HP MENYA

HP MENYA " MENYA , UMENYESHE N'ABANDI,
NA BO BAMENYE "
(1)

Amwe mumajambo ya sat b ahari kumusego.👇👇👇Dusengeranire, Dukundane Tukiri Bazima Amagara Ni Ikindi Kintu ! Gusa Muhumure...
20/11/2023

Amwe mumajambo ya sat b ahari kumusego.👇👇👇

Dusengeranire, Dukundane Tukiri Bazima
Amagara Ni Ikindi Kintu !
Gusa Muhumure, Kabisa Ntiharagera 🤲🏾🩸
N’ikimenyamenya Agwara yitwengera 🥹❤️‍🩹

Mo'W Kanzie ,  Yasajije Abasore ba  B-face On The'flo VS Drama T
20/11/2023

Mo'W Kanzie
, Yasajije Abasore ba

B-face On The'flo VS Drama T

Kidum Kibido Arababwira Ati Kuwa 2 Kigarama  #2023, Hazoca Uwambaye,  MunyabugeteHP MENYA
20/11/2023

Kidum Kibido
Arababwira Ati Kuwa 2 Kigarama #2023, Hazoca Uwambaye, Munyabugete

HP MENYA

D-ONE Mr
18/11/2023

D-ONE
Mr

>----------------------------------------------Hari abigeme n'imbere yo kuja kwubaka babanza kugenda ngo bagiye  gusezer...
18/11/2023

>
----------------------------------------------
Hari abigeme n'imbere yo kuja kwubaka babanza kugenda ngo bagiye gusezera abo bahora bakundanye

✍🏾 Ivyo vyashikirijwe n'Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu , Imbere y'abakenyezi b'imboneza n'abarongozi bo mu ntara za , , na kuri uyu wa 17 Munyonyo 2023

👩 Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu ati: "Mubona abana banyu baja kwubaka bukeye kabiri bakabirukana mukibaza ko biva kuki? Nta cizere kiba gihari. Hari abigeme n'imbere yo kuja kwubaka babanza kugenda ngo bagiye gusezera abo bahora bakundanye. Ivyo vyose biva kugutukisha indero y'ikirundi"

🎙️ Yarongera ati: "Abavyeyi benshi basigaye bigumira kuri WhatsApp ata n'icinjiriza umuryango bariko barahakura, ha gufata umwanya bakayaga n'abana babo. Kera urubanza rwo gutwikurura kaba ari akaryo ko gutanga icegeranyo c'ingene umwigeme yarezwe ariko ubu vyagiye kwanka imanza zose z'ubugeni zihera ku munsi umwe"

👩‍👦Yasozereye agira ati: "Abavyeyi nimwigishe abana banyu indero runtu mubabwire bakiri bato ingaruka z'ubusambanyi kugira tube akarorero, aho n'amahanga azobona ko umwigeme w'umurundikazi yarezwe neza kandi yakuranye indero ndundi."

🎙️Ivyo umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu akaba yabishikirije mu ruganda rwatunganijwe n'urwego rw'umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu c'Uburundi rujejwe iterambere mu , mu ntumbero yo gushikiriza ivyapfunditswe mw'ihuriro ridasanzwe ry'abakenyezi b'imboneza riherutse kubera mu gisagara ca muri Gitugutu 2023

👀 Mubivuzeko iki
: Magazine Jimbere
HP MENYA

Bruce MelodieMr
17/11/2023

Bruce Melodie

Mr

Big FizzoMr
17/11/2023

Big Fizzo

Mr

Esther Nish OfficialEsther Nish yaraye ahatswe gusigara mu mpanuka y'imodoka 🇧🇮 Kuri uyu wa 16 Munyonyo 2023, Umuririmvy...
17/11/2023

Esther Nish Official

Esther Nish yaraye ahatswe gusigara mu mpanuka y'imodoka

🇧🇮 Kuri uyu wa 16 Munyonyo 2023, Umuririmvyikazi Esther Nish yaragize isanganya mu gisagara ca mw'ibarabara ryitiriwe 28 Munyonyo (28 Novembre).

Nk'uko biboneka kumasanamu, imodoka yiwe ikaba yimenduriye mu binogo yose yamara Imana yarakize nk'uko Esther Nish abivuga iyi misi mikuru irangiza umwaka nawe yeretswe Imana imukura mu rwobo.

Ubutumwa bwiwe akaba yahamagariye abantu gusenga cane mw'iyi misi hanyuma Imana ikomeze yitwe Imana
HPHP MENYAf@followers

🎸 🎙 Mbega Ntamuririmvyi w'Umurundi  Yoduteturura ? 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🎵🎵 Abarundi Natwe Tuzoshikirwa Ryari ??
16/11/2023

🎸 🎙 Mbega Ntamuririmvyi w'Umurundi Yoduteturura ? 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

🎵🎵 Abarundi Natwe Tuzoshikirwa Ryari ??

