17/11/2023
Intamba zacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 oyeeee🔥
FROM ZERO TO HERO
(6)
Intamba zacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 oyeeee🔥
Ibiteramo birabandanya ku munsi w'ejo 18.11.2023 bazoteramisha abarundi n'abandi basanzwe baba mu gihugu c'ubudagi.
Bandanya mukurikirana urubuga daflx.com maze ube mu bambere baronka ubushimwe mu kwezi kuza.
Hari inkuru mugira ngo mudusangize? Ibi bintu tumaze kubibona biba kenshi, turashaka kumenya ukuri twese. Tumenyeshe!!!
Ibindi ugurura compte yawe kuri daflx.com maze ube mu bambere baronka ubushimwe mu kwezi kuza kurangiza umwaka.
N'iki womenya ku munsi wa 40 w'intambara hagati ya Israël na Gaza. Abagore n'abana bari mu babangamiwe cane
⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
daflx blog article about | INTAMBARA : UKO BIMEZE KU MUNSI WA 40 W'INTAMBARA HAGATI YA ISRAËL NA GAZA
UKO BIMEZE KU MUNSI WA 40 W'INTAMBARA HAGATI YA ISRAËL NA GAZA
=============
Ugurura iyi link usome inkuru yagutse ⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
https://www.daflx.com/articles/intambara-uko-bimeze-ku-munsi-wa-40-wintambara-hagati-ya-israel-na-gaza
Umunsi wa 40 w’intambara yo muri Gaza ivyo bamwe mu bategetsi bashikiriza.
Mu gihe intambara muri Gaza igeze ku munsi wa 40. Israel ikomeje kurasa ahantu hose hakoreshwa n’akagwi ka Hamas, ndetse ubu inkuru ivugwa cane n'ibitaro binini biriko biraterwa muri Gaza.
Ivyo bitaro birimwo abacivile barenga 2000 bagiye gusaba ubuhungiro .
Yaron Finkelman, umukuru w'ingabo za Israël yamenyesheje ko bateye ibitero ku bitaro vya Shifa kandi ko bagomba kubandanya Yagize Ati “Tuzobandanya tuja imbere”.
Abana benshi kw'isonga ry’abamaze gupfira muri Gaza
Kuva hatangura intambara, abantu 11.240 bo muri Gaza bamaze gupfa. Abo harimwo abana 4.630 mu gihe abagore ari 3.130.
Abakomeretse bo ni 27.490 barimwo abana 8.663.
Mu gace ka West Bank, abamaze gupfa ni 183 harimwo abana 44 n’umugore umwe. Abakomeretse ni 2.400.
Muri Israel, abamaze kwicwa ni 1.200 mu gihe abakomeretse ari 5.600.
Inkuru yagutse ugurura hano
⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
https://www.daflx.com/articles/intambara-uko-bimeze-ku-munsi-wa-40-wintambara-hagati-ya-israel-na-gaza
Ibindi ugurura compte yawe kuri daflx.com ube mu bambere baronka ubushimwe mu kwezi kuza.
UKO BIMEZE KU MUNSI WA 40 W'INTAMBARA HAGATI YA ISRAËL NA GAZA
=============
Ugurura iyi link usome inkuru yagutse ⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
https://www.daflx.com/articles/intambara-uko-bimeze-ku-munsi-wa-40-wintambara-hagati-ya-israel-na-gaza
Umunsi wa 40 w’intambara yo muri Gaza ivyo bamwe mu bategetsi bashikiriza.
Mu gihe intambara muri Gaza igeze ku munsi wa 40. Israel ikomeje kurasa ahantu hose hakoreshwa n’akagwi ka Hamas, ndetse ubu inkuru ivugwa cane n'ibitaro binini biriko biraterwa muri Gaza.
Ivyo bitaro birimwo abacivile barenga 2000 bagiye gusaba ubuhungiro .
Yaron Finkelman, umukuru w'ingabo za Israël yamenyesheje ko bateye ibitero ku bitaro vya Shifa kandi ko bagomba kubandanya Yagize Ati “Tuzobandanya tuja imbere”.
