IREBE MEDIA

IREBE MEDIA Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from IREBE MEDIA, Digital creator, Mutanga.

    twahash*tse kubwanyu🔥🔥🔥Kuri wewe ufise impano yo kuririmba, ntutangwe nogukorera muri iyi studio ifise ivyuma bigezw...
13/10/2023

twahash*tse kubwanyu🔥🔥🔥

Kuri wewe ufise impano yo kuririmba, ntutangwe nogukorera muri iyi studio ifise ivyuma bigezweho hamwe n'umuhinyanyuzi muzi KO afise ukuboko gukora neza.

navyo ntagwitwazo kuko biri kurugero rwo hasi cane🥰

🎤🎧🎼 Kalibu welcome

  ubu Mico cagihe Co kumenya vyinshi bigandukanye nimyiteguro, kuva ejo aho bukera   zitandukanye zizovugirwako ibitandu...
06/08/2023

ubu Mico cagihe Co kumenya vyinshi bigandukanye nimyiteguro, kuva ejo aho bukera zitandukanye zizovugirwako ibitandukanye bijanye nisabukuru Dukunde uBurundi.

 August Burundi ati mukurindira ko italiki 12 za myandangaro zishika ibikorwa birabandanya kuko ngo ntategeko ribuza guk...
02/08/2023



August Burundi ati mukurindira ko italiki 12 za myandangaro zishika ibikorwa birabandanya kuko ngo ntategeko ribuza gukora, niyo mpamvu ataruhuka no kubazanira umunezero.

Kidumu ngo nanje sinotangwa mu gushigikira imico n'akaranga.

Tutibagira gahunda n'imwe gusa hariya murk

Mugire   nziza mwese
22/07/2023

Mugire nziza mwese

22/07/2023

Ku musi wejo italiki 21 Mukakaro hariya kukirimba c'umukuru w'igihugu Nyecubahiro Ndayishimiye, harabereye ibirori mu ntumbero yo gushikiriza agashimwe umutambukanyi wiwe Nyakubahwa Angeline Ndayishimiye yakuye muri .

Ivyo birori vyiteka vyari vyatumiwemwo abakuru n'abarongozi batandukanye, umuririmvyi August Burundi niwe yaryoheje ibirori arikumwe na BENE NTARE.

Tubibutsa ko ibirori birindiranywe igishika ari italiki 12 Myandagaro hariya kuri

  Umuririmvyi August Burundi inyuma yo kwakirwa n'uwurongoye ikigo   Ku kibuga c'indege, nuko habandanya hibonekeza ukum...
20/07/2023



Umuririmvyi August Burundi inyuma yo kwakirwa n'uwurongoye ikigo Ku kibuga c'indege, nuko habandanya hibonekeza ukumushigikira.
Amakuru dukura kurubuga rwa twitter ya CNC Burundi nuko hari imigzmbi itandukanye igiye gushigikirwa ya nurwego CNC

Twibukanye ko itaiki 12/8 tuzohurira hariya mw'

Nkuko mwama mwabikoze indirimbo   ya August Burundi  yabaye iyambere yitorewe na mwebwe ABAKUNZI B'UMUZIKI NDUNDI�� , mu...
19/07/2023

Nkuko mwama mwabikoze indirimbo ya August Burundi yabaye iyambere yitorewe na mwebwe ABAKUNZI B'UMUZIKI NDUNDI�� , mu kiganiro gica kuri .

Twobamenyesha ko yenuriye indirimbo ya Sat-B

13/07/2023

Kur'uyu wa 12 mukakaro, hariy mu gisagara ca mu nyubakwa za baraye bahaye agashimwe kiswe kuri Nyakubahwa Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu Angeline NDAYISHIMIYE.

Mu birori vyaranze umusi, umuririmvyi August Burundi niwe yaryoheje ibirori nkuko mubibona aho kuri

Tubibutse ko italiki 12 myandangaro vibe nkiyo uzoyisanga harya kuri .

Kur'uyu wa 8 mukakaro, Irebe Company yarakiriye  Ndayiragije arongoye ishirahamwe   , aho yamenyesheje ko umuzo wiwe nya...
09/07/2023

Kur'uyu wa 8 mukakaro, Irebe Company yarakiriye Ndayiragije arongoye ishirahamwe , aho yamenyesheje ko umuzo wiwe nyamukuru ari kubandanya imyiteguro y' .

🛑Kubijanye nuko ishirahamwe Dicobu ryoba ryaraguze Irebe:" Dicobu ntiharikugira igure amashirahamwe canke ivyiyumviro vyabantu ariko nkuko duhamagarira abantu gukora imigambi ibateza imbere kandi iteza imbere ign gihugu, niyo mpamvu twayaze na August Burundi kugira tuze gusahiririza kino gice ca mbere ca rino Sabukuru."

Yarangije ahamagarira abarundi bose yaba abari hano na bari hanze y'igihugu ko itariki 12 Myandangaro, ikibanza ni kimwe, kugira dushigikire abanyakaranga.

06/07/2023

Abakunzi b’akaranga,umuziki ndundi,amareresi yo gutwenza, slam n’ibindi vyinshi, ifatanije n’iradiyo y’igihugu ( ) , mwateguriwe isabukuru .
Raba kw’iyi affiche amakuru yose ajanye n’iyi sabukuru.

August Burundi
Les Jumeaux Music
Mutima le Comedien
Clapton kibonge
Pascalinda Poetry
Troupe Amagaba
…..

06/07/2023
Akeza net   #2023
06/07/2023

Akeza net #2023

Rya sango ngiri rero itariki ni 12 Myandangaro hariya kuri Arena kw'injira ni 30000fr mu bibanza bisanzwe, 50000fr muri ...
06/07/2023

Rya sango ngiri rero itariki ni 12 Myandangaro hariya kuri Arena kw'injira ni 30000fr mu bibanza bisanzwe, 50000fr muri Vip na 100000fr muri VVIP.

Mwaramutse amahoro, amajambo y'inkora mutima nkuko yitwa indirimbo, iduhamagarira kuva ibuzimu tuj'ibuntu, ahubwo sindab...
04/07/2023

Mwaramutse amahoro, amajambo y'inkora mutima nkuko yitwa indirimbo, iduhamagarira kuva ibuzimu tuj'ibuntu, ahubwo sindabarushe namajambo ni duce kuri Link 👇👇👇
https://youtu.be/T3bilySwCAU
Hama twumvirize tunatambe indirimbo by August Burundi

Audio : Elysee le petit Mixing and mastering: Jigger beat Guitar bass : Passy Video : Karim fiston Location: Phoenix Arizona & Gitega gishora A big Thanks to...

03/07/2023

BarundiBarundikazi nimube murakora suscribe kuri Channel ya August Burundi hariya kuri youtube kuko ku musi w'ejo indirimbo muzoyihabwa. Kandi twibuka ko ukwezi kwa Myandangaro kwahariwe

Address

Mutanga

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when IREBE MEDIA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share