On repeat🎶🎧
Bestfam, have you checked Drama T's new song?🔥
#Burundi
#burundianmusic
😅😅 Ariko aba juges kwitabira c quoi ?
Isanamu Media
Buno butumwa bushikire ba nyakubahwa 🙏🏽
We met with Moise again. Though he's 12, he says school wasn't his thing and want to pursue business. Currently he sells peanuts, but he thinks of branching out on his own
Reach him via Isanamu journalist +257 75 22 66 44
Aho gukubita barya ba maman badandaza ivyamwa muri ville, reta yobubakira ahantu heza bagiramwo business bagateza imbere igihugu nkabandi?
Muribuka ejo bundi Madame Geneviève, umu maman wabana batanu abaporisi bakubaguye muri ville izuba riva. Twariyumviriye uko tumufasha, tuzobamenyesha Lundi idea twaronse.
Ibintu vyogukubagura abadandaji biba no muri Kenya, raba iciyumviro cuyo mu Ingénieur hama utubwire igiki kibuza ko utuntu nkutwo tutubakwa mu Burundi. Let's talk