🔴IMPONJO
Umunsi wo kwumviriza imponjo y’indirimbo #Umenishangaza wash*tse . Ni indirimbo y’umutanzaniya Joel Lwaga, yasubiwemwo ku buhinga budasanzwe n’umunyempano wacu Alpha Théo W.
Alpha Théo ni Umunyempano, agira 6 muri 10 babaye abambere mw’ihiganwa ryo kuririmba « Les Talents de chez nous », ryatunganijwe na Akeza.net.
Kurako gace gusa, wumva ameze gute ?
#lesbeautesdecheznous #akezanet #LesTalentsDeChezNous #music #Burundi
🔴👮🏿♂️ « Naripfuza cane guca muri iki kiganiro, kuri AKEZA.net. Kandi wosanga no #gutobora biciye biva aha nyene. Jewe ico nshaka ni vibe mu benegihugu kuko biri mu bimfasha no gucungera umutekano wabo». Bishikirizwa n'umuririmvyi Afande Bluetooth , asanzwe ari umupolisi.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #Burundi
Talking to the moon ( cover ) by Eddy Voom / Les Talents de chez nous
🔴Turabaramukije twongera tubaha ikaze yo kwumviriza ubuhinga bwa Eddy Voom 257, Umunyempano wacu agira 5 muri 10 babaye abambere mw’ihiganwa ryo kuririmba « Les Talents de chez nous », ryatunganijwe na Akeza.net.
Eddy Voom yasubiyemwo indirimbo « Talking to the moon » y’umunyamerika Bruno Mars, indirimbo ikunzwe cane muri kino gihe kw’isi.
Ko hageze gutanga amanota, wewe umuhaye angahe /10.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #LesTalentsDeChezNous #music #Burundi i
Talking to the moon ( cover ) by Eddy Voom / Les Talents de chez nous
🔴 IMPONJO ntiteba 😂
Iyi niyo mponjo y’indirimbo « Talking to the moon » yasubiwemwo n’umunyempano wacu Eddy Voom 257.
Ahasigaye tuze duhurire aha nyene kuruyu wa mbere, isaha zibiri z’agatondo (8h) kugirango dutange amanota.
Harico woba uravuga kuraka gace ?
#lesbeautesdecheznous #akezanet #LesTalentsDeChezNous #music #Burundi
🔴🎶 Umuzigo mwawumvise gute?
Dukeneye commentaires z'abantu batahuye insiguro y'ijambo "KUDIRIGIZA" gusa 😂
📍😍 11K Views in 5h , keep watching 👉: https://www.youtube.com/watch?v=SsCstdIeLyQ
#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #Burundi
🔴 En vue de célébrer ce weekend de paques en beauté, l’église “ Christ Centered Church ”, sise à ARIZONA, aux USA, organise une conférence internationale intitulée “ VESSELS OF HONOR”.
🔹Pilotée par le Pasteur Burundais Jean Claude SIMBANDUSHE et son épouse Yolande SIMBANDUSHE, cette conférence verra la présence d’autres hommes de Dieu, Burundais, dont Pasteur Marc KAGISYE et sa Femme Betty KAGISYE , Pasteur Barthelemy HABOBINAMA et Sa Femme Nyota HABONIMANA ainsi que le célèbre chanteur de Gospel David Trésor NDUWIMANA.
🔹Tous ces invités sont déjà arrivés aux Etats-Unis d’Amérique pour prendre part à cet événement.
🔹Différentes activités sont prévues, durant ces trois jours, soit à partir de ce vendredi 29 Mars jusqu’à Dimanche 31 Mars 2024. Suivez les détails de l’événement via ce petit communiqué animé.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #paques2024 #priere #Vesselsofhonor #Burundi
🔴 The "Waiting" is over!!!!!! 💥
Umuzigo uzosohoka kuruyu wa Gatanu 29/3/2024. Mukurundira ko uyo muzigo mushasha wa Stylozoff usohoka , ba muragira subscribe kuri YouTube channel yiwe👉 : https://youtu.be/kadUG_-a6PU?si=3_HkwC-0naNz35T4.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #Burundi
🔴 “Uri umuririmvyi akiri muto biragoye kuvuga ko umuririmvyi nka Drama-T yakwivye Script ya video”. Ivyo bishikirizwa n'umwe mu bagize umugwi YM Muzik washikiwe nico kibazo ngo cokwibwa script na Drama-T.
Abandanya agira ati : “ Nuko aha iwacu ataho kwitwara mu muziki hariho. Twokwitwaye bakatwumviriza”. Mutege yompi!!
#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #Burundi
Roster ( cover ) by CHANNY / Les Talents de chez nous
🔴Ubutigu burageze kugira mutange amanota ku munyempano wacu Channy Masengo yasubiyemwo ku buhinga budasanzwe indirimbo #ROSTER y’umunyamerikakazi, Jazmine Sullivan.
Kuriki congereza n’amajwi, utanze angahe kw’icumi?
#lesbeautesdecheznous #akezanet #LesTalentsDeChezNous #music #Burundi
🔴 “Jewe nari nagiye kurondera ubumenyi igihe gito, ngarutse numva abiyitirira ngo ni abami ba HipHop. Mubabwire ko umuvyeyi yagarutse”. Ivyo bishikirizwa n’umuririmvyi Mkombozi Lucifer aho bari baherekeje umuririmvyi mugenzi wabo Devin win mu ntara ya karusi gufasha abanyeshure.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #Burundi
🔴 Kaze mwumvirize imponjo y’akaririmbo #ROSTER, umunyempano Channy Masengo yasubiyemwo ku buhinga bw’amajwi butangaje.
