Agasozo

Agasozo "Agasozo" ni urubuga (page) rutanga amakuru atandukanye kandi atohojwe neza. Kuri runo rubuga kandi
(2)

🔊🎙️Big Fizzozo araye yujuje umulioni wa views ku ndirimbo yiwe   imaze ikiringo c'ameze abiri gusa iri ku rubuga rwiwe r...
15/10/2023

🔊🎙️Big Fizzozo araye yujuje umulioni wa views ku ndirimbo yiwe imaze ikiringo c'ameze abiri gusa iri ku rubuga rwiwe rwa Youtube .

✍️Ni imbonekarimwe kuri Mugani Désiré umwe mu vyitegererezo vy'umuziki w'Uburundi indirimbo yiwe ikwije 1M w'abayikurikiranye kuri Youtube kuva atanguye kuririmba umuziki wiwe.

✍️✍️Munywanyi inyuma yo Kumukeza n'akahe kajambo wumva utogenda utamubwiye ?


🇧🇮🇧🇮

🎤🎙️📹Conference de presse y'igiteramo c'umuririmvyi The Ben kuva mu Rwanda==================================📝 Mu kiganiro...
30/09/2023

🎤🎙️📹Conference de presse y'igiteramo c'umuririmvyi The Ben kuva mu Rwanda
==================================

📝 Mu kiganiro cahawe abamenyeshamakuru muri Hotel Panoramique, aho hariko havurwa kubijanye n'igiteramo categuwe n'ishirahamwe rirongowe n'umurundi Jean de Dieu Nishishikare, akaba yabwiy abari ngaho ati "dream big" rota binini kuko natwe twarose binini kandi twabishikije arico gikorwa mubona ngaha cukuzana the ben.

🎙️🎙️The Ben 🎤: «Ndashimira abarundi ku rukundo bari kunyereka , kuva 2009 narifuje kuza mu Burundi ariko biranka ariko unomusi birakunze na now now company. Nigiye vyishi kuri Fizzo kuko nakuze nkunda kuririmba indirimbo ziwe»

📷:Ntera nj'imbere media, Umuco


🎙️🎙️Amafaranga angana na $500 niyo yaraye ahahwe umuyabaga afise impano ikomeye cane yo gushushanya.______👉🏾The Ben umur...
30/09/2023

🎙️🎙️Amafaranga angana na $500 niyo yaraye ahahwe umuyabaga afise impano ikomeye cane yo gushushanya.
______

👉🏾The Ben umuririmvyi akomeye cane kuva mu gihugu c'Urwanda yaraye yiyemeje icese kugura $500 (Yababa2.000.000fbu) iyi sanamu mubona ku mashusho yakozwe nuwo muyabaga aho hari mukiganiro yahaye aba menyeshamakuru (conférence de presse) muri hotel panoramique kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 29 Nyakanga 2023.

👏🏾Hambavu y'ivyo akaba yaciye arihirwa ticket présidentiel ya 10.000.000 fbu aho yemerewe kuzanana n'umuryango wiwe wose muri Eden Garden Ressort muri concert ndetse na The Ben akazoza kugendera umuryango w'uwo muyabaga,
aho ntitwibagiye ko no muri concert izobera muri Messe des Officiers nayone yarihiwe i ticket yayo .

🫵🏽Musomyi akajambo kuri uwo mu yabaga ,akajambo no ku bateguye ibiteramo turavuga Now Now Company?

📷:Ntera nj'imbere media


  : 🎙️  niryo zina ry'indirimbo igiye kuja ahabona mumisi mike cane ,nkuko Cava ivyerekana ni indirimbo ya Monia Fleur  ...
27/09/2023

: 🎙️ niryo zina ry'indirimbo igiye kuja ahabona mumisi mike cane ,nkuko Cava ivyerekana ni indirimbo ya Monia Fleur na Big Fizzo umwe mu vyitegerezo vy'umuziki w'uburundi.

✍️Mukunzi w'umuziki witeguriye gute ico gikorwa?



🇧🇮❤️❤️

🏟  Abigeme bakinira ikipe y'igihuguIntamba mu Rugamba officiell  bahejeje gusezerera ikipe y'igihugu ya Ethiopie mu nkin...
26/09/2023

🏟 Abigeme bakinira ikipe y'igihuguIntamba mu Rugamba officiell bahejeje gusezerera ikipe y'igihugu ya Ethiopie mu nkino zo kurondera itike y'igikombe ca CAN 2024 izobera muri

🤝 Urukino rwarangiye banganye Ethiopie 1-1 Burundi bica biba [2-2] munkino zibiri maze baca bitabaza ama penalties. : Ethiopie yinjije 3 - 5 Burundi

👏 Reka dukeze abo bigeme eka n'umumenyereza wabo Alain Olivier Niyungeko batazira Mutombora.


