Full Gospel Worship Team

Full Gospel Worship Team We are the Full Gospel Worship Team from Gitega, Burundi. Our mission is to lift up the name of God through music and worship. Follow us for updates.

Join us to celebrate and experience powerful spiritual moments together. God bless you!

Abaheburayo 4:15,16K*k' umuherezi mukuru dufise, atar' udashobora kubabarana natwe mu ntege nke zacu, ariko n'uwageragej...
22/06/2024

Abaheburayo 4:15,16

K*k' umuherezi mukuru dufise, atar' udashobora kubabarana natwe mu ntege nke zacu, ariko n'uwageragejwe uburyo bgose nkatwe, yamara we nta caha yakoze.

Nuko ni twegere intebe y'ubuntu dushize ubgoba, kugira ngo turonke ikigongwe, tubone ubuntu bgo kudutabara mu gihe gikwiye.

https://youtu.be/j9PvukljVmQ?si=hpEJEzqsxrFJXaaZ

Murahawe ikaze mwese ku musi w'ejoutumire umugenzi wawe ukundaMuze dusangire ibihe vyiza vyo guhimbaza Imana      Eglise...
12/06/2024

Murahawe ikaze mwese ku musi w'ejo
utumire umugenzi wawe ukunda
Muze dusangire ibihe vyiza vyo guhimbaza Imana


Eglise du Plein Evangile au Burundi

https://youtu.be/j9PvukljVmQ?si=2Y7Z4IqnrbpexuDUMuhezagirwe mwese
06/06/2024

https://youtu.be/j9PvukljVmQ?si=2Y7Z4IqnrbpexuDU

Muhezagirwe mwese

Audio producedMix : MedrMastering : EbengaDirected by Fikirini VideoAbaroma 5:8_arkw' Imana yatweretse urukundo rwayo idukunda,kuko Kristo yadupfiriye tukir'...

    ya kane kuri Eglise du Plein Evangile au Burundi kuva isaha 16H45
29/05/2024

ya kane kuri Eglise du Plein Evangile au Burundi kuva isaha 16H45

11/05/2024


IBAHEZAGIRE MWESE

https://youtu.be/j9PvukljVmQ?si=819RYctrrhEq5iF1

☝🏿☝🏿☝🏿yirabe yose




Burundi Gospel TV No Repentance No Heaven Tv MTC-More Than Conquerors Masezerano Following I'Pendo Sound +257 Eglise du Plein Evangile au Burundi GRACE ROOM Ministries

09/05/2024

https://youtube.com/shorts/Gu94tV75Npk?feature=shared

Ejo aho bukera indirimbo irabashikira

Ja kuri YouTube ugire subscribe unabisanguze abo ukunda


Burundi Gospel TV No Repentance No Heaven Tv Full Gospel Worship Team Fortran Bigirimana MTC-More Than Conquerors Masezerano CLM Gitega Danny_Bless_worshiper

09/04/2024

✨✨✨

31/03/2024


THE GREATEST MAN IN THE HISTORY

The gospel

23/03/2024


Jean, 15:16
- Ce n`est pas vous qui m`avez choisi; mais moi, je vous ai choisis, et je vous ai établis, afin que vous alliez, et que vous portiez du fruit, et que votre fruit demeure, afin que ce que vous demanderez au Père en mon nom, il vous le donne.

The gospel

16/03/2024

Ukwizera n'ukumenya rwose ivyizigirwa, udakekeranya ngo ntibizoba, kand' ibitabonwa ni kwo kubitumenyesha kw ar' ivy' ukuri. Icatumye aba kera bashingirwa intahe n'uko bari bagufise.

Abaheburayo 11:1-2

06/03/2024

1
Écarte de ton chemin tout ce qui pourrait t'empêcher de voir Jésus.

Soyez bénis.

  Muze muri benshi muri ibi bihe vyiza vyoguyazira UhorahoBurundi Gospel TV CLM Gitega  Eglise du Plein Evangile au Buru...
10/02/2024

Muze muri benshi muri ibi bihe vyiza vyoguyazira Uhoraho
Burundi Gospel TV CLM Gitega Eglise du Plein Evangile au Burundi Clovisking nshimirimana Grace Team

05/02/2024

ndayabasigaranye, amahoro yanje ndayabagabiye. Jeho simbagabira nk'ukw ab' isi bagaba. Imitima yanyu ntihagarare, kandi ntitinye.
Yohana 14:27





CLM Gitega Burundian Gospel Platform Dudu T. Niyukuri Eglise du Plein Evangile au Burundi Eglise du Plein Evangile De kibenga-lac The gospel

"Tout est possible à celui qui croit" - Marc 9:23. Garde la foi et avance avec confiance. Que ta journée soit remplie de...
31/01/2024

"Tout est possible à celui qui croit" - Marc 9:23. Garde la foi et avance avec confiance. Que ta journée soit remplie de bénédictions et de succès!"
257


23/10/2023

Bon début de la semaine kuri mwese
Aka karirimbo kabahezagire
El-Béthel



10/10/2023

Le diable tremble devant la parole



Gospel Congo
Maajabu Rafiki
Eglise du Plein Evangile au Burundi

🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥  K'umuntu wese aba ngaha mugisagara ca  Vendredi kuri Eglise du Plein Evangile IGitegaKaze muri benshi caneBur...
09/10/2023

🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

K'umuntu wese aba ngaha mugisagara ca
Vendredi kuri Eglise du Plein Evangile IGitega
Kaze muri benshi cane

Burundian Gospel Platform
The gospel
Gakima Gyslaine
CLM Gitega
Eglise du Plein Evangile De kibenga-lac

08/10/2023



"May your Sunday be filled with the blessings of peace, love, and joy. Have a blessed Gospel Sunday, filled with inspiration and harmony."

The gospel
Eglise du Plein Evangile au Burundi
Burundian Gospel Platform

🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥     Ryasango ryash*tse     Tumira abandi muze muri benshiThe gospel Regis Nahimana Clovisking nshimirimana C...
07/10/2023

🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

Ryasango ryash*tse
Tumira abandi muze muri benshi

The gospel
Regis Nahimana
Clovisking nshimirimana
Christian Niyoncuti +257
Burundian Gospel Platform
Eglise du Plein Evangile au Burundi

 Ubu dusigaranye abaririmvyi  Kuri uyu wamungu tugaruke turi benshi kubashigikira
12/09/2023


Ubu dusigaranye abaririmvyi
Kuri uyu wamungu tugaruke turi benshi kubashigikira


  muriteguye?Journée Culturelle Chretienne
08/09/2023

muriteguye?
Journée Culturelle Chretienne


  by  Umuririmvyi akiri muto akeneye gufashwaUrashobora mumushigikire mukuyisangiza abandiMwarahezagiwe cane     https:/...
05/09/2022

by
Umuririmvyi akiri muto akeneye gufashwa
Urashobora mumushigikire mukuyisangiza abandi
Mwarahezagiwe cane




https://youtu.be/C_MyZA1Qmx0

Ntayandi maraso

Muntumbero yo kurangiza neza uburuhuko  rufatanije n'umurwi   ruriko rubategurira  'URWARUKA izosozerwa   Ni Dimanche le...
20/08/2022

Muntumbero yo kurangiza neza uburuhuko
rufatanije n'umurwi ruriko rubategurira 'URWARUKA izosozerwa
Ni Dimanche le 28/8

Address

Gitega

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Full Gospel Worship Team posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share