Remy Nice ivyo akoreye umugore wiwe birateye ubwoba//amufatanye umukozi w'umunzu 😭😭https://youtu.be/UxtT9ZrO8VU #talentwisemedia keep support 🙏🙏
Imvuka ry'UMWANA wa SAUDA SHELTON //AKES DON na SAMMY bari muntambara kubw'UMWANA//Le 31 niho vyose bizoja aha bona 🤷♂️🤷♂️🤦♂️🤦♂️ 👉👉https://youtu.be/KLTPI-u3tT4 Niho usanga vyose isaha 21h uno musi / Ushaka kumenya vyishi wo kwakura kuri +257 61234696 cank kuri whatsapp
Mbega wewe umukunzi w'Uburundi iki
Gikogwa c'uyu muririvyi waha iwacu
Burundi ukibona gute?
Uciteze gute?
Amakuru dufise yavuye kuri uyu muririvyi atavyorosha Mu ndirimbo ziwe ziba ziryoshe ndese zimba zifise ubutumwa bwiza amakuru -D-ONE Yatubwiye ko iyi ndirimbo izoba ari nziza kandi ubutumwa burimwo sibumwe umenyereye ikindi niyo irata cane wewe uzofate akanya kawe uyumvirize ivyo uzogaya ubimubwire ariko uzohikunda ayo na mwe mu makuru D-ONE Ya twibwiriye
Mbega wewe urabona kweli iyi ndirimbo izoba irenze izindi ndirimbo D-ONE yaririmvye
Gira ico ubivuze ko
Comenty/ Zanyu zirakewe
Like na Share kubagenzi bawe
#ASHMY-TOP-TV
Iriho kubwanyu ufise ico ushaka kwamamaza -ASHMY TOP TV 📺
Irabigukorera
Kuri bwa bumwe no gushigikirana muri vyose nokubona Impano ziwacu ziguma ziterimbere
Dufashanye gushigikira Abafise Ubukorikori butandukanye