Umugambwe CODEBU wahoze ari Frodebu Nyakuri ushimangira ko uri mu migambwe itavuga rumwe n'uwuri kubutegetsi. Keffa Nibizi ati: "Aho tugeze ntitucemera gutamikwa ijambo".
#nyaburungapost
«Uburundi bugiye guterimbere mu mwanya muto», Perezida Evariste Ndayishimiye.
🎥 CNDD FDD
#Burundi
Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yibutsa Imbonerakure kubandanya ikivi ariko bagavye kuko hari ibinebwe bifise ishari kubw’abakozi bariko baraterimbere.
Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yibutsa Imbonerakure kubandanya ikivi ariko bagavye kuko hari ibinebwe bifise ishari kubw’abakozi bariko baraterimbere.
#Burundi#nyaburungapost
Umukuru w'igihugu amenyesha ko hari ibimenyetso vyerekana ko Uburundi bugiye guterimbere vuba
Umu CNL amenyesha ko umugambwe CNDD FDD udakumira abo badasangiye umugambwe, ahubwo nyabuna ko aribo bikumira.
Ashinga intahe ingene yajijutse inyuma yo kuja muri Koperative ihuriyemwo imigambwe itandukanye. «Ati kera jewe ahantu aba CNDD FDD bateramiye jewe sinahaja».
Mutege abiri.
#Burundi
#nyaburungapost
"Ikibazo c'abanyuruza itunga dukwiye kugifata nk'ica CVR"
MU KARERE: Umushikiranganji w'ubumwe mu Rwanda avuga ko Grégoire Kayibanda na Juvénal Habyarimana, batwaye Urwanda batari abanyarwanda. Yemeza ko Habyarimana yari umuganda nayo Kayibanda akaba umukongomani.
#nyaburungapost
"Ndi Ministre de l'intérieur, jewe narigeze kuba victime ko nanse kurya. Kandi icambabaje yashaka ko twiba imiriyoni 250, kandi icambabaje yashaka ko ntwara imiriyoni 30. Hanyuma nanse kwakira niwe yagiye kunyararaza ngo urya ntaco azopfa yimiriye", Perezida Evariste Ndayishimiye ashimangira ko igihugu cari carabaye privatisé kuva kuba koloni gushika 2005.
Link:https://youtu.be/CnHWuMZE2II?si=A8Yx93wQx1HVoh8m
#nyaburungapost
Uburundi busaba Urwanda gutanga abagize uruhara muri kudeta yaburijwemwo 2O15.
Umushikiranganji Amb. Albert Shingiro akaba yabishikirije mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru aho yibukije ko atawitorera umubanyi "yaba mubi canke mwiza mubwirizwa kubana".
Link: https://youtu.be/Z91i9x_AGkI?si=KIlWbjjUHpTzOBRM
Mutima Le Comedien amenyesha ko yahisemwo umwuga wo gutwenza mu ntumbero yo guha ishusho nziza igihugu kuko "kera urondeye Uburundi ku rubuga bakwereka imyiyerekano canke ibikoho binini...."
“Imbere ni heza cane. Si ururirimbo”
AGACIRO K'IFARANGA RY'UBURUNDI: "Amadolari ni ay'abanyamerika, amarundi ni ayabarundi. Pima umwimbu ufise, itunga ry'ibintu ufise n'amahera ufise mu gihugu. Niho uca umenya itunga ry'Uburundi." Perezida Evariste Ndayishimye.
Vidéo: https://youtu.be/tepFZ0J1VjA?si=rb_ZVlEZ-EENcU1A
#Burundi
Perezida Evariste Ndayishimye ashimangira ko ataco atazokora ngo Uburundi bube igihugu kitagisaba imfashanyo kandi ngo nta myaka ibiri izohera.
Past. Mbayahaga Isidore
#Burundi
Impanuro z'umukuru w'igihugu zirahambaye cane:
▪️kuri bwa butare bwo mu Kirundo, hariho indongozi yavuze ngo Kizigenza baramuhenze nta butare buriyo.
▪️ Ama PTBA yakozwe, nta n'umwe yagize iyo kwinjiza amahera mu gihugu
#Burundi
Igiciro c'ifumbire n'ishwagara ntivyahindutse n'ubwo kwisoko mpuzamakungu ibiciro biza biriyongera.
Ivyiyongerako Leta ikaba ariyo ica iyarihira umwenegihugu
Ihinguriro Brarudi SA ryarandikiye Leta riyimenyesha ko rifise ibibazo kubijanye no kuronka matières premières. Leta iriko irabikorerako.
Ku kijanye n'ikibazo c'uko Leta yorifasha rikaronka ama devise gushika aho rironka matières premières kugira rishore hanze, Umshikiranganji wa mbere ati: «Ni kuraba igisumba ikindi uno musi. Mbe twoca dufata amafaranga yo kugura ifumbire tukayahereza Brarudi kugira ice ishora hanze? Ivyo vyose ni kuraba igisumbq ikindi. Mugabo harico Leta iriko irakora kugira ibibaz (brarudi) irimwo bitore inyishu kugira iyo matières premières iboneke.»
#Burundi
#nyaburungapost