IrishuraTv

IrishuraTv IrishuraTv pour toutes vos Publicités

Ishengero Beloved Church Burundi ejo kumusi wambere kwigenekerezo rya 24 Ruheshi 2024 ,rifadikanije nayandi mashengero r...
25/06/2024

Ishengero Beloved Church Burundi ejo kumusi wambere kwigenekerezo rya 24 Ruheshi 2024 ,rifadikanije nayandi mashengero rukristo barakiriye kukibuga c'indenge mpuzamakungu Melchior Ndadaye umuvugabutumwa adasanzwe
Rev.Pasteur "JIN SUNG WON" ava mugihugu ca koreya yepfo.

Uwo mukozi w'Imana akaba aje ubugira kabiri mugihugu c'Uburundi,aje mugikorane c'ubutumwa bwiza n'ibitangaza kizotangurira muntara ya ngozi kuva kwigenekerezo rya 28-30 ruheshi 2024,kukibuga kugasaka.

Uwo mukozi w'Imana kandi akazobandanya icogikorane ngaha mugisagara ca Bujumbura muri komine muha zone kanyosha kumagenekerezo ya 12-14 Mukakaro 2024 kukibuga co mukanyosha aho benshi bazi kwizina kwa SEBATUTSI.

Mugisagara ca Douala Mugihugu ca  CAMEROUN Umukozi w'Imana ChrisNdikumana # Imana Iriko Iramukoresha Ibidasanzwe! Abavuz...
19/11/2023

Mugisagara ca Douala Mugihugu ca CAMEROUN Umukozi w'Imana ChrisNdikumana # Imana Iriko Iramukoresha Ibidasanzwe! Abavuzeko Ikanguro rizohera mugihugu cacu ciza c'Uburundi rigashwara amahanga no kwisi yose ,ngivyo biriko biraba Bose babireba.
Uburundi🇧🇮bwashize Imana Imbere ntankeka amahanga azoza kuraba Ivyiza vy'Uburundi.

16/11/2023

Ishengero ry'Ivugabutumwa Rehoboth( Eglise Évangélique Rehoboth) ryaratunganije Igikorane c'Imisi 4 caoutchouc be no gukira Indwara zananiranye.Ico gikorane Kikaba catewe iteka n'Umukozi w'Imana ava mu gihugu ca Tanzaniya.hamawe nabandi bakozi b'Imana bongaha mugisagara ca Bujumbura! Kaze ,Kaze,kaze Dusangire Imigisha y'Imana.

02/11/2023

🎤Mukenyezi menya ibimenyetso 10 vya cancer yo mwibere ushobore kwipimisha, wivuze hakirikare utarasinzikara.cancer Irakira mugihe uyivuje itarasanzara umubiri wose!
Namwe bagabo mumenyeko cancer yo mwibere ihari mwivuze hakiri kare.

01/11/2023

Media de promotion

31/10/2023

🎤 Kwigenekerezo rya 29 gitugutu 2023 mukigo cahoze gikoreramwo abaganga batagira imbibé( Médecin sans frontière) habereye isekeza ryo kwipimisha ninyihisho zokugwanya ikiza ca kanseri kubigeme nabakenyezi ifatira mubihimba vyirondoka kumukenyezi.
Umupfasoni Ndayishimiye Joselyne arongoye ishirahamwe Kenyera aratera Akamo abakenyezi Bose nabigeme kwitabira ako kamo kuza kwisuzumisha hakirikare batarasinzikara akanamenyeshako Ivuwe hakiri kare ko ikira.

28/10/2023

Uyumusi italiki 28/10/2023 mwishengero Philadelphia wide gospel rikorera mukanyosha Busoro,habereye ikoraniro zinyigisho zizomara Imisi 2 Izo nyigisho zikaba zatunganijwe n'Ishirahamwe ryabakenyezi baba Pasitori(REFEPEBU) icivugo ciryo koraniro kivuga giti:
# Mukenyezi Ikangure ukangure abandi,(Abanyefeso5:14)

COFERENCE DES FEMMES PASTEURSTHEME:Mukenyezi ikangure ukangure abandiAbanyefeso 5:14 Ikibanza ,Philadelphia Wide Gospel ...
25/10/2023

COFERENCE DES FEMMES PASTEURS
THEME:Mukenyezi ikangure ukangure abandi
Abanyefeso 5:14 Ikibanza ,Philadelphia Wide Gospel Church Kanyosha Busoro.

23/10/2023

Burundi K.A.W umusangwa butaka Kagabo Innocent Wo kumusozi biyange komine rugombo muntara yacibitoke aratwiganira uko yakiriye Ingabire yigitungwa c'impene.yahawe nabavugabutumwa Bava mugihugu ca koreya K.A.W Cibitoke le20/10/2023

19/10/2023

Avec l'appui de FNUAP,Tanganyika Hospital organisé sa première soirée scientifique sur le thème:LE CANCER AU BURUNDI.
Ampleur principes diagnostique.
Bujumbura le 17 octobre 2023 Hôtel Kinanira3 TIGER's appartement.