🎙️🔴Inyuma yo gutabwa muri yompi baje bagabisha abakunzi b'umuziki w'Uburundi🇧🇮🇧🇮.____________________🎙️🎙️Bafunguwe uyu m...
23/09/2023

🎙️🔴Inyuma yo gutabwa muri yompi baje bagabisha abakunzi b'umuziki w'Uburundi🇧🇮🇧🇮.
____________________

🎙️🎙️Bafunguwe uyu musi igenekerezo rya 23 Nyakanga uyu mwaka wa2023 inyuma yaho baburanye bagatsinda ,aho ni mugihe bari bamaze ikiringo kingana n'imisi 6 bafungiwe mw'ibohero riri mu ntara ya Gitega abo nabo bakaba ari abaririmvyi babiri umwe azwi kw'izina rya BellyStar01 uyundi ni Tiger Nyundo .

🎶‼️Ni abo baririmvyi babiri inyuma yaho bavuye mu gasho bamenyeshako batagiye guha agahengwe abakunzi babo b'umuziki ati kuko vuba mu ntango z'ukwezi kw'icumi bazoshira hanze indirimbo ivuga k'ubuzima baciyemwo bari mw'ibohero.

🎼🎙️BellyStar01 ni umwanditsi w'indirimbo nyishi harimwo Crazy,Love,News,Honney &Sho ,aho ni migihe nawe arumwanditsi w'indirimbo nka Kuryosha,Uranyayura,Ndigadiga .Bakaba bagiye gukora igikorwa bise ari babiri kigiye gusohoka inyuma y'imisi mike cane.

👀👀Bakunzi ni gute mwakiriye iyi nkuru?



⚽⚽Inkino z'uyumusi n'uku zagenze kuruyu wa  kane igenekerezo rya 20/09/2023.✍️Munwanyi wakiriye gute izi nkino z'uyumusi...
20/09/2023

⚽⚽Inkino z'uyumusi n'uku zagenze kuruyu wa kane igenekerezo rya 20/09/2023.

✍️Munwanyi wakiriye gute izi nkino z'uyumusi mw'ihiganwa rya UEFA Champions League?


Abanyagisagara bagarutse muri primus league ==================💪  Imyaka yari ibaye myishi tutabona umurwi womu gisagara ...
19/09/2023

Abanyagisagara bagarutse muri primus league
==================

💪 Imyaka yari ibaye myishi tutabona umurwi womu gisagara ca Bujumbura uyoboye urutonde rwa championa muri primus league. Inyuma y'inkino 5 turabona ko umurwi wa 'o fc utarigera utakaza urukino na rumwe.

📝 Imirwi yo mugisagara yaragize ihungabana aho umupira wo muburundi utanguye kujamwo amafaranga kuko imirwi yo mugihugu hagati usanga ifise uburyo bwishi gusumba iyo mugisagara. Nukuvuga ko abakinyi beza bose badasubira kuguma mumirwi yo mugisagara kuko ihemba make.

📅 Muruyu mwaka niho twasubiye kubona umurwi wa vital'o ugura abakinyi besha beza knd ukaba uriko urabikora neza muriri rushanwa ryuyu mwaka. Niki witeze kuri vital'o yuyu mwaka? Yoba ari amavamuhira cnk iragarutse ifatishe nk'aho hambere?
📷 ffb

🎙️🎙️SaSat-Bgiye guha abafana biwe igikorwa gishasha nkuko bigaragara kurino sanamu yashize ahabona .🎼Indirimbo   niyo ig...
17/09/2023

🎙️🎙️SaSat-Bgiye guha abafana biwe igikorwa gishasha nkuko bigaragara kurino sanamu yashize ahabona .

🎼Indirimbo niyo igiye gukurikira inyuma ya .

🫵🏽🫵🏽Bakuzi b'umuziki w'Uburundi mwiteguriye gute ico gikorwa gishasha ca Sat-B?


🇧🇮🇧🇮

🔴Vyamaze kumenyekana, abaririmvyi Sat-B  hamwe na Big Fizzo  bazoririmba mubiteramo bibiri   azoba ariko arakora hano i ...
14/09/2023

🔴Vyamaze kumenyekana, abaririmvyi Sat-B hamwe na Big Fizzo bazoririmba mubiteramo bibiri azoba ariko arakora hano i Bujumbura.

💬Kubona Big Fizzo na Sat b mugiteramo kimwe, ntagukekeranya aho hantu aba ari fire🔥🔥🔥

🎙️🎙️Tagata concert , Tagata Concert na Emerysun.____________🛑Iruhande yokuba yaratahukanye   , ubu naho yateguye igitera...
13/09/2023

🎙️🎙️Tagata concert , Tagata Concert na Emerysun.
____________

🛑Iruhande yokuba yaratahukanye , ubu naho yateguye igiteramo kuruyu wa 16 Nyakanga kizobera mu ntara ya Bubanza ahitwa ku Muzinda neza na neza ku kabare kitwa . Uwo nawe akaba ari Emerysun umwanditsi w'indirimbo nyishi harimwo nka , ...n'izindi nyishi zigiye zitandukanye .

