OG FORCE

OG FORCE ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅUPDATE NEWS ON PLANET๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
๐ŸŒ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฆ
Call me tspp ๐Ÿค™ +257 62891853 โœ…๏ธ
(5)

18/02/2025

OG FORCE โœŒ๏ธ
Umuhungu wa Tylo Sixer Demana ๐Ÿคฃ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

18/02/2025

๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎUmuririmvyi Sat-B kizigenza mumuziki ndundi nabandi baririmvyi indirimbo yiwe ni ndirimbo idasanzwe kubazi indirimbo utari umusirimu ntushobora kuyitahura
Kuko beshi muba mwamenyereye zimwe zimboranga izi nizo ndirimbo zo kugwego international kuri You Tube abandanya kuyobora izindi ndirimbo aho izindi ziriko ziruka kubera ku boosting Sat-B arik aduga neza cane muze tubandanye kuyi filling Link muri commentaire canke aha musi ๐Ÿ‘‡๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
https://youtu.be/muZLuLCZkzs?si=LtXsuO9LEgAo1ZtE

โŒโ‰๏ธ Umuririmvyi B-face On The'flo  ari muyabira aheruka guhura namugenziwe muri Hip hop yahuye nivyamamare vyishi hano m...
18/02/2025

โŒโ‰๏ธ Umuririmvyi B-face On The'flo ari muyabira aheruka guhura namugenziwe muri Hip hop yahuye nivyamamare vyishi hano m'uburundi na Fabelove DA K.SHAN BOY na ubunaho agomba ahure na B face mwite numwe mumpano uburundi ariko akora cane kandi yitanga ariko asanzwe umuziki wiwe awukorera mumahanga vuba cane arasohora indirimbo shahsa azoba arikumwe numwe mubaririmvyi bakunzwe cane Hano m'uburundi indirimbo bise
ORIGINAL mube hanze bano basolait bose ntanumwe yoroshe arimwo kuri You Tube indirimbo nyinyishi zakunzwe yasohoye muze mube murakora s'abonner muri bwabumwe nurukundo abarundi baturaze Link muri commentaire canke aha musi ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
https://youtube.com/?si=c1lu9YnZ-cACu8IV

18/02/2025

๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญโœ๏ธโšฐ๏ธ Mu RWANDA batoye ibiziga vyabantu bapfuye mugasho kafunga abantu mu RWANDA ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ

18/02/2025

๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ™ Mana tabara Congo By Ndayikeza Ismaรซl uno musolait ndamukeneye dusangire agacupa kumugoroba akoze Indirimbo yarikenwe akoze muze tuje kuri you Tube yiwe tuyi partage mpaka KAGAME ayumvirije Link muri commentaire canke aha musi ๐Ÿ‘‡๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
https://youtu.be/0GelHQeJyvM?si=x7AfQxWqsupxGDYu

18/02/2025

๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Hange Muri music Fabelove DA K.SHAN BOY na B-face On The'flo uno muririmvyi
Akaba numu R***r yamaze kugabisha abarundi nabaririmvyi bagenziwe ko hari ibombe agomba asohore Akanya nakanya
Muze kuri You Tube yiwe mube murakora s'abonner muri bwabumwe nurukundo abarundi baturaze Link muri commentaire canke aha musi ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
https://youtu.be/xgS7y3rhxlc?si=oxjJu2YR-IM2OTxj

โŒโ‰๏ธ Mubise Aba Diaspora bakore Ngโ€™uyu aragarutse kuyindi ncuro aho avuga ko agiye gusohora mu kwezi kwabakundanaโค๏ธ indir...
18/02/2025

