
01/10/2022
. Urugendo rwo gushigikira umukuru w'igihugu cacu c'Uburundi Général Major Evariste NDAYISHIMIYE, ku migambi myiza imaze kurangurwa mu ntara ya Makamba. 01/10/2022.
Urugendo rwari ruhagarikiwe n'icegera c'umunyamabanga w'umugambwe mu ntara CIZA Ernest. Ibirori vyari vyatewe iteka n'umunyamabanga ntunganyabisata ajejwe kumenyesha amakuru Nancy Ninette MUTONI.