👀Tubibutse ko ico giteramo kigiye kuba inyuma yaho yaheruka gusohora indirimbo yise arikumwe na .



🇧🇮🇧🇮

  avuga kurukino rwo kumusi w'ejo==================Twagerageje gushira mu kirundi ivyo umumenyereza w'umugwi nserukiragi...
11/09/2023

avuga kurukino rwo kumusi w'ejo
==================
Twagerageje gushira mu kirundi ivyo umumenyereza w'umugwi nserukiragihugu wa Cameroon (Rigobert Song) yavuze mu kiganiro yagiranye n'abanditsi hamwe n'abamenyeshamakuru :

🗣️ Rigobert Song: "Sinovuga ko mfise uruhagarara kubera turazi impamvu turi hano. Turafise ihangiro dushaka gushikako kandi turiteguye gukora akazi kacu".

🗣️ Rigobert Song: "Uyu musi ntakosa ryo gukora kubera ni urukino rusiguye vyinshi kuri twebwe. Turamaze kumenyera inkino nk'izi kandi turazi neza ko ejo tuzotsinda".

🗣️ Rigobert Song: "Twararonse akaryo ko kubona uko abarundi bakina. Uru rukino rukinirwa ku mpande zose, haba mu mitwe no kumibiri. Nubwo boca hasi canke hejuru, turazi ko insenga (filets) zizonyiganyiga".

🗣️ Rigobert Song: "Twararonse umwanya wo gukora no kumenya ico dukwiye gukora kugirango dushire abarundi mu bibazo".

🗣️ Rigobert Song: "Izoba ari intsinzi yanje yambere ndonkeye muhira kuva mbaye umumenyereza w'umugwi nserukiragihugu... Insenga zizonyiganyiga".
Iki cizere abanya Cameroun bafise mubona mu rugamba official zizotuzanira intsinzi?


🤔Ubwo O.l.g Olegue Olegue  ntiyoba anyoteje abakunzi b'umuziki wiwe?==============📝Umuririmvyi wo murunganwe rushasha rw...
07/09/2023

🤔Ubwo O.l.g Olegue Olegue ntiyoba anyoteje abakunzi b'umuziki wiwe?
==============
📝Umuririmvyi wo murunganwe rushasha rw'umuziki mu Burundi azwi nka Olegue arashobora kuba ariko aratakaza imwe mu mpano ikomeye cane afise yo kuririmba. Umuririmvyi olegue aramaze imisi atagaragara kurubuga rw'umuziki w'uburundi.

👉Aho ni mugihe uwo muririmvyi yakunzwe cane cane n'urwaruka amaze igihe kitari gito adasohora indirimbo nkuko twari tubimuziko mumisi iheze. Ntitworeka kuvuga kwariko arasubira inyuma kuko ashobora kuzogaruka abakunzi biwe baramwibagiye mugihe abandi baririmvyi bari mu runganwe rumwe bariko barakora neza, aha twovuga nka one T n'abandi.

✍️Tubibutseko Olegue amaze gutahukana ubushimwe butandukanye harimwo nka .

💪 Reka twizere ko olegue ariko arisuganya kugira azozanane inguvu nyishi kuruta.


🔴🎤@  kuva mu gihugu c'Urwanda azoba ari ngaha mu Burundi mu gisagara ca Bujumbura muma taliki ya 30/09 na 01/10. _______...
06/09/2023

🔴🎤@ kuva mu gihugu c'Urwanda azoba ari ngaha mu Burundi mu gisagara ca Bujumbura muma taliki ya 30/09 na 01/10.
______________

⚫Nkuko umuririmvyi The Ben yamaze kubigaragaza abicishije ku rubuga rwiwe ngurukana bumenyi yamaze kwemeza ko vuba agiye kuzoteramisha ngaha i Bujumbura , aho maze kw'igenekerezo rya 30/09/2023 azoteramishiriza kuri Jardin Public ,bukeye bwaho ku wa 01/10/2023 naho azoba ari kuri .



🇧🇮🇧🇮🇧🇮

🔴"World tourism day 2023" vuba cane kuri   ----------------------------------------------👉Ishirahamwe Visit Burundi risa...
05/09/2023

🔴"World tourism day 2023" vuba cane kuri
----------------------------------------------
👉Ishirahamwe Visit Burundi risanzwe rikora mubijanye n'igisata c'ingenzi ryarateguye guhimbaza umusi wahariwe igisata c'ingenzi( ), uwo musi bakaba bazowuhimbaza kw'igenekerezo rya 27/09/2023 kuri Eden Garden Resort.

🗒️kuruyo musi hakaba hategekanijwe n'ibikorwa bitandukanye vyerekeye ico gisata.

💬Musomyi, ni igiki ubona Visit Burundi yobandanya ikora kugira igisata ca kibandanye giterimbere?

