Bonfils Light Iranyishuriye

Bonfils Light Iranyishuriye Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Bonfils Light Iranyishuriye, News & Media Website, Bujumbura.

Follow this link to join my WhatsApp group: https://chat.whatsapp.com/IweBEiDX0G2L8nIHj5obbs  Umugenzi mwiza agukunda , ...
10/01/2024

Follow this link to join my WhatsApp group: https://chat.whatsapp.com/IweBEiDX0G2L8nIHj5obbs

Umugenzi mwiza agukunda , suwugutwara aho basorora ibinyobwa , inzoga , ifanta nutundi
ariko nuwugutwara ahantu ushobora kuruhukira vyukuri , ikibanza wumvamwo ijambo rigufasha rikanagukizaaa , ni muri Groupe Ijambo ni Kristo

WhatsApp Group Invite

01/01/2022

Umwaka wo kuba i bgina mu bwiza

31/12/2021
27/08/2021

Ishengero "Oasis Christian Center" rirabatumiye mu gikorane citiriwe "Iminsi y'ubwiza", " Days of Glory" mu congereza, kuva ku munsi wa gatatu, igenekerezo ryambere Nyakanga, uyu mwaka, gushika ku munsi w'Imana igenekerezo rya gatanu Nyakanga, uyu mwaka nyene.

Igikorane kizokwama gitangura isaha icumi n'imwe n'igice (17h30')

Tuzoba turi kumwe n'abakozi b'Imana nka: -Pasteur NAHIMANA Dieudonné, umwungere mwishengero "Oasis Christian Center ";

-Apôtre Joshua KURUNGI, avuye mu gihugu c'Ubuganda;

Hamwe na PECASTAING Makeda avuye mu gisagara ca Paris mu gihugu c'Ubufaransa akaba asanzwe ahimbaza yongera atazira Imana muri HORIZON LOUANGE .

Menye neza:
Ico gikorane kizosozerwa n'igiteramo "Worship Night" ku munsi w'Imana, kuva igihe c'isaha icumi ku mugoroba (16h00')

Ishengero "Oasis Christian Center" riri mu Kinindo, kw'ibarabara Avenue du Large inimero zine.

Mufise ico mubaza, hamagare kuri
61 183 000

Kaze! Kaze! Kaze mwivomere imigisha!

06/08/2021
23/07/2021

Shalom
Hama ndonkeyeho akaryo keza ko gutumira umuntu wese muri programme nziza yatanzwe na Mpwemu yera muri zone yaw ya gatumba

Ni igihe c'isaha 15h30
Haza kubaho gushimira umwami biciye mu kumuhimbaza no gusenga
Uraza kwumva message yerekeye ubuzima bwawe biciye mwijambo ry'Umwami

Kaze kandi ku bantu bafise ibibazo bitandukanye haraza kuba umwanya wo kubasengera

Umwami yiteguye gukora ibidasanzwe muri ino programme

Adresse ni mu gaharawe ku kararo ka kabiri ko ku gifurege uva kwibarabaraa.

Blessed you are 🙏🙏🙏

19/07/2021
18/07/2021
18/07/2021
Utilise ce lien pour intégrer mon groupe WhatsApp: https://chat.whatsapp.com/IPP1AVSC73aKTgSmzNYflbtumira abandi nimb us...
17/07/2021

Utilise ce lien pour intégrer mon groupe WhatsApp: https://chat.whatsapp.com/IPP1AVSC73aKTgSmzNYflb

tumira abandi nimb ushaka ko bamenyaa ukurii

niwabikora uzob ukoze igikorw c'Umwami kuko uzoba ukoze ubugombe bwayo ..

1 Timothée 2:4

WhatsApp Group Invite

16/07/2021

Inyoni kuba idashobora kuguruka ikiri ntoyi sikuvuga KO bidakunda, ariko ni kubera ama donnes yiyo applications yo kuguruka aba ataruzura neza kuriyo kugira ibashe kuguruka

Umusi ama donnes yuzuye ntizokwirirwa irabaza ko yoguruka kuko vyose bizoba biwiye kugira igurukeee

Bonfils Light Iranyishuriye

15/07/2021
15/07/2021

Itandukaniro ry'umwana nuwukuze nuko umwana adashobora kuva hasi batamuteruye kandi adashobora kwitwara batamutwaye, ariko uwukuze aramenya ko igihe co kugenda camaze kugera ,kandi mû kugenda ntawe agisha inama

Atura ati ndakuzeee
Ndaciye ubwengeee

14/07/2021

🔵Vyiza.

akomeye mubu yavuze ngo : Ushize imbere y' amahera hamwe n'imihwi, inkende itora kuko itazi ko amahera ashobora kugura utu twinshi.

Ubundi, iyo ushize imbere y'umuntu w'akazi canke umugambi, benshi batora akazi kuko batazi ko ushobora kubazanira menshi.

Impamvu imwe ituma baguma bakenye, nuko batigishijwe ibijanye n'imigambi.

Bataye umwanya munini kw' , kandi ivyo bigishwa kwari ukwiga ngo bazoje gukorera , aho kwigishwa kwikorera ivyabo.

Amahera avuye mu ni meza kuruta umushahara, kuko umushahara ushobora kugufasha, ariko amahera avuye mumugambi wawe ashobora .

Aka gakuru mugahawe na GATEKA, umunyamakuru wa Humuriza TV.

Mukakiriye ?
Muranshimira canke murangayira?
Benshi kuko ndabavuze kandi naje ndivuze.

Mwirirwe amahoro.

13/07/2021
05/07/2021

Welcome to this month being in Glory

The power, the anointing , the glory ,the raising , the moving from dimension to dimension , the deliverance , the healing ,the prosperity ,the poorless is going to visit you until today till the end of your time in this world

You are blessed beloved

Ephesians 3:1

Address

Bujumbura

Telephone

+25761202662

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bonfils Light Iranyishuriye posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share