro, yaciye ambwira ko yumva yagwaye.

Bukeye yararemvye mbere yinjira n'ibitaro, twe na mama tuca turaryoherwa kuko twumva ko uwariye ishano bamuteye urushinge aca apfa.

Yaramaze indwi 3 mubitaro nguma nja kumuraba ariko vyukuri kwsri kugira ndabe ko ageze hafi gupfa. Munyuma baramenye ko yariye ishano baramuvuza ariko yakize inyum yamezi 3. Nikuvuga ko umwaka wishure yaciye awusibira atigeze anatonda kw'ishure.

😭😭 ndigaya caane kukibi nakoze kuko Imana idakora nk'abantu, yaramuhezagiye arasubira kw'ishure hama na kaminuza yarahejeje.

Uwo mugenzi nubu kuva 2012 sindasubira kumubona kandi nari naripfuje ko nomusaba imbabazi. Ubu mba mumahanga yakure, sinoronka ingene ndamushikira.

Imana nizeye ko izombabarira narahemutse.

🥰🥰🥰🥰🥰  🇨🇭 Uyu mwigeme aravuruze isi. Hari nabemeza ko ariko arafasha Croatia kuguma itsinda.Aha iwacu 🇧🇮hari umukobwa wo...
13/12/2022

🥰🥰🥰🥰🥰

🇨🇭 Uyu mwigeme aravuruze isi. Hari nabemeza ko ariko arafasha Croatia kuguma itsinda.
Aha iwacu 🇧🇮hari umukobwa woba u*i akunda football nkuyu?

Wewe muri ibi bibiri : A Télévision📺B Radio FM 📻nikihe ukoresha kurusha ikindi?
12/12/2022

Wewe muri ibi bibiri :
A Télévision📺

B Radio FM 📻

nikihe ukoresha kurusha ikindi?

12/12/2022

Ntavyo kugira parrain. Mwitondee uruhigi rwahindukiye

12/12/2022

Tube turatwenga

12/12/2022

🇨🇭🇨🇭🇨🇭 ihere ijisho kuri vidéo yawa mukobwa ava muri amaze iminsi asamaza isi hariya mugihugu ca Quatar iyo ari gushigikira umugwi w'igihugu ciwe mumikino yigikombe c'isi mumupira wamaguru.

🤔🤔🤭🤭😀😀EdissoEdisson NdayahozehEdisson Ndayahozefi si ingwara iyo udakina Basket umugani wa MkomboMkombozi LucifereMkombo...
04/12/2022

🤔🤔🤭🤭😀😀
EdissoEdisson NdayahozehEdisson Ndayahozefi si ingwara iyo udakina Basket umugani wa MkomboMkombozi LucifereMkombozi Lucifera nawe akajambo ubwiye Edisson😀

28/11/2022
🛑🚨 BOUM !! NTIBISANZWEEE !!  BARABIKOZE!! ARABIE SAOUDITE itsinze ARGENTINE ya LEO MESSI ibitsindo 2-1 mu gikombe c'isi ...
22/11/2022

🛑🚨 BOUM !! NTIBISANZWEEE !! BARABIKOZE!! ARABIE SAOUDITE itsinze ARGENTINE ya LEO MESSI ibitsindo 2-1 mu gikombe c'isi Qatar 2022 😍🔥🇸🇦

Mbega wovyizera???

Can you believe it??

Argentine yaje mu gikombe c'isi iri mu mu migwi ya mbere ihabwa amahirwe yo kugitahukana itsinzwe na Arabie Saoudite k'urukino rwa mbere

Mbega umupira w'amaguru weee !!!

Mbega ibitangaza !

Iyi niyompamvu dukunda umupira w'amaguru !

Unbelievable 😳🔥

22/11/2022



Argentine 1 vs EAU 2

😛😛😛🤣🤣

 Ibitandukanye no kumunsi w'ejo, aho radio PJ Classic FM 97.3Mhz, Kazoza FM na iTEKA FM, zadushikiriza inkino za live ku...
22/11/2022



Ibitandukanye no kumunsi w'ejo, aho radio PJ Classic FM 97.3Mhz, Kazoza FM na iTEKA FM, zadushikiriza inkino za live kuri pages facebook zabo, uno munsi urukino turiko tururaba kuri iteka fm gusa biboneka ko nabantu bariko bararukurikira ari benshi.