Big Fizzo araje Dubai 🇦🇪===========📝 Inyuma y'abaririmvyi beshi bagiye barakora ibiteramo mugisagara ca Dubai,  ubu hage...
01/09/2023

Big Fizzo araje Dubai 🇦🇪
===========

📝 Inyuma y'abaririmvyi beshi bagiye barakora ibiteramo mugisagara ca Dubai, ubu hagezweho igihangange mu muziki wo muburundi Mugani Desire yamamaye nka Big fizzo akaba agiye guteramisha abarundi ndetse n'abanyamahanga baba mu gisagara ca Dubai.

📅 Ni igiteramo kigiye kuba kwi genekerezo rya 16/09/ 2023


UEFA Champions league 2023-2024=============📝 Rya higanwa rikundwa na beshi ryo kumugabane wa burayi ( uefa champions le...
31/08/2023

UEFA Champions league 2023-2024

=============

📝 Rya higanwa rikundwa na beshi ryo kumugabane wa burayi ( uefa champions league) ryagarutse.

Nguku uko imirwi yatomboranye👇👇

🤷‍♂️ Ubona umurwi wawe watomboye neza canke waguye mu muce ugoye?


🎤🎤Sat-B umuririmvyi w'Umurundi🇧🇮 araye y'uriye indenge yerekeza mu gihugu ca  .-----------------🛑Ni kuruyu wa kane igene...
31/08/2023

🎤🎤Sat-B umuririmvyi w'Umurundi🇧🇮 araye y'uriye indenge yerekeza mu gihugu ca .
-----------------

🛑Ni kuruyu wa kane igenekerezo rya 31/08/2023 aho umuririmvyi BIZIMANA Abubakar Kalume azwi kw'izina rya yafata rutema ikirere✈️✈️ yerekeza mu gihugu ca Suède neza na neza mu gisagara ca GOTHENBURG. Aho yaragiye mu giteramo ciswe ONE LOVE AFRICA FESTIVAL MUSIC aho maze azohuriramwo n'ibindi bihangange mu muziki ngaha muri Africa.

👉🏾Ico giteramo kikaba kizoba mumagenekerezo ya mbere na kabiri ukwezi kw'icenda uyumwaka nyene (01,02/09/2023).

📷:Sat-B



🎤🛑  :Umuririmvyi  Simba yamaze gutangaza abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook yuko indirimbo   irimunzira vuba ija ah...
30/08/2023

🎤🛑 :Umuririmvyi Simba yamaze gutangaza abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook yuko indirimbo irimunzira vuba ija ahabona.

👀Tubibutse ko iyo ndirimbo igiye kuza haheze ukwezi kumwe gusa ashize ahabona iyitwa .

🫵🏽Akajambo kamwe kuri uyu muririmvyi w'icitegererezo mu muziki w'i Burundi🇧🇮🇧🇮.


🙌D One na Kirikou Akili bagiye guhurira mugiteramo kimwe ca Bye Bye Vacances. Ico giteramo kikazoba igenekerezo rya 03/0...
29/08/2023

🙌D One na Kirikou Akili bagiye guhurira mugiteramo kimwe ca Bye Bye Vacances. Ico giteramo kikazoba igenekerezo rya 03/09/2023 kuri , aho kwinjira azoba ari 2000fbu.

💬Banyeshure mwahora muri , ngako akaryo keza kogusozera Vacances mukanyamuneza ntangere.

Equipe ya Cameroun yahamagaye abakinyi bazohura n'Uburundi==============================👬 Umumenyereza w'ikipe y'igihugu...
29/08/2023

Equipe ya Cameroun yahamagaye abakinyi bazohura n'Uburundi
==============================

👬 Umumenyereza w'ikipe y'igihugu ya ( les lions indomptables ) akaba ahejeje gushira hanze urutonde rw'abakinyi azokwifashisha kurukino rwanyuma rwo mu matsinda yo kurondera itike yo gukina CAN izobera muri Cote d'Ivoire.

akaba yagarukanye umunyezamu eka na yahora mumvune akaba yagarutse muri ekipe ya Cameroun.

🇧🇮🇨🇲Tukaba twobibutsa yuko urukino barukuye kumurwa mukuru barudugana mugihugu hagati mugisagara citwa . Urukino rutegekanijwe itariki 12/09/2023.
Nguru urutonde rw'abakinyi ngaho kw'isanamu👇👇



🇨🇲🤝🇧🇮

Umuririmvyi Drama t ariko aragura akarere =========================📝Umuririmvyi akunzwe cane mu Burundi  ndetse no hanze...
28/08/2023

Umuririmvyi Drama t ariko aragura akarere
=========================

📝Umuririmvyi akunzwe cane mu Burundi ndetse no hanze yabwo T ariko arubaka izina muri kano karere ka Afrika y'ubuseruko.

🕺🕺Nkuko bigaragara, Drama T agiye kuzoboneka mundirimbo igiye gusohoka vuba ya Dj Phil Peter kuva mugihugu c'Urwanda hamwe na Daddy Andre wo mugihugu ca Ouganda.