Diamond Platnumz ZUCHU
16/11/2023

Diamond Platnumz
ZUCHU

Solidarité[P] 👥 "Imiryango 145.000 bafise amikoro make bazoronswa amafaranga 72 000 Fbu umwumwe buri mezi abiri mu kirin...
14/11/2023

Solidarité

[P] 👥 "Imiryango 145.000 bafise amikoro make bazoronswa amafaranga 72 000 Fbu umwumwe buri mezi abiri mu kiringo c’imyaka ibiri"
----------------------
📌 "Iyo miryango izotorwa mu gihugu cose c’Uburundi, baronswe ako gafashanyo ko kwikenura biciye mu mugambi . Hambavu y'ivyo, iyo miryango izoronswa inyigisho mperekeza kugira itegere neza ingene umugambi utunganijwe, bamenye uko bakwiye gukoresha neza imfashanyo, hatibagiwe kuja mu mashirahamwe yo kuziganya no kuguranana…", ibi bigashikirizwa na Imelde Sabushimike, umushikiranganji mu vyo ajejwe harimwo gufatana mu nda, mu gusozera indwi yahariwe gutegekaniriza kazoza, kuri uyu wa 10 Munyonyo i

💰 Ikindi twobamenyesha n'uko imiryango 5.287 yo ku mitumba yose y’intara ya itari yashikiriwe n’umugambi w'ibanze wa Merankabandi yaratowe, ikaba imaze no kuronswa imfashanyo y’amafaranga incuro zitatu kuva mu kwezi kwa Ruheshi 2023 gushika ubu

📌 Ishirahamwe ryegukira Diyoseze Nkuru ya niryo ryatowe ngo rizoshire mu ngiro inyigisho mperekeza muri uwo mugambi Merankabandi II mu ntara ya

🎁🍚 Umushikiranganji Imelde Sabushimike yarabandanije urugendo rwiwe mu kigo gisanzwe gifasha abana bagendana ubumuga bwo kutabona, abagemurira ibifungurwa (ibiharage, ibiraya, amavuta…) n’utundi dukoresho dutandukanye

Mubona uwomugambi uzogira impinduka ?

HP MENHP MENYA

Kubwawe, Hagati y'Aba Babiri, Haza Kunguka Nde,  Hahombe Nde ??Tubwire muri   HP MENYA
13/11/2023

Kubwawe, Hagati y'Aba Babiri,
Haza Kunguka Nde, Hahombe Nde ??

Tubwire muri

HP MENYA

Dadju iBujumbura ===============🎉🥳 Umuririmvyi Dadju agiye guteramisha Abarundi🙌 Kw'igenekerezo rya 09/12/2023, haritezw...
12/11/2023

Dadju iBujumbura
===============
🎉🥳 Umuririmvyi Dadju agiye guteramisha Abarundi

🙌 Kw'igenekerezo rya 09/12/2023, haritezwe igiteramwo c'umuririmvyi azwi cane kw'isi, akaba akorera ibikorwa vyiwe vy'umuziki mu Bufaransa, ndetse akaba afise amamuko mu gihugu kibanyi ca Republika iharanira Demokarasi ya ( )

👌 Dadju yaririmvye indirimbo zakunzwe nka "JALOUX", "Ma vie", "Bob Marley", n'izindi.
Akaba Asanzwe Ari Murumuna Wa Maître Gims, azoteramisha abakunzi biwe mu rukurikirane rw'ibirori vyatunganijwe n'ishirahamwe Brarudi ribicishije ku kinyobwa Amstel Burundi, vyiswe "La Tournée des Amis"

📍 Igiteramo kizobera kuri Hôtel Source du Nil, mu gisagara ca

👀 Musomyi, ni iyihe ndirimbo ya Dadju ikuryohera?
HP MENYA

Diamond Platnumz In
12/11/2023

Diamond Platnumz
In

12/11/2023

12/11/2023
Kubaravye iyi Reresi. Duhurire muri  Mutwibutse izina ryayo. HP MENYA
12/11/2023

Kubaravye iyi Reresi.
Duhurire muri
Mutwibutse izina ryayo.

HP MENYA

Ildephonse comedianAbipfurije    HP MENYA
12/11/2023

Ildephonse comedian
Abipfurije

HP MENYA

> Ubwo Bwari Ubutumwa bw'umukunzi w'umuziki w'Uburundi , Akaba n'umwe muba   ba HP MENYAA
11/11/2023

>
Ubwo Bwari Ubutumwa bw'umukunzi w'umuziki w'Uburundi ,
Akaba n'umwe muba ba HP MENYAA

D-ONE
11/11/2023

D-ONE

Yitwa Edison Irakozee Umumenyeshamakuru wa HP MENYAAAbikora Neza muri
11/11/2023

Yitwa Edison Irakozee
Umumenyeshamakuru wa HP MENYAA
Abikora Neza muri

Israel Mbonyi
11/11/2023

Israel Mbonyi

Yitwa   Shaka umwite Mr   Abikora neza. Injira you Tube wumve.
11/11/2023

Yitwa

Shaka umwite Mr
Abikora neza.

