05/01/2024
๐ต Nuwokwanka urukwavu , ntareka kwemera ko ruzi kwiruka !
Tuvue ko iyi ari Couple y'akarorero mukwitwara neza muri bagenzi babo twoba twihenze ?
RIVER โค๏ธ Sandy
Produits
๐ต Nuwokwanka urukwavu , ntareka kwemera ko ruzi kwiruka !
Tuvue ko iyi ari Couple y'akarorero mukwitwara neza muri bagenzi babo twoba twihenze ?
RIVER โค๏ธ Sandy
๐ค๐ค๐ค๐ค๐ค๐๐ฝ๐๐ฝ๐๐ฝ
๐ต Iyo umugore n'umugabo bubaha Imana , bagahuza imitima n'Inama , Amasengesho yabo arishurwa cane , kandi Ibiganza vyabo bigira imigisha ! Vyumvikane ko ivyo bakora vyose bigenda neza .
Nuko mugire umunsi mwiza .
Murashobora kuja muradukurikirana muburyo bworoshe mugufyonda Aho hejuru handitse Let The Star Shine winjiye ugaca ufyonda j'aime .
๐ต Mbere yuko twinjira mubikorwa vya banza mwakire izontasho ziwe ๐๐ฝ
CHRIS NDIKUMANA YAHAGEZE NA BAGENZIWE
๐ด Umurwi ushize ukuri kumugaragaro kubijanye n'igitero Sindamisiga bariko barategura kigizwe na y'indirimbo zigera kuri 10 ! Raba Link muri Commentaires wirabire vyose .
๐ต le 04 janvier hageze ๐
Ese uzokwongera gusiba ? Ahahantu rero amavuta y'aba bakozi bimana azokorera benshi ๐
Reka tuje muri Commentaires turabe ukuntu JAMES and DANIELLA nabo amavuta yabo yakoreye abantu Mw'ijoro ryakeye ejo kuri Bon annรฉe Aho Mu Gisagara ca Bujumbura .
๐ต James and Daniella nabo bagize ibihe bidasanzwe mu Burundi k'umunsi w'ejo !
Raba Link muri Commentaires
๐ด Ubu rero yaje aje ๐ค
Kubantu mumaze kuraba Film , mutubarire !
mumuhaye Combien sur dix ? Kubatarayiraba , nimwinjire muri Commentaires hariyo Link ya RUSAKE .
๐๐๐
๐๐ฝ๐๐ฝ๐๐ฝ
๐ด Benshi barapfuye , benshi barabaye ibimuga , ariko wewe raba ush*tse #2024 uri muzima ! Aho ntakajambo wobaririra mumutima ?
Burya kuba ugihumeka ukaba unageze kur'uno mwanya ugihari , ayo n'amahirwe adasanzwe IMANA iguhaye ! Gerageza uharanire kwemerwa n'Imana kuva uyumunsi , witandukanye n'ivyo vyose vyotuma utandukana nayo ! Ivyo niwabikorerako kuva uy'umunsi , uraba uri umunyabwenge adasanzwe kuko uzoba wubatse uruhome ruzogukingira n'inyuma y'urupfu rw'umubiri ! Uzoba uronse amahirwe yo kuba mubazozukira gusanganira ๐๐ฝ
Ariko ikijuju , kirasoma cirenganire , kigume mubigabitanyo kirindire ko umunsi ruburakigongwe ugitungura ๐ฑ
๐ด Iruhande y'ivyo vyooose twitondere ikintu cose cagezwe n'Imana kuko uwutitondera ivyagezwe n'Imana , ntazobura gutererwa muri Gihenomu muri rwarwobo ruzoba rwaka umuriro w'umuzitanya !
๐ด 8 : 5 UMUNTU WESE YITONDERA ICAGEZWE NTAZOGIRA IKIBI ABONA ; KAND'UMUTIMA W'UMUNYABGENGE UTAHURA KO HAZOBAHO IGIHE N'IMANZA .
Akenshi iyo tugeze Aho abenshi baca bashaka kwiyumvisha ko Imana itokwemera gutanga ico gihano ! Yamara ivyanditswe ntibihinduka ! Kandi bibiliya irabivuga neza ko atacanditswe kitazoshika ! Rero twitegure kugira tutazorwa mur'ako kaga , na cane-cane ko ibimenyetso vyerekana ko YESU agiye kugaruka kandi vyose bisa nivyash*tse ! Twitegure kuko umunsi n'isaha tutazi dushobora kwumva inzamba ivuze !