Nawe uri mubarindiranye igishika iyo ndirimbo? Niki witeze kuriyo ndirimbo?


🎤Alvin smith frimeurur  nyuma yogukorana indirimbo nuwitwa John Blaq kuva mugihugu c'ubuganda , vuba muntango z'ukwicend...
26/08/2023

🎤Alvin smith frimeurur nyuma yogukorana indirimbo nuwitwa John Blaq kuva mugihugu c'ubuganda , vuba muntango z'ukwicenda igenekerezo rya 02 agiye kwitabira igiteramo kizobera mu ntara ya Makamba aho bita kuri NDINDI.

✍️✍️Tubibutse ko iyo ndirimbo nshasha yitwa tuyisanga
👉https://youtu.be/XWCrZsoOIpI?si=eRzYDXwn0TPBcCug



🇧🇮🇧🇮🇧🇮

🏟  Bumamuru Fc kuva mu ntara ya cibitoke ihejeje gutera iteka Uburundi 🇧🇮 🇧🇮  mu gutsinda ibitsindo 5 kuri 1 umugwi wa C...
25/08/2023

🏟 Bumamuru Fc kuva mu ntara ya cibitoke ihejeje gutera iteka Uburundi 🇧🇮 🇧🇮 mu gutsinda ibitsindo 5 kuri 1 umugwi wa Centre de Bendje kuva muri Gabon mu nkino zo gusubiriza muri CAF Champions League. Urukino rukaba rwabereye kuri Azam Complex Chamazi, muri Tanzaniya

Ngaba abatsinze ibitsindo vya Bumamuru FC
⚽⚽Elie Mukono
⚽⚽⚽Ally Valentin

Urukino rwambere rwari rwarangiye banganya 1-1 mu gihugu ca Gabon ,

📝 Umugwi wa Bumamuru FC ubandanije ku kinyuranyo c'ibitsindo 6-1 munkino zibiri . Uciye uronka uburenganzira bwo gukina igice gikirikira aho uzohura na Mamelodi Sundowns🇿🇦 yo muri Africa y'epfo.
Dukeze abasore bahejeje gutera iteka Uburundi.

Iteka kuburundi ryo kwakira igikombe c'isi============📆 Kuva k'umunsi w'ejo igenekerezo rya 17/08/2023  gushika igeneker...
17/08/2023

Iteka kuburundi ryo kwakira igikombe c'isi
============

📆 Kuva k'umunsi w'ejo igenekerezo rya 17/08/2023 gushika igenekerezo rya 20/08/2023 harategekenijwe inkino z'igikombe c'isi c'umupira w'amaboko wo kumusenyi ( Beach volleyball) kizobera mu Burundi🇧🇮 mukibanza ca Petit Bassam.

📝 Ibihugu 15 bigiye kwitaba izo nkino ni ibi bikurikira:
Burundi ,Rwanda ,Tanzania, Kenya, Colombie , Allemagne , Suede , Norvège, Maroc, Gambie Angleterre , Autriche , Espagne, Israel, Cameroun

🕺🕺Twobamenyesha kandi ko umuririmvyi Drama T ariwe yateramishije abakunzi ba Volleybeach bari bishikiye kuri petit Bassam mu birori vyabaye unomusi vyo kwerekana ibihugu vyitabiriye irushanwa eka no gutangura irushanwa.
📷 iteka fm


👀Ab'i Muyinga mube muritegura kurino   ----------------------------------------------✍️Dream Travel yarabateguriye igite...
16/08/2023

👀Ab'i Muyinga mube muritegura kurino
----------------------------------------------
✍️Dream Travel yarabateguriye igiteramo bise , ico giteramo kikazobera i Muyinga kuri Stead Mark Garden Hotel kw'igenekerezo rya 26/08/2023.

💵Kwinjira akazoba ari 5000fbu ahasanzwe hamwe na 10000fbu muri VIP.

🫰Nkuko biboneka ico giteramo kizoba kirimwo abaririmvyi ba hano iwacu nka We love Muzika, LiNo G, Bado Bado hamwe naba comédiens bomugihugu c'Urwanda nka Ndimbati, Mama Sava, digidigi na Marigarita.

🎙️Aho hantu ubona wohasiba?

Umunonotsi Francine niyonsaba yavuye mugacerere============ 🧒 Umunonotsi  niyonsaba hari ico ashikirije kuri babasore ba...
10/08/2023

Umunonotsi Francine niyonsaba yavuye mugacerere
============
🧒 Umunonotsi niyonsaba hari ico ashikirije kuri babasore baheruka gutoroka aho bari bagiye mu gikombe c'isi ca handball muri Croatia 🇭🇷
💬 Francine : "Kwambara Ibendera ry'igihugu nibanga ritoroshe, kubona umugwi nserukira gihugu handball batorotse iki nikimwe mubimenyetso vyerekana yuko kazoza munkino ataho iriko irashika .
Harakenewe abarongozi batera intege abakinyi na cane cane abigeze gukora sport kurugero mpuzamakungu batahura akamaro n'iteka ryo guserukira igihugu. Ico cotanga umwizero yuko sport y'uburundi itosigara inyuma muri gahunda ya Nyenicubahiro Neva ya 2040 et 2060"

👉Umunonotsi francine Niyonsaba nkumuntu afise ubunararibonye muguserukira igihugu ntaco atababwiye. Ikibazo gisigaye nico kumenya kwivyo ashikirije hari aho bizoshika.


