Drama t presenter

Drama t presenter Nous vous offront des journaux jour à jour

24/12/2023

Harya mu🇷🇼 ngo habayiki jewe ndacibaza n'agasuzuguro canke bashatse kudukebura vyancanze kbxa🫣🤔🤔🫢😡

Guys ivyera birera  ukuri kurivugira uwahawe n'Imana atekera abarundi baraba enemies komeza muvuge ivyo mushaka ariko ik...
15/11/2023

Guys ivyera birera ukuri kurivugira uwahawe n'Imana atekera abarundi baraba enemies komeza muvuge ivyo mushaka ariko ikinyoma gifata essenceur ukuri nakwo gufata escaliers thank you all fans tubandanye turyohegwa na kode by Drama T

14/11/2023

Code mwayumvise media tour since tomorrow tuzohumvira vyinshi kabisa
Drama t💪💪🫶🫶

14/11/2023

19h30 muri ready mwumve code yanyayo????

12/11/2023
10/11/2023

Umviriza Ivya Drama t na B face muri hit connexion

10/11/2023

Bwira B face ko indirimbo itazoba ari copyright yirya brouillon yasohoye

Iyo Imana iguhaye abantu baguma bashaka kukwakaBakagukorera ivyo bishakiye ngo ugume uhoze iyo uvuze ngo success ziriko ...
10/11/2023

Iyo Imana iguhaye abantu baguma bashaka kukwaka
Bakagukorera ivyo bishakiye ngo ugume uhoze iyo uvuze ngo success ziriko ziragutwara Drama T stay strong bro abafana b'ukuri turahari kandi tuzohaguma turikumwe💪

DDrama t presenter

Drama T igihe waja gusaba ikigongwe ngo nuko wavuze aba diaspora nabi weretse abantu ko bazoca baza barakwifatira uko ba...
09/11/2023

Drama T igihe waja gusaba ikigongwe ngo nuko wavuze aba diaspora nabi weretse abantu ko bazoca baza barakwifatira uko bagomba iki nigihe co kubereka ko nawe ushobora kwihagararako bareke kugufata uko bishakiye kugira ngo bakuzimize ubure iyo washaka kuja work hard bro uri superstar twese turabizi bavyumva bareka success urazifise bandanya ubakoma izongoma Jah bess bro abagukunda turi benshi💪👊

Amakuru y'imyidagaduror@followersrs

Breaking news‼️❗️Amakuru yo kwizera nuko umuririmvyikazi Ines Raguel yamaze kuronka management nshasha y'umu diaspora yi...
10/10/2023

Breaking news‼️❗️Amakuru yo kwizera nuko umuririmvyikazi Ines Raguel yamaze kuronka management nshasha y'umu diaspora yitwa Nicko Junior

Amakuru y'imyidagaduro

Ahubwo reka nitwengere😄😄 kabisa ntawuzopfa atiteye amashurwe none nk'aha Double-jay OnceAgaininovuga ngo yoja muri top3 ...
25/09/2023

Ahubwo reka nitwengere😄😄 kabisa ntawuzopfa atiteye amashurwe none nk'aha Double-jay OnceAgaininovuga ngo yoja muri top3 dufatiye kuki youtube, instagram, Facebook, streams hose muri top3 ntarimwo nomination za award nyishi zikomeye ntarimwo hit nyinshi ntarimwo none yafatiye kuki???
Follow me Amakuru y'imyidagaduroo

18/09/2023

Iyo umuhungu numukobwa bakundanye ninde aba akwiye gutangura kwandikira uwundi?

18/09/2023

yewegaye by treyzzo & Rappy boy

Festival de l'indépendance ikaba yahagaze kumpamvu zitaramenyekanaVyashikirijwe na C. E. O wa bantubwoy Big FizzoAmakuru...
02/07/2023

Festival de l'indépendance ikaba yahagaze kumpamvu zitaramenyekana

Vyashikirijwe na C. E. O wa bantubwoy Big Fizzo

Amakuru y'imyidagaduro

Umuraperikazi Cardi B mu muntambara n'umugbao we,Offset bashinjanya gucana inyumaaba bose bakaba ari bamwe muba raperi b...
28/06/2023

Umuraperikazi Cardi B mu muntambara n'umugbao we,Offset bashinjanya gucana inyuma

aba bose bakaba ari bamwe muba raperi bakunzwe cane muri America🇺🇸
AmAmakuru y'imyidagaduro'Amakuru y'imyidagaduro

Ish Kevin kuva mu Rwanda🇷🇼 agiye kugaruka mu burundi🇧🇮Umuraperi akunzwe cane muri EAC Ish kevin agiye kugaruka inyuma ya...
27/06/2023

Ish Kevin kuva mu Rwanda🇷🇼 agiye kugaruka mu burundi🇧🇮

Umuraperi akunzwe cane muri EAC Ish kevin agiye kugaruka inyuma yaho yaheruka muri Trappish concert agiye kugaruka kuri word beach kwifatanya n'abarundi guhimbaza isabukuru y'ukwikukira get reaready burundian
AmakAmakuru y'imyidagaduromAmakuru y'imyidagaduro

Drama T kurundi gwego uno mwana w'igihugu abandanya akora amatekaMadamu 5millions kuri youtube abakunzi ba Drama T muri ...
25/06/2023

Drama T kurundi gwego uno mwana w'igihugu abandanya akora amateka
Madamu 5millions kuri youtube abakunzi ba Drama T muri comment

Amakuru y'imyidagaduro

Double jay ngaha ntabona ko hit yiwe iriko irahera ntakamaro ko kwishimira ivyisi bimara akanya gatoAmakuru y'imyidagadu...
25/06/2023

Double jay ngaha ntabona ko hit yiwe iriko irahera ntakamaro ko kwishimira ivyisi bimara akanya gato

Amakuru y'imyidagaduro

Deecember uno mwana w'igihugu agiye kurekura iyindi ndirimbo yise uransazaInyuma ya hit song yari yise back to you ubu a...
22/06/2023

Deecember uno mwana w'igihugu agiye kurekura iyindi ndirimbo yise uransaza

Inyuma ya hit song yari yise back to you ubu agiye gusohora iyindi yise uransaza mwiteze gute ico gisasu

Like and comment to my page:Amakuru y'imyidagaduro

Address

Avenue Mwambutsa
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Drama t presenter posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share

Category


Other Media in Bujumbura

Show All

You may also like