Magic Channel Tv

Magic Channel Tv Welcome to our Platform
(2)

24/05/2024

Mukiganiro umurwi DUSHIME MUSIC GROUP bahaye abanditsi n'abamenyeshamakuru, muntumbero yo gutanguza ibikirwa vyabo ku mugaragaro, bikoze mugahogo.
Igikorwa Cabo ca mbere camaze kuja hanze.
Nimubakurikirane kuri ico link.
https://youtu.be/VQ4Qaz0tkmE

05/05/2024

RAOUL na Mika SENGAZI noneho biranse aba bagabo babiri bahuye n'umunezero gusa||30 ans tukiri muhira

04/05/2024

,

🚨Umuririmvyi mushasha muri , yakoze ikiganiro kubanditsi n’abamenyeshamakuru .

🚨 Ahagatiwe n’abavyeyi biwe, yavuze uko yatanguye umuziki no kuririmba indirimbo mpimbazamana naho abavyeyi biwe bamushingira intahe banemera kuzomushigikira bikwiye nk’abavyeyi uko bashoboye kwose.

Kubijanye na kazoza kiwe yavuze ko ataco yokwishoboza ahubwo amasengesho no gukora cane bizotuma kazoza kiwe nk’umuririmvyi kazoba keza.

Papa wiwe yasavye abobishobora kumwakira bakamufasha mubijanye no gutez’imbere iyi mpano naho Ding Rugamba asanzwe ari manager wa Les Jumeaux Music akaba ariko afashanya na papa wa Mantha ( yahakanye ko ataraba manager wa Gracia Mantha ) yavuze ko uyumwana afise video zine ziri tayari na audio zibiri zitatakorerwa amashusho.


03/05/2024

John K-ay umukinyi wamareresi asanzwe aba Muri Australia, Yakoze Film mpuzamakungu yitwa “Cop’s Enemy”, Yateguye umugambi wo Gufasha Guteza imbere impano ziri mu Burundi Mugisata ca Cinema. Kugeza inosaha, Aramaze kufasha Abakinyi 3 ba Films yatanguye kumenyekanisha. ubu bakaba bageze kuntambwe ishimisha. Murabo harimwo umu acteur aherutse Gukora film iri muri festival mugihugu ca Belgique yitwa *Smash Finnegan*, Na khaila Keza Umurudikazi akongera akaba umukinyi wa Cinema, Na Bakame comedien. Ubu naho Yasize ahagaragara Film ya Professor azwi nka *Kaposho*, Umukinyi afise talent yosangize. Iyo Film Yiswe *A Boy From Ruyigi* yerekeye umugungu Avuka Mu Ruyigi, Agenda kwiga i Bujumbura, Umuryango wiwe wagirizwa Kuroga, Baca mungorane nyinshi cane, Uwo muhungu aca ahabwa indaro na Professor yamwigisha ariwe Kaposho. Uwo muhungu aho yokize ingorane, aba yinjiye muzindi za Professor na Madamme wiwe. Umuriro uba uradutse 🔥🔥🔥🔥

Iyo Film Murashobora Kuyiraba Kuri Youtube. Andika “A Boy from Ruyigi Full movie”. Ni Film iryoshe cane, irimwo inyigisho nyinshi zitandukanye.

03/05/2024

Ni Label nshasha yitwa SSE (soft sound empire ) isanzwe ifise icacaro gikuru muri Leta Nzunze ubumwe z'amerika 🇺🇲, ariko bakipfuza no gushora imitahe mu Burundi Naho bagashigikira impano nshasha

Nkuko manager wa SSE abivuga ikindi kibazanye ni kwirabira uko mu Burundi umuziki wifashe, gutanga akazi Kubakorera muri ico gisata no gukora ama collabo atandukanye mu ntumbero yoguteza imbere igihugu cabibarutse

SSE : Ubu isanzwe ibarizwamwo umuririmvyi Pascla B Kalito akaba na manager mukuru , Mkali vinsolo na producer wabo Naroh.

03/05/2024
24/04/2024

IDA FEST : IHURIRO DANCE FESTIVAL

23/03/2024

Malaika Innovation

11/03/2024

INES RAGUEL (Je préfère):Qui préfères-tu ? WE LOVE MUZIKA ? ou TREYZO & RAPPY BOY?

11/03/2024

TOMSON THE VOICE (Je préfère): Qui préfères-tu? SAT - B? ou BIG FIZZO?

04/03/2024

SIMBIZI : B-face yashatse kugwana nanje ||Double Jay na Kirikou bariye 6M zabandi bari baje kubafata

 # wari umunezero udasanzwe aho ba bigeme 12 Bari mwihiganwe Malaika innovation award (MIA) bari mumyimenyerezo yo kunon...
25/02/2024

# wari umunezero udasanzwe aho ba bigeme 12 Bari mwihiganwe Malaika innovation award (MIA) bari mumyimenyerezo yo kunonora imitsi . akaba atarivyo gusa vyabahuje, hakaba harimwoo ukwidondorana no kumenyana hagati yabo, kuko bamaze kuba umuryango umwe .

