Worship Today

Worship Today Welcome to the Official Facebook of WT Together we push the kingdom of God
(2)

🧐 Abavuga ko abaririmvyi batoronka agahembo mu mashengero bakoreramwo usanga ata cuma na kimwe bazi kuvuza. Alain Surnat...
10/12/2023

🧐 Abavuga ko abaririmvyi batoronka agahembo mu mashengero bakoreramwo usanga ata cuma na kimwe bazi kuvuza. Alain Surnaturel

🤩Ico kibazo gihanze Ama église menshi ariko kizana impari zidahera abantu bakumvako gukorera Imana bingana ni gukorera ubusa ariko sivyo,twari dukwiye gutahura ko umu musicien yatanze ikiguzi kanaka kugira abimenye k*ko sitwese tubizi Hama tukamwubaha kubwukwitanga kwiwe,Ama travaille akora....
donc birakenewe KO babaha agashiruka bute kandi gakwiye k*ko bafise igikorwa kidasanzwe murusengero ahubwo ntidukwiye nokwidoga iyo basavye amahera k*ko bitangira abandi.

[???iyuravye urya muntu avugango ntibaronke amahera usanga arumuntu atazi kuvuza nikintu nakimwe mugabo akaba uwambere mu gukoma induru ngo ntibahembwe oya ni dutahure KO umu musicien agira ama besoins nk'abandi Bose KD ayo mabesoins yishurwa amahera]

👉Iki ciyumviro Alain Surnaturel yagishikirije yishura ku kibazo nimba abaririmvyi n'aba musiciens bakwiye guhabwa agahembo mu mashengero bakoreramwo mu .

‼️ Birabandanya.

.

10/12/2023

Mutubwire aho mwasengeye hamwe n'ijambo mwize !😍

Turashimye.

🚨🚨La chaîne chrétienne burundaise HeHeritage TV Burundist désormais disponible dans 25 pays en Afrique dont les pays de ...
10/12/2023

🚨🚨La chaîne chrétienne burundaise HeHeritage TV Burundist désormais disponible dans 25 pays en Afrique dont les pays de l'EAC.

Teddy Harushimana chef des programmes actuellement assure que leur programme se focalisent sur la transformation de la société dans tous les aspects.

Cette chaîne est disponible sur tout les bouquets de Canal Plus, chaîne 397.

🚨🚨 Nous et l'artiste burundaise NeNella Wema🇮🇦🇺 vous souhaitons un bon dimanche.
10/12/2023

🚨🚨 Nous et l'artiste burundaise NeNella Wema🇮🇦🇺 vous souhaitons un bon dimanche.

09/12/2023

Aho musengera Culte itangura isaha zingahe ?

😍🚨Ingabire z'Uburundi zibandanya kwibonekeza, uyu ni umuririmvyikazi  Mapendo asanzwe akorera ibikorwa vyiwe mu gihugu c...
09/12/2023

😍🚨Ingabire z'Uburundi zibandanya kwibonekeza, uyu ni umuririmvyikazi Mapendo asanzwe akorera ibikorwa vyiwe mu gihugu ca Australia.

Ng'iyi indirimbo yiwe nshasha ari kumwe na Methode KIMAMBA https://youtu.be/FRZF6EkqGHY?si=agZFavgKR7Oj2RD9.

🚨🚨Umumenyeshamakuru wa Radio Voix d'Espoir - Ijwi Riremesha Claude hamwe n'umukunzi wiwe Anita basezeranye imbere y'amat...
09/12/2023

🚨🚨Umumenyeshamakuru wa Radio Voix d'Espoir - Ijwi Riremesha Claude hamwe n'umukunzi wiwe Anita basezeranye imbere y'amategeko kur'uyu wa 09 Kigarama 2023.