๐ต DUSHIME IMANA KUBA IKITURINZE , ARIKO KABE N'AKARYO KEZA KO GUHINDUKIRIRA IMANA .
Nimba ufashijwe , Reka ngusabe ntategetse , atagahato urungike iyi post muma groupes urimwo kuri Facebook , kumbure ntihobura abakira bakarokoka ! Uraba ukoze ivugabutumwa kandi Imana ntizobura kubigushimira ๐๐ฝ
Yari Oswald Bayubahe abakunda ๐๐ฝ
๐ต Tubipfurije umwaka mwiza wa 2024 ๐๐๐
y'icitegererezo muba Artistes
๐ด , Kuko na Sandy Nduwimana hari benshi yabereye umuvyeyi akiriko !!!
Ngivyo bimwe mubikorwa vyamuranze inyuma y'umwaka umwe turangije ! .
Uyo ni yagiye afasha impfuvyi ziri mumarerero atandukanye , uwo ni yagiye yongerereza imitahe abafise mito-mito kugira bisununure , Uwo ni yakoze ibikorinka aho muri yiwe yashizemwo igisata gikurikirana abanyempano ( Let The Star Shine Music Label ) !
Ivyo rero ni bimwe muvyo yakoze , kuko ivyo yakoze ntawobidondagura ngo abimare ! Ariko ikindi , Nuko nawe ubwiwe hari ibikorwa vy'amareresi n'indirimbo yariko arakora !
๐ค : Ivyo vyoose mukubikora , nta Sponsor nimwe yahawe n'ayandi ma Company , nta Sponsor nimwe yahawe na Reta ! Ekaaa ivyo vyooose ubwiwe niwe yavyifashijemwo , kandi nanubu abikora atawubimufashamwo !
โซ Kur'iyisi , abantu nka bari hake !
Natwe nka HIMBAZA.com turamushimiye bimwe bivuye kumutima kubw'umutima w'urukundo Imana yamuhaye nawe akamenya kuwukoresha ๐๐ฝ
๐ด Turangije tumwifuriza UMWAKA MWIZA WA 2024 kugira Imana ize ishishikare kumukoresha ibidasanzwe !
ngo bigiye kugenda neza ! Reka turindire kuko imikono akomeza kuyitera โ๏ธ
๐ Mukurangiza saison ya 2023 , Nuko vyagenze kuri .
Umuryango wa'umukuru w'igihugu c'Urwanda wamwishimiye umuha umubonano ๐
IMANA ishimwe ๐๐ฝ
Welcome
๐ด Nanubu ntiturasobanukirwa !
Mbega koko aba boba ari abarundi ? Mbega Ubu buhinga baririmbamwo bwa bwoba bwash*tse mu kuva ryari ? Dukomeza kwumirwa kubw'intambwe batweretse itangaje ๐ช
Indirimbo yabo yisange hano muri Commentaires
๐ต Ararivumereye ! Ngo si ukubiyamiriza gusa , ahubwo nukubarondera bakabavuza amabuye ๐คฃ๐คฃ๐คฃ
๐ด by Revelation Team ๐
yamaze kubashikira kuri youtube yabo ya Revelation Team
nimwe mu ndirimbo cumi zigiye kuja ahabona ! Azoba ari bise !
๐ด Ico twobamenyesha , Nuko ari indirimbo zikozwe kubuhinga butari bumenyerewe hano mu ๐ง๐ฎ (LIVECORDING) indirimbo ziri
๐ต Ikindi ciyongeyeko , Nuko bagiye no kuzoza bakina na Films kuko barikumwe na !
Nimwinjire muri Commentaires murabe Link y'agakemanyi kabo kambere ๐
๐ต nawe ariko ayisozera neza , yongera ahamagarira amahanga yose kwakira , kugira ababere .
๐ด nawe ariko arasozera umwaka neza , yongera ashira abantu mumwuka !
๐ด Iy'isi , irarushe ! Mbega koko 'IJURU NI BANDE kur'inosi ?
atuzaniye Films idasanzwe tuza kubona inyishu y'ivyo vyose !
Duhurire muri Commentaires kuri Link
๐ด 50% hari amahirwe yo kubona bano bana Janeth and fainess binjira muri Let The Star Shine mur'uyumwaka wa 2024 tugiye kwinjiramwo !
