#urintore Burundi by #Nipo simple
Freecall
Ni gute twoshobora gutelefona kumihora yose,mubihugu vyose ,umwanya yose ata unite tuguze(KUBUNTU).Kurikora video yose
Ni gute twokoresha imbuga zacu nka fb,whatsapp,youtube,...dukoresheje téléphone twashize muri mode #Avion canke ata #Carte sim irimwo donc ata MB dukoresheje.kurikira iyi video
Ni gute twokoresha imbuga zacu nka fb,whatsapp,youtube,...dukoresheje téléphone twashize muri mode #Avion canke ata #Carte sim irimwo donc ata MB dukoresheje.kurikira iyi video👇👇
Iyi video irimwo icirwa:
Umwigisha ariko arigisha ahagurutsa umunyeshure umwe kugira amubaze.
#Mwigisha ati:Ndaguhaye apple zibiri2 hama nkaca nsubira nkakongera izindi apple 2 kandi ati none zose hamwe woba ufise zingahe?
#Umunyeshure ati:noba mfise apple 5.abandi banyeshure baramutwenga.
#Mwigisha ati:ko ari wewe uciye ubwenge kurusha abandi bikundaniye gute?ati umwiriza neza ndagusubiriremwo ikibazo.mwigisha aramusubiriramwo ikibazo.
Ati:Ndaguhaye apple 2 hanyuma nkaca nongera nkaguha kandi izindi 2 zose hamwe woba ufise zingahe?
#Umunyeshure :Noba mfise zitanu 5,abandi banyeshure baramutwenga
Umwigisha aca ahindura ikibazo aramubaza ati:Ndaguhaye imicungwa2 hama nkaca nsubira kandi nkaguha iyindi micungwa2 yose hamwe n'ingahe?
#umunyeshure ati:yose hamwe ni 4
#Umwigisha aramubwira ati none ko ari ikibazo kimwe nikuki ho watoye apple 5?.
Aca azana aka karato karimwo apple amanza amuha 2 yongera kumuha izindi 2 araheza amubaza ati izi ndaguhaye ni zingahe?
#Umunyeshure ati ni 4.umwigisha aca yumva ishavu amukwega amatama.
#Umwana ati:Natora zitanu 5 kuko hariho iyindi narimfise muri sakoshi.
😀😀NUKUVUGA UMWANA YABA AFISE APPLE 5 KUKO MWALIMU YAMUHA 2 AKONGERA AKAMUHA KANDI IZINDI ZIBIRI KONGERAKO NIYO ASANZWE AFISE MWISAKOSHI.
#Mwigisha aca aratahura ko umwana yaraciye ubwenge araheza amusaba ikigongwe.
Icirwa twokuramwo:igihe cose turose inyishu ivuye kumuntu nivyiza ko tumanza tukiga cane igitumye haboneka iyo nyishu ntidushoke dutanga amanota,twishura canke duhana umuntu tutamanje gusesangura vyukuri impamvu itumye iyo nyishu iboneka.
Mubandanye gukurikira page mugufyonda kuri #suivre cnk #follow,kugira #j'aime na #partage.
Natasha muri bus na fans biwe
Akakera
Fillings by Matabaro patient
akakera
#Mot de passer by #Yoya jamal
akakera
#agafoto by Emery sun
akakera
#she says yes by fizzo ft urban boyz
Akakera
#Die for you by Big fizzo ft Omore