ANGEL TV +257

ANGEL TV +257 IrAkiNgRadMadE'it

  UBWOBWA Concert🔥🔥 :
20/11/2022

UBWOBWA Concert🔥🔥
:

*Amahoro nagomba kubibutsa KO itariki 29.10.2022 Kuri (JARDIN DU PEUPLE MURUNDI)  Umuririmvyi (Ariel wayz🇷🇼) kuva mu Rwa...
19/10/2022

*Amahoro nagomba kubibutsa KO itariki 29.10.2022 Kuri (JARDIN DU PEUPLE MURUNDI) Umuririmvyi (Ariel wayz🇷🇼) kuva mu Rwanda azoba Aringaha Burundi

  ♦Sat-B Arikumwe Na Belle 9ice Collabo Y'Indirimbo Utamu Bakoranye Yamaze Gukwiza   Wama Vues Mundwi Zitarenga 3 Gusa 🙏...
04/10/2022



♦Sat-B Arikumwe Na Belle 9ice Collabo Y'Indirimbo Utamu Bakoranye Yamaze Gukwiza Wama Vues Mundwi Zitarenga 3 Gusa 🙏🙏🙏

Akajambo Kamwe Kuri Sat-b na Belle 9ice👑👑

ANGEL TV +257
27/09/2022

ANGEL TV +257

🌿“Umuziki wa Live nowukora ariko ikibazo ni amafaranga make arimwo”. Niko BBig FizzoFBig Fizzoyishuye abafana biwe barik...
27/09/2022

🌿“Umuziki wa Live nowukora ariko ikibazo ni amafaranga make arimwo”. Niko BBig FizzoFBig Fizzoyishuye abafana biwe bariko bamusaba kuzohora akora Live Music. Hari mu kiganiro yaraye ahaye abakunzi biwe , ikibiriraho , ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Yagize ati: “ Umuziki wa Live ndawuzi kandi cane ariko usaba uburyo bwinshi. Iyo rero abatunganya ibiteramo ubasavye amahera bikwiranye kugira uririmbe ntibayatanga. Nico gituma tuvyihoza tugashima gukora ibikwiranye n’uburyo baduhaye”.

Ikindi Big Fizzo yasavye abakunzi biwe n’uko bokwijukira gukurikirana ibikorwa vy’abaririmvyi ku mbuga zose baba bafise. Yagize ati: “ Akarorero jewe ngaha kuri Page yanje ya Facebook ndafise abankurikirana barenga ibihumbi 250. Ariko kuri YouTube yanje nta n’ibihumbi 100 ndakwiza. Ivyo rero mudusaba guterimbere namwe murabifisemwo uruhara. Nobasaba kudukurikirana ku mbuga zindi tuba dukoresha kugira dushike kuri rya terambere twese twipfuza”.

👉 Nimba utarabikora ntiwibagire gufyonda S'abonner kur'iyi Page .m6🙏

✍ TV +257

Address

1ér Av
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ANGEL TV +257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to ANGEL TV +257:

Videos

Share

Category


Other Media in Bujumbura

Show All