Baraka tv+257

Baraka tv+257 tiktok.com/
(1)

 " agira ati :  Abantu Bose bazoja mw ijuru kuko Yesu yabacunguye.......✍️✍️✍️✍️Twizere Kristu kuko yaraducunguye niho t...
02/02/2025

" agira ati : Abantu Bose bazoja mw ijuru kuko Yesu yabacunguye.......✍️✍️✍️✍️
Twizere Kristu kuko yaraducunguye niho tuzobaho nk abana b'Imana. Umuntu ni impwemu y Imana yambaye umubiri.....🤲🤲🤲🤲🤲

N.B: UMUNTU N IMPWEMU Y IMANA
UMUNTU=UMUBIRI+IMANA DATA+YESU+MPWEMU YERA

Niki ubona wokongerako kumajambo intumwa y'Imana yashikirije???✍️✍️✍️✍️✍️

None tuvuge ko iyi yonyene ariyo yari yubakishije amatafari??? Izindi zari imbaho??🙄🙄🙄🙄
14/01/2025

None tuvuge ko iyi yonyene ariyo yari yubakishije amatafari??? Izindi zari imbaho??🙄🙄🙄🙄

🔥🔥🔥🔥Ukiskia   ujue k**a ndo South Africa ✍️✍️✍️✍️Ukiskia    Ujue ndo Amercan wanakwambiaa....🤸🤸🤸Na ukiskia   ujue ndo BU...
15/12/2024

🔥🔥🔥🔥Ukiskia ujue k**a ndo South Africa ✍️✍️✍️✍️
Ukiskia Ujue ndo Amercan wanakwambiaa....🤸🤸🤸

Na ukiskia ujue ndo BURUNDI wanakwambia🚶🚶🚶🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🏃🏃🏃🏃

😳 🇿🇦 Umuririmvyi yaraye akoze ibidasanzwe ariko Kuri We ni nk'ibisanzwe hiyii ndo Nimekwambia ....kwao Na P.DIDY🤣🤣🤣🤣

🏟️ Imbere y'abafana barenga 94000 kukibuga " FNB Stadium " mugisagara ca Johannesburg aya niyo masanamu yaranze igiteramo .

🕺Uwu muraperi w'umunyamerika 🇺🇲 yari amaze igihe nawe ariko yagirizwa gufatana kunguvu . Iki caha yagirizwa bivurwa ko yagikoreye Uwahoze ari umukunzi wiwe mu mwaka 2009.

Ishirahamwe Mpuzamakungu ryari ryasavye ko yofatirwa ibihano vy'uko ibiteramo bibiri yari afise i Johannesburg vyohagarikwa ariko ntivyakunda.

🚉   🇹🇿 : Itereni ( Train ) ya SGR Yava  I Dar es Salaam ija Dodoma yazimye iriko igenda ica irahagara kubera ikibazo c'i...
04/12/2024

🚉 🇹🇿 : Itereni ( Train ) ya SGR Yava I Dar es Salaam ija Dodoma yazimye iriko igenda ica irahagara kubera ikibazo c'icika ry'umuyagankuba .

✍🏿 Nk'uko urubuga rubitangaza ngo ntawahagiriye ikibazo.

💡Umuyagankuba umaze kugaruka urugendo rwabandanije.

🤣🤣🤣 Mbappé jewe nzi suyu bagabo..🤣🤣 baraduhangitse baduha igi copy ciwe🤣🤣🤣Bafashe uburobe bazingira muri pochette baca b...
27/11/2024

🤣🤣🤣 Mbappé jewe nzi suyu bagabo..🤣🤣 baraduhangitse baduha igi copy ciwe🤣🤣🤣

Bafashe uburobe bazingira muri pochette baca baraduha ndake...😂😂🤣
fans

Kubera ubushari bubuzuye....🤣🤣muraje muvuge KO uyu mwana atabakomye 🤣🤣Hari abantu N'Imana batayemera🤣🤣...ariko ibi kuvye...
18/11/2024

Kubera ubushari bubuzuye....🤣🤣muraje muvuge KO uyu mwana atabakomye 🤣🤣

Hari abantu N'Imana batayemera🤣🤣...ariko ibi kuvyemera sigisabo nukurii Inès Raguël yadukomyeee✍️✍️🤸🤸🤸🔥🔥🔥🔥🔥

