Ijwi Ry'Uburundi

Ijwi Ry'Uburundi Ikosora

25/03/2023

KAZE IJWI RY'UBURUNDI 🇧🇮

Munyubakwa za Galerie Mandela I Bujumbura hariko haraka umuriro aho ni kwibarabara ryitiriwe UpronaIgiporisi na vyabidug...
24/01/2022

Munyubakwa za Galerie Mandela I Bujumbura hariko haraka umuriro aho ni kwibarabara ryitiriwe Uprona

Igiporisi na vyabiduga kizimya moto bariko baragerageza kuzimya uwo muriro
Icatumye uwo muriro utera ntikiramenyekana

Kuruyu Musi Igenekerezo rya 13 Gitugutu 2021 Nihotwibuka Imyaka 60 Irangiye Uwaharaniye Intahe yo Kwikukira Rwagasore Lo...
13/10/2021

Kuruyu Musi Igenekerezo rya 13 Gitugutu 2021 Nihotwibuka Imyaka 60 Irangiye Uwaharaniye Intahe yo Kwikukira Rwagasore Louis yitavye Imana

Uyumusi utwibutsa bimwe muvyaranze Iyo cungu y'Uburundi No kugendera kw'Iragi ryiwe yasigiye Abarundi n'Uburundi

13 octobre 2021

Amakuru dukura mwibohero rikuru rya   amenyesha ko Cyllire Ndayirukiye yagirizwa kugira uruhara mwigerageza ryo gutembeg...
24/04/2021

Amakuru dukura mwibohero rikuru rya amenyesha ko Cyllire Ndayirukiye yagirizwa kugira uruhara mwigerageza ryo gutembegaza ubutegetsi mumwaka w 2015 ko yitavye Imana ku muhingamo wo kuruyu w 24Ndamukiza icob camuhitanye ni kiramenyeshwa ni Mu makuru tugitohoza

Murukino rwa kivandimwe rwahuza u Burundi n'igihugu ca Tanzania rurangiye u Burundi butsinze igitsindo kimwe k'ubusa bwa...
11/10/2020

Murukino rwa kivandimwe rwahuza u Burundi n'igihugu ca Tanzania rurangiye u Burundi butsinze igitsindo kimwe k'ubusa bwa Tanzania ico gitsindo kikaba ca tsinze n'umukinyi NTIBAZONKIZA Saido ku munota wa 86' urwo urukino rwariko rubera kukibuga citiriwe Mkapa Stedium mu Gihugu ca Tanzania

Mwisoko yo mu Kamenge nubwo hamwe hahiye nivyarimwo bira tokombera hariho na handi hatash*tse umuriro Imana yakinze
03/10/2020

Mwisoko yo mu Kamenge nubwo hamwe hahiye nivyarimwo bira tokombera hariho na handi hatash*tse umuriro Imana yakinze

Amakuru ariko aradushikira atumenyesha ko isoko yo mu Kamenge iriko irasha vya biduga bijejwe kuzimya umuriro biriko big...
03/10/2020

Amakuru ariko aradushikira atumenyesha ko isoko yo mu Kamenge iriko irasha vya biduga bijejwe kuzimya umuriro biriko bigerageza kuzimya umuriro ni mwishi cane

03/10/2020

Amakuru ariko aradushikira muruno mwanya aho mu Kamenge isoko ya Kamenge ko yafashwe n'umuriro iriko irasha kizimya moto ziriko ziragerageza kuzimya umuriro aho ndetse no mukanya gaheze humvikanye urwamo rwa masase hafi yaho inkuru iramvuye ni mugatondo k'uyu musi

Ku myaka 19 yibarutse UdushuriKur'uyu wa kabiri kw'ivuriro ritoyi riri ku mutumba wa Rugasa komine Bugabira intara ya Ki...
24/09/2020

Ku myaka 19 yibarutse Udushuri

Kur'uyu wa kabiri kw'ivuriro ritoyi riri ku mutumba wa Rugasa komine Bugabira intara ya Kirundo umukenyezi w'imyaka 19 yibarutse abana 3 abahungu 2 n'umukobwa 1 abaganga bo kuriryo vuriro bamenyesha ko abo bana bavutse neza kandi bafise n'amagara meza
Mwo menya ko uwo mukenyezi aribo bana bambere yi barutse

