Naweyee?

Naweyee? The Official page for Naweye Family from all over the world.

23/04/2024
22/03/2023
21/03/2023

Banger🔥🔥🔥

OUT NOW Fam.Go watch now👉🏽👉🏽 https://youtu.be/BuF2g4HY8z4
23/11/2022

OUT NOW Fam.
Go watch now👉🏽👉🏽 https://youtu.be/BuF2g4HY8z4



Now Available in All Itunes, Spotify, Deezer, idal, Napster, Boom Play, Audio MackStream here: Audio Mack:

MBDatagram  deopping very soon
22/11/2022

MBDatagram

deopping very soon

23/10/2022

Mbaza nkubaze itera amatati Ariko mpanura nguhanure itera Ubuntu


23/10/2022

Jewe numu diaspo womu buruseri turabakunda cane

gingi

11/10/2022

Bohera akarimi mumenyo ntikaguteshe ibanga ,ukabura ahubega bwaribuhiye

!?

11/10/2022

Ushobora kwibaza yuko arikobiri mugabo bakabivuga uko bitari ,,,,ihe icizere ubwawe cokuba mukuri kwawe

!?

10/10/2022

Just Save the Date!
FRIENDS OF AMSTEL with


10/10/2022

Uvuka urumuntu mugabo ikizokuranga kurumuntu uragiharanira nibwobuntu



!?

10/10/2022

Umutwe umwe ugizwe nababiri uruta imitwe ijana igizwe nababire


!?

10/10/2022

Babazwa nokuba utaragera kukikuraje ishinga cokomeza ubuzima bwawe ntuze ubabazwe nuwurajwe ishinga nukugwa kwawe


!?

10/10/2022

Harico wibwiye?cnke ico wibajije?


10/10/2022

Inema yose ntitegerezwa kuza isukuye, ibirohe vyayo nibigeragezo bibanza canke bigahereza , Iga gushima vyose nubuntu bw'Imana


10/10/2022

Ubwambere naravuze nubu ndavuze Sisi Mei ,ntuzurabe inyuma abazogutongoza cane niwo mushibuka wukugwa kwawe, Guma uza ukonyene ,wirinda kuboregwa succès,ndabigushimira ko uzico gukora muri Game urama uko

10/10/2022

Kuba uwuri ntibisaba ko Uba nkuko bashaka Kuko nabo ntibishaka ubwabo


Address

Love
Bujumbura

Telephone

+25761211448

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Naweyee? posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share


Other Media/News Companies in Bujumbura

Show All