Bryant Nhira

Bryant Nhira 200€

23/11/2023

🤧 GRIPPE Yabaye Ndanse !! N'uyuhe Muti umuntu yoshobora gufata..? Biraza gufasha Benshi Hano !

Iterambere rikoneza kwiyongera Je mfis amahera nokoresha Toilette ya bluetooth Kuburyo bigenda ntamanje kuj mur toillett...
23/11/2023

Iterambere rikoneza kwiyongera
Je mfis amahera nokoresha Toilette ya bluetooth
Kuburyo bigenda ntamanje kuj mur toillette

Ndabibutse gahunda ya hirya yejo👇👇👇📗📗🎹🎶🎵🎻🥁Nawe tuzohurira mukibimba Duhimbaze Imana??
22/11/2023

Ndabibutse gahunda ya hirya yejo👇👇👇
📗📗🎹🎶🎵🎻🥁

Nawe tuzohurira mukibimba
Duhimbaze Imana??

22/11/2023

Bryant Nhira󱢏Ugusenga, ugusenga
Kuramfash' ibihe vyose,
Kunshikana kuri Data,
Akankiza mu bingoye.
Kandi Satan' iy' anteye
Akansuk' uburyo bgose,
Ibihetangabo kenshi,
Ugusenga kuramfasha.

Sumugabane wawe vuba urakira

22/11/2023

mwaramutse neza

Hama mfise ikibazo ukukwezi kwa 11 ndabona kuratubangamiye cane ingwara zirarembeje abantu

Mwebwe mwiyumvira biva kuki ? K*ko jewe vyacanze🥺

TUYAGE GATO KUKO NTIVYOROSHE: Ngubwiza bw'Umukobwa buri mukwikora 😭 Angahe ....../10 😭
21/11/2023

TUYAGE GATO KUKO NTIVYOROSHE: Ngubwiza bw'Umukobwa buri mukwikora 😭 Angahe ....../10 😭

Imana iguhezagire ukungene mudushigikira GB GABBY Mugisha WIRAMBIRE🙏🏿
21/11/2023

Imana iguhezagire ukungene mudushigikira GB GABBY Mugisha WIRAMBIRE🙏🏿

Jayx lion Imana iguhezagire kuri sapot yanyu🙏🏿
21/11/2023

Jayx lion Imana iguhezagire kuri sapot yanyu🙏🏿

Aniella kaneza Imana iguhezagire uburyo udushigikira 🙏🏿🥰
21/11/2023

Aniella kaneza Imana iguhezagire uburyo udushigikira 🙏🏿🥰

Imana iguhezagire Chacha ukungene ubandanya udushigikira😍🙏🏿
21/11/2023

Imana iguhezagire Chacha ukungene ubandanya udushigikira😍🙏🏿

Abamuzi twese twagiye muri commentaires 👇🏼
21/11/2023

Abamuzi twese twagiye muri commentaires 👇🏼

yanickuttar ati:Ni iyihe ndirimbo wakunze cane muri ndigina album?Bn début de la semaine à tous
21/11/2023

yanickuttar ati:
Ni iyihe ndirimbo wakunze cane muri ndigina album?

Bn début de la semaine à tous

21/11/2023
💕😍
21/11/2023

💕😍

Mùmfashe dukeze  +257 kuba yakwijije abayikwirikiraba ibihumbi cumi 10 000   Muribwabumwe
21/11/2023

Mùmfashe dukeze +257 kuba yakwijije abayikwirikiraba ibihumbi cumi 10 000
Muribwabumwe

20/11/2023

Tubipfurije intango nziza y’indwi y’ibikorwa🙏🏿 Imana Data wa Twese ibane namwe mubikorwa🙏🏿🙏🏿

🥳🥳Mumfashe tumwipfurize Isabukuru🎉 nziza 🎊
20/11/2023

🥳🥳Mumfashe tumwipfurize Isabukuru🎉 nziza 🎊

😁😁😁😁 ibi bintu koko nivyo Je t'aime en kirundi ubajije kuri google ngo nindirimbo zohirya no hino🤭🤭🤭
20/11/2023

😁😁😁😁 ibi bintu koko nivyo
Je t'aime en kirundi ubajije kuri google ngo nindirimbo zohirya no hino🤭🤭🤭

ELOHIM WORSPIER🥰🙏🏿
20/11/2023

ELOHIM WORSPIER

🥰🙏🏿

Great Light choir Mutere imbere ncuti zanje 💕🥰
20/11/2023

Great Light choir

Mutere imbere ncuti zanje 💕🥰

Kaka & Dada Akajambo kuribo Mubazi mubikorwa ibihe bajejwe mwishengero ?
20/11/2023

Kaka & Dada
Akajambo kuribo
Mubazi mubikorwa ibihe bajejwe mwishengero ?

19/11/2023

None mubona

INTAMBA MURUGAMBA TUZA KUTSINDA Gabon ?

K*k' urukundo Imana yakunze abari mw isi ari rwo rwatumye itanga Umwana wayo w'ikinege, ng' umwizera wese ntaz' apfe rub...
19/11/2023

K*k' urukundo Imana yakunze abari mw isi ari rwo rwatumye itanga Umwana wayo w'ikinege, ng' umwizera wese ntaz' apfe rubi, arikw ahabge ubugingo budashira.

Ndeana Eddy
Eddy Ndeana

19/11/2023

Ikibazo Niki shaka kubabaza

Kwisi hari abantu bangahe ?