04/09/2020

Journal

Abicishije kurubuga rwiwe rwa twitter Umukuru w'Igihugu Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye yahaye Ikaze Impuzi zihungut...
27/08/2020

Abicishije kurubuga rwiwe rwa twitter Umukuru w'Igihugu Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye yahaye Ikaze Impuzi zihungutse zije ziva i Mahama mu Gihugu c'u Rwanda

Ubushikiranganji bw'indero bwafashe ingingo yo guhagarika Université   iri mu gisagara ca Bujumbura mu kiringo kingana n...
26/08/2020

Ubushikiranganji bw'indero bwafashe ingingo yo guhagarika Université iri mu gisagara ca Bujumbura mu kiringo kingana n'amezi atatu kugira iryo shure ryitunganye neza ku bumenyi baha abanyeshuri baryo

Memba ku rubibe Uburundi buhana n'Igihugu c'u Rwanda hariko harabera inama y'umutekano ihuza Intwanzagabo z'Igihugu c'u ...
26/08/2020

Memba ku rubibe Uburundi buhana n'Igihugu c'u Rwanda hariko harabera inama y'umutekano ihuza Intwanzagabo z'Igihugu c'u Burundi n'u Rwanda ni muntumbero yo gutorera inyishu y'ibibazo vy'umutekano muke wama wibonekeje ku mbibe z'ivyo Bihugu uko ari bibiri Colonel Ernest MUSABA niwe yaserukiye u Burundi Igihugu c'u Rwanda naco giserukirwa na Général de Brigade Vincent NYAKARUNDI

Pascal Nyabenda yahoze arongoye Inama Nshingamateka ahejeje kugenwa n'Umukuru w'Igihugu mu Mamabanga yo kuba Icegera ca ...
25/08/2020

Pascal Nyabenda yahoze arongoye Inama Nshingamateka ahejeje kugenwa n'Umukuru w'Igihugu mu Mamabanga yo kuba Icegera ca Kabiri c'Umukuru wa BRB i Banki ya Republika y'u Burundi

Umukuru w'Inama Nkenguzamateka ahejeje gutorwa n'Abakenguzamateka akaba ari Hon Sinzohagera Emmanuel
25/08/2020

Umukuru w'Inama Nkenguzamateka ahejeje gutorwa n'Abakenguzamateka akaba ari Hon Sinzohagera Emmanuel

Umushingamateka GĂ©lase Daniel Ndabirabe niwe ahejeje kwemezwa n'Inama Nshingamateka kuba Umukuru w'Inama Nshingamateka h...
07/08/2020

Umushingamateka GĂ©lase Daniel Ndabirabe niwe ahejeje kwemezwa n'Inama Nshingamateka kuba Umukuru w'Inama Nshingamateka hamwe na Dr Sabine Ntakarutimana kuba Icegera ca mbere na Abel Gashatsi kuba Icegera ca kabiri c'Umukuru w'Inama Nshingamateka

Abashingamateka bo mu mugambwe CNL basohotse mu Nama Nshingamateka ni mugihe batisanze  kurutonde rwabagiye kurongora ib...
07/08/2020

Abashingamateka bo mu mugambwe CNL basohotse mu Nama Nshingamateka ni mugihe batisanze kurutonde rwabagiye kurongora ibiro vy'Inama Nshingamateka bikaba bitegekanijwe n'umusi ko ariho haza gutorwa abagiye kurongora Inama Nshingamateka

Liban yatanguye iki gandaro nyuma yaho abantu ijana aribo bamaze gutanganzwa ko bapfuye naho abandi 4000 bagakomerekaNi ...
05/08/2020

Liban yatanguye iki gandaro nyuma yaho abantu ijana aribo bamaze gutanganzwa ko bapfuye naho abandi 4000 bagakomereka

Ni mwisanganya ryi kintu caturitse kitaramenyekana ryabereye mu murwa mukuru w'iki gihugu i Beirut.

Ku musi w'ejo igenekerezo rya 04 Myandagaro gushika kurya 10 abagize Inama Nshingamateka bazogira isasa rya mbereAbanshi...
03/08/2020

Ku musi w'ejo igenekerezo rya 04 Myandagaro gushika kurya 10 abagize Inama Nshingamateka bazogira isasa rya mbere

Abanshingamateka baheruka gutorwa bazokwiga bongere batore abagize ibiro vyi Nama Nshingamateka

Mu ngoro ya makoraniro mu Kigobe imyiteguro yo kwakira iyo Nama isa niyamaze kurangira.

