Funboy Area TV

  • Home
  • Funboy Area TV

Funboy Area TV Blague personnel

Aha ngo ni mugihe uba umaze imyaka 4 mumahanga inzu wayisize yugaye. Umugina niwo usigaye wibera aho waryama🤣🤣🤣
02/12/2024

Aha ngo ni mugihe uba umaze imyaka 4 mumahanga inzu wayisize yugaye. Umugina niwo usigaye wibera aho waryama🤣🤣🤣

Aha hantu ni hehe
02/12/2024

Aha hantu ni hehe

Uyumugabo nibiki?
10/10/2024

Uyumugabo nibiki?

Turabipfurije indwi Nyeranda nziza kubayemera Bose na cane cane Abakatolika🙏🙏🙏
04/04/2023

Turabipfurije indwi Nyeranda nziza kubayemera Bose na cane cane Abakatolika🙏🙏🙏

Hhhhhhhhmmm guys really ? 😂😂
30/07/2022

Hhhhhhhhmmm guys really ? 😂😂

🔴 Aha ni mugihugu kibanyi ca Congo Aho uyu Mu pasteur ariko aragirisha séminaire y'Iminsi itatu yigisha abayoboke/abakir...
07/07/2022

🔴 Aha ni mugihugu kibanyi ca Congo Aho uyu Mu pasteur ariko aragirisha séminaire y'Iminsi itatu yigisha abayoboke/abakirisu biwe uko borangura neza amabanga y'abubatse😎

Source: journal le .

07/07/2022
Mbega nawe niko ubibona❓ Hagati Aho turabipfurije isabukuru nziza y'Imyaka 60   bwacu bumaze bwikukiye🙏🙏🙏
01/07/2022

Mbega nawe niko ubibona❓

Hagati Aho turabipfurije isabukuru nziza y'Imyaka 60 bwacu bumaze bwikukiye🙏🙏🙏

😪😪 None ga basha   ishaka tubeho gute??   ❓ Ubwo mwakabonye namwe aka kajendegete?
28/06/2022

😪😪 None ga basha ishaka tubeho gute??

❓ Ubwo mwakabonye namwe aka kajendegete?

Hhhhhhhhmmm 😂😂😂
21/06/2022

Hhhhhhhhmmm 😂😂😂

🙏 Bavukanyi bacu ❤️ muri Kristu Yezu turabipfurije umunsi mukuru mwiza w'Isakaramentu Ryeranda 🙏🙏🙏
19/06/2022

🙏 Bavukanyi bacu ❤️ muri Kristu Yezu turabipfurije umunsi mukuru mwiza w'Isakaramentu Ryeranda 🙏🙏🙏

🙏🙏🙏 Bavukanyi bacu muri Kristu Yezu, turabipfurije umunsi mukuru mwiza w'Ubutatu Bweranda🙏🙏🙏  Imana Data, Mwana na Mutim...
12/06/2022

🙏🙏🙏 Bavukanyi bacu muri Kristu Yezu, turabipfurije umunsi mukuru mwiza w'Ubutatu Bweranda🙏🙏🙏

Imana Data, Mwana na Mutima Mweranda ibahangaze yongere ize ibahe iherezo ryiza mwese🙏🙏🙏

🙏🙏🙏 Benewacu muri Kristu turabipfurije umunsi mukuru mwiza wa Pentecôte 🙏 ubabere vy'ukuri uwo kugabana ingabirano zitan...
05/06/2022

🙏🙏🙏 Benewacu muri Kristu turabipfurije umunsi mukuru mwiza wa Pentecôte 🙏 ubabere vy'ukuri uwo kugabana ingabirano zitandukanye.

🙏🙏 Iryavuzwe riratashe Nkuko Yezu Kristu ubwiwe yabivuze ati : Nzobarungikira Mutima Mweranda Umuhoza.

Ni muze tuje hamwe dusabe duti:
MANA WEWE WAKWIJE MUBWENGE BW'ABAKWEMERA UMUCO WA MUTIMA MWERANDA.....🙏🙏🙏

🔴 Ibara riraguye kabisa mugihugu kitari kure caaaane y'uburundi 😪 Aha mubona ni mugihugu ca Zimbabwe Aho abantu basigaye...
31/05/2022

🔴 Ibara riraguye kabisa mugihugu kitari kure caaaane y'uburundi

😪 Aha mubona ni mugihugu ca Zimbabwe Aho abantu basigaye badandaza amano yabo.

😪 Ino rikuru: 40000$
😪 Ayandi mano asanzwe: 20000$ kuri rimwe.

🙅 Nubwo biruko aba n'abariya babifata ugutandukanye Aho mbere bamwe bivugira ko hamwe vyoshika aha iwacu muburundi bofata iyambere😪😪😪

🖕 Mukunzi wa kubwAwe nawe ubivuzekwiki??
Ijambo ni rwawe.

🙏🙏🙏 Bavukanyi dusangiye ukwemera muri Kristu Yezu, turabipfurije umunsi mukuru mwiza w'iyurira mw'ijuru ry'Umukama wacu ...
26/05/2022

🙏🙏🙏 Bavukanyi dusangiye ukwemera muri Kristu Yezu, turabipfurije umunsi mukuru mwiza w'iyurira mw'ijuru ry'Umukama wacu Yezu Kristu.

🙏🙏 Turindirane ukwemera ubuzima budahera Nkuko Kristu ubwiwe yavyivugiye ati: Ngiye kubategurira ibibanza kwa Data mw'ijuru.

Hello my pipo🤣😂😂   ☝️Akajambo kamwe gusa mère❤️ wawe yahora akunda kukubwira
23/05/2022

Hello my pipo🤣😂😂

☝️Akajambo kamwe gusa mère❤️ wawe yahora akunda kukubwira

Hello guys muraho mugumye? 😪 Imvura yoba itazokongera k***a ko hirya no hino tubona imirima itarera? 🇧🇮 Aho iwanyu vyifa...
09/05/2022

Hello guys muraho mugumye?

😪 Imvura yoba itazokongera k***a ko hirya no hino tubona imirima itarera?

🇧🇮 Aho iwanyu vyifashe gute❓ nimutuganirire.

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Funboy Area TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Videos
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share