Pole pole concert na Lolilo Simba🔥🔥=================Umuririmvyi Lolilo Simba akaba agiye guteramisha abakunzi biwe kuruy...
10/08/2023

Pole pole concert na Lolilo Simba🔥🔥
=================

Umuririmvyi Lolilo Simba akaba agiye guteramisha abakunzi biwe kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 12 /08/2023.

Igiteramo ciswe "polepole concert" kikaba kizobera kuri Tarasisi hotel.

Ibiciro vyo kwinjira ni 5000fb muri vip na 3000 ahasanzwe.


Simbizi Wa Semavumba ati:«Hari hakenewe yuko dushigikira urubuga rw'umurundi.»------------------------------------------...
08/08/2023

Simbizi Wa Semavumba ati:«Hari hakenewe yuko dushigikira urubuga rw'umurundi.»
---------------------------------------------
👉Uwo benshi basanzwe bazi muri ya +257 nka Simbizi Wa Semavumba twamwegereye maze araduha umuco kubijanye nuko ariwe murundi wambere atanguje urugamba rwo kugurisha indirimbo ukayitunga aruko uyiguze mumafaranga y'amarundi, ivyo navyo akaba yabishikirije kurubuga rwiwe rwa facebook kumuhingamo wo kuruno musi wakabiri.

🎙️Nkuko yabiyagiye ikinyamakuru , ngo urubuga Mega Customer Center yashizeko indirimbo yiwe yitwa ngo ni nk'isoko iriko ibidandazwa bitandukanye nkakurya kwo kwa canke , ariko kururwo rubuga mukugura ibidandazwa ukoresha canke . Nokugura indirimbo rero ukoresha ubwo buryo nyene.

✍️Ngo mugihe usanga kuja muri studio bitwara uburyo bwinshi ariko ugasanga ivyo bikorwa bishikira abantu kwagusa, Simbizi amaze kubona urwo rubuga, yaciye yegera uwarwubatse aramubazako vyoba bikundako umuntu ashirako umuziki nawo, maze asanga birakunda, gutyo aba abaye uwambere akoze mumuziki biciye kurubuga rwa hano iwacu.

💬Kubwiwe rero ngo izo zindi mbuga z'abanyamahanga, usanga bigoye kugira abarundi bagurireko ibintu, ngo niyo mpamvu abantu bari bakwiye gukoresha urwo rubuga rw'umurundi rwitwa Mega Customer Center muntumbero yo gushigikira ivyiwacu kuko navyo birunguka; kandi ngo wanashaka igiciro ariko agurishako indirimbo yiwe kirangana n'igiciro co kwizo zindi mbuga ugerageje kuvunja amafaranga y'amarundi ukayashira muma dollars💵.

👀Kukijanye naho nuko ata rwiwe ruzoja kuri youtube, avugako youtube ya hano mu Burundi itinjiza, ahubwo bigusabako uba uri mugihugu gifitaniye partenariat na youtube kugira bikworohere. Urwo rukato rero ngo ntushobora kurubona kuri youtube uri mu Burundi, ariko uri mubihugu bifitaniye partenariat na youtube urashobora kuyisangako.

🫰Ngo kubwiwe rero ariko arahimiriza abarundi gukora . Nimba wagiye muri studio ugasohora audio, ugasohora video, ni vyiza ko ugira iciyumviro c'ingene ugaruza amahera wakoresheje.

🗒️Kubafana nabo babakurikira, ngo nivyizako babashigikira vyukuri, nimba ari igikorwa cakozwe bakakigura.

🎤Musomyi, hamwe abandi bari muri borabira akarorero kwa Simbizi, mubona ivyunguka bitoba vyinshi?

🔊🎼Umuririmvyi Natacha Ahejeje gushika kukibuga c'indege citiriwe Melchior Ndadaye.  Aho nimugihe hari haciye ikiringo ki...
06/08/2023

🔊🎼Umuririmvyi Natacha Ahejeje gushika kukibuga c'indege citiriwe Melchior Ndadaye. Aho nimugihe hari haciye ikiringo kingana n'amezi abiri ari hanze y'igihugu c'Uburundi🇧🇮, turavuga mu bihugu vya Burayi akaba yari yajanye n'umuryango wiwe .

👀👂🏾Tubibutse ko Natacha afise igiteramo igenekerezo rya 12/08/2023 mu ntara ya NGOZI.