Nkuko twari twabibamenyesheje mu  makuru ryitanga ryi mihoho rya musitanteri wa komine Burambi mu ntara ya Rumonge. Amen...
30/07/2020

Nkuko twari twabibamenyesheje mu makuru ryitanga ryi mihoho rya musitanteri wa komine Burambi mu ntara ya Rumonge.

Amenyesha ko yatowe mu kibanza c'umututsikazi kandi ari umuhutukazi Elyse Mbonayo yasubirijwe na Ndayizeye Marie Fabiola umututsikazi wo mu mugabwe CNDD-FDD.

Iryo torwa rya musitanteri mushasha wa komine Burambi ryabaye kuri uyu musi wa kane.

Urwaruka ruhejeje amashure rutararonka akazi rusabwa kuja muma koperative rutange imigambi hama ruronswe uburyo narirya ...
30/07/2020

Urwaruka ruhejeje amashure rutararonka akazi rusabwa kuja muma koperative rutange imigambi hama ruronswe uburyo narirya hari imiriyoni 10 zizohabwa imitumba yose kandi kuribo ntanyungu bazosabwa ivyo vyashikirijwe n'Umukuru w'Igihigu Evariste Ndayishimiye Umukuru w'Igihugu yagabishije kandi indongozi yose itazokorera neza abanyagihugu ko izoca isezererwa ivyo akaba yabishikirije kuri uyu wa kane ahejeje kubonana n'abaherutse gutorwa mu ntara ya Gitega n'abarongoye ubuzi butandukanye

Kur'uyu musi wa Kane igenekerezo rya 30 Mukakaro Umukuru w'Igihugu Évariste Ndayishimiye yagendeye ikibanza co gupimiram...
30/07/2020

Kur'uyu musi wa Kane igenekerezo rya 30 Mukakaro Umukuru w'Igihugu Évariste Ndayishimiye yagendeye ikibanza co gupimiramwo abanyagihugu umugera wa aho hari kubitaro bikuru vyo mu Ntara ya hakaba habaye na karyo ko kumwereka iryo pimwa uko rigenda ni bikoresho bakoresha bikaba bikwiye tukabibutsa ko ari muntumbero y'umugambi yatanguje w'isekeza ryo kurwanya umugera wa Coronavirus

Inyuma yo gutorwa  mu kibanza ca musitanteri wa komine Burambi mu ntara ya Rumonge Umupfasoni Elysée Mbonayo yatanze imi...
29/07/2020

Inyuma yo gutorwa mu kibanza ca musitanteri wa komine Burambi mu ntara ya Rumonge Umupfasoni Elysée Mbonayo yatanze imihoho uwo yari yatowe amenyesha ko yatowe mu kibanza c'umututsikazi kandi ari umuhutukazi ivyo tubisoma mw'ikete yandikiye umugwi ujejwe amatora mu ntara CEPI

Ubushikiranganji bw'Abakozi n'akazi bumenyesha abakozi yaba aba Reta canke abikorera utwabo ko kumusi wa gatanu igeneker...
29/07/2020

Ubushikiranganji bw'Abakozi n'akazi bumenyesha abakozi yaba aba Reta canke abikorera utwabo ko kumusi wa gatanu igenekerezo rya 31 Mukakaro ari umusi w'akaruhuko kajanye n'umusi mukuru w'Intama kubari mw'idini rya Islam (Eid El- Hajj) N'aho abakozi batazokora uwo musi Ubushikiranganji bw'Abakozi bumenyesha ko uwo musi bazowuhemberwa nk'uko bisanzwe

Kur'uyu musi wa kabiri Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni yaserukiye Reta y'Uburundi co kimwe n'abategets...
28/07/2020

Kur'uyu musi wa kabiri Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni yaserukiye Reta y'Uburundi co kimwe n'abategetsi batandukanye bo mu Gihugu ca Tanzaniya bahaye Icubahiro uwahoze arongoye Tanzaniya Benjamin William Mkapa aheruka kwitaba Imana aho hari mu birori vyo kwumwunamira vyabereye kuri Stade Uhuru Stedium mugisagara ca Dar es salama muri Tanzaniya

