Ubuzima Gospel TV

Ubuzima Gospel TV Ubuzima busagutse mu Mpwemu, mu Mishaha, mu Mibiri, mw'Ishengero eka no mu Gihugu ( Burundi)

Uru rubuga rufise intumbero yo gushikiriza ubutumwa bwiza kugira ngo UBUZIMA BUSAGUTSE buboneke mu MPWEMU, mu MISHAHA, mu MIBIRI yacu, mu MIRYANGO yacu, mu mubiri wa kristo (ISHENGERO) eka no mu GIHUGU cacu ( Umuryango wacu twese duhuriramwo)

- Une vie abondante dans nos esprits, dans nos âmes, dans nos corps, dans nos familles, dans le corp du Christ ( l'église ) et dans notre pays ( Burundi)



- Abandant life in our spirits, in our souls, in our body, in our families, in the body of Christ ( Church) and in our country ( Burundi)

  Chris Ndikumana Igikorane c'amasengesho yo gusengera igihugu cacu c'u Burundi ni itariki 4/1/2024 kuri Donatus Centre ...
04/12/2023

Chris Ndikumana
Igikorane c'amasengesho yo gusengera igihugu cacu c'u Burundi ni itariki 4/1/2024 kuri Donatus Centre I Bujumbura, kuva 7h00 - 18h00. Kwiyandikisha ni kuri Application ya Kanguka canke kuri website ya Kanguka.

03/12/2023

Umurwi " Reveal Jesus " udufitiye akaganuke imbere y'uko uyu mwaka wa 2023 uhera. Uriteguye?

03/12/2023

Thierry Kijanya ati: YESU uguma untangaza..!!! URABIKOZE 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

Iyi ndirimbo irimwo intahe ikomeye

Prince Mshindi avuga y'uko agiye kuva mu gacerere amazemwo imisi...ati NIMWITEGURE vuba cane agiye guhezagira ubwoko bw'...
30/11/2023

Prince Mshindi avuga y'uko agiye kuva mu gacerere amazemwo imisi...ati NIMWITEGURE vuba cane agiye guhezagira ubwoko bw'Imana.

28/11/2023

Pastor Edmond Kivuye
Arahanura abana b'Imana kubandanya inzira y'ubugingo

28/11/2023

Christian Irimbere ati ni mwitegure vuba cane indirimbo yiwe " Ungirira neza" igiye kuja ahabona.

17 Février 2024 I Bruxelles niho David Tresor azoba yibereye
23/11/2023

17 Février 2024 I Bruxelles niho David Tresor azoba yibereye

Umurwi MTC ufitiye abakunzi bawo inkuru nziza ivuga ko vuba cane bagiye gushira hanze indirimbo zabo 2 nshasha. " ISOKO ...
21/11/2023

Umurwi MTC ufitiye abakunzi bawo inkuru nziza ivuga ko vuba cane bagiye gushira hanze indirimbo zabo 2 nshasha.
" ISOKO " na " JEHOVA "
Muriteguye? Ku bwawe ubona hotangura iyihe muri izo 2?

21/11/2023

Big zoe Ati: Rimwe na rimwe dusenga ngo Imana iduhindurire ibihe , kumbe ivyo bihe nivyo yazanye kuduhindura...
KURIKIRANA IYI RERESI UMENYE VYINSHI

20/11/2023
20/11/2023

Kwidogera abatariko baragufasha canke batagufashije mu buzima ntaho bidushikana, ariko kwiyumvira mu buryo bwimbitse uko wotora umuti birashobora kukuzanira umwimbu. Hamwe n'Imana birashoboka. Raba aka ka video karimwo inyigisho zidasanzwe

Ishengero Spiritual Gravity Center rirabatumiye mu ndwi yo gusengera igihugu kuva itariki 20 - 24 Munyonyo 2023. Imisi y...
19/11/2023

Ishengero Spiritual Gravity Center rirabatumiye mu ndwi yo gusengera igihugu kuva itariki 20 - 24 Munyonyo 2023. Imisi yose kuva 17h30- 19h30.

18/11/2023


Amashusho ya mbere y'igikorane kiriko kiremeshwa n'umukozi w'Imana Chris Ndikumana I Doula muri Cameroun.
Imana yacu ihimbazwe cane kandi ihezagire Ministère KANGUKA.

Umukozi w'Imana Apôtre Dieudonné Nahimana iyo ari mu rugendo rw'ivugabutumwa mu gihugu ca Canada, yamaze gusohora ikiran...
17/11/2023

Umukozi w'Imana Apôtre Dieudonné Nahimana iyo ari mu rugendo rw'ivugabutumwa mu gihugu ca Canada, yamaze gusohora ikirangamisi c'ibikorwa arimwo uko kimeze. Ababa muri ico gihugu abasaba gutumirana no kuza ku bwinshi muri ivyo bikorwa.

14/11/2023

Umviriza Miles Monroe ico avuga ku kubaho ubuzima budfise Intumbero

08/11/2023

Umuririmvyi w'umurundi Bienvenue Bizumuremyi aramenyesha abakunzi biwe ko aho bukera ejo ku musi wa 4 itariki 9/11/2023 igihe c'isaha 12h30 azoshira ahabona amasanamu y'indirimbo yiwe WEMA WAKO. Mu kurindira asaba abanywanyi biwe ko boba barakora subscribe kuri channel yiwe https://www.youtube.com//videos

07/11/2023

Past Edmon Kivuye
" Uhoraho akurungikire uwutuma ivyawe bihaguruka "

04/11/2023

Christian Irimbere ati ni mwitegure vuba cane indirimbo nshasha yiwe igiye kubashikira.