โŒโ‰๏ธ Mubise Aba Diaspora bakore Ngโ€™uyu aragarutse kuyindi ncuro aho avuga ko agiye gusohora mu kwezi kwabakundanaโค๏ธ indirimbo yanditswe neza kandi iryoshe cane gose.Aha ni nyuma yogushira hanze indirimbo zibiri zakunzwe cane nโ€™abakunzi benshi ba muzika wa 257 nazo zikaba ari *This is Love* nโ€™iyindi imwe yakoranye nโ€™umurwi wa *SwaggTeam+257* yise *Weka*. Ubu ntiyibagiye guha aga cadeau ๐ŸŽ ๐Ÿ’ kubakundanaโ€ฆUmuririmvyi azwi kwโ€™izina rya *BadMan Isi* kurโ€™uyu wa Kane itariki 20/02/2025 isaha cumi na zibiri agiye gushira ahabona indirimbo yise *FANTASY* aho yakozwe nโ€™abahinyanyuzi babiri bakomeye muri kano karere,mukunzi wa muzika ndundi kurikira ino link ๐Ÿ‘‡๐Ÿฝ๐Ÿ‘‡๐Ÿฝ๐Ÿ‘‡๐Ÿฝ
https://youtube.com/?si=vipN7cZLWnL0jzB5
Kora subscriber canke sโ€™abonner kare kugira uzobe mu bambere bazobona iyo ndirimbo ๐Ÿ‘Œ๐Ÿฝ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

18/02/2025

๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ Mu RWANDA Ubwoba ni Bwishi kuri President KAGAME mugihugu ciwe Biravugwa cane ko Hari ibitero biriko bitegurwa mwibanga rikomeye cane

โŒโ‰๏ธ IBINTU bibandanya kuryoha mwino Muziki wa Buja Fleva  ๐ŸŽฅ : Ngโ€™Iyi Iyindi MPANO nziza kuva mu Ntara nziza yaYa MAKAMBA...
18/02/2025

โŒโ‰๏ธ IBINTU bibandanya kuryoha mwino Muziki wa Buja Fleva ๐ŸŽฅ : Ngโ€™Iyi Iyindi
MPANO nziza kuva mu Ntara nziza ya
Ya MAKAMBA yitwa ( Bright )
Akaba asanzwe aririmba indirimbo za
Guhimbazโ€™IMANA ๐Ÿ™Œ

Uyo musore afise Impano nziza
Idasanzwe koko nโ€™uwo gushigikira cane
Afise indirimbo nyishi zitandukanye kuri
YouTube ๐Ÿ”ฅ

Inyuma yโ€™amezi 2 aheze nโ€™iho aherutse
Gukora indirimbo yise โ€œ KORINEZA โ€ aho
Yakunzwe cane, ndetse nโ€™indirimbo yiwe
Yambere yarakunzwe โ€œ AKIRA ISHIMWE โ€.

Tukaba tugiye kumushikira kโ€™u bikorwa
Vyiwe ikiringo kitari gito reka mudufashe
LINK ๐Ÿ”— muri Commentaries ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
https://youtu.be/6YZ4kQ3t5uI?si=62KiV-IYH9fTLsY9

๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ Rino   ntimurikinishe kuba Solait baruguru ndazi ni Bujumbura bariho mwibanga rikomeye cane ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ
18/02/2025

๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ Rino ntimurikinishe kuba Solait baruguru ndazi ni Bujumbura bariho mwibanga rikomeye cane ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ

17/02/2025

๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ Ngo VAR ino Saison niya
Barcelona Vrai ou Faux ๐Ÿ™ˆ

๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ Siga waritse ihejeje kwereka Real Madrid C.F.  ko kirya kibanza kitari kibabereye ubu Tuvugana FC Barcelona  iyoboye ...
17/02/2025

๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ Siga waritse ihejeje kwereka Real Madrid C.F. ko kirya kibanza kitari kibabereye ubu Tuvugana FC Barcelona iyoboye iyindi mirwi muri LaLiga mbe mwibaza ko bigiye kugenda gute muri Laliga je ndibaza igikombe ๐Ÿ†๐Ÿ† Barcelona bayihereze muzoba mumbwira ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
โœ… Koresha Code Promo FORCE77 wirire amafaranga na 1Xbet โœŒ๏ธ