Ngiyi yose Aho yibereye👇👇👇👇👇👇https://youtu.be/sxLQcu2zcpc?si=NRh-TQmbecLFmZ92

😭 Tanzania 🇹🇿 : KARIAKOO k'umugwa mukuru w'ubutunzi Dar Es Salaam, IGorofa 🏢 Yakora Cane M'Urudandaza Yabomokeye Ku Bant...
16/11/2024

😭 Tanzania 🇹🇿 : KARIAKOO k'umugwa mukuru w'ubutunzi Dar Es Salaam, IGorofa 🏢 Yakora Cane M'Urudandaza Yabomokeye Ku Bantu. Igitigiri C'Abitavye IMANA Ntikiramenyekana ! 😭 💔

Iryo Sanganya Ryabaye Uno Musi Mu Gatondo, Ibikorwa Vyo Gutabara Bikaba Bibandanya, Hari Abamaze Kurokorwa.

Bamwe Mu Baguweko N'Ibihomoka Vy'Iyo Gorofa, Bakaba Bahamagara Abantu Kuri Ngendanwa Kugira Babafashe Bongere Babaronse Amazi.

Umukuru w'igihugu ca Tanzania Samia Suluhu Hassan abicishije kuri akaba yasabiye ku Mana abahakomerekeye gukira yongera ahoza n'ababuriye ivyabo muri iryo sanganya.

Baraka tv+257 Baraka Promotor

ITANGAZO RYO KURANGISHA---------_--------------------------------------                           Umwana w'umukobwa yitw...
15/11/2024

ITANGAZO RYO KURANGISHA
---------_-------------------------------------- Umwana w'umukobwa yitwa Niyomuhoza Cecile, afise imyaka 14 (14ans),avuka Igisanze muntara ya Muyinga,Se yitwa Ruvuzandekwe Sebastien, nyina yitwa Karenzo Sophia. yazimiriye mugisagara ca Bujumbura kumusi wa kabiri itariki 05/11/2024 mumasaha ya sasita z,umurango(12h A.M),aho yaravuye mwisoko ryo mubukirasazi rimwe mumasoko yo muri Commune NTAHANGWA ,Zone Kinama .

Igihe yava Aho akorera yagiye yambaye agapira k**aboko magufi gasa na Rose,hamwe nakajipo kirabura kudushugwe.Uwoba yaramutoye ,yomushikana mukinama,bubanza ibarabara rya 10 ,numero 17,canke agahamagara kuriyi numero 61084773

IMANA IBAHE IMIGISHA...✍️✍️✍️

08/11/2024

na Baratwemereye ko bakundana atari Game barimwo Lino_g ngo niryambere akunze�

04/11/2024

Abantu mukwandika sms isanzwe bisanga narungitse akajambo kamwe kamwe ukwako kurya kwa whatsap kandi ari Ama unité baze tumenyanee

03/11/2024

Amanota angahe KURABA BAKOBWA?

Happy born day to my self .  Am very happy to see thisAmazing day 🤗when my lovely Mum accepted me that i nativity.Am out...
01/11/2024

Happy born day to my self .
Am very happy to see this
Amazing day 🤗when my lovely Mum accepted me that i nativity.
Am out of words to show how am really joyfull🥰🤗 Happy birthday yo me again🎂

Lumicash ni 69330574🤣🤣🤣🤣
Ecocash ni 79660077🤗🤗
Murabe ntimwihendee😋😋😋😋😋

26/10/2024

Aba Barcelone morale ni yosee🤣🤣🤣🤣

Notre vache 🐄 Alvin smith frimeur  🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎶🎶🎶🎶
25/10/2024

Notre vache 🐄 Alvin smith frimeur 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎶🎶🎶🎶

Big Fizzo  wacu disi🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌹🌹🌹🎵🎵🎶🎶🎶🎶🎶🎶
23/10/2024

Big Fizzo wacu disi🤣🤣🤣🤣🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌹🌹🌹🎵🎵🎶🎶🎶🎶🎶🎶

Mwamba huuuyuuu🦾🦾🦾🦾⚽⚽⚽⚽⚽
23/10/2024

Mwamba huuuyuuu🦾🦾🦾🦾⚽⚽⚽⚽⚽

22/10/2024

Kera wishe igikere mama wawe yaca acika amabere🤣🤣
Ubu naho ngo ni gute ???🤣🤣🤣

Address

Kinama
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Baraka tv+257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share

Category