Iyo baba mu gisagara ca amahirwe aba ari umurengera , ariko biravurwa ko bibera muntara ya .
Bangahe mwipfuza kubona bano bana bari mumiwe ya Sandy ?
๐ต Kubatamuzi , arangwa n'umutima w'impuhwe , n'ikigongwe !
Bur'igihe aba yipfuza kubona abandi bariko baratera imbere , mbere bamwe n'abandi akabibafashamwo kubw'umutima w'urukundo โค๏ธ !
Iyo utarahura nawe amaso kuyandi ushobora kumufata uko atari ! Ariko n'umunyamahoro tumaze kubona ! Abato n'abakuru bose abaha agaciro ๐๐ฝ
Ufise amakenga , turindire gato , kuko imbere yuko umwaka wa 2023 urangira , tuzobasangiza bimwe mubikorwa bidasanzwe vyagiye bimuranga arikumwe n'ishirahamwe ryiwe ariryo mumajambo yose ni ๐๐๐ ๐๐๐ ๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐๐ โ๏ธ
Uyo ni Sandy Nduwimana umurundikazi afatiye runini bamwe mubanyempano ndetse n'abandi biciye muri Let The Star Shine โญ
Arazi ivyo yajemwo
๐ต Ukuba , ntibisaba kuvukira mumiryango ikize Canke mubisagara ! Eka da ๐
Ninde yarazi ko yobiciye bigacika muri Films ndundi ?
Fyonda Aho hejuru handitse ๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐ 257 winjiye uce ufyonda j'aime kugira udacikwa n'amakuru ariko avurwa kuri โ๏ธ
Arakora vyukuri ๐๐ฝ๐๐ฝ๐๐ฝ
๐ต Inyuma yo kwerekana imbono yiwe kubijanye n'igiteramo and bari baje gukorera mu , hari abandi bagizi banabi bamwiyitirira baciye batangira kumukorera inteba ishushe mukumurementaniriza ivyo atavuze babicishije kuma pages amwiyitirira !
๐ด Uyo ni ahejeje kubeshuza ivyari bigize Iminsi bimuvurwako !
๐ด BIBEREYE IJISHO ๐
Dufashe Kano kanya twifuriza ๐๐ซ ๐๐๐๐ (๐๐๐๐ ๐๐๐๐๐๐ ) n'umuryango wiwe โ๏ธ
๐ด Reka dufate kano kanya twifufize Noรซl nziza umuririmvyikazi Jojo jolyne
๐ด ๐.๐ร๐๐๐ ๐๐ก๐ซ๐ข๐ฌ๐ญ๐๐ฅ๐ฅ๐ n'abavyeyi biwe , barabipfurije n'umwaka mwiza wa 2024 ๐๐ฝ
๐ด Sandy Nduwimana niwe afise ububasha bwo gutumira pรจre Noรซl imuhira akaza akagirana ibihe vyiza na cokimwe n'ibindi bibondo vy'ababanyi !
Ni anabipfurije Noรซl Nziza ๐๏ธ๐
๐ด , umutambukanyi wiwe , n'ibibondo vyabo barabipfurije n'umwaka mwiza wa 2024 .
๐ต Nubwo bamwe babonako igiteremo ca and kitagenze neza , bo barashima cane uko cagenze ๐
๐ด NOรL NZIZA kuri Sandy & โค๏ธ
โซ Uyu mwana ziwe ziba zitandukanye n'izabandi !
Burya we yari yaducanze ๐
๐ด Inyuma yo gufatwa nabi kw'abasore b'abarundi Bari batumiwe mu Rwanda , abarundi nabo bahise bihora muburyo budasanzwe banka kwitabira ya and !
Murahawe ijambo namwe muri Commentaires ๐๐
๐ต ntituzi ko aja kuraba Performance za na kugira amenye impamvu batamwitaho ๐
๐๐ฝ๐๐ฝ๐๐ฝ
๐ต Ndabifurije nziza mwese !
Twamane imigambi n'imigabo vyo kwezwa buri munsi kugira tudatungurwa n'umunsi mubi .
Ibihe bikomeje kugaragara ko YESU CHRISTO agiye kuza gutora ishengero !
Mbega uriko umwitegurira gute ? Ubwo ntukiri mw'itiro ? Kanguke ubone Aho isaha zigeze kugira udahura n'akaga k'ibihe Vyose !