Pasteur Lopez Nininahazwe Ati " Nivyo vyoshobora guteba kuri  twebwe, nivyo vyoshobora gusa nibitagishoboka, nibitigeze ...
27/10/2023

Pasteur Lopez Nininahazwe
Ati " Nivyo vyoshobora guteba kuri twebwe, nivyo vyoshobora gusa nibitagishoboka, nibitigeze kubaho, ariko nazanye uku kuri "NTIBESHA"! Ico yavuze, izogish*tsa, kigumbire, unezerwe kuko Azobish*tsa. "

Kurikikirana iyo ndirimbo yiwe nshasha uciye kuri iyi link

26/10/2023

Pasteur Lopez Nininahazwe ati vuba cane indirimbo " NTIBESHA " irabashikira, woba ushingira intahe Imana yawe ko itabesha? Inyishu muri commentaires...

Shalom, Ishengero Life Center Bruxelles rigiye kwugururwa ku mugaragaro, abantu baba Bruxelles no mu micungararo yaho nt...
12/10/2023

Shalom, Ishengero Life Center Bruxelles rigiye kwugururwa ku mugaragaro, abantu baba Bruxelles no mu micungararo yaho ntimuzotangwe kuza kwifadikanya n'abakozi b'Imana Past. Marc Kagisye na Apostle Elhadj Diallo ku matariki ya 21 na 22 Gitugutu 2023 muri ico gikorwa c'iteka. Mutumire n'abandi benshi.

08/10/2023

Ubutumwa bwiza ni iki?
Fabrice Nzeyimana

Shalom, rya ihiganwa " AGAHOGO TALENT " rigiye gutangura, muhamagawe kwiyandikisha ku bwinshi
05/10/2023

Shalom, rya ihiganwa " AGAHOGO TALENT " rigiye gutangura, muhamagawe kwiyandikisha ku bwinshi

Ku wa Kane ( Jeudi le 5/10/2023) kuri University Lumière Campus Kinindo murahawe ikaze mwese.
03/10/2023

Ku wa Kane ( Jeudi le 5/10/2023) kuri University Lumière Campus Kinindo murahawe ikaze mwese.

01/10/2023

Past Edmond Kivuye
Message yawe ku kwezi kw'icumi

Burundian  gospel artists abroad Fortran Bigirimana  invites you to " NTACO NZOBA KUKO BIRAKWUMVIRA CONCERT " Live in WI...
28/09/2023

Burundian gospel artists abroad Fortran Bigirimana invites you to
" NTACO NZOBA KUKO BIRAKWUMVIRA CONCERT "
Live in WINNIPEG.



23/09/2023

Pasteur Denise Nkurunziza
Ati: WAME WITEGUYE GUHANGANA N'INGORANE

18/09/2023

URI UMWIZIGIRWA indirimbo nshasha ya Pasteur Lopez Nininahazwe ihejeje kuja ahabona, mushobora kuyikurikirana yose kuri YouTube muciye kuri link iri muri comment

16/09/2023

Iyi reresi ngufi irerekana uko vyari bimeze mu giteramo Fortran Bigirimana na bagenzi biwe bagiriye mu gihugu ca Canada - Ottawa itariki 15/09/2023

15/09/2023

Pasteur Lopez Nininahazwe agufitiye amakuru meza muri iyi video

Ubu butumire ni rwawe
14/09/2023

Ubu butumire ni rwawe

12/09/2023

Iyi reresi irerekana uko igiteramo categuwe na Christian Irimbere cagenze hakaba hari itariki 10/9/2023 I Kigali mu Rwanda mw'ishengero CLA nyarutarama. Ico giteramo kikaba citabwe n'abantu isinzi.

08/09/2023

PAST MARC KAGISYE
" Iyo utaravye neza ivyo ucamwo vyiza canke bibi bishobora kuguhindura ukaba mubi "

07/09/2023

KANGUKA Cameroun Dualla Avec Chris Ndikumana
18 Novembre 2023

05/09/2023

Apostle Paul Gitwaza
" Niwatebana na Yesu uzohinduka,"

Umukozi w'Imana Fortran Bigirimana yaraye ash*tse mu gihugu ca Canada aho agiye gukorera ibiteramo bitandukanye mu bisag...
03/09/2023

Umukozi w'Imana Fortran Bigirimana yaraye ash*tse mu gihugu ca Canada aho agiye gukorera ibiteramo bitandukanye mu bisagara bitandukanye nka Montreal na Ottawa ku magenekerezo ya 15 na 16 uku kwezi

Chris Ndikumana ( KANGUKA) I Douala kw'itariki ya 18/11/2023. AFRIKA KANGUKA
02/09/2023

Chris Ndikumana ( KANGUKA) I Douala kw'itariki ya 18/11/2023. AFRIKA KANGUKA

Ku musi w'ejo itariki 02/09/2023 kuva isaha 18h00 harategekanijwe igikorane c'abubatse kizobera kuri KUMARIBA GARDENS, k...
01/09/2023

Ku musi w'ejo itariki 02/09/2023 kuva isaha 18h00 harategekanijwe igikorane c'abubatse kizobera kuri KUMARIBA GARDENS, kwijira ni 50.000 ku bubakanye. Twobamenyesha ko ico gikorwa catunganijwe na Nahimana Foundation DNF

Address

Bujumbura

Telephone

+25761866220

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ubuzima Gospel TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category


Other TV Channels in Bujumbura

Show All