KAZIMA IMANA INKUNDA - Fernando
Lyrics
#Burundi #Rwanda #lyrics #loveyou #music #thecherifpro #enemiestolovers #canada #dubai #australia #belgium #unitedkingdom #unitedstates #kenya #Uganda #tanzania #visitrwanda #burundionthemap
KAZIMA IMANA INKUNDA - Fernando Lyrics
A new Project of Ego tv Burundi is coming soon #thecherifpro @followers #dubai #Burundi #tvshow #NewsUpdate
Iyikorare yaba jeune iherutse kuvuka iwacu muburundi jew nayikunze cane ukuntu bahinduye indirimbo twari dusanzw tuzi yitonda muyundi mudiho unyaruka. Bankuyehoo pee iraryoshe cane🤣🤣...ehe nimwumvirize namw indirimbo yose👇👇
Avaliable now on YouTube https://youtu.be/KJ5OnZ2mP8E
🤔🤔les aurtes zana ibibazo vyabo birumvigwa
⚠️⚠️ INKURU ITANGAJE!!!!!!!♨️♨️✴️
MUGIHUGU CA OSTRARIYA YAMAJA HEFO HARI UMUGABO NUMUIGORE BABARUNDI BAHA IWACU BARI BARAHUNZE INTAMBARA BAJA KUBA MURI AUSTARIE
RERO KURUYU WAGATANU UHEZE BAHERUKA GUTEGWA ITEKA N'IMANA BATSINDIRA IMWE MURI TOMBORA NINI YA RETA YOMURICO GIHUGU🥺🥺 BARONKA INZU YUZUYE IRIMWO IVYANKENEGWA VYOOSE BONGERA BARONKA IMILLIONI 4 ZAMA DORARI YAMAA OSTRARIYA😭 AYOMAHERA AKABA ANGANA UMUTIYONI UMWE MUMAHERA YABANYAMERIKA $
NIGITANGAZA!!!! MUTI RERO VYAGENZE GUTE??!!!
ABARUNDI ARISTIDE NA ESTHER BARI BASANZWE BABANA MUGIHUGU CA AUSTRARIYA NKUMUGABO NUMUGORE BARI BAFISE UMWANA UMWE WUMUKOBWA NUYUNDI YARI MUKUVUKA BAGURA ITIKE YA LOTERI MURI FONDASIYO YUBUSHAKASHATSI BWIBITARO VYOMURICO GIHUGU BAKABA KANDI BOSE BAKORA MUGISATA KIJANYE NAMAGARA YABANTU
MUGIHE BAHAMAGAGWA KWIRADIYO ARISTIDE NA ESTHER NTIBATAHUYE NEZA KOBATSINZE MURIYO ROTERI!!!ARISTIDE YABWIYE UMUJOURNALISTE YITWA COSI ATI
" OYAAA REKA GUFYINA COSI IVYUTUBWIYE SIVYO "
MUNYUMA BAKOMEZA KUBABWIRAKO BATSINDIYE AMAHERA ANGANA UMUMIRIYONI UMWE WAMAHERA YABA NYAMERIKA
1 000 000 000 $😱
AKABA ANGANA IMIRIYARIDI ZITATU NAFARANGA AMAJANA ATANU YAMAHERA YAMARUNDI ( 3,500,000,000,000 ) BONGERA KANDI BARONKA NINZU IKWIJE IVYANGOMBWA VYOSE BAGABIWE 😱😱😰😰😱
NIMUBIKWIRIKIRANE AHA UKO VYAGENZE👇👇👇👇👇
N'AKAJEMBEGETE KWELIIIII IYINDIRIMBO #ndashuhiwe yamaze gusohoka 😂😂😂 IYINDIRIMBO IRARYOSHE BASHA ARIKO AHANRYOHEYE NAHA BAVUGA NGO BRARUDI NAYO NGO WEEIN 🤣🤣🤣 BACA BANKUMBUZA AKAYERI
FYONDA WUMVIRIZE NAWE😂👉👉 https://www.youtube.com/watch?v=0oKMcXT5eAg
INDIRIMBO IDASANZWE YISWE KIMWE KU KINDI VIDEO YAKOZWE NA The Cherif Pro. Max IMAZE IMISI IVUGWA CANE, AHO GUSHIKA UBU IMAZE KURABWA INCURO IBIHUMBI MIRONGO INE. 40.000 Views MUNDWI IMWE GUSA.😱😱😱😰😰
YAKOZWE N'ABARIRIMVYI BABIRI BAKOMEY MUGIHUGU C'UBURUNDI : BFACE X MKOMBOZI
FYONDA AHA WIRABIRE👉👉 https://www.youtube.com/watch?v=5hDo8zzxxLI
🚨🚨 Amateka Amateka Amateka 🇧🇮👏🏿👏🏿
✍🏿 Ntagukekeranya kw'abarundi isinzi mwakunze ino Vidéo yerekana nyen'Icubahiro Umukuru w'Igihugu cacu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye arikumwe nabatimbo bariko baravuz'Ingoma 👏🏿👏🏿
#kazeiburundi #visitburundi #hangama #chris_rhodes
Inyuma yo gusohora indirimbo #Kora aho yahamagarira abarundi gukora cane. Ngizi impanuro B-Face yatanze mu ndirimbo nshasha yise #UMM (Umwana Mu Muryango ):
↔️Akababaje umwana kamenywa na nyina kandi ntawusaba uwumubona, umwana icashaka akwiye kukibona
↔️igiti kigororwa kikiri gito, umwana iyafashwe nabi abikurana uko...
↔️Umwana arakeneye urukundo mu buzima tukamurinda ibintu bimysubiza inyuma..
↔️Intamizi ya bunini ntimenya ubuzoyiniga, umugani uganira abarikumwe nugukoresha imvugo mbabariramatwi..
Namwe muyumvirize muciye aha https://youtu.be/vHoFv_mm3gw
#chris_rhodes
🚨Iyo abaririmvyi bakomeye batanguye gukorana, umuziki ubutanguye kuryoha nyene.💪
Abatari bake mwararyohewe mubonye hasohotse Audio yabo, none ngiyo na video barayirekuye kugira berekane k'aribiti biturirwa ndetse arinzobere mumwuga.
👉 HATARI Lolilo Simba ft B-face On The'flo
https://youtu.be/U4M7MWCe3Ug