Umusi ugura 5 w'Igikorane ca Africa y'Ibitangaza Igira incuro ya 10 mwishengero Israël Church Burundi.
18/10/2023

Umusi ugura 5 w'Igikorane ca Africa y'Ibitangaza Igira incuro ya 10 mwishengero Israël Church Burundi.

18/10/2023

The K.A.W Representative in Worldwide,Paster Lee is received in Burundi.

Umusi ugira 4 wa Afrika y' Ibitangaza 10ème Édition.(Israël Church Burundi)
17/10/2023

Umusi ugira 4 wa Afrika y' Ibitangaza 10ème Édition.(Israël Church Burundi)

Umusi ugira 3 wa Africa y'Ibitangaza Israël Church Burundi .
17/10/2023

Umusi ugira 3 wa Africa y'Ibitangaza Israël Church Burundi .

15/10/2023
Igikorane ca Africa y'Ibitanganza Igira incuro ya10 caraye cuguruwe Icese itariki14/10/2023 KUCIVUGO kivuga ngo:  no kwi...
15/10/2023

Igikorane ca Africa y'Ibitanganza Igira incuro ya10 caraye cuguruwe Icese itariki14/10/2023 KUCIVUGO kivuga ngo: no kwicisha bugufi imbere y'Imana niyo nzira y'agakiza kumahanga yose,kandi gukunda Igihugu no gishigikira Indongozi niyo nkingi y'Iterambere nyakuri #.Ico gikorane Kikaba catewe iteka nindongozi zakino Gihugu cacu ciza c'Uburundi,Aho twovuga nka Nyeniteka Umukuru w'Inama Nshingamateka n'Umutambukanyi wiwe,Umushikiranganji wo gutumatumanako amakuru ,Umushikiranganji wogushigikirana ,hamwe nizindi ndongozi tutibagiye Intumwa Idasanzwe yumukuru arongoye igisagara ca Bujumbura ari Nawe yakiriye abari bitavye Icogikorane.

15/10/2023
15/10/2023

AFRICA MIRACLE 10 ème EDITION .

13/10/2023

KURIKIRA NGAHA URABE INTEGURO YIGIKORANE CA AFRICA YIBITANGAZA IGIRA INCURO YA 10 YATUNGANIJEWE NISHENGERO ISRAEL RYO KWIJABE RIRONGOWE NA Dr.NZUBAHIMANA VITAL AFADIKANIJE NINANI ZAMASHENGERO RUKRISTU BO NGAHA MUBURUNDI 2023,ICO GIKORANE KIKABA KIZOMARA IMISI40.

13/10/2023

AFRICA MIRACLES 10 EDITION,"ISRAEL CHURCH BURUNDI LE14-15 /10/2023

08/10/2023

Igikorane (Croisade des Jeunes)
Igikorane c'Urwaruka Kiriko kibera mwishengero Israel Church Burundi
Thème: nimuze duhaguruke dukorere Imana twubake Uburundi dukomeze Africa yacu twitegurire kazoza #

07/10/2023

Hôtel Kwiteka

04/10/2023
🎤🎹Umuririnvyi Danny aratera Akamo uwo Wese afise Umutima wogushigikira Igikorwa c'Imana ,Aho mwomufasha Mubijanye nubury...
21/09/2023

🎤🎹Umuririnvyi Danny aratera Akamo uwo Wese afise Umutima wogushigikira Igikorwa c'Imana ,Aho mwomufasha Mubijanye nuburyo kugira ashobore gushira ahabona indirimbo yiwe,Yesu abahe Umugisha.

16/09/2023

JACKS LIGHT HOTEL

🎤Ishengero EDG rirongowe na Col.Prophète Mbarubukeye Jean Bosco rirabatumiye mu Birori vyo kwigina imyaka 4 rimaze ritan...
15/09/2023

🎤Ishengero EDG rirongowe na Col.Prophète Mbarubukeye Jean Bosco rirabatumiye mu Birori vyo kwigina imyaka 4 rimaze ritanguye gukora kumugaragaro Aho ivyari musi y'impwemu vyagaragara bikaja ahabona,nikuruyu wamungu kwigenekerezo rya 17/9/2023 Aho muzokwunva Intahe zidasanzwe zivyo Imana yakoreye abantu bayo!

The Spirit of Worship Event
03/09/2023

The Spirit of Worship Event

SENSIBILISATION SUR LA PREVENTION,DEPISTAGE PRECOSE ET TRAITEMENT DES LESIONS PRE-CANCEREUSES DU COL DE L'UTERUS AU BURU...
25/08/2023

SENSIBILISATION SUR LA PREVENTION,
DEPISTAGE PRECOSE ET TRAITEMENT DES LESIONS PRE-CANCEREUSES DU COL DE L'UTERUS AU BURUNDI.

Address

15
Bujumbura

Telephone

+25779591562

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when IrishuraTv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to IrishuraTv:

Videos

Share

Category


Other TV Channels in Bujumbura

Show All