Jugeza kuno munota Argentine 1 vs EAU 1.

Nguko uko live streamjng ziriko zirakurikiranwa ku ma radios 3 yo ngaha i Buja.iTEKA FMPJ Classic FM 97.3MhzKazoza FM
21/11/2022

Nguko uko live streamjng ziriko zirakurikiranwa ku ma radios 3 yo ngaha i Buja.

iTEKA FM
PJ Classic FM 97.3Mhz
Kazoza FM

Cristiano Ronaldo na Leo Messi bashize zino foto bose kumbuga zabo. Muminota 40 zose zari zimaze kur facebook ubona itan...
19/11/2022

Cristiano Ronaldo na Leo Messi bashize zino foto bose kumbuga zabo.

Muminota 40 zose zari zimaze kur facebook ubona itandukaniro riri kuri j'aime zabafana babo uko zingana? Wabonyyye commentaires zo??

Weho ufana nde????

Hariya muri philippines ibintu ntivyoroshe. CLAUDIA yaserukiye uburundi ni uku yifotoje. Ab miss nuko bakwiye kwifotoza
15/11/2022

Hariya muri philippines ibintu ntivyoroshe. CLAUDIA yaserukiye uburundi ni uku yifotoje.

Ab miss nuko bakwiye kwifotoza

Imvura mugisagara ca Bujumbura ni yose. Aho uri nawe vyifashe gute?
15/11/2022

Imvura mugisagara ca Bujumbura ni yose. Aho uri nawe vyifashe gute?

  ashaka impanuro.Muraho neza? Ndashaka mungire inama kuko byankomereye pe.Maze amezi 5 nkoze ubukwe. Mbere yo kurushing...
31/10/2022

ashaka impanuro.

Muraho neza? Ndashaka mungire inama kuko byankomereye pe.

Maze amezi 5 nkoze ubukwe. Mbere yo kurushing numvaga ngiye kujya mu munezero wo kubana n’umugabo nkunda nawe akankunda cyane, tukiberaho mu mahoro n’umunezero ariko sibyo ndi ku bona kubera ikintu kimwe.

Dore rero uko ukibazo giteye: Igisigaye gituma urugo rumbihiye. Ni uko Umugabo wanjye yadukanye ingeso yo gufuha cyane atigeze agira mbere tugikundana. (rwose mbere nta narimwe nigeze mubona amfuhira).

Ndababwiza ukuri ko afuha biteye ubwoba ndetse agafuha no mu bitari ngombwa. Umuntu arampamagara kuri telephone ati ninde? Zana ndebe, Yabona ari izina ry’umugabo ati wimwitaba, mureke…..ubundi agatangira kumpata ibibazo ati uyu ninde? Mupanga iki? Mu*iranye mute?.... Ndambika hasi telephone akayirukiramo areba abampamagaye, abanyandikiye…. Nashyira ifoto kuri status abantu bagashyiraho comments bikaba ikibazo. Ndetse ageze naho atangiye kumbwira ko adashaka ko nsubira mu kazi ngo kuko dukorana n’abagabo ngo birirwa bantereta. Njye gusura abantu akampamagara buri kanya ngo yumve icyo ndimo, cg agahamagara umuntu waho nagiye gusura kugirango yumve ko ariho ndi. Ambura kuri phone bikaba ikibazo ngo ndi mubiki.

Ibi bintu rwose bimaze kuntesha umutwe. Kandi ndababwiza ukuri ntabwo ndigera muca inyuma cg ngo mbitekereze pe. Ibi si bya bindi byo kwigira mwiza ndababwiza ukuri.

Nkore iki koko? Ko numva giye gusara kubera gufuha k’uyu mugabo.

Aha niho urubanza rwawa mu doctor yahora atwara Kira Hospital Kira Hospital S.a./ Swiss ClinicKira Hospital S.a./ Swiss ...
31/10/2022

Aha niho urubanza rwawa mu doctor yahora atwara Kira Hospital Kira Hospital S.a./ Swiss ClinicKira Hospital S.a./ Swiss ClinicKira Hospital S.a./ Swiss Clinic Swiss Clinic igeze. Uwo yabimenyesheje akaba ariwe asanzwe ari umushingwamanza wiwe

31/10/2022

Umukuru w'umugambwe uri kubutegetsi mugihugu c'uburundi Cndd-Fdd arihaniza abantu badodobereza abandi ko nabo bizobagarukaho.