Bon journéeBon week-end💕🥰
18/11/2023

Bon journée
Bon week-end💕🥰

Aha nimugisagara ca bujumbura neza neza iruhande yahahoze isoko nkuru ya bujumbura Imana ifise ikibanza cambere mugihugu...
17/11/2023

Aha nimugisagara ca bujumbura neza neza iruhande yahahoze isoko nkuru ya bujumbura

Imana ifise ikibanza cambere mugihugu cacu abizera ano majambo tuvuge amen🔥🙏🇧🇮


David TresorGospel gor lifeDivin S Media
17/11/2023

David Tresor
Gospel gor life
Divin S Media

Unomusi twitegure 15h00 aho fabrice Barutwanayo azoba ari kuri Radio
17/11/2023

Unomusi twitegure 15h00 aho fabrice Barutwanayo azoba ari kuri Radio

📷TUYAGE GATO: Uyu mugore yarakwije neza mu mutwe?  Tanga ivyiyumviro vyanyu
16/11/2023

📷TUYAGE GATO: Uyu mugore yarakwije neza mu mutwe? Tanga ivyiyumviro vyanyu

Ayo ni amajambo Stine shoutella yanditseIyo ikintu ariciwaweNtaho kija, Ndetse niyo umuntu ar'uwiwawe ntaho aja! kuko bi...
16/11/2023

Ayo ni amajambo Stine shoutella yanditse

Iyo ikintu ariciwawe
Ntaho kija, Ndetse niyo umuntu ar'uwiwawe ntaho aja! kuko biba vyaranditse
Ncuti yanje, reka gusamara ngo baguhende canke bagukange kuko vyose tubihabwa n'uhoraho. so ihe agaciro kuko Imana yarakaguhaye Ivyawe birahari mwizina rya Yesu kristo



Amazina yiwe Jospin Drummer umwe muba Batteur babikora neza mungabire yahawe n'Imana Mumfashe tumukeze 🙏🏿
16/11/2023

Amazina yiwe

Jospin Drummer umwe muba Batteur babikora neza mungabire yahawe n'Imana

Mumfashe tumukeze 🙏🏿

Twipfurije ibihe vyiza Aba basore bo mumugwi Indoto zabo zibe impamo🙏🥰🙏🥰
16/11/2023

Twipfurije ibihe vyiza
Aba basore bo mumugwi

Indoto zabo zibe impamo🙏🥰🙏🥰

kaze tuzo tubane muri bino bihe.Ni Mugatunguru, karama aho bita kumashurwe (ush*tse iwabo wabantu uce utera uduga nkuwuj...
16/11/2023

kaze tuzo tubane muri bino bihe.

Ni Mugatunguru, karama aho bita kumashurwe (ush*tse iwabo wabantu uce utera uduga nkuwuja kuri presidence n'impande ya Mandela Bar.
Tuzotangura Kuwagatanu gushika kuwamungu.



Amazina yiwe ni Emelyne ndagushimira cane ukuntu udushigikira warahezagiwe🥰🙏🏿
16/11/2023

Amazina yiwe ni

Emelyne ndagushimira cane ukuntu udushigikira warahezagiwe🥰🙏🏿

Amazina yiwe ni Laurent Drummer ingabire Imana yasize muriwe yarahezagiwe🙏🏿
16/11/2023

Amazina yiwe ni

Laurent Drummer ingabire Imana yasize muriwe yarahezagiwe🙏🏿

Amazina yiwe Maniravuga Fridolin akaba ari na C.E.O wa Inyishu TV +257 Mungu amubaliki
16/11/2023

Amazina yiwe

Maniravuga Fridolin akaba ari na C.E.O wa Inyishu TV +257
Mungu amubaliki

Ce Dimanche The Builders Of Heart BandNiho bazoba bari murukino kibaza murahawe ikaze kwijira nikubuntu
16/11/2023

Ce Dimanche The Builders Of Heart Band
Niho bazoba bari murukino kibaza murahawe ikaze kwijira nikubuntu

Amahoro
15/11/2023

Amahoro

Imbohe zirabohoka Impumyi zirahumuka Mwizina rya Yeshuwa yimuye yamisozi,isenyura vyabihome, Twabonye ineza Yawe.🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥...
14/11/2023

Imbohe zirabohoka Impumyi zirahumuka Mwizina rya Yeshuwa yimuye yamisozi,isenyura vyabihome, Twabonye ineza Yawe.🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🧎🏻‍♀️🧎🏻‍♀️🧎🏻‍♀️✍️🙌

🙇‍♂️duhure rero mukugura gura ticket yawe

• 𝐀𝐬𝐚𝐧𝐭𝐞 𝐆𝐨𝐬𝐩𝐞𝐥
𝐈𝐧 𝐀𝐬𝐚𝐧𝐭𝐞 𝐄𝐯𝐞𝐧𝐭💫
26𝐭𝐡 𝐍𝐨𝐯𝐞𝐦𝐛𝐞𝐫💫
𝐒𝐡𝐚𝐫𝐞 𝐭𝐡𝐢𝐬 𝐭𝐨 𝐨𝐭𝐡𝐞𝐫𝐬 𝐆𝐮𝐲𝐬...

✦ 𝐓𝐢𝐜𝐤𝐞𝐭𝐬 𝐚𝐫𝐞 𝐃𝐢𝐬𝐩𝐨𝐧𝐢𝐛𝐥𝐞... 3𝐤, 5𝐤, 10𝐤 𝐒𝐩𝐨𝐧𝐬𝐨𝐫 💫

Urashobora kuronka ticket uhamagaye kuriyi numéro 62929848

Address

Avenue 9
Bujumbura

Telephone

+25762657900

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bryant Nhira posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Bryant Nhira:

Videos

Share



You may also like