🚨Uwubazi aduhe amazina yabo n'amashengero barongoye.😍
09/12/2023

🚨Uwubazi aduhe amazina yabo n'amashengero barongoye.😍

Kugira ube umu professionnel nkaba nkaba Arsène solo simpho n'abandi nuko ubawihebeye musique ntushobora gukora akandi k...
09/12/2023

Kugira ube umu professionnel nkaba nkaba Arsène solo simpho n'abandi nuko ubawihebeye musique ntushobora gukora akandi kazi n'umuziki uzobe warabaye rurangiranwa rero umuntu yavyihebeye yohembga kugira gukorera Imana kwiwe ntihabemwo kwidoga gusa ikibzo ama église yacu arakenye connaissance kwanza nuburyo za hillsong barahembga n'a David abatazira Imana yarabahemba aba musiciens benshi aha iwacu baca baja.mumakaraoke k*ko ama église yananiwe kubamfata en charge ikindi muma église badahemba aba musiciens ntamuziki mwiza uriyo baremprovisa

🚨🚨Umumenyeshamakuru Cintas Ciza akorera mu biganiro vy'abaririmvyi kuri Radio Voix d'espoir avuga ati 🗨️Kubwanje sinokit...
09/12/2023

🚨🚨Umumenyeshamakuru Cintas Ciza akorera mu biganiro vy'abaririmvyi kuri Radio Voix d'espoir avuga ati

🗨️Kubwanje sinokita agahembo ahubwo nagashirukabute kugira barabe ukobobaho k*k baritanga gsa ntikibe intambamyi yo kudakorera Imana mukuri no mu mpwemu.

🇧🇮Yishuye Ku kibazo c'uguha agahembo abaririmvyi n'aba musiciens mu mashengero bakoreramwo mu .

Ku bijanye n'agahembo ku baririmvyi n'aba musiciens mu mashengero bakoreramwo.Evelyne Kanyange  akorera ikinyamakuru Hol...
08/12/2023

Ku bijanye n'agahembo ku baririmvyi n'aba musiciens mu mashengero bakoreramwo.

Evelyne Kanyange akorera ikinyamakuru Holy Mountain TV avuga ati : "🗨️ Sindavyita agahembo k*ko impembo bish*tse ntiboneke umukozi arahagarika ibikorwa ariko nabo wa mwanya bitanga bagaheba ibindi barikujamwo

Bikunda uburyo buhari boronka encouragements
Ariko ntikibabuze KO bashira umutima Ku Mana bakorera amafaranga abuze hakaguma harmonie .
Erega nabo ni abakozi b,Imana ?
Ntibiryoshe kubona umuntu akoresha akanya ninguvu mugukora ariko vyarangira akirukanwa kwishule abuz minerval ,....... "

🤔None Mugihe Bimeze uko Boca bitwa gt Murusengero??Isengero n'iki??Mugihe yoba yarabaye Engagé bakamuzana nk'umukozi yoh...
08/12/2023

🤔None Mugihe Bimeze uko Boca bitwa gt Murusengero??

Isengero n'iki??

Mugihe yoba yarabaye Engagé bakamuzana nk'umukozi yohembwa ...

Ariko nimba Ari Igikorwa c'IMANA nk'uko twigishijwe Ibikorwa vy'IMANA impembo ni Mwijuru

Kiretse kubasanzwe ariwo mwuga ubatunze babikora nk'akazi.

Vyashikirijwe na Katar Simon Daniel.

📷 II'Pendo Sound +257
08/12/2023

📷 II'Pendo Sound +257

🚨Bimwe mu vyiyumviro vyashikirijwe n'abagize ico bavuga ku kibazo co guha agashirukabute abaririmvyi n'aba musiciens mu ...
08/12/2023

🚨Bimwe mu vyiyumviro vyashikirijwe n'abagize ico bavuga ku kibazo co guha agashirukabute abaririmvyi n'aba musiciens mu mashengero bakoreramwo mu .

Mucowimana John ati "birakenewe cane gose k*ko iyo badahembwa music ntiyigera itera imbere k*ko baca baja kurondera ubundi buzi ugasanga babihevye ntamwanya bakibironkera niyompamv uzosanga Kensh mumashengero yongaha Mu iwacu Hama havuza Abana bataraheza amashure k*ko Nibo baba bafis umwanya wokuvyitaho iyobahejeje amashure Kensh niyobabandanije bavuza batera basubira inyuma k*ko ntibaba bagikora ama travail Nk*k bikwiye"

Iki ciyumviro mucumva gute?

🤩😍 Kur'uyu wa 08 Kigarama 2023, ishengero Shemeza Worship Temple rizoba rirumanije imyaka ine ritanguye.Twipfurije isabu...
07/12/2023

🤩😍 Kur'uyu wa 08 Kigarama 2023, ishengero Shemeza Worship Temple rizoba rirumanije imyaka ine ritanguye.

Twipfurije isabukuru nziza umuryango wose wa Shemeza Worship Temple.

