GOLD Africa TV

GOLD Africa TV Ivyiyumviro vyacu niryo terambere ryacu, twebwe n'igihugu cacu.

retour en Images : Amwe mumasanamu yaranze ubugeni bw'umu Star akomeye cane muri Film ndundi yaraye agiye ahabona, aho u...
21/01/2025

retour en Images : Amwe mumasanamu yaranze ubugeni bw'umu Star akomeye cane muri Film ndundi yaraye agiye ahabona, aho umugwi wacu wa GOLD Africa TV wari wahishikiye kumushigikira.

Amazina yahawe n'abavyeyi ni , muramuzi cane mumareresi menshi ngaha muburundi harimwo na Film yaciye ngaha kumbuga zacu, Film UMUGORE W'ISEZERANO, Film yitwa DAIMONI ari nayo uyu musore ubwiwe yanditsemwo amateka yiwe yambere nk'umu acteur principal muri film ndundi imbere ya camera za Ghusso Goldenbrain, umwe muba cameraman bariko babikora neza muri iki gihugu.

Ivy'uno mugabo yaraye akoze ubukwe ntitwobiheza, ariko urashobora kuraba bimwe mubikorwa mvabwenge vyiwe uciye kuri izi link πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡https://youtu.be/28lH47Vqqlo?si=98668uXyNqvPWhqU

https://youtu.be/kNtQH9ug3wY?si=qZbCuKoNucTen-Y3

https://youtu.be/L7h4pRC-NgQ?si=mN26JxgbWDS3Wezy

Umwe mubigeme mwamenye muri film  , agiye kugaruka muri film nziza igiye guca kuri youtube ya GOLD Africa TV, ico usabwa...
20/01/2025

Umwe mubigeme mwamenye muri film , agiye kugaruka muri film nziza igiye guca kuri youtube ya GOLD Africa TV, ico usabwa ni kimwe, Fyonda ngaha wirabire πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡ https://youtu.be/kNtQH9ug3wY?si=247Wdp_3Wjsgbxgp

08/01/2025

Prank yambere y'umwaka πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚, Nararyamanye n'ibigabo ntazi igitiri πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚ Urashobora gukurikirana ibindi bikorwa vyacu uciye aha https://youtube.com/?si=_RstDhQtIITrQJSE

  : Aya namwe mumasanamu yaranze ibirori vya Mariage y'umwe mubakinyi ba film ndundi zisanzwe zica ngaha kuri runo rubug...
10/12/2024

: Aya namwe mumasanamu yaranze ibirori vya Mariage y'umwe mubakinyi ba film ndundi zisanzwe zica ngaha kuri runo rubuga rwacu rwa GOLD AFRICA TV.
Ni umwigeme azwi kw'izina rya asanzwe akunzwe cane n'abarundi ndetse n'isi yose muri rusangi, aho inyuma yo kuboneka muri film nyinshi haba izo yakinye ataraza muri uyu mugwi wacu ndetse n'izo yakinye ngaha nyene, yaraye yinjiye mubuzima bwiwe bushasha bw'abubatse izabo.
Abatamwibuka neza mwoshobora gufyonda ngaha kuri ino link πŸ‘ˆπŸ‘†πŸ‘‰πŸ‘‡ https://youtu.be/aHwmG5sTRXs?si=uemSjA1vz0Sxrh0Q
Mukaraba ibikorwa amaze kubonekamwo, ndabizi muraza kubikunda cane.

Tubandanya tumwipfuriza kugira urugo ruhire.

GOLDGOLD Africa TV

MPAWE Promoter ntaco asigarije abakinyi ba film ndundi, umukinyi wambere mwiza muri film ndundi, Sabbas Nkurunziza, F***...
18/11/2024

MPAWE Promoter ntaco asigarije abakinyi ba film ndundi, umukinyi wambere mwiza muri film ndundi, Sabbas Nkurunziza, F***y, Abel, John kay abo bose Muri GOLD AFRICA TV ????!!!!.

Umviriza ivyo yavuze vyose πŸ‘‡πŸ‘‡??
https://youtu.be/UrWxrnBw7Ac?si=fB9lAESwImYOngN6

https://youtu.be/UrWxrnBw7Ac?si=fB9lAESwImYOngN6

MPAWE Promoter, SABAS, F***Y, ABEL,Sinoba Icitegerezo Cabo. JOHN KEY Akunda IJIPO, BRIOGHTON ArabarAvailable each news, for entertaining the fans and give ch...

Biba bibabaje iyo umugabo akubita umugore wiwe kugeza n'aho amwica.Ibi vyo birababaje πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡
10/11/2024

Biba bibabaje iyo umugabo akubita umugore wiwe kugeza n'aho amwica.
Ibi vyo birababaje πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡

top TV Vibes TV TV AFRICA TVUshaka gukurikirana film zirimwo inyigi...

18/09/2024

Aho iwanyu iyi Film mwayakiriye gute?? Ja muri commentaires urabonayo link y'ibikorwa vyacu

11/08/2024

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Beny Nolia Kamikazi, Dada Darlene Gahimbare, Joyeux La Victoire Ineza, Ossy Irankunda, Ngendakumana Bébé Bède

Address

Bujumbura
BP1538BUJUMBURA

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when GOLD Africa TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to GOLD Africa TV:

Videos

Share