Abana benshi kw'isonga ry’abamaze gupfira muri Gaza
Kuva hatangura intambara, abantu 11.240 bo muri Gaza bamaze gupfa. Abo harimwo abana 4.630 mu gihe abagore ari 3.130.
Abakomeretse bo ni 27.490 barimwo abana 8.663.
Mu gace ka West Bank, abamaze gupfa ni 183 harimwo abana 44 n’umugore umwe. Abakomeretse ni 2.400.
Muri Israel, abamaze kwicwa ni 1.200 mu gihe abakomeretse ari 5.600.
Inkuru yagutse ugurura hano
⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
https://www.daflx.com/articles/intambara-uko-bimeze-ku-munsi-wa-40-wintambara-hagati-ya-israel-na-gaza
Ibindi ugurura compte yawe kuri daflx.com ube mu bambere baronka ubushimwe mu kwezi kuza.
Hari agakuru keza kuri Alvella Muhimbare.
Alvella agiye kunzunguruka umugabane wa Asia na Buraya.
Ibisigaye ugurura compte yawe kuri daflx.com ube mu bambere baronka ubushimwe mu kwezi kuza.
🇧🇮🚨 BOUM Biragiye Intamba Mu Rugamba zitsinze Gambie ibitsindo 3-2.
Abatsinze muri runo rukino ni Abedi Bigirimana, Frédéric Nsabiyumva na Sudi Abdallah.
Isanamu: UmuUmugezi Actu
Yatemaguye se wabo amuziza kwabira nyina wiwe buri joro iyo atashe. Se w'umuhungu yari yarahukanye kubera ivyo
daflx blog article about | TANZANIYA : YATEMAGUYE SE WABO AMUZIZA KWABIRA NYINA WIWE YARI AMAZE IGIHE YAHUKANYE.
Ngo hari ibintu vyoba mu muziki w'Iburundi vyotangaza benshi. Nawe niko ubibona ? Tubwire ibindi wibaza.
Ibisigaye ugurura compte yawe kuri daflx.com maze ube mu bambere baronka ubushimwe mu kwezi kuza.
Mwakiriye gute ya Drama T aho muherereye?
Mwipfuza kuyishira muri ngendanwa zanyu birakunda!!!
Egome birakukunda ko muyumviriza umwanya wose mwishakiye. Ca ngaha uyi téléchargé bikoroheye
⬇️⬇️⬇️⬇️
https://www.daflx.com/tracks/Kode
http://www daflx.com/tracks/Kode
Indirimbo ya ihejeje gusohoka. Mushobora kuyishira muma téléphone yanyu muciye hano Kode - DramaT
⬇️⬇️⬇️⬇️
https://www.daflx.com/tracks/Kode
Take your flower 🌹🌷🌹
Mubona asa nande ?
Vuga izina ryiwe muri commentaires
Alvin smith frimeur agiye gushira film hanze, igizwe ahanini n'ubuzima bwiwe.
Mu mushigikire uyu mu type adasanzwe
Indirimbo ya Natacha Burundi arikumwe na Kaligraph imaze kurabwa n'abarenga 500k mu kiringo c'indwi imwe gusa.
Bandanya mwumviriza yote⬇️⬇️
daflx.com/tracks/Yote
Turakeje Natacha BURUNDI
''Mfise ihungabana muzombe hafi''
Umutamvyi wo mu gihugu c'urwanda T**i Brown ari mu munezero inyuma y'imyaka 2 ari mu buroko. Uwo mutamvyi, akimara gusohoka yamenyesheje ko afise ihungabana. N'igiki twomenya ku buzima bwiwe.
Fyonda hano
https://www.daflx.com/articles/imyidagaduro-agakuru-keza-titi-brown-yari-amaze-imyaka-2-apfunzwe-yambitswe-izera
Ibindi kurikirana urubuga daflx.com ube mu bambere batahukana agashimwe mu kwezi kwa 12.
Umuryango w'abamenyeshamakuru waraye ubuze umwe mu ndongozi z'iradiyo Bonesha Amakuru Egide Ndayisenga.
