Mbega uhora wibuka gushimir'๐๐๐๐๐ ๐ba ๐akuzigamye ukwezi kwose??
ยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐยฐ
Benshi twama dushima ari uko tumaze umwaka wose,
ariko ni vyiza ko dushima buri musi ๐๐๐๐๐ ๐ba ๐twongeye
kuko ni ๐๐๐ฎ๐ง๐ญ๐ฎ tuba tugiriwe. Ni kubw'iyo mpamvu yo ๐ ๐ฎ๐ฌ๐ก๐ข๐ฆ๐ Ishengero rya #THREE_IN_ONE ryama ritunganya ๐๐ฃ๐จ๐ซ๐จ ๐ซ๐ฒ๐จ ๐ ๐ฎ๐ก๐ข๐ฆ๐๐๐ณ๐ buri wa ๐๐ฆ๐๐๐ฆ uhereza ukwezi...
โNi guhera igihe c'isaha icumi n'imwe z'umugoroba...
๐งญMu ๐ช๐๐๐๐๐ Av.Muka nยฐ80(kumayira abiri)...
Three in one church ibahaye ikaze mwese guhimbaza no gushimira hamwe ๐๐๐๐๐...
Icaremwe.net
๐ธ ๐ง๐ ๐ฆ๐ค ๐๐๐ค ๐๐ฆ๐ค๐๐๐๐๐๐ค โ๐๐ฃ๐ฬ๐ฅ๐๐๐๐ค ๐'๐๐ฆ๐๐ ๐ฆ๐ฃ๐'๐๐ฆ๐...
๐ป๐๐ค ๐๐๐๐ก๐ค Chrรฉtiens ๐'๐๐ฆ๐๐ ๐ฆ๐ฃ๐'๐๐ฆ๐ ๐ค๐ ๐ฅ๐ฆ ๐๐๐๐ค ๐๐ฆ๐ฅ๐, ๐ฅ๐ฆ ๐๐๐๐ฬ๐ง๐๐ค ๐๐ ๐๐ฆ๐ค๐๐ข๐ฆ๐, ๐ฅ๐ฆ ๐๐ฃ๐ ๐๐ฃ๐๐๐ค ๐๐๐ค ๐ก๐๐ฬ๐๐๐ค!!!
Icaremwe.net
#Imibereho_yawe by Gorette
Iyi ndirimbo ntawokwirengagiza ko yaremesheje imitima ya benshi
mubihe biheze n'ubu ikibandanya...
Ibandanye ibanezera. Umwami Yesu Abagirire neza! Amen๐๐ป
Icaremwe.net
We worship you our Lord...๐๐ป๐๐ป๐๐ป
Fiston_Smith niyo mazina y'uyu mu hungu w'Igihugu
aho yarikumwe na bagenzi be bategura amajwi....
Ni amasanamu amaze igihe ariko dushimye kuyabasangiza kubw'impano arimwo!!!
Mubandanye kugubwa neza Umwami Yesu Abane namwe...๐๐ป๐๐ป๐๐ป๐๐ป๐๐ป๐๐ป๐๐ป๐๐ป
Icaremwe.net
There is who you are...๐๐ป๐๐ป๐๐ป
Icaremwe.net tubipfurije kugira umusi mwiza ubabere uw'imigisha
Umwami Yesu Abane namwe๐๐ป
There is power in the name of Jesus...
Icaremwe.net tubipfurije gutangura indwi neza muze muyironkeremwo imigisha๐๐ป๐๐ป๐๐ป
Narakijijwe(cover) by Edidia MUGISHA
Icaremwe.net
๐๐ป๐๐ป๐๐ป
Icaremwe.net
Mubandanye kugira uwaMungu mwiza๐๐ป๐๐ป๐๐ป
Imana Ikomeze kubarinda...
Icaremwe.net
#Niyo_Ndirimbo ๐๐ป๐๐ป๐๐ป
Icaremwe.net
Three in one church
Uku niko biba vyifashe kuri Eglise #THREE_IN_ONE mumwanya wo #guhimbaza no #gutazira imisi yose k'umusi wa gatanu kuva igihe c'isaha icumi n'imwe(17h00) z'umugoroba gush*tsa igihe c'isaha imwe n'igice z'ijoro(19h30).
๐งญ Eglise Three in One iherereye mugisagara ca #Bujumbura commune #Ntahangwa zone #Kinama Q. Carama neza na neza aho bita #kumayira_abiri Av. Muka nยฐ80.
Ukaba uhegereye ntuzoze uratangwa gutangurana Imigisha y'Imana #week_end hamwe na Eglise #Three_in_One...๐๐ป
Muhezagirwe kandi Imigisha y'Imana Ibane namwe.Amen๐๐ป๐๐ป๐๐ป
Icaremwe.net
#Francis_Destin
Impano yigenderaโ
Muhezagirwe๐๐ป๐๐ป๐๐ป
Icaremwe.net
#Icaremwe_net tubipfurije
igitondo ciza mwese
Umwami Yesu Abane namwe.๐๐ป๐๐ป๐๐ป
Icaremwe.net
Ntawutovuga ko iyi ndirimbo mpimbazaMana
ar'iy'ibihe vyose aha m'Uburundi no m'Urwanda๐๐ป
Icaremwe.net
Kabafashe gutangura iyi ndwi neza๐๐ป๐๐ป
mumisi tugiye kuza turabashikiriza vyinshi mubijanye na Gospel! Muhezagirweeee
Icaremwe.net