OG FORCE

17/02/2025

SOKWEE โ‰๏ธ
Ninde ayoboye Laliga mwakano kanya
๐Ÿ™ˆ๐Ÿ™ˆ

โŒโ‰๏ธ   umuziki ndundi kurundi rwego rudasanzwe Umuririmvyi akiri muto cane mwite   arikumwe na Monia Fleur  baraye bakoze...
17/02/2025

โŒโ‰๏ธ umuziki ndundi kurundi rwego rudasanzwe Umuririmvyi akiri muto cane mwite arikumwe na Monia Fleur baraye bakoze indirimbo idasanzwe bise
ikoze amateka adasanzwe numuvuduko udasanzwe iriko muze tuje kuri you Tube yiwe Link muri commentaire canke aha musi ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
https://youtu.be/cptfAHmgU8g?si=SFtsCKJv7V6Ls-HL

โŒโ‰๏ธ Zimwe mungwanyi uburundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ bufise muba Promoter's zigwanira umuziki ndundi kutinjirirwa nimiziki mva mahanga ni Elp...
17/02/2025

โŒโ‰๏ธ Zimwe mungwanyi uburundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ bufise muba Promoter's zigwanira umuziki ndundi kutinjirirwa nimiziki mva mahanga ni Elphazgram na Dosty Buja hamwe na OG FORCE twakoze vyishi vyashimwe nabarundi harageze ko natwe amazina yacu tuyavyaza umusaruro kuko support twatanze harabashimye nabashimye Nico Gihe natwe turabe ko kano kazi kacu twogakuramwo amazu amamodokari ariko tubifashijwemwo namwe Kandi bizoshoboka I'mana imbere
Twaje turi 3 nubu niko tukiri batatu badatana mundagano One Love ๐Ÿซถโค๏ธ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

โœŒ๏ธ Amafaranga m'uburundi arahari OG FORCE Ndavyemeza kuko nazindukanye  700mil mumufuko Kandi usanga hari abavuga ko ubu...
17/02/2025

โœŒ๏ธ Amafaranga m'uburundi arahari OG FORCE
Ndavyemeza kuko nazindukanye 700mil mumufuko Kandi usanga hari abavuga ko uburundi bukenye

17/02/2025

๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ IBINTU birashobora kuba bibi mu RWANDA๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ Igisirikare ca Congo ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ kiriko gitegura igitero simusiga kizokura M23 muri Congo bacomore gushika mu RWANDA

๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿšจ๐Ÿšจ VYAKOMEYEKWA  Real Madrid C.F.  ISHOBORA GUHINDURA IHIGANWA IKAVA MURI LALIGA IKAJA MURINDI HIGANWA RYO MUKINDI GUH...
17/02/2025

๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ๐Ÿšจ๐Ÿšจ VYAKOMEYEKWA Real Madrid C.F. ISHOBORA GUHINDURA IHIGANWA IKAVA MURI LALIGA IKAJA MURINDI HIGANWA RYO MUKINDI GUHUGU !

Real Madrid ngirarushe n'ingene abahagarikizi bagize iminsi bigenza k'umugwi wabo ndetse kandi ngo n'inyifato ya Javier Tebas barayirushe bariko biyumvira ukuntu bova mw'ihiganwa rya LALIGA bakaja murindi higanwa ryo mu kindi gihugu .๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธ โŒ

๐Ÿ”™ Uwo mugwi warumaze kugira Ico ciyumviro mumyaka mikeyi iheze ariko baza kubiheba ariko ng'ubu barakivuye kandi .

[ Source : SPORTS ]

wokwakira gute Real Madrid ivuye muri LaLiga ikaja murindi higanwaโ“

โœ… Koresha Code Promo FORCE77 wirire amafaranga na 1Xbet โœŒ๏ธ

OG FORCE

Address

Rohero
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when OG FORCE posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to OG FORCE:

Videos

Share