Radio Remesha

Radio Remesha La Radio Remesha, Voix active, est un médium des jeunes journalistes burundais exilés.

Créé en Juin 2020, son but est des informer la communauté burundaise et surtout de former les jeunes réfugiés dans tous les domaines de la vie.

13/02/2023
Sentare nkuru y’igihugu ya Rumonge, yaraye iciri igihano c’umunyororo w’imyaka 15, hamwe n’ihadabu ry’amafaranga ibihumb...
10/10/2022

Sentare nkuru y’igihugu ya Rumonge, yaraye iciri igihano c’umunyororo w’imyaka 15, hamwe n’ihadabu ry’amafaranga ibihumbi amajana atanu y’amarundi inyamiramabi yakorera....

Sentare nkuru y’igihugu ya Rumonge, yaraye iciri igihano c’umunyororo w’imyaka 15, hamwe n’ihadabu ry’amafaranga ibihumbi amajana atanu y’amarundi inyamiramabi yakorera muri komisariya ya komine Rumonge, ku caha y’agarizwa c’ugusambanya impfungwa.

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 8 Gitugutu 2022, mu rubanza rw’ubugeni rwabereye muri komine Kayogoro, umutumba Bu...
10/10/2022

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 8 Gitugutu 2022, mu rubanza rw’ubugeni rwabereye muri komine Kayogoro, umutumba Buhema, abantu...

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 8 Gitugutu 2022, mu rubanza rw’ubugeni rwabereye muri komine Kayogoro, umutumba Buhema, abantu bahawe ishano. Iryo shano abo abantu bakaba bayihawe mu mutobe bahawe.

Ivyo bikaba bivugwa n’imiryango igera kuri 40 yo muri komine Matongo umutuba Kivumu. Bamenyesha ko babayeho nabi biturut...
11/08/2022

Ivyo bikaba bivugwa n’imiryango igera kuri 40 yo muri komine Matongo umutuba Kivumu. Bamenyesha ko babayeho nabi biturutse ku..

Ubuzima n’imibereho y’abatwa bo mu ntara ya Kayanza vyoba vyifashe nabi mu gihe bugarijwe n’ukubura ibisakazo n’aho barima.

Bavuga ko kwongereza igitigiri c’ingendeshwa zunguruza abantu n’ibintu atariwo muti ku kibazo co kwiyunguruza cigize nda...
11/08/2022

Bavuga ko kwongereza igitigiri c’ingendeshwa zunguruza abantu n’ibintu atariwo muti ku kibazo co kwiyunguruza cigize ndanse mu gusagara ca Bujumbura mu gihe hakiri...

Bavuga ko kwongereza igitigiri c’ingendeshwa zunguruza abantu n’ibintu atariwo muti ku kibazo co kwiyunguruza cigize ndanse mu gusagara ca Bujumbura mu gihe hakiri umukeno udasanzwe w’igitoro mu gihugu c’u Burundi.

Umuporisi yihaye ibara mu kugandagura umuntu mu gitondo co kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 21 Ruheshi 2022 mu gisagar...
22/06/2022

Umuporisi yihaye ibara mu kugandagura umuntu mu gitondo co kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 21 Ruheshi 2022 mu gisagara ca Bujumbura.

Uwo muntu yarasiwe kw’ibarabara ryitiriwe UPRONA n’uwujejwe umutekano... soma inkuru yose uciye ngaho hasi 👇👇👇
https://remesha.net/kir/umuntu-yapfuye-arashwe-numuporisi/

Umuporisi yihaye ibara mu kugandagura umuntu mu gitondo co kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 22 Ruheshi 2022 mu gisagara ca Bujumbura.

[… mu Burundi nasanze atacahindutse namba, ahubwo ibintu bimeze nabi cane gusumba, ush*tseyo urabura ingene usubira guhu...
11/06/2022

[… mu Burundi nasanze atacahindutse namba, ahubwo ibintu bimeze nabi cane gusumba, ush*tseyo urabura ingene usubira guhunga,…..>> Reveriyano... soma inkuru yose uciye ngaho hasi 👇👇👇

https://remesha.net/kir/intekera-ku-barundi-bimpunzi-basubira-guhunga-ngo-kuko-atakirahinduka-mu-burundi-ahubwo-ngo-vyarayangaye-gusumba-2015/

[… mu Burundi nasanze atacahindutse namba, ahubwo ibintu bimeze nabi cane gusumba, ush*tseyo urabura ingene usubira guhunga,…..>> Reveriyano, umunyagihugu yari yahungutse ava muri Repuburika Iharanira Rusangi ya Congo.