Urubuga rurahojeje umuryango wiwe w'amaraso n'uwabamenyeshamakuru muri rusangi.
daflx blog article about | INKURU Y'UMUBABARO : UMURYANGO W'ABAMENYESHAMAKURU WABUZE UMWE MU NDONGOZI ZA BONESHA.
⛔YAKOZE IGITERAMO CA MBERE MU RWANDA ATANGANZWA N'URUKUNDO BAMWERETSE.
✅Jean Patrick Bimenyimana yamenyekanye cane kw'izina rya JP BIMENI alias Mudibu mu myaka ya 2006-7, yakoze igiteramo ca mbere mu Rwanda arikumwe n'abamufasha gucuratanga 'Kitenge band' yatangajwe n'urukundo yeretswe n'abitabiriye ivyo birori.
JP BIMENI umukabwe mu muziki wa ‘Classic soul’ yavuze ko yatangajwe n’uburyo yakiriwe i Kigali kuko vyarenze uko yibaza.
Mu gitaramo yakoze kuwa 11.11.2023 i Nyarutarama arikumwe n'umugwi 'Kitenge band' na Kiki Touré yamufashije kuririmba zimwe mu ndirimbo zakunzwe harimwo “Wagiye he”na “Yarantumye” zadyoheye benshi bari murico kibanza.
Bwari ubwambere ateramiye mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ariko yatangajwe n'urukundo yeretswe n'abanyarwanda benshi bari bitabiriye igiteramo ciwe.
Yagize Ati “Iki gitaramo ni ica mbere, nanyuzwe n’ urukundo nahasanze, ukuntu nakiriwe hari abantu baryohewe bashaka ko tugumana, ni ibintu bishimisha umutima wanje kandi rwose tuzogaruka.”
Inkuru yagutse ugurura hano ⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
https://www.daflx.com/articles/imyidagaduro-jp-bimeni-yakoze-igiteramo-ca-mbere-mu-rwanda-atanganzwa-nurukundo-bamweretse
Ibindi kurikirana urubuga daflx.com ubashe kuba mu bambere baronka ubushimwe mu kwezi kuza.
💎⛔NIGÉRIA NIYO YIGANJE MU BANYAFURIKA BARI MW'IHIGANWA GRAMMY AWARDS2024.
Abaririmvyi benshi bo muri Nigeria harimwo Davido, Burna boy, Asake, Tems, n'abandi nibo biganje mw'irushanwa rya Grammy Awards 2024 rigiye kuba ku ncuri yaryo ya 66.
https://www.daflx.com/articles/imyidagaduro-nigeria-niyo-yiganje-mu-banyafurika-bari-mwihiganwa-grammy-awards2024
Umuririmvyi Davido ari muri ryo higanwa, ahatanye mu mice utatu harimwo 'Global album' abikesheje album yiwe yise “Timeless” ari no muce wa kabiri wa 'Best African Performance' abikesheje indirimbo yise “Unavailable” , ndetse n’ica Best 'Global Music Performance' abikesheje indirimbo yise “Feel”
Burna Boy nawe aririmwo ahatanye mu mice 4 harimwo 'Best Melodic Rap Performance', abikesheje indirimbo yiwe yise “Sittin’ On Top Of The World” afadikanije na 21 Savage.
Album yiwe “I Told Them” iri mu muce wa 'Best Global Music Album', indirimbo yise “Alone” iri muri 'Best Global Music Performance' mu gihe iyo yise “City Boys” iri mu muce wa 'Best African Music Performance'.
Burna Boy niwe muririmvyi ava ku mugabane wa afurika ari mu mice mwinshi y'ihiganwa.
Tanzanie yaserukiwe na Rayvanny
Inkuru yagutse ugurura hano ⬇️⬇️
https://www.daflx.com/articles/imyidagaduro-nigeria-niyo-yiganje-mu-banyafurika-bari-mwihiganwa-grammy-awards2024
Ibisigaye ugurura compte yawe kuri daflx.com ube mu bambere baronka ubushimwe mu kwezi kuza.
