Cndd-Fdd Kirundo

Cndd-Fdd Kirundo Kurikira amakuru y'umugambwe CNDD FDD mu Ntara ya Kirundo kumwanya kumwanya

Umunyamabanga w'umugambwe Cndd-Fdd mu ntara ya Kirundo Jean Claude Mbarushimana yifadikanije n'abenegihugu b'abagumyaban...
15/12/2022

Umunyamabanga w'umugambwe Cndd-Fdd mu ntara ya Kirundo Jean Claude Mbarushimana yifadikanije n'abenegihugu b'abagumyabanga kuri uyu 15 Kigarama 2022, mu bikorwa rusangi vyabereye ku mutumba Makombe Komine NTEGA , vyo kwegeranya amabuye yo kwubaka ibiro vy'umutumba wa Makombe. Ico gikorwa co kwegeranya amabuye kirangiye, baciye baja kwubakira ibombo ry'amazi meza abenegihugu baba mu gacimbiri Rugobagoba baho kuru uwo mutumba wa Makombe, aho isoko ryasambuwe ryongera rirasanurwa neza.

Umunyamabanga w'umugambwe Cndd-Fdd mu ntara ya Kirundo Jean Claude Mbarushimana yifadikanije n'abenegihugu bo ku mutumba...
10/12/2022

Umunyamabanga w'umugambwe Cndd-Fdd mu ntara ya Kirundo Jean Claude Mbarushimana yifadikanije n'abenegihugu bo ku mutumba shore komine Gitobe mu bikorwa vyo kwubaka ishure.

Kw'igenekerezo rya 1/12/2022 umunyamabanga w'umugambwe cndd-fdd mu Ntara ya kirundo Jean Claude Mbarushimana arikumwe n'...
01/12/2022

Kw'igenekerezo rya 1/12/2022 umunyamabanga w'umugambwe cndd-fdd mu Ntara ya kirundo Jean Claude Mbarushimana arikumwe n'uwutwara umuhari w'imbonerakure mu Ntara, Musitanteri wa Komine Ntega, umunyamabanga wa CNDD-FDD muri Komine Ntega bifatanije n'abagumyabanga bo ku mutumba wa Runyankezi Komine Ntega mu bikorwa rusangi vyo kwegeranya amabuye yogushigikira ibarabara rija kw'ivuriro rya Runyankezi.

22/08/2021

Kuruyu wa 27 Ruhuhuma 2021 abagumyabanga bahimbaza intsinzi y'amatora ya 2020 mu gihugu cose, umunyamabanga w'umugambwe ...
27/02/2021

Kuruyu wa 27 Ruhuhuma 2021 abagumyabanga bahimbaza intsinzi y'amatora ya 2020 mu gihugu cose, umunyamabanga w'umugambwe CNDD FDD mu Ntara ya Kirundo Nestor Musafiri, aho yifadikanije n'abagumyabanga ba Komine Vumbi asanzwe avukamwo, arashimira abagumyabanga bose bo muriyo Ntara ko batoye neza mu matora aheruka, akabipfuriza kubandanya babumambatiye amahoro, kwijukira ibikorwa vy'itetambere n'ugukora kugira ngo intara ya Kirundo izosh*tse ihangiro yihaye rya 95 % mu matora ya 2025.

  l'Ex-Ministre 2fois respectivement de l'éducation et de la bonne Gouvernance, Ernest Mberamiheto, adhére le Parti CNDD...
27/02/2021

l'Ex-Ministre 2fois respectivement de l'éducation et de la bonne Gouvernance, Ernest Mberamiheto, adhére le Parti CNDD FDD en Commune Bwambarangwe de la Province Kirundo. Il quitte le parti Frodebu Nyakuri

07/02/2021

Raba ingene Umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD FDD yakiriwe mu Kirundo

  Muntumbero yoguhimbaza imyaka 30 irangiye hagiyeho Ubumwe bw'abarundi, umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD FDD  Ndik...
05/02/2021

Muntumbero yoguhimbaza imyaka 30 irangiye hagiyeho Ubumwe bw'abarundi, umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD FDD Ndikuriyo Reverien yifadikanije n'abakirisu bo muri paroisse Kanyinya mu nkuka y'imisa.

Umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD FDD Reverien Ndikuriyo yakiriwe mu Ntara ya Kirundo.
05/02/2021

Umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD FDD Reverien Ndikuriyo yakiriwe mu Ntara ya Kirundo.

30/08/2020

sur 193 collines de la Province Kirundo ,187 collines ont été remportées par les Bagumyabanga dans les élections des conseillers collinaires. Dixit le S P a.i du dans cette Province Mme Kankuyo Médiatrice.

🔴Abel IntwariAhishakiye Abel arongoye umuhari w' Imbonerakure mu Ntara ya Kirundo abandanya ashimirwa kubikorwa vyiza ak...
29/08/2020

🔴Abel Intwari

Ahishakiye Abel arongoye umuhari w' Imbonerakure mu Ntara ya Kirundo abandanya ashimirwa kubikorwa vyiza akora. Abarongoye Imbonerakure mu ma Komine bamuhaye agashimwe nk'umurongozi mwiza.
Twobibutsako uwo murongozi w'urwaruka rwa CNDD FDD mu Ntara ya Kirundo ko yahawe agashimwe na Nyakwigendera Umukuru w'igihugu Pierre Nkurunziza mumwaka wa 2016 Aho yamushimira ko arindongozi ibush*tse. Uwo murongozi w'urwaruka yaheruka gushimirwa n'Umushikiranganji w'urwaruka kumusi wahariwe urwaruka i Gitega ko arumurongozi mwiza.

Umunyamabanga mfatakibanza mu Ntara ya Kirundo Kankuyo Médiatrice mwijambo ryokwakira abash*tsi aremezako Imbonerakure z...
29/08/2020

Umunyamabanga mfatakibanza mu Ntara ya Kirundo Kankuyo Médiatrice mwijambo ryokwakira abash*tsi aremezako Imbonerakure zifise ikibanza gikomeye mumugambwe haba mukurondera amajwi, mubikorwa vy'iterambere n'ibindi.

Mwijambo ryiwe uwurongoye Imbonerakure mu Ntara ya Kirundo Ahishakiye Abel mubirori vy'umusi wahariwe Imbonerakure, yash...
29/08/2020

Mwijambo ryiwe uwurongoye Imbonerakure mu Ntara ya Kirundo Ahishakiye Abel mubirori vy'umusi wahariwe Imbonerakure, yashikirije ibikorwa vyaranguwe n'imbonerakure mugufashanya. Aho baranguye ibikorwa biciye amahera angana n'imiriyoni cumi nazitanu zitanzwe n'imbonerakure muruyu mwaka.

  2020 Nyeniteka Umukuru w'Inama Nshingamateka Gélase Ndabirabe yateye iteka ibirori vy'umusi mukuru wahariwe urwaruka r...
29/08/2020

2020
Nyeniteka Umukuru w'Inama Nshingamateka Gélase Ndabirabe yateye iteka ibirori vy'umusi mukuru wahariwe urwaruka rw'Imbonerakure mu Ntara ya Kirundo.

  2020 Nyeniteka Umukuru w'Imana Nshingamateka Gélase Ndabirabe yateye iteka ibirori vy'umusi mukuru wahariwe urwaruka r...
29/08/2020

2020
Nyeniteka Umukuru w'Imana Nshingamateka Gélase Ndabirabe yateye iteka ibirori vy'umusi mukuru wahariwe urwaruka rw'Imbonerakure mu Ntara ya Kirundo.

29/08/2020

Imbonerakure Day 2020 Province Kirundo

    en Province Kirundo. En instant.
29/08/2020

en Province Kirundo. En instant.