 REVERIYANO NDIKURIYO, UMUKURU W’UMUGAMBWE.Umukuru w’umugambwe wihagiye ubutegetsi i Burundi, ukimika ubwicanyi, ukunyur...
30/05/2022

REVERIYANO NDIKURIYO, UMUKURU W’UMUGAMBWE.

Umukuru w’umugambwe wihagiye ubutegetsi i Burundi, ukimika ubwicanyi, ukunyuruza abantu n’amacakubiri, ararahira akarengwa yukwo u Burundi butakiriho ahubwo yukwo bwasubiriwe na CNDD-FDD. Nayo Inama nshimgamateka, yiharijwe n’abava mu mugambwe umwe, yaraye yemanze icetse yukwo igisirikare cihariwe n’imbonerakure, gishingwa kandi kigakorera mu gihugu hose. None ico gisirikare kizofasha iki... SOMA INKURU YOSE UFYONZE NGAHO MUNSI
https://remesha.net/kir/cndd-fdd-yasubiriye-u-burundi-nayo-kuja-mu-gisirikare-frad-ikaba-ishimwe-ku-mbonerakure-zishe-kandi-zizokwica-beshi/

Umukuru w’umugambwe wihagiye ubutegetsi i Burundi, ukimika ubwicanyi, ukunyuruza abantu n’amacakubiri, ararahira akarengwa yukwo u Burundi butakiriho ahubwo yukwo bwasubiriwe na CNDD-FDD. Nayo Inama nshimgamateka, yiharijwe n’abava mu mugambwe umwe, yaraye yemanze icetse yukwo igisirikare ciha...

>, Mgr Simoni NTAMWANA. [ Va hasi turwanye agahotoro n’ubwicanye mu Burundi!]Imyaka umunani iraheze CNDD-FDD itembagaje ...
28/05/2022

>, Mgr Simoni NTAMWANA. [ Va hasi turwanye agahotoro n’ubwicanye mu Burundi!]

Imyaka umunani iraheze CNDD-FDD itembagaje intwaro rusangi yari itanguye gushibuka mu Burundi, inganda ziratikira abantu baricwa, ibihumbi n’ibihumbi birangazwa. Kuva uwo musi igihugu carabuze abana baco gushika n’ubu, umuntu arazimira amazimayongo... Soma inkuru yose ufyonze ngaho munsi

https://remesha.net/kir/cndd-fdd-umukoloni-mushasha-ku-barundi-imyaka-umunani-nta-butungane-imyaka-umunani-uwo-mugambwe-utembagaje-ibwirizwa-shingiro-ryu-burundi/

>, Mgr Simoni NTAMWANA. [ Va hasi turwanye agahotoro n’ubwicanye mu Burundi!]

Abanyagihugu bamwe bamwe barerekana umutima uhagaze ku mafaranga ahabwa u Burundi agenewe gufasha abari mu buzima butoro...
21/04/2022

Abanyagihugu bamwe bamwe barerekana umutima uhagaze ku mafaranga ahabwa u Burundi agenewe gufasha abari mu buzima butoroshe.

Ayo makenga y’abanyagihugu akaba yagaragaye inyuma y’itanguzwa ry’umugambi wo gufasha muri uyu mwaka wa 2022. Mw’ijambo ry’umuhuzabikorwa mw’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, abarundi ibihumbi ... Soma inkuru yose aho hepfo👇👇👇
https://remesha.net/kir/impungenge-za-bamwe-ku-bijanye-namafaranga-yimfashanyo-yabanyagihugu-ahabwa-u-burundi/

Abanyagihugu bamwe bamwe barerekana umutima uhagaze ku mafaranga ahabwa u Burundi agenewe gufasha abari mu buzima butoroshe.

Amakenga ni menshi cane ku babeshejweho n’ubucuruzi budakomoka ku vyimburwa inyuma y’ijambo ry’Umukuru w’Inama Nshingama...
30/03/2022

Amakenga ni menshi cane ku babeshejweho n’ubucuruzi budakomoka ku vyimburwa inyuma y’ijambo ry’Umukuru w’Inama Nshingamateka yashikirije abarwizatunga bo mu ntara ya Kayanza.

