Buja FM Gitega

Buja FM Gitega 87.6 Buja FM Gitega is officially on air. This is the first and the only radio station in Burundi focusing on Entertainment.

🔵🟢Kaze muri B SPORTS kuri Buja FM Gitega 87.6Mhz.Amakuru mwipfuza n'intererano zanyu twagiye muri Commentaires...Eric Jo...
29/08/2024

🔵🟢Kaze muri B SPORTS kuri Buja FM Gitega 87.6Mhz.

Amakuru mwipfuza n'intererano zanyu twagiye muri Commentaires...

Eric Joshua Kizigenza,Patrick na Stevelenko
Buja FM Gitega
Buja TV

25/08/2024

Bon Week-end!

🔵🟢Kaze mu kiganiro c'inkino B SPORTS mwese tuyage kubariko mwutwumviriza 11h-14h00.Mutwandikire kuri 67 86 85 87Mufise i...
23/08/2024

🔵🟢Kaze mu kiganiro c'inkino B SPORTS mwese tuyage kubariko mwutwumviriza 11h-14h00.

Mutwandikire kuri 67 86 85 87

Mufise ikibazo mu nkino?Muterera iki muyo turiko tubashikiriza?

Eric Joshua Kizigenza&Patrick Rukundo

Kaze!
Buja FM Gitega
Buja TV

🔵🟢Mwaramenye urutonde rw'Abakinyi Umumenyereza Etienne NDAYIRAGIJE yaraye ashize ahabona ngo bakine inkino 2 za  ?Dufise...
23/08/2024

🔵🟢Mwaramenye urutonde rw'Abakinyi Umumenyereza Etienne NDAYIRAGIJE yaraye ashize ahabona ngo bakine inkino 2 za ?

Dufise Malawi 🇲🇼 le 05.09.2024
Dufise kandi Sénégal 🇸🇳 le 09.09.2024

Inkino zose zizokinirwa mu gihugu ca Malawi 🇲🇼.
Wewe warashimishijwe n'urwo rutonde?
Buja FM Gitega
Buja TV

23/08/2024

BIRAHARAWEEEE!

Kubwawe uwoguha imiliyoni 10 ngo ucuheba chr wawe,woyatora?

M.N:Mutarabana!

Kaze mu kiganiro c'inkino B SPORTS Twandikire kuri 67868587 sesCanke commentaires aha nyene!♻️Eric Joshua Kizigenza,Patr...
22/08/2024

Kaze mu kiganiro c'inkino B SPORTS

Twandikire kuri 67868587 ses

Canke commentaires aha nyene!
♻️
Eric Joshua Kizigenza,Patrick Rukundo&Stevelenko
Buja FM Gitega

03/05/2024

BUJA TV LIVE PRESS CONFERENCE

22/04/2024

LIVE NOW: INKINO EXTRA 22/04/2024

22/04/2024

live now : EXPLOSIVE 22/04/2024

22/04/2024

LIVE NOW : XPLOSIVE 22/04/2024

 🇧🇮Uko niko inkino zigiye gukinwa muri 1/8.Umviriza BUJA FM GITEGA:87.6MhzApp:Buja Media www.bujamedia.com/buja-fm-giteg...
22/04/2024

🇧🇮
Uko niko inkino zigiye gukinwa muri 1/8.

Umviriza BUJA FM GITEGA:

87.6Mhz
App:Buja Media
www.bujamedia.com/buja-fm-gitega/

Muzogire indwi nziza!

19/04/2024

LIVE NOW : INKINO EXTRA 19/04/2024

19/04/2024

LIVE NOW: XPLOSIVE 19/04/2024

17/04/2024

LIVE NOW: XPLOSIVE 17/04/2024

15/04/2024

LIVE NOW: XPLISIVE - 15/04/2024

 🇧🇮Inkino z'umusi ugira 26 zigiye kubandanya aho bukera.Umugwi wawe ubona uzohava impore?Buja FM Gitega
02/04/2024

🇧🇮
Inkino z'umusi ugira 26 zigiye kubandanya aho bukera.
Umugwi wawe ubona uzohava impore?
Buja FM Gitega

Ku musi ugira 25 imigwi itonze uku.Umugwi wawe ubona uhagaze gute?Buja FM Gitega
13/03/2024

Ku musi ugira 25 imigwi itonze uku.
Umugwi wawe ubona uhagaze gute?
Buja FM Gitega

Address

112, Avenue Du Logement, Immeuble Chez Khodja
Gitega

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja FM Gitega posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Buja FM Gitega:

Videos

Share

Category