From its beginnings in 1975, SBS has evolved into a contemporary, multiplatform and multilingual media organisation with six distinctive free-to-air TV channels in SBS, National Indigenous Television (NITV), SBS VICELAND, SBS Food, SBS World Movies, and SBS WorldWatch; an extensive radio, audio, and language content network providing more than 60 culturally and linguistically diverse communities w
ith services in their preferred language; and an innovative digital offering, including streaming destination SBS On Demand, available to audiences anytime, anywhere. Follow us on Twitter: twitter.com/SBS
Follow us on Instagram: instagram.com/sbs_australia
HOUSE RULES
This page is a way to get updates, the latest information, promotions and more for SBS and our shows. We'd love for you to leave comments, share photos and videos here. However, please always be respectful of others otherwise or we might need to take down your comments. We also reserve the right to remove spam, reposts, repetitive comments, and those that attempt to interrupt or derail a conversation between other members of the community. Whilst we welcome contributions to our page, we do not endorse the content of those contributions. Contributions should comply with SBS' Network Terms and Conditions and Privacy Policy which are linked clearly below. Network Terms and Conditions
sbs.com.au/terms
Privacy Policy
sbs.com.au/privacy
Kuva igitangura mu 1975, SBS yamye ijana n’igihe, igakoresha ubuhinga butandukanye hamwe n’itunganywa ry’itangazamakuru mu ndimi zitandukanye mu bisata vy’imboneshakure bitandatu vya SBS, Imboneshakure y’Igihugu y’abasangwabutaka (NITV), SBS VICELAND, SBS Food, SBS World Movies, na SBS WorldWatch; insamirizi yagutse, ku majwi, hamwe n’urukurikirane rw’ibiganiro bitangwa mu ndimi zirenga 60 hakurikijwe uruhurirane rw’imico n’indimi bitandukanye hisunzwe amashiramwe mu ndimi bihitiyemwo; kandi Ingabire y’ubuhinga buhinyanyuye, harimwo kumurika werekeza kuri SBS On Demand, amakuru agashika ku kubayumviriza umwanya uwariwo wose, ahariho hose. Dukurikire kuri Twitter: twitter.com/SBS
Dukurikire kuri Instagram: instagram.com/sbs_australia
AMATEGEKO YO MUNZU
Uru ruhome rwa Facebook ni inzira yo kuronka ibigezweko, amakuru mashasha, ivyo kwamamaza n’ibindi vyinshi twerekana bica kuri SBS. Turifuza ko ugira ico ushikirije, usangize amafoto n’amasanamu aha nyene. Naho biri uko, turasavye wamane icubahiro iminsi yose ku bandi atari ivyo dushobora gufuta ivyo mwashikirije. Turisigariza uburenganzira bwo kuvanaho Spam, ivyo bahanahanye, igaruka garuka y’ivyo bashikirije bisa, be n’abo bagerageza gutoba canke kuburabuza ikiganiro hagati y’abandi banywanyi bo mu kibano. Bitayeko, dushishikariza intererano ku rukuta rwacu rwa Facebook, ntidukundwakaza ivyiyumviro mwatanze. intererano zitegerezwa kujana n’amategeko n’amabwirizwa y’umuhora wa SBS be itegeko ryihariye ariryo ryometseko neza aha hasi. Amategeko n’amabwiriza y’umuhora
sbs.com.au/terms
Itegeko ryihariye
sbs.com.au/privacy