Uwuserukira Igihugu c'u Bushinwa hano mu Burundi   Li Changlin arikumwe n'umutambukanyi wiwe bagiye gushira ingori z'ama...
27/07/2020

Uwuserukira Igihugu c'u Bushinwa hano mu Burundi Li Changlin arikumwe n'umutambukanyi wiwe bagiye gushira ingori z'amashurwe ku ntatemwa yu wahora ari Umukuru w'Igihugu Nyakwigendera Petero Nkurunziza ni muntumbero yo kuzirikana iragi yasize no kwibuka ibikorwa vyiza yaranguye akiri muzima

Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni arikumwe n'Umukuru w'Inama Nkenguzamateka Bash*tse mu Gihugu ca Tanzan...
27/07/2020

Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni arikumwe n'Umukuru w'Inama Nkenguzamateka Bash*tse mu Gihugu ca Tanzaniya aho bagiye kwitaba ibirori vyo gushingurana iteka uwahoze arongoye ico Gihugu Benjamin William Mkapa

Kur'uyu wa mbere Umukuru w'Igihugu Évariste Ndayishimiye yahaye umubonano uwu serukira Igihugu c'u Bubirigi hano mu Buru...
27/07/2020

Kur'uyu wa mbere Umukuru w'Igihugu Évariste Ndayishimiye yahaye umubonano uwu serukira Igihugu c'u Bubirigi hano mu Burundi aho hari kuki rimba iwe mu ntara ya Gitega muvyo baganiriye harimwo no gusubira kugiranira imigenderanire myiza w'ivyo Bihugu vyose

Kuruyu musi wa mbere igenekerezo rya 27 Mukakaro Reta y'u Burundi ibicishije k'umuvugizi akaba n'umunyamabanga wayo Pros...
27/07/2020

Kuruyu musi wa mbere igenekerezo rya 27 Mukakaro Reta y'u Burundi ibicishije k'umuvugizi akaba n'umunyamabanga wayo Prosper Ntahorwamiye amenyesha ko guhera kuruyu musi Igihugu ci fadikanije n'Igihugu ca Tanzaniya mu kigandaro c'imisi itatu aho ico gihugu ca Tanzaniya giheruka kubura uwahoze ari Umukuru w'Igihugu Benjamin William Mkapa Reta y'u Burundi ikamenyesha ko guhera uyu musi ibendera z'Igihugu zizoduzwa kugeza hagati

Amwe mu masanamu yaranze umugirwa wo gusezera uwahoze ari Umukuru w'Igihugu ca Tanzaniya nyakwigendera Benjamin William ...
26/07/2020

Amwe mu masanamu yaranze umugirwa wo gusezera uwahoze ari Umukuru w'Igihugu ca Tanzaniya nyakwigendera Benjamin William Mkapa hari kur'uyu w'Imana itariki 26 Mukakaro aka zoca ashinguranwa iteka k'umusi wa gatatu igenekerezo rya 29 Mukakaro

25/07/2020

Umukuru w'Igihugu Evarisito Ndayishimiye arikumwe na bavuzi b'Ingoma yariko aravuza ingoma hari kuruyu musi wahariwe gushigikirana muri komine Giheta mu ntara ya Gitega aho asanzwe avuka

Kuruyu wa gatandatu iginekerezo rya 25 Mukakaro umuryango w'Umukuru w'Igihugu wifadikanije n'Abenegihugu bo muri komine ...
25/07/2020

Kuruyu wa gatandatu iginekerezo rya 25 Mukakaro umuryango w'Umukuru w'Igihugu wifadikanije n'Abenegihugu bo muri komine Giheta mu ntara ya Gitega mu guhimbaza umusi wahariwe gushigikirana arikumwe n'Umutambukanyi wiwe Umukuru w'Igihugu Varisito Ndayishimiye bagiye bitwaje imfashayo yo gufasha ba ntaho ni kora

Mu makuru dukura mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya atu menyesha ko uwahoze arongoye ico gihugu akaba yarigeze no kuba umwug...
23/07/2020

Mu makuru dukura mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya atu menyesha ko uwahoze arongoye ico gihugu akaba yarigeze no kuba umwuganizi w'umuhuza wa barundi mu vya poritike Benjamin Mkapa ko yitavye Imana

Umusi ugira gatatu abagize reta y'u Burundi bari mu mwiherero mu ntara ya Ngozi
23/07/2020

