NSORO TV

NSORO TV vidéos amusants
(3)

Evelyne inyuma yokumara umwaka wose atawurunguruka, ubu yahisemwo kuja kuziko, niyasha ngo aripfuza abahungu bo.....Hera...
03/01/2024

Evelyne inyuma yokumara umwaka wose atawurunguruka, ubu yahisemwo kuja kuziko, niyasha ngo aripfuza abahungu bo.....

Heraheza wokorera imfungurwa zihiye....

Ntamukobwa afise aka kabirya ashobora kubura umugabo uko yoba asa kwose.
03/01/2024

Ntamukobwa afise aka kabirya ashobora kubura umugabo uko yoba asa kwose.

02/01/2024

UMUGORE WA KIDUM YUBAHUTSE😍/arambesheye sinamu draze😂/madam Ati ntuva aha utandirimbiye/biraryoshe

Kuntu Hosy Ari mwiza ,Jewe mbona hari hakwiye kubaho Umunsi wamuhariweUmusi wahariwe HOSY IRAKOZE
02/01/2024

Kuntu Hosy Ari mwiza ,Jewe mbona hari hakwiye kubaho Umunsi wamuhariwe

Umusi wahariwe HOSY IRAKOZE

Mwabonye vyinshi ariko uwutarabona video ya Hosy arivugisha😭😭😭
02/01/2024

Mwabonye vyinshi ariko uwutarabona video ya Hosy arivugisha😭😭😭

01/01/2024

Kubandwa_ni_iki_kandi_bimaze_iki_Amadini_mazanano_yabagaruriye_ibyibwe_mu_muco_wanyu_ntimwabimenya!(360p)

01/01/2024

MBAYAHAGA Isidore

IY_IMANA_ITABA_M_URUHANDE_RWACU_KARI_KABAYE

Perezida w'uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮Ntakintu kinezereza nko kuvyuka mugatondo nkasanga ndacari umurundi kandi ndacari mu BurundiNt...
01/01/2024

Perezida w'uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Ntakintu kinezereza nko kuvyuka mugatondo nkasanga ndacari umurundi kandi ndacari mu Burundi

Ntakintu kinezereza nko gusohoka urugo nkasanganirwa nutunyoni two mugatondo tuguruka turirimba Burundi bwacu

Ntakintu kinezereza nkogutembere uburundi nkagazwa k'umutima n'akayaga atari Tsunami kakampumura amaso nkabona ubwiza bw'abarundi n'uburundi🇧🇮🇧🇮😍

Imana yabumvye uburundi ahiri iyomba narinzi ikinyobwa ifata nayigurira gusa nayo ndazi ahiri irabona ko ataho yihenze mugushariza igihugu cayo bita Uburundi

Itunga rya mbere uburundi bufise ni jewe, ni wewe

Jewe nawe dukore cane atari ukugira tubeho ahubwo ari kugira uburundi bubeho

Agatima ko gushaka kubaho mugihe uburundi buriko burapfa, tugahambana nuwo mwaka wa 2023

Ni harambe uburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮

Ibi nivyo bita urumogi?
01/01/2024

Ibi nivyo bita urumogi?

Kandi nkubu wosanga hariho umuntu kuva umwaka watangura ataroga?🤦‍♂️
01/01/2024

Kandi nkubu wosanga hariho umuntu kuva umwaka watangura ataroga?🤦‍♂️

Kayanza🤣🤣🤣Umukobwa wambere mwiza mukayanza muruyu mwaka yaraye abonetse
01/01/2024

Kayanza🤣🤣🤣

Umukobwa wambere mwiza mukayanza muruyu mwaka yaraye abonetse

Ndazi neza ko atari abarundi benshi bazi aha hantu!Twemeze kuzi igisagara utubwira izina ryaha hantu
01/01/2024

Ndazi neza ko atari abarundi benshi bazi aha hantu!