  Abagumyabanga bo mu Ntara ya Kirundo bahuriye mungoro z'umugambwe zo muma komine yose mumasengesho mpuzamadini arangiz...
30/07/2020

Abagumyabanga bo mu Ntara ya Kirundo bahuriye mungoro z'umugambwe zo muma komine yose mumasengesho mpuzamadini arangiza ukwezi.

  umunyamabanga ajejwe kwigisha akarangamutima, kwinjiza abanywanyi bashasha nogukurikirana abagumyabanga bari hanze y'i...
20/07/2020

umunyamabanga ajejwe kwigisha akarangamutima, kwinjiza abanywanyi bashasha nogukurikirana abagumyabanga bari hanze y'igihugu mumugambwe Col. Anastase Manirambona, asaba abanya kuguma bafatanye munda mubutandukane bwabo inyuma y'amatora. "Uwatsinze yatsindiye Bose". Nimugihe aho CNDD FDD yarihejeje gutahukana intebe zose z'abakenguzamateka zo muntara ya Kirundo , abagumyabanga n'inyankamugayo n'abadasigana baciye basangira akarahure.

 . Inyuma yaho Cndd-Fdd  itahukanye ibibanza vyose mu Ntara ya Kirundo  vy'abakenguzamateka, Umunyamabanga w'umugambwe C...
20/07/2020

. Inyuma yaho Cndd-Fdd itahukanye ibibanza vyose mu Ntara ya Kirundo vy'abakenguzamateka, Umunyamabanga w'umugambwe CNDD FDD mu Ntara ya Kirundo yakoranije abajenama bakomine Bose basangira kumeza imwe mubutandukane bwabo atanumwe avuyemwo mumugambwe yose. , ,

  Umugambwe CNDD FDD mu Ntara ya Kirundo urabandanya imyiyamamazo mubibanza vy'abakenguzamateka kuruyu wa kabiri 15/07/2...
15/07/2020

Umugambwe CNDD FDD mu Ntara ya Kirundo urabandanya imyiyamamazo mubibanza vy'abakenguzamateka kuruyu wa kabiri 15/07/2020 baherekejwe n'Umunyamabanga mu Ntara, abashizwe imbere n'umugambwe CNDD FDD imbere y'umutaga bagendeye Komine

Le Parti CNDD FDD en Province Kirundo prévoit remporter les élections sénatoriales à 100%
15/07/2020

Le Parti CNDD FDD en Province Kirundo prévoit remporter les élections sénatoriales à 100%

  Ubuserukizi bw'Umugambwe   mu Ntara ya   buribukije Abagumyabanga, Abakenyererarugamba, Imbonerakure, Abahumure, Ibisw...
27/05/2020

Ubuserukizi bw'Umugambwe mu Ntara ya buribukije Abagumyabanga, Abakenyererarugamba, Imbonerakure, Abahumure, Ibiswi vy'inkona n'incuti z'Umugambwe ko kuruyu wa Kane igenekerezo rya 28 Rusama 2020 hategekanijwe igisabisho mpuzamadini mu Ngoro z'Umugambwe muma Komine yose muntumbero yogushimira Imana ivyiza yakoreye Umugambwe mukwezi kwagatanu

26/05/2020

🔴 Répartition des sièges en Province Kirundo
🔴Bugabira
Cdd fdd 14
CNL1
🔴Busoni
Cdd fdd 39
CNL2
🔴Bwambarangw Cdd fdd 28
CNL 5
🔴Gitobe
Cndd fdd 14
CNL 6
🔴Kirundo
Cndd fdd 22
CNL 6
UPRONA 1
🔴Ntega
Cndd fdd 27
CNL 10
🔴Vumbi
Cndd fdd 26
CNL 10

Le Gouverneur de la Province Kirundo continue son parcours d'expliquer l'usage du bulletin unique aux Bagumyabanga de sa...
14/05/2020

Le Gouverneur de la Province Kirundo continue son parcours d'expliquer l'usage du bulletin unique aux Bagumyabanga de sa Commune natale Ntega . Ce jeudi 14 mai 2020 rencontre les Bagumyabanga de la sous-Colline colline .

  Buramatari  w'intara ya   na Musitanteri wa Komine   bavuka kumutumba umwe wa Ntega baguma baca mumanamashingiro agize...
13/05/2020

Buramatari w'intara ya na Musitanteri wa Komine bavuka kumutumba umwe wa Ntega baguma baca mumanamashingiro agize uwo mutumba bigisha ikarata yitora kugira abagumyabanga ntibaze bihende mugutora Numéro 1.