07/12/2023

Abaririmvyi hamwe n'aba musiciens vyoba bikwiye ko baronswa agahembo mu mashengero bakoreramwo?

Muvyumva gute? birakenewe?

Igiteramo kizwi nk" Ijoro ry'ubuntu" gitunganywa n'ishengero ry'abagenzi ryongeye kugaruka mu kurangiza uyu mwaka wa 202...
05/12/2023

Igiteramo kizwi nk" Ijoro ry'ubuntu" gitunganywa n'ishengero ry'abagenzi ryongeye kugaruka mu kurangiza uyu mwaka wa 2023.

Kw'igenekerezo rya 08 Kigarama 2023 aho iryo shengero ryo mu Kamenge rikoranira.

Famille Pastor Brillant BAYUBAHE
04/12/2023

Famille Pastor Brillant BAYUBAHE

🔥       c'est l'événement qui va débuter en beauté l'année 2024 🔥🔥 Les prédicateurs suivant 👉🏾    🇧🇮, 👉🏾      🇨🇩, 👉🏾 P. ...
04/12/2023

🔥 c'est l'événement qui va débuter en beauté l'année 2024 🔥

🔥 Les prédicateurs suivant 👉🏾 🇧🇮, 👉🏾 🇨🇩, 👉🏾 P. 🇷🇼, 👉🏾 P. 🇺🇬 et 👉🏾 P. 🇿🇼 vous donnent rendez-vous le 4 janvier au Donatus Conférence Center ( avenue du large ) de 7h à 18h00.

Teramira ic'agaciro irasohoka vuba
03/12/2023

Teramira ic'agaciro irasohoka vuba

23.12 tuzobanywera. Claude na Anita 😍
03/12/2023

23.12 tuzobanywera. Claude na Anita 😍

03/12/2023

Turagarutse! 😍

Turipfuza ko mudusangiza ijambo ry'Imana mwize aho mwasengeye!

🚨🚨Ishengero God's Family Business church buca rihimbaza isabukuru y'imyaka icenda.Ibirori bizotangura isaha zitatu z'igi...
02/12/2023

🚨🚨Ishengero God's Family Business church buca rihimbaza isabukuru y'imyaka icenda.

Ibirori bizotangura isaha zitatu z'igitondo.

😍Reka Twipfurize Isabukuru nziza mwese mwita GFB I muhira!

Images d'archive

Pastor Stanley Niyongabo Pastor Stanley Niyongabo Burundi Gospel TV Holy Mountain TV No Repentance No Heaven Tv

🥰😍 Kw'igenekerezo rya 17 Kigarama 2023, Abana 10 bafise ingabire nibo bagiye guhurira mu gice ca nyuma mw'ihiganwa ryo k...
02/12/2023

🥰😍 Kw'igenekerezo rya 17 Kigarama 2023, Abana 10 bafise ingabire nibo bagiye guhurira mu gice ca nyuma mw'ihiganwa ryo kuririmba "Agahogo Talent" ritegurwa na Burundi Gospel TV . Ihiganwa ry'uno mwaka rikaba rizoba rifise umuhetsi Maya Nzeyimana.

02/12/2023

Ejo ni umunsi w'amakoraniro!

"Tubwire aho uzosengera"🥰

Joyeux anniversaire à Pastor Brillant BAYUBAHE, récemment nommé Pasteur principal de GGC Bujumbura
02/12/2023

Joyeux anniversaire à Pastor Brillant BAYUBAHE, récemment nommé Pasteur principal de GGC Bujumbura

Mumasaha make gusa turatangura   no   bimara amasaha 12 guhera 07h gushika 19h👉🏾 Ivyo bikaba vyama bitegurwa n'ishengero...
02/12/2023

Mumasaha make gusa turatangura no bimara amasaha 12 guhera 07h gushika 19h

👉🏾 Ivyo bikaba vyama bitegurwa n'ishengero & bakaba baratumiye imigwi itandukanye yabaririmvyi kugira bafashanye icokikorwa nka :

- Strong Voice
- Minister Costa
- Minister Augustin From Holland
- BGT
- Asante Gospel

Nabandi benshi na wewe usoma urimwo 🤷🏾😂😂

👉🏾 Ivyo bikaba bibera mwishengero mucibitoke kuri 12éme Av n 40

Kaze mwese tubane murivyo bihe vyubwiza mwarahezagiwe.