Kurikira ino page Nkunda uheze uze urironkera amakuru atomoye

30/10/2022

Gira subscribe kurino page hama wame wironkera amakuru atandukanye avugwa mu burundi n'ahandi

D-ONE 257 yaraye akoze amateka mugiteramo caraye kibereye kuri jardin du peuple murundi aho hari hatumiwemwo umunyarwand...
30/10/2022

D-ONE 257 yaraye akoze amateka mugiteramo caraye kibereye kuri jardin du peuple murundi aho hari hatumiwemwo umunyarwandakazi Ariel Wayz.

Ni nyene yamaze kuronswa uburengazira bwose kuri compte youtube yahora yitwa iTEKA MUSIC ari nayo isanzwe imufashe mumugongo.

Tukwibutsa ko italiki 1/11/2022 azoshira hanze indirimbo yakoranye na Social MULLA

Vyaraye bikunze💪💪LaLandry PromotorrLandry Promotoraraye akoze igiteramo kandi cagenze neza. Twovuga koAbasanzwe bategura...
30/10/2022

Vyaraye bikunze💪💪
LaLandry PromotorrLandry Promotoraraye akoze igiteramo kandi cagenze neza.

Twovuga koAbasanzwe bategura ibiteramo binjiriwe cane n'uno musore akoresha umwete mwinshi.

Imvura ijanye n'ingiro. Urukundo rwatsinze..
30/10/2022

Imvura ijanye n'ingiro. Urukundo rwatsinze..

Umuriro 🔥🔥🔥hagati y'Urwanda na Congo. Ambassadeur w'Urwanda muri ico gihugu yahawe amasaha 48 ngo abe yasubiye uwabo.Kub...
30/10/2022

Umuriro 🔥🔥🔥hagati y'Urwanda na Congo. Ambassadeur w'Urwanda muri ico gihugu yahawe amasaha 48 ngo abe yasubiye uwabo.

Kubwawe iyo ngingo wumva ariyo??

Uyu niwe Ariel Wayz yaraye ateramishije abantu mugisagara va bujumbura. Gira akajambo umuvuzeko😋😋😋
30/10/2022

Uyu niwe Ariel Wayz yaraye ateramishije abantu mugisagara va bujumbura.

Gira akajambo umuvuzeko😋😋😋

30/10/2022

Ukuryama ni amahitamwo yacu ariko ukuramuka bikorwa n'Imana.

Twese hamwe twandike Amen duhe icibahiro .

  umuhungu wa Prezida Peter NKURUNZIZA yaraye aronse urupapuro rw'umutsindo rw'amashure yisumbuye. Wibuke ko Jonathan ar...
30/10/2022

umuhungu wa Prezida Peter NKURUNZIZA yaraye aronse urupapuro rw'umutsindo rw'amashure yisumbuye.

Wibuke ko Jonathan ariwe yakunda kuba yaherekeje se wiwe aho agiye hose cane cane kubibuga vy'umupira wamaguru.

Turamukeje

Abarongozi ati inyuma y'iminsi iyi jus ihinduka inzoga.🤣🤣🤣Ingo utubwire incuro wibuka wanyoye ako kayoga u*i ngo unyoye ...
29/10/2022

Abarongozi ati inyuma y'iminsi iyi jus ihinduka inzoga.🤣🤣🤣

Ingo utubwire incuro wibuka wanyoye ako kayoga u*i ngo unyoye jus.🤣🤣

Abakizwa muradukizwa niki ivyo mwwari mwarigize. 🤣🤣🤣

😛😛😛 ibihumbi 20 kuwuza kutubwira izina ry'iyo position.Mbega nawe uramaze kuyikora canke barayigukoresheje?😋😋
29/10/2022

😛😛😛 ibihumbi 20 kuwuza kutubwira izina ry'iyo position.

Mbega nawe uramaze kuyikora canke barayigukoresheje?😋😋

Address

OUA
Bujumbura

Telephone

+25768808814

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Soma Magazine posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Soma Magazine:

Videos

Share

Category


Other Magazines in Bujumbura

Show All