 # Ngabo abigeme 12 Bash*tse mugice canyuma  c'ihiganwa Malaika innovation Award(MIA) rya teguwe ni shirahamwe SEFACO ri...
19/02/2024

# Ngabo abigeme 12 Bash*tse mugice canyuma c'ihiganwa Malaika innovation Award(MIA) rya teguwe ni shirahamwe SEFACO rirongoye SEZERANO Arlène Antoine yahose Ari icababa can mbere ca miss burundi 2022, iryo higanwa rikaba rifasha abigeme mugushira ahabona imugambi yabo,cane cane bakorera mugisata c'uburimyi n'ubworozi .

18/02/2024

🔴 « Bishikirizwa na Niyukwizera Égide arongoye ishirahamwe « Entreprise des Jeunes Influenceurs en Christ-EJIC.

02/02/2024

Akabirya réro kubakunzi b'umuziki wa kera

Kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 4 Ruhuhuma 2024 niho igiteramo ciswe "Old Music Event "Kizoba🔥🔥🔥

Ico giteramo kikazobera kuri aho kwinjira azoba ari ibihumbi mirongo itanu ahasanzwe (50 000Fbu ) ,ibihumbi ijana(100 000 Fbu) muri VIP hamwe n'ibihumbi amajana abiri(200 000) kubipfuza gutera (Ticket Sponsor).

Akabirya gahari nukwo abantu bose baguze ama ticket ndetse n'abazoyagura gushika k'umunsi wa gatandatu igihe c'isaha zitatu z'ijoro baciye kuri Bancobu e noti bazoriha ibihumbi mirongo itatu(30000fbu)

29/01/2024

Gusto (We Love Muzika): icatumye dutandukana na Fernando...dB nadusubize ivyacu Hama intambara ihere

23/01/2024

RASKO (Je préfére ): Qui preferes-tu ? SAT - B ? ou BIG FIZZO?

19/01/2024

BB NEWS yabateguriye DANCER COMPETITION ihiganwa rigiye guhuza urwaruka rufise impano kugira nabo bashike kure

12/01/2024

DJ PHILBYTE (Je préfère): Qui preferes-tu ? WE LOVE MUSIC? TREY ZO & RAPPY BOY?

12/01/2024

Hari igihe wipfuza kurondera umugabo akakubera intambanyi ||abagore turondere amafaranga....

12/01/2024

APÔTRE MBAYAHAGA ntaco asigarije abasambana bahuza ibitsina || kwisiga amavuta ya mukorogo bituma...

04/01/2024

SIMBIZI ntaco asigarije Double Jay ,Kirikou na Dj Phil Peter 🇷🇼 || Vestine na Dorcas babuze abantu..

04/01/2024

TREY ZO & RAPPY BOY (Je préfère) : Qui preferes-tu ? MONIA FLEUR ? WISE LA BESTO ?

28/12/2023

Patrick et Tracy barash*tse i Bujumbura aho bagiye gufashanya numurwi Victorious Team mugiteramo KAINOS kuruyu wagatanu nyene kuri Hotel Source Nil

VESTINE NA DORCAS kuva mu gihugu kibanyi c'Urwanda barash*tse i Bujumbura Aho baje mugiteramo co guhimbaza Imana itariki...
20/12/2023

VESTINE NA DORCAS kuva mu gihugu kibanyi c'Urwanda barash*tse i Bujumbura Aho baje mugiteramo co guhimbaza Imana itariki 23/12/2023 kuri HĂ´tel Source du Nil

11/12/2023

Lino G ,D one na Olegue nibo baririmvyi batowe kuzoririmba mugiteramo citiriwe Chrismas Day

02/12/2023

KIDUMU yamaze gushika mu Burundi ishavu riranize kubantu bazanye umuririmvyi DADJU mugiteramo ngo bamusuzuguye

29/11/2023

R - FLOW (Je préfére ) : QUI PREFERES - TU ?Monna Walda ? Channy Queen ?

✝️ INKURU MBI: umuririmvyikazi Miss Erica yapfuye Inkuru ibabaje kuri uyu wa 17 Munyonyo 2023 ni Umuririmvyikazi Miss Er...
17/11/2023

✝️ INKURU MBI: umuririmvyikazi Miss Erica yapfuye
Inkuru ibabaje kuri uyu wa 17 Munyonyo 2023 ni Umuririmvyikazi Miss Erica yamenyekanye mu ndirimbo nyinshi mu Burundi nka , arikumwe na Double Jay n'izindi.

Miss Erica akaba yari agwariye mu bitaro nk'uko umwe mu ncuti z'umushingantahe wiwe yabiyagiye ikimenyeshamakuru Siren Vibes, akaba ariho yapfiriye

Turahojeje abakunzi n'umuryango wose

Magic Channel Tv

Address

Bujumbura

Telephone

+25779402636

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Magic Channel Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Magic Channel Tv:

Videos

Share