INYIGISHO.fb

INYIGISHO.fb Бумжвдвссч жсьадожимлмлоесщы

07/02/2022

UBWIZIGIGWA.....................
Niwashaka kuraba umbwizigirwa kumuntu uzomupimire kumahera!
Hari umuntu (x) afise umugenzi ( #) bumvikana vya kweri, reo uwo ( #) aja gutembera mukarere uwo mugenzi wiwe (x) yarabayemwo
Hanyuma imvura irangwa,rero uwo ( #) ntakoti yari yitwaje kubera harihafi yuwo mugenzi wiw (x) yaciy aja kumusab koyomutiza ikoti.
( #):erega (x) ntiza ikoti imbeho iranyishe
(x): muhungu ntakoti mfis muga reka ndaguhe iyamwenewacu!
( #): ntanakimw wobukoze
Bukey umwe bavujana na(x) niho yabaza (x) ikoti yiwe namahera vyarikumwe naw ati natij umugenzi wanj ( #) imbeho imwishe gusa sinaravy yuko harimwo amahera, niho ya 4na wa ( #) amubaz yuko yabonyemwo amahera naw aramuhakanira.
(x)aca aja kumurab muhra asanga nawe yafasha isafar kand ubwamber bariko barayaga ntamipang yokuja ahant nahamw yamubwiy kirets ko yamugurana namahera...
Noe wew nkumusomyi ukuyemwo icigwa ikihe?
Canke aho uherereye harih abantu bamez nka( #)?
Ubu(x) agiye kuriha amahera mwenewabo(200.000f) azi

23/11/2021

Mwami ndagushima kuvyiza udasiba kunkorera.
Mukubikora nturaba integenke zanje!! Mwami amashimwe yose nabe ayawe%%

21/09/2021
Ariwew warikubigenza gt? Wiyimye ubayiyahuyeIyo ubibitse ubibikira abandi zamuradya jew ntimumbaze nzandababwira
28/07/2021

Ariwew warikubigenza gt?
Wiyimye ubayiyahuye
Iyo ubibitse ubibikira abandi zamuradya jew ntimumbaze nzandababwira

26/04/2021

nimuze twihane tukiri muriyisi kuko nitwayivamwo tutihanye, ntituzoronka inzira idushikana kwa data

Send a message to learn more.

Address

Numéro 5
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when INYIGISHO.fb posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share


Other Media/News Companies in Bujumbura

Show All

You may also like