🇧🇮

  vuba irahimbaza imyaka cumi imaze ikora ----------------------------------------------   🤝Muntumbero yoguhimbaza isabu...
04/08/2023

vuba irahimbaza imyaka cumi imaze ikora
----------------------------------------------
🤝Muntumbero yoguhimbaza isabukuru ry'imyaka cumi imaze ibayeho, Cristal Event yarabateguriye igiteramo kidasanzwe mukwifatanya namwe muguhimbaza iryo sabukuru.

👉Ico giteramo kikazoba kwigenekerezo rya 12/08/2023 kuri Zion Beach hano mugisagara ca Bujumbura.

🫰Nkuko bigaragara, ico giteramo kizoba kiriko gikorwa n'abaririmvyi nka Juno Kizigenza wo mu Rwanda, Drama T, D One, Alvin Smith hamwe na Theecember.

💵Kwinjira akazoba ari 20000fbu mukibanza gisanzwe hamwe na 50000fbu muri V.I.P .

🎼Big Fizzo yamaze gushira ahabona igicapo cerekana indirimbo nshasha agiye gukurikiza  ,Indirimbo yayise   .👀👂🏾Musomyi w...
01/08/2023

🎼Big Fizzo yamaze gushira ahabona igicapo cerekana indirimbo nshasha agiye gukurikiza ,Indirimbo yayise .

👀👂🏾Musomyi w'AgasozoTV witeguriye kwakira gute indirimbo nshasha y'uyu muririmvyi w'icitegerezo ?



🇧🇮

🛑  : uwutahanye agashimwe mwihiganwa rya Primusic2023 akaba aramenyekanye.!!!=======================🛑Uwatahukanye ihigan...
30/07/2023

🛑 : uwutahanye agashimwe mwihiganwa rya Primusic2023 akaba aramenyekanye.!!!
=======================
🛑Uwatahukanye ihiganwa ry'uyumwaka muri PRIMUSIC2023 , n'uwuzwi kw'izina rya Francis Destin NDEREYIMANA aho yaronkejwe agashimwe kangana n'imiroyoni 30.

👉Uwa kabiri ariwe Chauffan NIYIREMA yatahukanye agashimwe kangana n'imiriyoni 15.

⚫Uwatahukanye ikibaza ca gatatu yitwa Espoir NZOYIHAYA akaba yaronkejwe agashimwe kangana n'imiriyoni 5.

👀Tubibutseko igice canyuma cari cash*tsemwo abashika kuri 6 batatu muribo bakaba bakuwemwo aribo:
👉🏾4.Nasson UWITONZE
👉🏾5.Chance MANIRAMBONA
👉🏾6.Sarah IGIRUBUNTU.

📷 : Akeza.net



🛑Ntibikiri urukurukuru vyamaze kwemezwa ko   -B ari mubazokwakira umuririmvyi  Melody kuva mu gihugu c'Urwanda mu gitera...
29/07/2023

🛑Ntibikiri urukurukuru vyamaze kwemezwa ko -B ari mubazokwakira umuririmvyi Melody kuva mu gihugu c'Urwanda mu giteramo ca Burundi mwihiganwa rya .

👉🏾Ejo aho bukera igenekerezo rya 30/07/2023 niho ibirori vyanyuma(Final) vyogusozera ihiganwa rya Primusic2023 bizoba mu ntara ya Gitega kuri Stade yitiriwe , aho umush*tsi w'iteka azoba ari Bruce Melody azoba yakiriwe nabamwe mu bihangange vy'umuziki ngaha mu Burundi, aho turavuga :
⚫Sat-B
⚫B-Face
⚫Double-Jay
⚫Kirikou Akil
⚫Esther Nish

👂🏾Tubibutse ko uwuzotahaba ikibanza cambere azoca ahabwa agashimwe kangana na 30.000.000Fbu.

Turifurije amahirwe abaronse ako karyo keza ko gushika mu gice canyuma.




🔥🔥Vyamaze kumenyekana, indirimbo   izosohoka mu ndwi iza -----------------------------------------🆕Indirimbo   ya Double...
28/07/2023

🔥🔥Vyamaze kumenyekana, indirimbo izosohoka mu ndwi iza
-----------------------------------------
🆕Indirimbo ya Double Jay igiye kuzoja ahabona kw'igenekerezo rya 01/08/2023.

🤝Ivyo rero bikaba bimenyekanye mugihe hari hagize imisi hibonekeza amasanamu umuririmvyi Double-Jay Once Again arikumwe n'umuririmvyi Bell 9ice, aho vyabonekako hariho igikorwa gishasha bariko barategura.

✍️Double Jay akaba yanditse avuga ati : «Hey guys Are you ready for this! The next title of your favorite song is »

🤔Musomyi, ubwo ntiyoba ari yino igira isohoke?