@followers

🚨🔵Yaraye atanguje ibikorwa vy'ishengero rishashaPasteur Edmond Nkengurutse inyuma y'indwi atandukanye na GGC, Ku mugorob...
01/12/2023

🚨🔵Yaraye atanguje ibikorwa vy'ishengero rishasha

Pasteur Edmond Nkengurutse inyuma y'indwi atandukanye na GGC, Ku mugoroba wo Kur'uyu wa Kane muri Transworld Radio, niho batangura.

🚨🚨Mountain Ventures vous fait vivre une expérience inédite par la découverte du    : sa culture, son paysage, sa gastron...
01/12/2023

🚨🚨Mountain Ventures vous fait vivre une expérience inédite par la découverte du : sa culture, son paysage, sa gastronomie etc. Individuellement ou en Groupe, Mountain Ventures vous aide à bien préparer des tours à destination des belles attractions touristiques dans toutes les provinces du Burundi. A côté des services touristiques, elle offre également des services de coordination et exécution des événements.

✍️Pour plus d’informations : [email protected] ou Tél : +25771666022 /68086459

Iteka Magazine ROYAL MAG Holy Mountain TV No Repentance No Heaven Tv Mountain Ventures

Urwaruka rw'abakristo ruhamagarirwa gukura amaboko mu mpuzu rugakora iruhande y'ugusenga. Ivyo vyaguwe mw'iyugururwa ice...
30/11/2023

Urwaruka rw'abakristo ruhamagarirwa gukura amaboko mu mpuzu rugakora iruhande y'ugusenga.

Ivyo vyaguwe mw'iyugururwa icese ry'ibikorwa vy'ishirahamwe Entreprise des Jeunes Influenceurs en Christ ( EJIC) kur'uyu wa 30 Munyonyo 2023.

Mu kiganiro bahaye abamenyeshamakuru kuri World Beach, bavuze ko baje gukorera mu bikorwa bitandukanye bizofasha urwaruka kwiteza imbere no guteza imbere igihugu. harimwo

Ibikorwa vyo gufasha abatishoboye( Actions Humanitaires), Gushigikira Impano zitandukanye ziriko zikora ibikorwa rukristo(Christian Talents), Gutunganya imisi mukuru rukristo itandukanye (Evenementiel) , Gutunganya Ibihe bitandukanye bizofasha abakristu gusangira ,kuyaga ndetse kubana mubihe vyiza bitabatandukanije n'Ukwemera kwabo biciye muco bise
"Resto-Café/Juice avec Karaoke Gospel",

NIYOKWIZERA arongoye iryo shirahamwe,yagarutse cane
kurico ciyumviro aho intumbero yabo ari kuba Ikiraro c'Ivugabutumwa n'Iterambere rirama aho ahamagarira urwaruka hambavu yo Gusenga,kunyeguruka nabo bakagira ico baterereye mw'Iterambere.

29/11/2023
Ishirahamwe Mountain Ventures rikorera mu bikorwa bitandukanye harimwo ibijanye no gutanga servise ku ngenzi hamwe no gu...
28/11/2023

Ishirahamwe Mountain Ventures rikorera mu bikorwa bitandukanye harimwo ibijanye no gutanga servise ku ngenzi hamwe no gufasha mu bijanye n’imanza mu Burundi.

Rikorana ubunyamwuga kandi ibikorwa vyabo biri ku rwego rwo hejuru mu gufasha ingenzi mu vyo zikenera harimwo kuzifasha kugirisha ama réservations ku ma Hotels, kubafasha gutegura ingendo , kubakira no kubaherekeza mu bibanza bitandukanye birata ubwiza bw’Uburundi.

Mountain Ventures ikorera mu ntara zose zo mu Burundi no mu bihugu vy’akarere ikoranye n’ayandi mashirahamwe bakorana mu karere.

Iruhande y’ama servise baha ingenzi, baranafasha mu gutegura imanza no gukurikirana ko zigenda neza ku bantu ku giti cabo canke amashirahamwe : imanza z’ubukwe, uguhimbaza amasabukuru n’izindi.

Iryo shirahamwe rirafise aba serva hamwe n’abakira abash*tsi ( Service na Protocole) babikora neza.