Mu Burundi, uku kwezi kwa Ntwarante 2022 turiko turasozera kwahuriranye n’akaruhuko k’abashingamateka. Tuvuze akaruhuko k’abashingamateka muri rusangi, bisobanura iki.... soma inkuru yose ngaho hepfo
https://remesha.net/kir/ni-uyuhe-mugambi-mwiza-gelase-d-ndabirabe-yoba-afitiye-abanyagihugu-bato-bato/

Amakenga ni menshi cane ku babeshejweho n’ubucuruzi budakomoka ku vyimburwa inyuma y’ijambo ry’Umukuru w’Inama Nshingamateka yashikirije abarwizatunga bo mu ntara ya Kayanza.

Inyuma y’ingingo yo kubuza abunguruza abantu ku makinga, amapikipikina za tuku-tuku gushika hagati  mu gisagara ca Bujum...
16/03/2022

Inyuma y’ingingo yo kubuza abunguruza abantu ku makinga, amapikipiki
na za tuku-tuku gushika hagati mu gisagara ca Bujumbura, iyindi ngingo yafashwe, ikaba yerekeye abanyagihugu bo muri quartier ya Nkenga-Busoro basanzwe borora ingurube.

Iyo ngingo itanezereje na gato abanyagihugu yerekeye, yatanzwe n’uwurongoye iyo quartier ya Nkenga-Busoro, aho yabamenyesheje ko guhera kuri uyu munsi wa mbere, igenekerezo rya 14 Ntwarante 2022, atangurube n’imwe ikwiye kurangwa muri iyo quartier arongoye. Abanyagihugu ba Nkenga Busoro bifashisha ubwo bworozi bw’ingurube mu kubaho kwabo baravuga ko bahawe igihe gito co kurondera iyo bazijana... Soma inkuru yose ngaho hasi 👇👇👇
https://remesha.net/kir/iyindi-ngingo-nshasha-yafashwe-itorohereza-abanyagihugu-bo-muri-karitiye-nkenga-busoro-mu-kanyosha/

Inyuma y’ingingo yo kubuza abunguruza abantu ku makinga, amapikipiki na za tuku-tuku gushika hagati mu gisagara ca Bujumbura, iyindi ngingo yafashwe, ikaba yerekeye abanyagihugu bo muri quartier ya Nkenga-Busoro basanzwe borora ingurube.

16/03/2022

“Mugende munkorere amatohoza menye neza igituma abanyagisagara ca Bujumbura batinjira bose mu mugambwe CNDD-FDD. Dutegerezwa gutwara igihugu cose tudasize inyuma igisagara ca Bujumbura”

Ayo ni amwe mu majambo Reveriyano NDIKURIYO, umukuru w’umugambwe CNDD-FDD, umugambwe uri kubutegetsi mu Burundi kuva mu mwaka wa 2005, yakoresheje mu gihe yashikiriza ijambo abari bitavye ibikorwa rusangi vyo kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya 12 Ntwarante 2022. Ivyo bikorwa rusangi bikaba vyari vyabereye ku ngoro y’umugambwe CNDD-FDD mu gisagara ca Bujumbura, umurwa mukuru w’ubutunzi w’uburundi... Soma inkuru yose uciye ngaho hasi👇👇👇
https://remesha.net/kir/bujumbura-yose-ngo-ikwiye-kuja-muri-cndd-fdd-icifuzo-ca-reveriyano-ndikuriyo/

Le ministre ayant l’intérieur dans ses attributions a délimité l’espace de circulation des motos, vélos et des Bajaj tri...
02/03/2022

Le ministre ayant l’intérieur dans ses attributions a délimité l’espace de circulation des motos, vélos et des Bajaj tricycles dont le nom de tuk-tuks. Et la plupart de ceux-là sont des Imbonerakure qui cherchent à manger à leur ... lire la suite👇👇👇
https://remesha.net/et-ce-sauveur-dune-des-ethnies-qui-nen-est-pas-un/

Le ministre ayant l’intérieur dans ses attributions a délimité l’espace de circulation des motos, vélos et des Bajaj tricycles dont le nom de tuk-tuks. Et la plupart de ceux-là sont des Imbonerakure qui cherchent à manger à leur faim. Ils ont crié qu’ils ne connaissaient pas la vraie n...