Twemeze kuzi igisagara utubwira izina ryaha hantu

Reka dutangure umwaka n'ibintu vy'akamaroAbari bamenyereye kuburofa munyibagireGusa nturengane utavuze ko naberewe👩‍🦯👩‍🦯
01/01/2024

Reka dutangure umwaka n'ibintu vy'akamaro

Abari bamenyereye kuburofa munyibagire

Gusa nturengane utavuze ko naberewe👩‍🦯👩‍🦯

Sinzi impamvu ariko kuva ku musi wejo numva ndigukunda Mona Walda cane.Uko amasaha ahaca niko urukundo numva rugenda rwi...
31/12/2023

Sinzi impamvu ariko kuva ku musi wejo numva ndigukunda Mona Walda cane.

Uko amasaha ahaca niko urukundo numva rugenda rwiyongera😍😍

Nubwo umwaka usigaje amasaha makeya, hariho umuntu ngaha bigira binanire kwihangana mpaka asambanye🤦‍♂️🤦‍♂️Oya vrema tsi...
31/12/2023

Nubwo umwaka usigaje amasaha makeya, hariho umuntu ngaha bigira binanire kwihangana mpaka asambanye🤦‍♂️🤦‍♂️

Oya vrema tsinda icaha nawe!

None nkumuntu yabatije Mona!! 🤦‍♂️🤦‍♂️Uwutararonka video asige numero
30/12/2023

None nkumuntu yabatije Mona!! 🤦‍♂️🤦‍♂️

Uwutararonka video asige numero

Apotre Monia Fleur ariko aratwibutsa kwambara tukikwiza, nizindi ngeso zose zijanye nubushakanyiGusa rurya runtu nabonye...
30/12/2023

Apotre Monia Fleur ariko aratwibutsa kwambara tukikwiza, nizindi ngeso zose zijanye nubushakanyi

Gusa rurya runtu nabonye🤦‍♂️🤦‍♂️

Uwushaka video ya Belle Nice nayo nanyandikire, asige whatsapNdayigurisha 10000FBu
30/12/2023

Uwushaka video ya Belle Nice nayo nanyandikire, asige whatsap

Ndayigurisha 10000FBu

Muri izi nka zose wibaza ko ari iyihe ikamwa amata aryoshe?
29/12/2023

Muri izi nka zose wibaza ko ari iyihe ikamwa amata aryoshe?

Ikindi kintu ntopfa kwemera nukubwirwa ko Uwu mwigeme mwiza nkuku arwaye SIDANtibishoboka, uwu ntamugera womwubahuka
29/12/2023

Ikindi kintu ntopfa kwemera nukubwirwa ko Uwu mwigeme mwiza nkuku arwaye SIDA

Ntibishoboka, uwu ntamugera womwubahuka

Nguyu umukobwa yama mu vyipfuzo vya Sat-b
29/12/2023

Nguyu umukobwa yama mu vyipfuzo vya Sat-b

Nuku kuntu uwu mukobwa yiryamiye ntihabuze abahungu bitirimutsa!
29/12/2023

Nuku kuntu uwu mukobwa yiryamiye ntihabuze abahungu bitirimutsa!

Mariage y'umushinwa numurundiBirabishe kibona canke biraryoshe?
28/12/2023

Mariage y'umushinwa numurundi

Birabishe kibona canke biraryoshe?

Ingo ndakwereke isake yinyoni yariko irabika mwirishamba
28/12/2023

Ingo ndakwereke isake yinyoni yariko irabika mwirishamba

Umushoreye ivyamwa vy'igihumbi akwongeza kamwe mugihe uri umuhunguWibaza ko Ari agaki?
28/12/2023

Umushoreye ivyamwa vy'igihumbi akwongeza kamwe mugihe uri umuhungu

Wibaza ko Ari agaki?