❤️❤️«Watumye ntahura agaciro k'urukundo ntigeze menya kuva kera»👆🏽Ayo ni amwe mu majambo ari mu ndirimbo nshasha ihejeje...
26/07/2023

❤️❤️«Watumye ntahura agaciro k'urukundo ntigeze menya kuva kera»

👆🏽Ayo ni amwe mu majambo ari mu ndirimbo nshasha ihejeje kuja ahabona yiswe kuva hariya ku muririmvyi Simba asanzwe ari umuyobozi wa .

🎼🔊Indirimbo yasohokanywe amasanamu ukeneye kuyikurikirana yumvirize uciye kurino link👉🏾
https://youtu.be/UNEUqM-sNWY ucugaruka muri komenti utubwire uko indirimbo wayakiriye.



🇧🇮

🎶🎼Lolilo Simba agiye gushira indirimbo ahabona yise  🔥🔥🔥🔥--------------------------------------------------------🛑Indiri...
26/07/2023

🎶🎼Lolilo Simba agiye gushira indirimbo ahabona yise 🔥🔥🔥🔥
--------------------------------------------------------

🛑Indirimbo kuva ku muririmvyi Simba irihafi kuja ahabona nkuko yabishikirije kurubuga rwiwe rwa Facebook (Page) agira ati :
«Polepole by lolilo iraje irimunzira irash*tse unomusi nyene»

👀Tubibutseko iyo ndirimbo izobije ikurikira iyitwa haheze amezi abiri iri kurubuga rwa Youtube .

📷:



🙌Dusimbire kurutonde rwo kuri YouTube gato ---------------------------------------👀Nguku ukwo indirimbo zakurikiranwe ku...
25/07/2023

🙌Dusimbire kurutonde rwo kuri YouTube gato
---------------------------------------
👀Nguku ukwo indirimbo zakurikiranwe kurubuga rwa hano mugisagara ca mwiyo misi indwi iheze.

👉Nkuko biboneka rero nuko mundirimbo cumi (top 10) zambere zakurikiranywe, iz'abarundi dusangamwo zigera kuri zitanu, izo nazo zikaba ari :

👉Your love ya Dj Paulin iri kumwanya wa kane,

👉Lala ya Kirikou Akili iza kumwanya wa gatanu,

👉Itamporize ya Drama t iza kumwanya w'umunani,

👉Kidding ya Sat-B iza kumwanya w'icenda,

👉Jolie ya we Love Music iza mukibanza c'icumi.

👂🏾👂🏾Tubibutse ko ku mwanya wa 1, 2, 3, 6 na 7 hari indirimbo z'abanyamahanga ziriko, zakurikiranwa mw'ino ndwi iheze ngaha i ku rubuga rwa .

🎙️Ugerageje kwihweza urwo rutonde, ni akahe kajambo wobwira abakunzi b'umuziki w'Uburundi?

🔊- One kuruyu wambere igenekerezo rya 24/07/2023 niho yaganuka avuye mugihugu ca Tanzania mu bikorwa vy'umuziki.========...
25/07/2023

🔊- One kuruyu wambere igenekerezo rya 24/07/2023 niho yaganuka avuye mugihugu ca Tanzania mu bikorwa vy'umuziki.
====================

🎼Umuririmvyi one yarasozereye urugendo rw'akazi yari agizemwo imisi mu gihugu kibanyi ca Tanzania 🇹🇿.

Niki twomenya muvyo yaganiriye n'abamenyeshamakuru agishika kukibuga c'indege Melchior Ndadaye.

🤝Umuririmvyi akaba yavuze ati tuba twatembereye mubindi bihugu kugira duhe abarundi umuziki mwiza baba bakeneye.
👉Kukijanye nuko adatumirwa mubiteramo kandi afise indirimbo zikunzwe mugisagara na ruguru akaba yishuye avuga ati: «ico kibazo sije nocishura ahubwo mwokibaza abajejwe kubitegura». Arongera ati igihe kizogera ibikorwa vyivugire hamwe utantumiye abarundi bamvugira kubwibikorwa.

💬D-ONE 2D-ONE 257aD-ONE 257e yavuze kandi ko akunda umuziki w'ikibiriraho(live music), ngo yipfuzako womubera umuziki mwinshi cane muyo akora.


🆕Ibiciro vyo kwiyunguruza vyahindutse!!!-------------------------------------kuri uyu wa mbere haraye hasohotse ibiciro ...
24/07/2023

🆕Ibiciro vyo kwiyunguruza vyahindutse!!!
-------------------------------------
kuri uyu wa mbere haraye hasohotse ibiciro bishasha vyo kwiyunguruza. Ivyo navyo tubisanga mw'itangazo ry'ubushikiranganji bujejwe gutwara abantu n'ibintu bwasohoye. Iyo ngingo yagiye mungiro kuva iryo tangazo rigisohoka.
Hakaba hasohotse ibiciro vyo kwiyunguruza mugisagara hagati hamwe n'ukuduga mugihugu hagati

Ngibi ibiciro bishasha kuraya masanamu ari musi👇👇👇

Address

Bujumbura

Telephone

+25779661368

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Agasozo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share


Other Media/News Companies in Bujumbura

Show All