Umunyamabanga w'umugambwe CNDD FDD muri Komine Gitobe yari yagendeye umutumba Cumba. Hose intsinzi itagabanije ya CNDD F...
13/05/2020

Umunyamabanga w'umugambwe CNDD FDD muri Komine Gitobe yari yagendeye umutumba Cumba. Hose intsinzi itagabanije ya CNDD FDD iguma yibonekeza

  Buramatari w'intara ya Kirundo arikumwe n'a Musitanteri wa Komine Ntega basanzwe bavuka kumutumba umwe, barabandanya i...
13/05/2020

Buramatari w'intara ya Kirundo arikumwe n'a Musitanteri wa Komine Ntega basanzwe bavuka kumutumba umwe, barabandanya igikorwa cogusigura imigambi ya CNDD FDD mumanamanshingiro.

La victoire du CNDD FDD est remarquable partout même dans une entité sociale (Inamanshingiro). Ici le secrétaire communa...
13/05/2020

La victoire du CNDD FDD est remarquable partout même dans une entité sociale (Inamanshingiro). Ici le secrétaire communal du CNDD FDD en commune Ntega rencontre ses natifs.

Kuruyu wagatandatu igenekerezo rya 9 Rusama, umunyamabanga w'umugambwe CNDD FDD muri Komine Ntega yari yaramutse aja kur...
10/05/2020

Kuruyu wagatandatu igenekerezo rya 9 Rusama, umunyamabanga w'umugambwe CNDD FDD muri Komine Ntega yari yaramutse aja kuraba umunywanyi wa CNDD FDD aheruka kuraswa ingobe ayirashwe n'abanywanyi ba CNL. Akaba arwariye mubitaro bikuru vya Ngozi.

  nihehe? Si Komine. Ni Kumutumba   Komine  . Umugambwe CNDD FDD Aho waramutse wiyamamaza. Abagumyabanga isinzi.
09/05/2020

nihehe? Si Komine. Ni Kumutumba Komine . Umugambwe CNDD FDD Aho waramutse wiyamamaza. Abagumyabanga isinzi.

2/2 Le Gouverneur de la Province   a rehaussé de sa présence les activités de la campagne électorale en colline   de la ...
09/05/2020

2/2 Le Gouverneur de la Province a rehaussé de sa présence les activités de la campagne électorale en colline de la Commune . Il a eu l'occasion de rappeler la population de cette localité de voter le

Ce n'est pas la campagne communale ou Provinciale mais plutôt l'ouverture de la campagne électorale au niveau collinaire...
08/05/2020

Ce n'est pas la campagne communale ou Provinciale mais plutôt l'ouverture de la campagne électorale au niveau collinaire en colline Kigaga de la commune . La population démontre la volonté de Voter Numéro 1

08/05/2020

Biroroshe cane

Abagumyabanga ba Komine   2015 batoye Umukuru w'Igihugu kubice 96%. Ubu bihaye intumbero yokumutora gushika kubice 99,9%...
07/05/2020

Abagumyabanga ba Komine 2015 batoye Umukuru w'Igihugu kubice 96%. Ubu bihaye intumbero yokumutora gushika kubice 99,9%. Muti kuberiki? Mumigambi CNDD FDD iriko irarangura kandi izobandanya harimwo umigambi w'amazi meza agiye gushwara iyo Komine isanzwe ifise ikibazo c'amazi

Qui parle mieux a Bugabira ?Le Parti Cndd-fdd vient au sommet.
07/05/2020

Qui parle mieux a Bugabira ?
Le Parti Cndd-fdd vient au sommet.

   . Umunyamabanga w'umugambwe   muntara ya Kirundo yagendeye Abagumyabanga ba Komine Ntega mubikorwa vy'imyiyamamazo.
06/05/2020

. Umunyamabanga w'umugambwe muntara ya Kirundo yagendeye Abagumyabanga ba Komine Ntega mubikorwa vy'imyiyamamazo.

06/05/2020

Campagne électorale en Commune Ntega

Address

Kirundo

Telephone

+25779363126

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Cndd-Fdd Kirundo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share