Iyo wanyoye KICK ugiye kumwanda mutoyi
28/12/2023

Iyo wanyoye KICK ugiye kumwanda mutoyi

izi mbwa uko Ari zine zose zabuze ico zifata Nico zireka
28/12/2023

izi mbwa uko Ari zine zose zabuze ico zifata Nico zireka

Jewe nubundi ubugufi bwiwe bwahora buntera amakenga.Ivyuko yoba abumba inkono narinsanzwe ndavyiyumviraRaguel😏🏃🏃
27/12/2023

Jewe nubundi ubugufi bwiwe bwahora buntera amakenga.

Ivyuko yoba abumba inkono narinsanzwe ndavyiyumvira

Raguel😏🏃🏃

Uko vyatanguyeUko vyarangiye
27/12/2023

Uko vyatanguye

Uko vyarangiye

Tora imiliyoni 100 muce mubana nuwu mukobwa, wovyemera?
27/12/2023

Tora imiliyoni 100 muce mubana nuwu mukobwa, wovyemera?

Aya nayaki?
27/12/2023

Aya nayaki?

Hari abantu inkundo zabo zimeze nk'ubuzima bwo muri GAZA,Va mwivyo biroberi vya copinage uhige uwugukura imvunja nkanje
27/12/2023

Hari abantu inkundo zabo zimeze nk'ubuzima bwo muri GAZA,

Va mwivyo biroberi vya copinage uhige uwugukura imvunja nkanje

Hagati ya Lumiere, Sagesse, Universtité du Burundi, Hope hamwe na UGL, Nabahe bakobwa barambisha igisuko?Uwu bamwita Ode...
26/12/2023

Hagati ya Lumiere, Sagesse, Universtité du Burundi, Hope hamwe na UGL, Nabahe bakobwa barambisha igisuko?

Uwu bamwita Odetta, iki nigisuko comuri Jamvier yiga kurimwe mu ma unerversité yigenga

Kandi nkaha wosanga hatabuze umurundi ababajwe nuko Bus zabonetse?😂😂😂
26/12/2023

Kandi nkaha wosanga hatabuze umurundi ababajwe nuko Bus zabonetse?😂😂😂

Ukuntu mwese muzi ko uno munsi ari Lundi birikunyica😂🤦‍♂️🤦‍♂️
26/12/2023

Ukuntu mwese muzi ko uno munsi ari Lundi birikunyica😂🤦‍♂️🤦‍♂️

Muhira iwanje harakanye cane uno musi sinzi impamvu🤷‍♂️🤷‍♂️
26/12/2023

Muhira iwanje harakanye cane uno musi sinzi impamvu🤷‍♂️🤷‍♂️

Uko naraye nkoze isosi ya NoelNoel nziza kuri mwese mukurikira ubugugu butangwa najewe ikigugu
26/12/2023

Uko naraye nkoze isosi ya Noel

Noel nziza kuri mwese mukurikira ubugugu butangwa najewe ikigugu

Nari nkangutswe bano bantu ngo naba Catholique kumbe n'umugabo n'umugore😍😍Ibisazi
25/12/2023

Nari nkangutswe bano bantu ngo naba Catholique kumbe n'umugabo n'umugore😍😍

Ibisazi

Ibintu biriko biraba Ingozi biratangaje!Wosanga bigira bisubire kandi nka wa mwaka🤦‍♂️🤦‍♂️🤦‍♂️
25/12/2023

Ibintu biriko biraba Ingozi biratangaje!

Wosanga bigira bisubire kandi nka wa mwaka🤦‍♂️🤦‍♂️🤦‍♂️

Cadeaux za Noël zatanguye kuzaNtiwitinye kunyipfuriza Noël in box avec des messages de lumicash
25/12/2023

Cadeaux za Noël zatanguye kuza

Ntiwitinye kunyipfuriza Noël in box avec des messages de lumicash

Address

Avenue De L'amitié
Bujumbura
BUJUMBURA

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when NSORO TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share

Category

Nearby media companies


Other TV Channels in Bujumbura

Show All

You may also like