BBCC-Karusi

BBCC-Karusi +257

25/03/2022

Ingabo zuburusiya
Zatanze kubanyaguhugu bi Mariupol ibifungurwa, amazi nibindi vyankenegwa

24/03/2022

Aba ingeniyeri babasirikare babarusiya bavugako bariko baratunganya igisagara ca kherson mukugikuramwo mines zatezemwo naba uklaines
Bakaba bamaze gutegura izigera kuri 12000

Ikarata yurugaba Ahasa nagahama  nahamaze gufatwa ningabo zuburusiya Ahasaciye imirongo naho nahurugamba rugeze Ahasigay...
24/03/2022

Ikarata yurugaba
Ahasa nagahama nahamaze gufatwa ningabo zuburusiya
Ahasaciye imirongo naho nahurugamba rugeze
Ahasigay nahatarabera imigwano

24/03/2022

Ngabo abo ingabo za russie zarokoye zibakura aharintambara zibajana ahatekanye
Rabumunezero baribafise

24/03/2022

Igisirikare ca russie catabaye abantu kibakura ahariko harabera intambara kibashira ahatari intambara

17/03/2022

Iyi niyo mfashanyo yatazwe na japon kubanya uklaine

17/03/2022

Iyi niyo mfashanyo ivuye muri japon

Isomere Uklaine ikomeza gufatwa mumugongo Ariko yoyo ico yipfuza gusumvya ibindi sicoMukanya video irabashikira
17/03/2022

Isomere
Uklaine ikomeza gufatwa mumugongo
Ariko yoyo ico yipfuza gusumvya ibindi sico
Mukanya video irabashikira

17/03/2022

Mwiriwe neza mwese !!!
Tugiye kuza turabaha amakuru yerekeye intambara muri uklaine kumwanya
Murakoze!!!!!

17/03/2022
Ivyiza biguma vyiyongera mugihugu cacu  na cane cane muvyerekeye amagara y'abantu Erega urwaye nturonke abuvuzi n'iteram...
16/03/2022

Ivyiza biguma vyiyongera mugihugu cacu na cane cane muvyerekeye amagara y'abantu
Erega urwaye nturonke abuvuzi n'iterambere ntirishoboka !!!!

Address

10
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BBCC-Karusi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to BBCC-Karusi:

Videos

Share


Other Media/News Companies in Bujumbura

Show All

You may also like