Ubakeneye : [email protected] ou Tél : +25771666022/68086459

Pastor Brillant BAYUBAHE niwe yahawe uburongozi bwa GGC Bujumbura. Yahora arongoye GGC Muyinga.
27/11/2023

Pastor Brillant BAYUBAHE niwe yahawe uburongozi bwa GGC Bujumbura. Yahora arongoye GGC Muyinga.

27/11/2023

@highlightNo Repentance No Heaven Tv

""Nta kizohagarika umugambi w'Imana"... Pastor Patrick Ngendakumana avugana n'ishengero rya GGC Bujumbura kur'uyu w'Iman...
26/11/2023

""Nta kizohagarika umugambi w'Imana"... Pastor Patrick Ngendakumana avugana n'ishengero rya GGC Bujumbura kur'uyu w'Imana igenekerezo rya 26 Munyonyo 2023. Uwo asanzwe ari umurongozi mukuru wa GGC International hamwe na GGC Nairobi yabivuze ariko aramenyesha bamwe mu ba Pasitori b'iryo shengero harimwo Pastor Edmond Nkengurutse Na Pastor W***y Nishimwe baherutse kwandika ikete basezera kumvo zabo bwite.

Iki Nico kirango Gishasha C'umugwi Bethesda Voice Gospel Group (BVGG) MumpfunyapfunyoBVGG kubatayizi N'iki?_____________...
26/11/2023

Iki Nico kirango Gishasha C'umugwi Bethesda Voice Gospel Group (BVGG) Mumpfunyapfunyo

BVGG kubatayizi N'iki?
__________________________
N'ugwaruka Gwagiye Hamwe mwukwubaka Ibango Imana Yashize muribo Ariho Guca twiyumvira Ijambo Bethesda Voice Gospel Group Ihishurigwa Twakuye Mugitabo Cera Bibiliya muri Yohana

-Kand' i Yerusalemu hafi y'irembo ry'intama, har' ikidengeri, mu Giheburayo citwa Betesida, carikw amabaraza atanu.
Yohana 5:2

Nukwo iryo hishurigwa Riravuka Aho Ntashimye Gukiriza imitima yabeshi Biciye Mukwikora Mu gahogo.
Ari naco civugo Cacu Gukiza Biciye Mu Guhimbaza.

Kubw'ico Kirango rero Nubwo mutobona Ama photo Yacu Ikirango birakwiye Ko Muzoba Mutubonye Aho Mwokibona Hose.

Mwarahezagiwe.

2023
Publication

Umwe mu basirikare ba Israel bari muri Gaza, Yabonye igitangaza aho urusasu yari arashwe n’abagwanyi ba Hamas rwahagarit...
25/11/2023

Umwe mu basirikare ba Israel bari muri Gaza, Yabonye igitangaza aho urusasu yari arashwe n’abagwanyi ba Hamas rwahagaritswe n’igitabo ca zaburi yari yashize mu mpuzu za gisirikare yari yambaye.
Ifoto: Hananya Naftali

Mountain Ventures est une société dont les activités sont dans le domaine du tourisme et de l’événementiel au Burundi.El...
24/11/2023

Mountain Ventures est une société dont les activités sont dans le domaine du tourisme et de l’événementiel au Burundi.

Elle offre avec professionnalisme et qualité des services de guidage touristiques dont les réservations d’hôtel, préparation, accueil et accompagnement dans les voyages d’exploration des meilleures attractions touristiques du pays. Ses services sont disponibles dans toutes les provinces du Burundi et dans d’autres pays de la région grâce à ses partenaires.

A part les services touristiques, Mountain Ventures offre également des services d’organisation, planification et coordination des événements individuels ou des organisations tel que les mariages, les dots, les anniversaires…. Des services de protocole et service sont également disponibles.

Pour plus d’informations : [email protected] ou Tél : +25771666022/68086459

Abaririmvyi Alvella Muhimbare ari kumwe na Pin pajo Official buca baduha indirimbo nshasha '' Umubavu''.  Iyo ndirimbo i...
23/11/2023

Abaririmvyi Alvella Muhimbare ari kumwe na Pin pajo Official buca baduha indirimbo nshasha '' Umubavu''. Iyo ndirimbo ikaba igira gatatu bakoranye bari kumwe.

Wema Nella No Repentance No Heaven Tv Together As One Artists Burundi Gospel TV NDIHO Gospel TV

Address

Kigobe
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Worship Today posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Worship Today:

Share