Umusi ugira gatatu abagize reta y'u Burundi bari mu mwiherero mu ntara ya Ngozi

Kuruyu wa Kabiri indege ya Sosiyete y'ubwikorezi bwo mu kirere ya Ethiopian Airlines yafashwe nu rubeya rw'umuriro iri k...
22/07/2020

Kuruyu wa Kabiri indege ya Sosiyete y'ubwikorezi bwo mu kirere ya Ethiopian Airlines yafashwe nu rubeya rw'umuriro iri ku kibuga mpuzamakungu c'indege ca Shanghai Pudong giherereye mu gihugu cu Bushinwa muri iryo sanganya ntanumwe ya hasize ubuzima canke akomereke

Isanganya rikomeye rihejeje kuba Nyamutenderi Comine Kanyosha intara ya Bujumbura iryo sanganya rikaba rikozwe ni modoka...
14/07/2020

Isanganya rikomeye rihejeje kuba Nyamutenderi Comine Kanyosha intara ya Bujumbura iryo sanganya rikaba rikozwe ni modoka yi shirahamwe ryunguruza abantu Memento muri ryo sanganya ni haramenyekana igitigiri ca bahasize ubuzima canke bakomeretse

Arikumwe n'umuryango wiwe Umukuru W'Igihugu Évariste Ndayishimiye yegendeye Umuvyeyi wuwahoze ari Umukuru w'Igihugu nyak...
12/07/2020

Arikumwe n'umuryango wiwe Umukuru W'Igihugu Évariste Ndayishimiye yegendeye Umuvyeyi wuwahoze ari Umukuru w'Igihugu nyakwigendera Petero Nkurunziza

OIF ifashe ingingo yo gukuraho ibihano vyafatiwe u Burundi.Umuryango w'ibihugu bivuga ururimi rw'igifaransa uhejeje kwem...
09/07/2020

OIF ifashe ingingo yo gukuraho ibihano vyafatiwe u Burundi.

Umuryango w'ibihugu bivuga ururimi rw'igifaransa uhejeje kwemeza ko witeguye gusubira gukorana n'igihugu c'u Burundi ukavuga ko wa kiriye neza igisabo c'abategetsi b'u Burundi basaba ko ingingo yo guhagarika imigenderanire n'iki gihugu yafashwe mu kwa kane 2016 ifutwa mu nama igira 97 y'inama ntayegayezwa y'uwo muryango ( Conseil Permanent de la Francophonie ) itanganzo risohowe inyuma y'inama igira 110 ry'inama ntayegayezwa y'uwo muryango yari irongowe n'umukuru wayo Louise Mushikiwabo rimenyesha ko iyo ngingo ifashwe kubera u Burundi bwateye intambwe zishimishije muri poritike iyo ngingo izokwemezwa burundu mw'ikoraniro ryitezwe hagati y'ukwezi kw'icenda canke kwi cumi na kabiri uyu mwaka wa 2020

Umuryango wa   wahakanye amakuru amaze imisi avugwa yuko Uburundi na Sudani y'Epfo ko vyasabiwe gukurwa mw'uwo muryango ...
08/07/2020

Umuryango wa wahakanye amakuru amaze imisi avugwa yuko Uburundi na Sudani y'Epfo ko vyasabiwe gukurwa mw'uwo muryango kumvo zuko biheraniye uwo muryango.
Uwo muryango ukamenyesha ko bidafise ishingiro kugeza itariki 10 Ruheshi 2020 ibihugu nka vyose vyari bifise amadeni biheraniye uwo muryango Sudani y'Epfo irimbere n'ibirarane vya $27.803.700 u Burundi ni $15.089.355 Tanzaniya ni $4.201.844 uRwanda ni $2.788.429 Uganda ni $1.598.670 nayo Kenya ni $1.975

 : Umuvugizi w'ubushikiranganji bw'amagara y'abantu amenyesha ko abantu 28 aribo banduye coronavirus kubantu 640 bapimwe...
08/07/2020

: Umuvugizi w'ubushikiranganji bw'amagara y'abantu amenyesha ko abantu 28 aribo banduye coronavirus kubantu 640 bapimwe ku bipimo vyo ku wa mbere igenekerezo rya 6

Address

Ijwiryuburundi@. Bi
Bujumbura

Telephone

+25775720276

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ijwi Ry'Uburundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category