17/12/2024
Raba ukuntu abantu bari babayeho muri
Muri abantu bari batunzwe nukuroba guhiga ibikoko nukwamura ivyamwa baguma bimuka babita aba nomade ntibagira aho baba rero nkibikoko bagomba kubirya babihendesha ico bikunda nkinka canke impene nintama babiha ubwatsi hanyuma baca bavyica babirya ari bibisi kuko ntibari bwatore umuriro ico gihe ntagikoko batagerageje yaba ingwe intambwe eka ibikoko birya inyama babiha ico birya mugabo ingwe canke intambwe imbere yuko birya izo nyama bazihaye zaca zimanza kwica umuntu atanze iyo nyama nico gituma ivyo bikoko batabitunga.munyuma baciye batora umuriro kuko bacita igikoko co mwishamba kuko umuriro wadutse mwishamba havuze inkuba abantu barabura ico gikoko icarico hanyuma baca bagenda kukiraba basanga ibikoko cishe barabitora barabirya hama babona ko umuriro ukunda ibiti vyumye baca barawutwara kugiti cumye baguma bawugaburira ibiti vyumye rero babonye ko inyama zituriwe numuriro ko ziryoshe baciye baza barotsa izonyama aho ni muri paléolithique ...muri mésolithique abantu bari batanguye kuba hamwe baragerageza gutunga ibikoko nubwo bimuka ntihari cane
Tubashikiriza gusa kora s'abonner