Bakunzi ba Ezechiel's Song mwaramutse canke mwiriwe bivanye naho muherereye. Reka dusangire gato uwu muduri wa Venant. Ntimutangwe no kugira s'abonne like na share kuri page yacu. Merci
Ibirori vyo kwakira Umusalaba w'urwaruka mu gisata Nyabitare aho wari umaze imisi mu gisata ca Caga.
Rwaruka Dukunda, Uyu Musalaba ubabere Ikimenyetso c'Urukundo ntangere, wame ubibutsako mutegerezwa kurekuriranira n'Ugusubiza hamwe nk'ukwo Yezu Kristu yabidutegetse.
Film INZIGO IDAHERA Full movie coming soon yayo yasohotse. Muyibona gute? Twagiye
Aba photographe bubahwe. dukora akazi katoroshe pee..! Irabire namwe????
HAPO SISEMI MENGI. Kaa tayali uisikilize kwa makini
NDABAHAYE MWIRIWE MWESE.YA SANGO NIYI YA NDIRIMBO MWARI MURINDIRANYE IGISHIKA YABASHWAYEMWO. NTIMWIBAGIRA KUGIRA J'AIME, COMMENTAIRES NA PARTAGER. MUBANDANYE KURYOHERWA
Ubu Butumwa kubwanje ntabwo nemeye kabisa..! Mweho mubivugako iki?
IBIRORI VY'UKWAKIRA UMUSARABA KU GISTA CA NYABITARE