Ni indirimbo y’icongereza yaririmbwe n’umunyamerikakazi yitwa Jazmine Sullivan.
Gushika aho muyumva gute ?
#lesbeautesdecheznous #akezanet #LesTalentsDeChezNous #music #Burundi
Umugambi w’Amazu ya Kijambere agira yubakwe ku mashurwe n’ishirahamwe UBAKA NATION GROUP mu mugambi urongowe na Fablice MANIRAKIZA.
🔴BISHASHA: Ishirahamwe UbakaNation Group ribazaniye umugambi mushasha w’Amazu ya Kijambere agira yubakwe n’iryo shirahamwe, aho bita ku mashurwe, mu gisagara ca Bujumbura. Ni umugambi urongowe n’imboneza mu rwaruka Fablice Manirakiza / FLYBZ, asanzwe amaze kwubaka n’ibindi birwati vya kijambere bigera kuri 3.
📍💬 Agira ati : « Amazu ariko arafatwa cane.
MENYA NEZA!: Izi nzu ziri muri promotion yambere: URATEWE AKAMO WEWE WIPFUZA KUGURAMWO INZU zitaraduga, inyuma y’imisi mike, izizoba zisigaye haziyongerako 10%.!!!. Hamagara hakiri kare uronkemwo inyubakwa muriki kirwati ciza». Nimumwumvirize!!
Harico mubaza hamagara kuri: +25768814704 - +25776074777 - +25772498393
#lesbeautesdecheznous #akezanet #infrastructure #Burundi
🔴 « Agashimwe kose jewe ndonka, naho yoba i bonbon naho yoba iki, ndayakira kandi nkayishima». Bishikirizwa n’umuririmvyi Dj Fernando +257 batazira Mr AYE, inyuma yo gutahukana ihiganwa Isanganiro Award.
Abivuga yishura abavuga ko agashimwe ka Télévision yaronse ko kagayitse, yongera amenyesha ko hari ubundi bushimwe azobandanya aronka. Aranegura ababivuze ko boba bafise umutima udashima. Nimumwumvirize!!
#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #Burundi
🔴1200 Euro niyo mahera Double Jay Na Kirikou bari bumvikanye n’umurwi Badboyz kugira bakorane indirimbo #ICANA harimwo nayo kuyamamaza. Ariko mu nyuma amasezerano ntiyagenze neza kuko habaye ingorane zo kudahuza ku bintu bimwe bimwe, abaririmvyi bari basavye.
Bilimani boys rero bakaba bahejeje gusubiza igice cayo 600 Euros kugirango ntibibononere izina canke ngo bizane imvururu mu kazi kabo. Nimwumvirize uwusanzwe aserukira Badboyz.
#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #Burundi
🔴 Kaze tubashikirize umuririmvyi "Afande Bluetooth Transfert ", afise impano idasanzwe. Mu kazi ka minsi yose asanzwe ari mu nzego zo gucungera umutekano. Iruhande y'ivyo rero, Afande Bluetooth Transfert n'umuririmvyi akomoka mu bwoko bw'abasangwa butaka. Muri kino kiganiro aratwiganira intambamyi yahuye nazo kugeza ashike ku ndoto yiwe . Nimumwumvirize!!
#lesbeautesdecheznous #akezanet #OpenMic #music #Burundi
Wahozeho (cover) by Kent / Les Talents de chez nous
🔴 Chris Kevin NTWARI ashobora kuba yarasumbije benshi bagiye barasubiramwo iyi ndirimbo WAHOZEHO. Kuko ubuhinga yakoresheje mu kuririmba , guhibongoza, kuduga no kumanuka mu majwi si ibisanzwe.
Ni umunyempano agira gatatu yatowe muri bamwe 10 babaye aba mbere mw’ihiganwa ryo kuririmba « Les Talents de chez nous », ryatunganijwe na Akeza.net. Nimumwumvirize!!
Uko wamwumvise ni muri commentaires 👇
#lesbeautesdecheznous #akezanet #LesTalentsDeChezNous #music #Burundi
🔴 Ng’aka agace gatoya k’indirimbo #WAHOZEHO, yasubiwemwo mu majwi atangaje n’umunyempano Chris Kevin NTWARI.
Uyo munyempano batazira #KENT, agira gatatu muri bamwe 10 babaye aba mbere mw’ihiganwa ryo kuririmba « Les Talents de chez nous », ryatunganijwe na Akeza.net.
Indirimbo yose n’ejo mu gatondo….8h
#lesbeautesdecheznous #akezanet #LesTalentsDeChezNous #music #Burundi
🔴« Ikintu nyamukuru canezereye indirimbo imaze gusohoka, ni kubona Comment y’umuvyeyi wanje ariko arankeza ku mugaragaro. Ico nobwira abakunze irya ndirimbo #DoMe, nobabwira ati munyitege vuba ndabazaniye ikindi gikorwa gishasha». Ivyo bishikirizwa n’umuririmvyi Cee Dolf aherutse gushirwa ahabona na Akeza.net muri rya higanwa « Les Talents de chez nous ». Nimumwumvirize!!!
#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #Burundi
🔴Kuri uyu munsi w’Imana tubazaniye umuririmvyikazi Anniella Amaryllis aririmba indirimbo mpimbazamana
Kubwiwe avuga ati abanzi bamperuka kera nkiririmba ariko Ubu ndaje ndaje ubuta gisubira inyuma muramya imana nimwumwumvirize
#lesbeautesdecheznous #akezanet #music #Burundi
See less
See less