Umwungere mukuru wa Ekleziya Gatorika yirukanye burundu umusenyeri wo muri Amerika amuhora kutubahiriza amategeko yi Roma.
⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
daflx blog article about | IMYIDAGADURO : PAPA YIRUKANYE BURUNDU UMWE MUBA NSENYERI BO MURI AMERIKA.
Simpanuka oya n'umushoferi yashatse kwica mugenzi we amuhora ko amutwara igitoro.
⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
daflx blog article about | IMYIDAGADURO : HARI UMUSHOFERI YASHATSE KWICA MUGENZI WE AMUHORA KO AMUTWARA IGITORO.
La chanson de Double-jay OnceAgain totalise un million de vues sur Youtube. Félicitations à lui.
Inkino : hateguwe inkino za Basketball ryiswe "Ninde asumba uyundi" rizohuza abakinyi beza baranza umwaka mu Burundi no mu Rwanda.
⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
daflx blog article about | INKINO : HATEGUWE IRUSHANWA RYA BASKET BALL RIZOHUZA U BURUNDI N'U RWANDA
Ariella Irakoze arabangamiwe na kanseri igeze ku rugero rwa nyuma. Raba uko amerewe⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
daflx blog article about | IMYIDAGADURO : ARIELLA IRAKOZE ARABANGAMIWE NA KANSERI IGEZE KU RUGERO RWA KANE.
Yaciye ukuboko k'umusuma none nawe yaciwe izosi birababaje.
Birabe uko vyagenze hano
👇👇👇👇👇👇
daflx blog article about | KAYANZA : YAFASHE UMUSUMA AMUCA UKUBOKO, NAWE ACA ARAMWICA.
Birababaje yaciye ukuboko umusuma nawe baca baramutemagura aca acikanira aho nyene. Iryo bara ryabereye mu Kayanza kuwa 6.11.2023.
Inkuru yose👇👇👇👇👇
daflx blog article about | KAYANZA : YAFASHE UMUSUMA AMUCA UKUBOKO, NAWE ACA ARAMWICA.
La vidéo Bye de Meili Official atteint la barre de 200k en seulement 2semaine.
Bravo à elle
Umuririmvyi D-ONE 257 yahawe agashimwe na youtube karonka uwukwijije ibihumbi ijana bamukurikirana. Arashimira cane Iteka Media kuba yaramuhisemwo.
Yagize Ati :"Ubwambere nambere Reka nshimire kuba mwarampisemwo mwubahwe cane, Nongere Nshimire lbinyamakuru, Amasamirizi hamwe N’abakunzi banje ,b'umuziki w'uburundi murirusangi kurukundo mushishikara kunyereka. Aya n’amateka munkoreye mumwanya muto cane bikabandanya bimpa Icizere C’ejo heza kurusha. God bless you all."
Murashobora kubandanya mwisomera inkuru ijanye n'urugendo rwiwe rw'umuziki muciye hano ⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
https://www.daflx.com/articles/imyidagaduro-d-one-muzi-ubu-vyaramugoye-kugira-abe-uwiratiro-bose-batamarira
We Love Muzika
Take your flower 🌹🌷🌹
Hari umugore yafashwe yivye impene zitatu mu kabezi, imwe akaba yari yayibaze abenegihugu bamuciriye urwa pilato. Raba uko bamwikoreje iyo yaramaze kubaga
⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
daflx blog article about | IMYIDAGADURO : UMUGORE YAFASHWE YIVYE IMPENE ZITATU, IMWE AKABA YARI YAMAZE KUYIBAGA.
Birababaje cane, abantu bariwe n'imvubu mu kiyaga Tanganyika. Harokoka umwe gusa
⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
daflx blog article about | BURUNDI : ABANTU BANE BAHASIZE UBUZIMA, IMVUBU YASAMBUYE UBWATO IHITANA ABANTU BABURIMWO.
