Ntahokaja's son ''umurundi kasisa''

Ntahokaja's son ''umurundi kasisa'' Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ntahokaja's son ''umurundi kasisa'', Media/News Company, Mutanga.

Banyakaranga ,bakunz bakarnga keza cane k'igihugu cacu c'Uburundi ntarungurukwa bwa nyaburunga.uru ni urubuga rwiyaguy muzovomako utuntu n'utundi tujanye n'amakarango KO kuranga uburundi bwacu.kaze

Mwaramutse canke mwiriwe, mbega burya mwari muzi ico ari co '' kwibwa urukombamazi''? Mwari muzi ho indangurajambo y' ur...
05/09/2022

Mwaramutse canke mwiriwe, mbega burya mwari muzi ico ari co '' kwibwa urukombamazi''? Mwari muzi ho indangurajambo y' urukombamazi ?


Ntahokaja, Mon modèle---------------------------------------Je suis jeune burundais, jeune qui parle le kirundi comme to...
03/08/2022

Ntahokaja, Mon modèle
---------------------------------------
Je suis jeune burundais, jeune qui parle le kirundi comme tout autre murundi. Je suis aussi slammeur et dans mes simples allocutions et présentations j'adore la richesse et les valeurs de notre langue, notre langue de réflexion, notre langue de vie, notre pensée, notre intelligibilité.

Cette langue qui, malheureusement se dilate du jours à l'autre:Dans les rues et les différents coins de la ville, dans les marchés publics et dans les écoles, dans les institutions publiques que privées, même dans les églises, on se demande toujours où nous sommes ? Quelle langue parlons-nous ? Si je serais bien armé, j'allais mener un combat pas comme les autres sanglants, un combat salvateur.

Ce que je manque et dont je suis à la quête, c'est un modèle. Cette personne dont les œuvres, les écrits et les réalisations pourraient me tracer le chemin dans cette forêt si épineuse. Je cherche, je recherche, sans aucun doute je trouverai car je suis déterminé et je n'abandonerai jamais.

Mai oui, je l'ai déjà trouvé, la personne pas comme les autres, c'est Abbé NTAHOKAJA JEAN BAPTISTE. Pourrait-il être mon modèle,c'est ce que je cherche.

NTAHOKAJA qui a été toujours à la défense des valeurs culturelles, l'homme d'action :l'intellectuel qui s'est mis à forcer le destin, c'est lui que nous devons l'indépendance et la valorisation de la langue KIRUNDI, notre langue-mère.

Lui qui plaidait toujours en faveurs des cultures africaines en général et du BURUNDI en particulier en mettant en évidence leurs richesses, leurs pertinences et leurs rôles dans la pérennité de l'âme africaine. Un combat pas comme les autres, un combat opiniâtre qu'il a mené tout au long de sa carrière, dans ces moments d'après les indépendances, où l'Afrique ne venait de nulle part, l'Afrique sans passé écrit, sans unité, cet afrique là dont l'avenir était l'occident, rien que l'occident.

NTAHOKAJA, un exemple ?

27/06/2021

abarundi dusigaye dukazeee!!dukwiragize hose akaranga .

Murakoze ko mwahejejeu
🅴︎🅲︎🅾︎🅽︎🅴︎🆃︎ 🅱︎🆄︎🆁︎🆄︎🅽︎🅳︎🅸︎

Niwabona uwama uhumirije ku ngendanwa yiwe uze umenye ko nimba atariko aratunga ariko arakena.ibi vyuma vy'abazungu ntim...
09/06/2021

Niwabona uwama uhumirije ku ngendanwa yiwe uze umenye ko nimba atariko aratunga ariko arakena.
ibi vyuma vy'abazungu ntimubikinishe
buri aho buronderewa #
#

Ntibatunga baratungira iyo babonye mwibarabara bayiharurira ibiro n'imigeto yovamwo.Aho abandi bazishora kumugezi bo baz...
07/06/2021

Ntibatunga baratungira iyo babonye mwibarabara bayiharurira ibiro n'imigeto yovamwo.Aho abandi bazishora kumugezi bo bazishora kw'ishoka
Aho abandi bazahura umuyonga bo baziragirira kumbabura.

Uwanka inka arakayibura.
Tuvyumva kumwe???🎤🎤🎤🎤

29/05/2021

Abantu benshi baribaza igituma babayeho
Mbega burya twoba tubereyeho ik?twaje gukora iki ngaha kw'isi?

Hisunzwe ibivugwa hirya nohino cane cane mu gitabu gikundwa cane arico # tubayeho kugira dukorere iyi si tuyihindure ntituze tuyisige uko twayisanze.

Boba babiha insiguro zimwe?
Burya bavuze guhindura isi baba bavuze ik?
Kuki basiba kurima muga ntibasibe gukora??
'ideeal'action #
#
#

15/04/2021

Ndi muto sindi gito sinjana n'abaja ntazi iyo baja simpindana n'ibihindukira kuko vyompindukirira.Ntukangaye imbaga kuko ntundusha kubanguka .Ntukangaye ubugufi kuko nimba untanga ikiri hejuru ikiri hasi ntunkoranako nimba undushi ubwenge nkurusha ubujuju,undusha inzobe nkakurusha ubwirabure,undusha amatungo nkakutusha ubukene,....
Mubuzima turakeneraniye.

Gira like na share kuri iyi page maze tubandanye turyoherwa n'

abarundi bikazanure rino higanw ntiribacike(sikinofunofu!!!)
16/07/2020

abarundi bikazanure rino higanw ntiribacike(sikinofunofu!!!)

10/07/2020

Address

Mutanga

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ntahokaja's son ''umurundi kasisa'' posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ntahokaja's son ''umurundi kasisa'':

Share

Nearby media companies


Other Media/News Companies in Mutanga

Show All