Je Nd'umurundi

Je Nd'umurundi Niba ukunda igihugu cawe Uburundi Kora Suivre wongere Ukore Partages twereke isi ko tuguma dusayangana. Warapfunywe ntiwapfuye �

16/04/2024
Iyi ngingo yokwugar imbibe mwayakiye gute  Uburundi 🇧🇮 Rwanda 🇷🇼?
13/01/2024

Iyi ngingo yokwugar imbibe mwayakiye gute Uburundi 🇧🇮 Rwanda 🇷🇼?

11/01/2024

Nawe we Ibi vyarabaye ukuri 😂 😂 😂 Indoto yukuri nimw

Monia x Big Fizzo 🌹🌹🌹🌹
03/10/2023

Monia x Big Fizzo 🌹🌹🌹🌹

Official Gasore le Comedién 👊 🤚 ⚘️ akajambo kamwe kuriwe 👀
19/09/2023

Official Gasore le Comedién 👊 🤚 ⚘️ akajambo kamwe kuriwe 👀

18/09/2023

🔴 N’aho ibinyobwa vya bikaze, ngo birakwije ibisabwa n’amategeko. Ni ibinyobwa bihurumbirwa cane n’abantu batashoboye kuronka zivuye mu bihugu vyo hanze.

Séverin SINDAYIKENGERA arongoye ikigo BBN kijejwe kugenzura ubuziranenge agira ati : « Ivyo binyobwa bikunda gukarira abantu kuko benshi babinywa batigereye. Benshi barabinywa bakarenza urugero, bikaca bibahinduka. Ariko tubandanya duhimiriza abantu kwigerera. »

Ni izihe ngaruka mbi umaze kubona ziterwa no kutigerera ?

12/09/2023
🛑⛔ Mu gisagara ca   bariteguriye kuza gushigikira Intamba Mu Rugamba nubwo urukino ruza kubera muri   Ku mpande zose bar...
12/09/2023

🛑⛔ Mu gisagara ca bariteguriye kuza
gushigikira Intamba Mu Rugamba nubwo urukino ruza kubera muri

Ku mpande zose bariteguye kuza gushigikira umugwi guhera ku munota wa mbere gushika kuwa nyuma

👇Uku niko vyifashe mu mabarabara yo muri capitale.

Aho muherereye mwiteguye gute?
ININTAMBA MURUGAMBA �UINTAMBA MURUGAMBA �INTAMBA MURUGAMBA �

El Classico muyiteguriye gute hagati ya Intamba zacu x Cameroune 😀😀😀
12/09/2023

El Classico muyiteguriye gute hagati ya Intamba zacu x Cameroune 😀😀😀

Allo ipfurize Iyi Couple 👫kurama kurugo gwabo
25/07/2023

Allo ipfurize Iyi Couple 👫kurama kurugo gwabo

 #𝐁𝐔𝐑𝐔𝐍𝐃𝐈🇧🇮 : Banki ya Repuburika y'u Burundi ihejeje gusohora itangazo ryerekeye igikorwa cari kimaze iminsi co guhindu...
17/06/2023

#𝐁𝐔𝐑𝐔𝐍𝐃𝐈🇧🇮 : Banki ya Repuburika y'u Burundi ihejeje gusohora itangazo ryerekeye igikorwa cari kimaze iminsi co guhindura inoti z'ibihumbi cumi n'izibihumbi bitanu ko ico gikorwa kitazokwongerezwa ikiringo kandi ayo mafaranga kuva k'umusi wejo atazongera gukora ukundi.hanehane ayamakuru kugira mufashe incuti n'abagenzi boba batashikana izo noti muma banques nama microfinances💉👌

Barcelona yibaza kwaba real bavyibagiye Haaaa 👁 👁
07/04/2023

Barcelona yibaza kwaba real bavyibagiye Haaaa 👁 👁

Mwiyi mikino Nuwa he wakinyemwo
25/03/2023

Mwiyi mikino Nuwa he wakinyemwo

Woba Warabonye Izonoti.?
24/03/2023

Woba Warabonye Izonoti.?

Woba wara bibonye.?
16/03/2023

Woba wara bibonye.?

🚨 URUPFU RUBABAJE RWA COSTA TEACH | UMURIRIMVYI COSTA TICH NTAKIBARIZWA KW’ISI Y’ABAZIMA. 📌Amakuru dukesha bimwe mu bime...
12/03/2023

🚨 URUPFU RUBABAJE RWA COSTA TEACH | UMURIRIMVYI COSTA TICH NTAKIBARIZWA KW’ISI Y’ABAZIMA.

📌Amakuru dukesha bimwe mu bimenyeshamakuru vyo mu bihugu vya Afrika, Umuririmvyi Costa Tich akomoka mu gihugu ca Afrika y’epfo ahejeje kw’itaba umuremyi.

📌Amkuru yizewe avuga ko costa tich yapfiriye kubutambiro, igihe yariko aririmbira abakunzi biwe.

📌Costa Tich yitavye umuriremyi kumyaka (27) akaba akurikiranye n’uwundi muririmvyi wo mugihugu ca afrika y’epfo azwi nka AKA.

📌Tubibutse ko uyu muririmvyi yashinze imizi y’umudiho | Amapiano kw’isi yasandavye aherutse igiteramo i bujumbura, kuri world beach.

RIP COSTA TICH.

Umurundikazi Belle nice mubona Beyonce amusumbijiki?
11/03/2023

Umurundikazi Belle nice mubona Beyonce amusumbijiki?

Warubizi?
11/03/2023

Warubizi?

Aba Legends muri Industry ya Muzika Nawe Ni kubibona.?
26/02/2023

Aba Legends muri Industry ya Muzika Nawe Ni kubibona.?

Address

Bujumbura
BP205BUJUMBURA

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Je Nd'umurundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Je Nd'umurundi:

Share

Category


Other Magazines in Bujumbura

Show All