Il, c’est le président Ndayishimiye cité par Vital Nshimirimana président lui du Forsc, un des organisateurs des manifes...
23/02/2022

Il, c’est le président Ndayishimiye cité par Vital Nshimirimana président lui du Forsc, un des organisateurs des manifestations à Bruxelles.

C’était lors du déplacement de Neva au sommet Ue-Ua. Le numéro un burundais a dit qu’il y a des gens qui n’aiment pas le Burundi voulant que les fameuses sanctions restent. Et il a ajouté que le Cnl devait être responsable quand il a vu un organisateur de ces manifestations provenant de ce parti.

Pour Vital Nshimirimana, pas questions de laisser les crimes sans traces et le président ne devait pas instaurer la terreur, mais plutôt changer le système de sa gouvernance. Où qu’il ira, tant que les ... lire la suite👇👇👇
https://remesha.net/il-ne-devrait-pas-en-etre-fier/

Il, c’est le président Ndayishimiye cité par Vital Nshimirimana président lui du Forsc, un des organisateurs des manifestations à Bruxelles.

Le président burundais est allé, la semaine passée, en Belgique pour prendre part au sommet Ue-Ua. Il a été de retour ce...
22/02/2022

Le président burundais est allé, la semaine passée, en Belgique pour prendre part au sommet Ue-Ua. Il a été de retour ce dimanche comme on l'a vu.

Mais ce qui a étonné plus d'un est qu'à part son épouse, il était là avec ces deux enfants. La question que s'est posée pas mal de gens est de savoir si cela n'est pas une malversation, quand bien même, beaucoup affirme que normalement son épouse a le droit de voyager avec son époux.

De toutes les façons, ces enfants n'avaient pas du travail à faire à Bruxelles, et comme l'indique un ancien dirigeant, aucun président n'a fait ce genre de choses... lire la suite👇👇👇
https://remesha.net/une-visite-detat-ou-celle-familiale/

Le président burundais est allé, la semaine passée, en Belgique pour prendre part au sommet Ue-Ua. Il a été de retour ce dimanche comme on l’a vu.

Le couple présidentiel est en Belgique pour prendre part au 6ème sommet union européenne – union africaine qui se tiendr...
17/02/2022

Le couple présidentiel est en Belgique pour prendre part au 6ème sommet union européenne – union africaine qui se tiendra du 17 au 18 février 2022. Les burundais vivant en Belgique, à travers un communiqué, appellent d’autres voisins surtout des Pays-Bas, France et Allemagne, à participer à une manifestation, ce 19 février 2022, qui ... lire la suite 👇👇👇
https://remesha.net/ndayishimiye-en-belgique-une-manifestation-des-burundais-est-prevue/

Le couple présidentiel est en Belgique pour prendre part au 6ème sommet union européenne – union africaine qui se tiendra du 17 au 18 février 2022. Les burundais vivant en Belgique, à travers un communiqué, appellent d’autres voisins surtout des Pays-Bas, France et Allemagne, à participer...

On le dira jamais assez pour qualifier les bavures que commettent les jeunes du parti Cndd-Fdd partout dans le pays. Réc...
15/02/2022

On le dira jamais assez pour qualifier les bavures que commettent les jeunes du parti Cndd-Fdd partout dans le pays. Récemment, c’est en commune Nyanza Lac province Makamba que ces jeunes ont fait démonstration de force en punissant un certain Désiré... Lire la suite 👇👇👇

https://remesha.net/et-ces-imbonerakure-du-sud-toujours-au-dessus-de-la-loi/

On le dira jamais assez pour qualifier les bavures que commettent les jeunes du parti Cndd-Fdd partout dans le pays. Récemment, c’est en commune Nyanza Lac province Makamba que ces jeunes ont fait démonstration de force en punissant un certain Désiré.