Rukundo Onesime
Take your flower 🌹🌷🌹
Onesime Rukundo yakuriye muri le Messager Ngozi aripfuza gufasha umugwi wiwe wa police FC gutahukana igikombe. Raba ico abivugako
⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
daflx blog article about | FOOTBALL : ONESIME RUKUNDO ARIPFUZA GUFASHA GUTWARA IGIKOMBE UMUGWI WA POLICE FC UTARATWARA NA RIMWE.
Uyu munsi n'isabukuru ry'umuririmvyi D-ONE 257
Mudufashe kumukeza uyu mwana yavutse.
Yubatse izina bigoranye , muribuka intahe yatanze mu kinyamakuru inyarwanda.com mushobora kubiraba hano
⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
https://www.daflx.com/articles/imyidagaduro-d-one-muzi-ubu-vyaramugoye-kugira-abe-uwiratiro-bose-batamarira
i buruseli yakije umuriro.
========
Mu biteramo bariko bakorera mu bihugu vya burayi, umugwi Biliman boy ugize na Double Jay& Kilikou ejo kuwa 4.11.2023 baraye banditse amateka mu gihugu c'ububiligi.
Bano bakoze ubukwe batararangiza kwiga secondaire. Abavyeyi babo nabo babashigikiye cane.
⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
daflx blog article about | IMYIDAGADURO : BATARARANGIZA AMASHURE YISUMBUYE NONE BIYEMEJE KUBANA AKARAMATA.
Bujumbura
Bujumbura
Be the first to know and let us send you an email when IZE MAG posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.
Send a message to IZE MAG:
@kilikou_akili i buruseli yakije umuriro. ======== Mu biteramo bariko bakorera mu bihugu vya burayi, umugwi Biliman boy ugize na Double Jay& Kilikou ejo kuwa 4.11.2023 baraye banditse amateka mu gihugu c'ububiligi.
Umuririvyikazi Meili Official yateguje abakunzi biwe amasanamu y'indirimbo 'Bye', isanzwe iri mu rukurikirane ruto aherutse gushira ahabona. N'indirimbo yakozwe mu buryo bw'amajwi na X Fecta SoundMindz mu gihe amasanamu yatunganijwe na @Hugue Bana Izoba ibaye indirimbo ya kabiri ikorewe amasanamu, mu gihe iyambere yakiriwe neza cane.
🔴Live in Bujumbura: Umurifimvyi w'icamamare Big Fizzo niwe yahereje mu giteramo ciswe ic'umusangiro n'abakunzi b'umuririmvyi The Ben yakoreye kuri Eden Garden. N'igiteramo citabiriwe n'abanyacubabiro, abaririmvyi bavuye Mu Rwanda, Burundi,, abamenyeshamakuru batandukanye bakorera mu Rwanda Burundi, n'abandi Benshi. Eden garden yari yuzuye. Ino munsi naho igiteramo kibera kuri Messe des officiers. #izemag #Burundi #Rwanda #theben
🔴LIVE in Bujumbura: Yifashishije indirimbo yiwe nka 'Thank You' yakoranye n'umuririmvyi Tom Close yo guhimbaza Imana , The Ben yongeye gushimisha ibihumbi y'abakunzi biwe bitabiriye igiteramo c'umusangiro[Meet &Greet] cabereye kuri Eden Garden. #izemag #Burundi # #Rwanda #theben
⛔Live in Bujumbura : 'Abarundi n'Abanyarwanda twese turi Abavandimwe'. Ijambo rya Uwicyeza Pamella yagiye ku butambiro atwawe n' umugabo wiwe The Ben kugira ngo agire ico ashikirije mu giteramo ca bereye muri Eden garden. #izemag #theben #Burundi #Rwanda #uwicyerapamella
🔴LIVE in Bujumbura: Umuririmvyi w'Umurundi Dr Claude ari mu bubatse izina yakunzwe mu ndirimbo 'Contre Success' yahawe umwanya wo guteramira abantu bitabiriye igitaramo ca The Ben. Ku butambiro yasanganiwe n'uwahoze ari Umunyamakuru #Tidjala Kabendera ari mu bakunda indirimbo ziwe cane amumenako amafaranga. #izemag #Burundi #Rwanda #theben #drclaude