Uyumunsi ushobora kuba ubona ko wakoze ivyaha vyinshi utobabarirwa , ariko sivyo , YESU ni wewe nyene arindiriye ! Arashaka ko umusanga kugira ubabarirwe ivyaha vyawe , Maze bihanagurwe burundu !
Ushobora kwibwira ngo uzofata ingingo ejo , ariko iryo n'ijwi ry'umurwanizi satani !
Fata ingingo bigishoboka kuko aya mahirwe dufise uyumunsi , umwanya n'umwanya tutazi , dushobora kuyatakaza .
Ukaba ubona woha agaciro iri jambo ry'Imana , rirungike muma groupes urimwo kuri Facebook n'ahandi hashoboka , kugira bikunde nawe uzane benshi kuri CHRISTO .
Murakoze ๐๐ฝ
by Oswald Bayubahe ๐๐ฝ
๐ต ikoze ikintu gikomeye cane ! Ubu mu hafi yaho mukunze kwita , ihuguruye ikibanza c'Ubunywero n'ibindi bijanye ! / !
Uno musore HAPPY RIVER hot bibonekana ko ari muvyunguka hamwe na yiwe โ๏ธ
๐ต aha aba yamaze gushikirana n'abavyeyi biwe !
Itunga ryambere niryo kwibera muri ! Abakoresha WhatsApp muje muri Commentaires mwinjire mur'iyo Groupe .
Whatsapp : + 257 79 818 980
Bujumbura
Be the first to know and let us send you an email when HIMBAZA.com posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.
๐ต #Hidden_Talent_Company ikoze ikintu gikomeye cane ! Ubu mu #CARAMA hafi yaho mukunze kwita #KUKIBASSIN , ihuguruye ikibanza c'Ubunywero n'ibindi bijanye ! / #BAR_V_I_P ! Uno musore HAPPY RIVER hot bibonekana ko ari muvyunguka hamwe na #COMPANY yiwe โ๏ธ
๐ด BOBO KIJEGE ARAGARUTSE RERO โ๏ธ NGIYO FILM #RUSAKE ๐๐๐๐๐๐ ISAHA NTIHINDUKA ! NIKURI รglise Emanuel KIGOBE harya Kwa JOHNSON ! Ntimusamare kuko isaha umunani 14h biraba bitanguye ๐ #Dr_BOAZ_NIBITANGA , uyumunsi muza kumunona nka #BOBO_KIJEGE
๐ด Mbega igisirimba ๐๐๐ Raba Uno mukobwa ukungene atamvye n'ivumbi riratumuka ๐ฌ๐ฌ๐ฌ
๐ด Hezagirwa n'iyi ndirimbo idasanzwe ๐ฌ๐๐๐๐๐๐๐๐โค๏ธโค๏ธโค๏ธโค๏ธ๐๐๐๐
๐ด FARAJA GROUP ije itavyorosha hamwe na KIZIGENZA wabo ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ ๐๐๐๐ ( ๐๐๐๐ ๐๐๐ฃ๐๐๐)
๐ด ISRAรL MBONYI ARISHUYE IBIJANYE NA WAMUKUNZI WIWE ! Mbegaaa ๐ค๐ค๐ค๐ค๐ค๐๐๐๐
๐ด HAPPY RIVER aravuze uwo agiye guhitamwo hagati ya SANDY na SANITA ๐๐๐๐๐๐
๐ด NGIYO INDIRIMBO IRIMWO UBUTUMWA BUDASANZWE ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ https://youtu.be/4GoHrK5cvuM
https://youtu.be/4GoHrK5cvuM Tumuzi muri Films SANITA , n'UMUPFAKAZI ! k'urundi ruhande , n'umuririmvyikazi kandi ariko akora caaaane ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ https://youtu.be/4GoHrK5cvuM
๐ด URATANGARA CAAAANE ๐ค๐ค๐ค KURIKIRANA INTAHE YA #ROSE_MUHANDO ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐
๐ด KURIKIRANA INTAHE IDASANZWE HANO ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐ โถ๏ธ https://youtu.be/uApZ0b_sfmE
๐ด โถ๏ธ https://youtu.be/pssX8cYxynw KURIKIRANA INTAMBO ZIDASANZWE ZIGIZWE N'IMICO N'AKARANGA VY'UBUNDI ๐ง๐ฎ โถ๏ธ https://youtu.be/pssX8cYxynw ๐