Venerando Kazohera n'umutambukanyi wiwe nibo bari kw'isonga ry'inyinyurana hagati ya banki y'ubucuruzi BANCOBU na banki ...
28/01/2022

Venerando Kazohera n'umutambukanyi wiwe nibo bari kw'isonga ry'inyinyurana hagati ya banki y'ubucuruzi BANCOBU na banki nkuru y'igihugu BRB. Nkuko tubisanga munyandiko yashizwe ahabona... Soma inkuru yose uciye ngaha👇👇👇

https://remesha.net/kir/ubunyonyezi-bwitunga-ryigihugu/

Venerando Kazohera n’umutambukanyi wiwe nibo bari kw’isonga ry’inyinyurana hagati ya banki y’ubucuruzi BANCOBU na banki nkuru y’igihugu BRB. Nk’uko tubisanga munyandiko yashizwe ahabona na BRB, Venerando Kazohera abicishije kw’ishirahamwe ryiwe intertrade yahawe ingurane y’umurengera...

Uwo mukenyezi nyene iyo nyubakwa yitwa Marie Rose Rukohoza. Amenyesha ko afise... Soma inkuru yose 👇🏾👇🏾👇🏾https://remesha...
28/01/2022

Uwo mukenyezi nyene iyo nyubakwa yitwa Marie Rose Rukohoza. Amenyesha ko afise... Soma inkuru yose 👇🏾👇🏾👇🏾
https://remesha.net/kir/hari-umupfasoni-ariko-atabaza-neva-ko-yomurenganura/

Ibikorwa vyo kwubaka inyubakwa igeretse mu gisagara ca Bujumbura vyaraburagijwe n’abajejwe intwaro ba komine Mukaza mu gihe nyene iyo gorofa amenyesha ko asanzwe abifitiye uburenganzira.

C’était lors de la clôture d’une évangélisation à Gitega quand le président Ndayishimiye a prononcé de bonnes paroles. M...
24/01/2022

C’était lors de la clôture d’une évangélisation à Gitega quand le président Ndayishimiye a prononcé de bonnes paroles. Mais ces dernières étaient un peu philosophiques à en croire un analyste du langage...lire la suite ,👇👇👇

https://remesha.net/de-bonnes-paroles-mitigees-du-president-neva/

C’était lors de la clôture d’une évangélisation à Gitega quand le président Ndayishimiye a prononcé de bonnes paroles. Mais ces dernières étaient un peu philosophiques à en croire un analyste du langage.

Bamwe bamwe mu bagiye baragira ico bashikirije ikinyamakuru Remesha, barerekana amakenga bafise ku gushira ku burongozi ...
18/01/2022

Bamwe bamwe mu bagiye baragira ico bashikirije ikinyamakuru Remesha, barerekana amakenga bafise ku gushira ku burongozi Kobako... Boma inkuru yose uciye 👇👇👇
https://remesha.net/kir/uburongozi-bwumugambwe-cndd-ntibukibazwa-leonard-nyangoma/

Umugambwe CNDD wamenyesheje, kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 18 Nzero 2022, ko uwarahoze aworongoye Leonard Nyangoma yahagaritswe muri ayo mabanga.

1. Hoba hagiye gushingwa umuryango umwe uhurikiyemwo amashengero yose yabaporoti....2. Imikangara yo mu gihugu cose iger...
17/01/2022

1. Hoba hagiye gushingwa umuryango umwe uhurikiyemwo amashengero yose yabaporoti....
2. Imikangara yo mu gihugu cose igera ku 3.480 y'imyaka iri hagati ya 18 na 25 yarakoze ikibazo kibaha uburenganzira bwo kwinjira mu ntwazangabo z'igihugu...
3. Abaserukira urunani mpuzamasendika y'abigisha COSESONA barakebura Ubushikiranganji bw'indero ko vuba bahagarika akazi biturutse k'ungingo....
Kurikirana idonido muri kino kiganiro mu Burundi havugwa amaki.

KORA SUBSCRIBE, LIKE NA SHARE kugira muze muraronka ibiganiro vya REMESHA MAGAZINE, ufise ico udushikiriza wotwandikira kuri Email: [email protected]
https://www.youtube.com/watch?v=GYauBKg90lk

Osoite

Helsinki

Hälytykset

Tiedä ensimmäisenä ja anna meille oikeus lähettää sinulle sähköpostitse uutisia ja promootioita Radio Remesha :ltä. Sähköpostiosoitettasi ei käytetä muihin tarkoituksiin, ja voit perua milloin tahansa.

Videot

Jaa