Injira you Tube wumve.

  Mr sinzovayo. Ushaka unamwite Mr Mfata.Ja you Tube wirabire uwu musore.
11/11/2023

Mr sinzovayo. Ushaka unamwite Mr Mfata.

Ja you Tube wirabire uwu musore.

🇧🇮 KAMINUZA Y'UBURUNDI========================Mbe warubizi ko yatanguye kuyoborwa   n'umupatiri yera (  ) yitwa    .  Uy...
11/11/2023

🇧🇮 KAMINUZA Y'UBURUNDI
========================
Mbe warubizi ko yatanguye kuyoborwa n'umupatiri yera ( ) yitwa . Uyu Yabaye Umuyobozi w'Iyi KAMINUZA, kuva 1964 gushika 1968. N'ukuvuga imyaka 4.

Rero, kuva 1964, gushika uno munsi, KAMINUZA Y'UBURUNDI imaze kugira abayobozi 20.

HP MENYA irabereka amasanamu y'abo bantu badasanzwe, bakoze ibishoboka vyose kugira indero n'inyigisho bitere intambwe ikomeye muBurundi.
=================

✍️ Ducishije kumayange,
Amateka ya KAMINUZA Y'UBURUNDI atangura mugihe c'ubukoroni bw'ababirigi, neza na neza mumwaka w'1958, aho hashirwaho igisata c'uburimyi n'ubworozi ( Faculté d'agronomie) muri KAMINUZA ya CONGO-BELGE na RWANDA-URUNDI, Yahavuye ihibdurwa Igisata c'uburimyi n'ubworozi ( Institut agronomique) ya Rwanda-Urundi. Yahavuye yimurirwa iBujumbura, mumwaka w'1960.

✍️ Ubwo hanyuma, Harongewemwo ibisata vya FILOZOFIYA, INDOME, mwe n'UBUTUNZI. bishizweho n'abapatiri bo mumuryango wa JEZWITI ( Jésuites).

✔️ kuva 1964, gushika 1977, iyo Kaminuza yitwa UNIVERSITÉ OFFICIELLE DE BUJUMBURA ( Kaminuza yemewe y'Ibujumbura)

✔️Iryo zina ryahavuye risubirizwa n'iryo ifise uno munsi

🔴 Le saviez-vous? Le Premier Recteur de l’Université du Burundi était un Père Blanc du nom de Walter DEROUEA. Il a dirig...
11/11/2023

🔴 Le saviez-vous?

Le Premier Recteur de l’Université du Burundi était un Père Blanc du nom de Walter DEROUEA. Il a dirigé cette université pendant 4ans, soit de 1964 à 1968.

Et donc , de 1964 à nos jours, l’ Université du Burundi a déjà connu 20 Recteurs. Akeza.net vous propose les photos de ces personnalités qui ont contribué au développement de l’éducation Burundi.
=================

📌 Pour une petite histoire, les débuts de l’Université du Burundi remontent à 1958 avec la création de la Faculté d’agronomie de l’Université du Congo belge et du Rwanda Urundi, transformée en Institut agronomique du Rwanda-Urundi et transférée en 1960 à Bujumbura.

🔹 Créées par les Jésuites, les facultés de philosophie, lettres et sciences économiques furent intégrées à l’Université officielle du Bujumbura, titre adopté en 1964 et remplacé en 1977 par la dénomination actuelle. Elle est donc devenue, l’Université du Burundi depuis 1977 (UB) par fusion avec l’École Normale Supérieure (ENS).

Source :✔️ Agence Universitaire de la Francophonie (AUF)
✔️

HP MENYA

JUX HP MENYA
11/11/2023

JUX

HP MENYA

D-ONE 257
10/11/2023

D-ONE 257

Inès laguel VS Monia FleurWewe Wemera Nde ??
10/11/2023

Inès laguel VS Monia Fleur

Wewe Wemera Nde ??

Natacha Burundii
09/11/2023

Natacha Burundii

B-face On The'flo & Double-jay OnceAgain
09/11/2023

B-face On The'flo &
Double-jay OnceAgain

Kigingi na Mutima HP MENYA
08/11/2023

Kigingi na Mutima

HP MENYA

Dorcas
08/11/2023

Dorcas

Sat-B
08/11/2023

Sat-B

Element EleéehhThe Best Song  Maker,  In  HP HP MENYAA
08/11/2023

Element Eleéehh

The Best Song Maker, In

HP HP MENYAA

Mo'W KanzieRihannaa of
08/11/2023

Mo'W Kanzie
Rihannaa of

08/11/2023

Braga mukanya irazimya ibirofa😁😁😁

BantuBwoy Entertainment
03/11/2023

BantuBwoy Entertainment

Natacha Burundi
03/11/2023

Natacha Burundi

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when HP MENYA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to HP MENYA:

Share


Other Media/News Companies in Bujumbura

Show All