🚨 lmirwi igiye gukina 1/2 gishira icanyuma mugikombe citiriwe umukuru w'igihugu yamenyekanye
🚨intamba murugamba z'abigeme U17 zabikoze neza
🚨 Man city na arsenal uwuzotwara igikombe azomenyekana mundwi Iza.
Vyose biri hano👇🏽
Ntiwibagire gusangiza abandi, ukore j'aime na s'abonner
#Mugo_Tv
Intsinzi ya RDC inyuma yo gutsinda penalty 8 kuri 7 z'umurwi wa Egypte
#Mugo_Tv
🚨 Yapfuye ari mukibuga
Umukinyi w'umunya ganha #Raphael_Dwamena yaraye apfiriye mu kibuga mugihe Yariko arakina muri championnat yo mugihugu ca #Albanie
Uyo mukinyi w'imyaka 28 ahitanywe n'ingwara y'umutima yaramaranye imyaka itari Mike
RIP
#Mugo_Tv
Intamba murugamba mumyimenyerezo ,hamwe na #Youssou_Ndayishimiye
#Mugo_Tv
Uyu mugabo acungerera umutekano #Lionel_Messi n'umuryango wiwe n'umuntu ki? Ninde ?
Kuva Messi asinya mumurwi wa #Inter_Miami David Beckham yihutiye guha akazi uwucungera umutekano Messi mukibuga no hanze y'ikibuga? Ubwo hano iwacu birashoboka?
Vyose biri muri Kano kavideo, ntiwibagire kugira s'abonner, j'aime na commentaires kugira ubandanye uronka bishasha.
#Mugo_Tv
Hymne du CAN 2023, ururirimbo rujanye na Can 2023
#Mugo_Tv
Les bus marqués à la 8è journée primus ligue
#Mugo_Tv
🔵🔴 #GervaisABAYEHO, umushikiranganji mushasha muvyo ajejwe harimwo inkino mu kiganiro abashikirangaji ba Leta y'Uburundi bahejeje kuremesha kuri uyu munsi wa gatanu mu ntara ya Gitega ku kibuga Ingoma :
🎙Ku bibazo Bivugwa mu mugwi nserukiragihugu w'umupira w'amaguru intamba murugamba yishuye ati:
Vyose biri muri vidéo,ntiwibagire kugira j'aime na commentaires
#Mugo_Tv
7 è journée de la primus ligue
#Mugo_tv
DECOUVRONS DANS CETTE VIDEO 5 fois où LIONEL MESSI a fait taire ses DETRACTEURS
#Mugo_Tv
Kuwamungu duhurire kuri stade #Ingoma kwirabira urukino rudasanzwe hagati ya #Musongati VS #Gorilla_Fc wo murwanda
MN: ni muri rwa rukurikirane rw'inkino za #preseason
#lnkino257Gitega
Ugusesangura kw'inkino zo muri #Primus_Ligue na:
- Ongwa Léa
-Michel Niyontsinzi hamwe n'umusesanguzi Albert nkengurutse.
#Burundi
Inkino257Gitega
Ibitsindo vyinjijwe kundwi ya 18 y'ihiganwa #Primus_ligue
#Burundi
#lnkino_257_gitega
Umukuru w'igihugu #Evariste_ndayishimiye yitabiriye inama kuruwu wa 2 kukirimba igitega hakoreshejwe ubuhinga bwa none (video conference),inama yamuhuje n'abakuru b'ibihugu hawe n'amareta yo muri afrika,aho bariko biga kuvyegeranyo vyakozwe kubihugu 6 vyaciye mungorane zo gutembagazwa ubutegetsi #Rosine_Guilène_Gatoni umuvugizi w'umukuru w'igihugu , yamenyeshejeko Umukuru w'igihugu yaganiriye kunkomoko zituma ivyo bibazo vyibonekeza, akaba yavuzeko ubukene ari kimwe mubitera ivyo bibazo .
#radio_star_fm
Abakinyi b'abarundi barakomeye naho ibintu bikimeze nabi muri turkia,tubandanye gushira mubiganza vy'lmana abantu Bari muri turkia.
#Burundi
#lnkino257gitega