JaCha MC Film na Music

JaCha MC Film na Music Turye Show!!!! Kereshumwanya

CNDD-FDD🇧🇮 nayo ntiyibagiye kutwifuriza MARRY CHRISTMAS DAY🎄🎄🎄🕺🕺💃🕺👯🕺🎄🎄🎄🎄🎅🎅🎅🎅🎅Muyishure namwe uko mwakiriye ububutumwa🎥
24/12/2022

CNDD-FDD🇧🇮 nayo ntiyibagiye kutwifuriza MARRY CHRISTMAS DAY🎄🎄🎄🕺🕺💃🕺👯🕺🎄🎄🎄🎄🎅🎅🎅🎅🎅

Muyishure namwe uko mwakiriye ububutumwa🎥

24/12/2022

MARIO SO6 EP 12 Yooo!! CAMAMARE IVYAKOZE 🙄NDEKA!❌😰

24/12/2022

B FACE - UMWANA MU MURYANGO (Official Music Video)

24/12/2022

B Face - Agacupa (Official Music Video)

Aba Stars ubu baza bashira mungiro yangingo ya Nyakubahwa Umukuru w'Igihugu uvuga ngo: TWESE HAMWE BIRASHOBOKA📺🎥💪💪 🎯Nimu...
24/12/2022

Aba Stars ubu baza bashira mungiro yangingo ya Nyakubahwa Umukuru w'Igihugu uvuga ngo: TWESE HAMWE BIRASHOBOKA📺🎥💪💪

🎯Nimumvo yokwikura agashuzuguro kabategura ibiteramwo babasuzuguza abanyamahanga🤠!!

🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮📺🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Iyi SHOW azoba ari 🔥🔥🔥🔥

Imana ishimwe Mashallah wamuvyeyi aribarutse amahoro abana 6😍😘❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮    🎅AMASENGESHO YANYU YISHUWE MUHEZAGIRWE🙏🎅🎅
24/12/2022

Imana ishimwe Mashallah wamuvyeyi aribarutse amahoro abana 6😍😘❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🎅AMASENGESHO YANYU YISHUWE MUHEZAGIRWE🙏🎅🎅

Igitangaza mu Burundi mutima wa Africa, Uyumukenyezi buca aduhereza ibibondo 6 carimwe (Yibungenze imbanyi y'abana 6)  🙏...
24/12/2022

Igitangaza mu Burundi mutima wa Africa, Uyumukenyezi buca aduhereza ibibondo 6 carimwe (Yibungenze imbanyi y'abana 6)
🙏IMANA IMURINDE KANDI BIZOGENDE NEZA KUKO NIGITANGAZA MUGIHUGU CACU KIZOBA KIBAYE🎄💓🇧🇮🇧🇮

Akajambo kamwe kuyumuvyeyi😘

24/12/2022

MARIO SO6 EP 6 |MBEGIVYAGO😰 ESTIM 🤔MU MUTEGO🙏🙏BARAMPINDUTSE!

24/12/2022

MARIO SO6 EP 5 |KARABAYE! FAMBA IVYAKOREYE 🤔DANY MITENDE!🙏🙏

24/12/2022

EAST AFRICA LOVE PT 2/ ASSIA arapfuye!!/ORNELLA abicanye n'umugabowe/Urukundo rujemo satani wimpfu

Emery sun yagira yihereze umuntu🤣  Very soon mwitege ikintu ca Meili na Emery🎥🇧🇮
24/12/2022

Emery sun yagira yihereze umuntu🤣
Very soon mwitege ikintu ca Meili na Emery🎥🇧🇮

24/12/2022

Bagenzi iyi Film ibigishe Happy River yakinanye na F***y Lavine🎥📺🎬
-Abavyeyi bubahwe cane❤

24/12/2022

BASi SORi_Cover By SILVIZO_OG By Passy Kizito (Kipa) Ft Eazy [Officia Video]

24/12/2022
Hello bantu ba MC JACHA,  Libert NSORO na Mrs F***y LAVINE: NSORO THE HERO2 yakoraniwe vuba irabashwaramwo iryooooooshe ...
24/12/2022

Hello bantu ba MC JACHA, Libert NSORO na Mrs F***y LAVINE: NSORO THE HERO2 yakoraniwe vuba irabashwaramwo iryooooooshe vyinguvu🇧🇮🎥📺🎬

24/12/2022

Mwaraye impore mwese?
Mwitegire unomusi ibikorwa birasubira gutangura🔑🇧🇮💓

18/12/2022

iyi FINAL ya France na Argentine ko niminota bongeye iheze ari 2-2buts banganya amahirwe tuyahe nde??😓🙆😓

18/12/2022

Mbona baza bavuga ngo ni Argentina itsinda ariko FRANCE kumunota wa 80 ihejeje kutsinda 2buts carimwe😂🤣🤣
Ubu ni 2-2
Mwibaziki?

18/12/2022

Wibazako kwiyi FINAL ya World Cup⚽
Hagati ya France na Argentine hatsinda nde??🏅🙆

17/12/2022

Hello!
Uyumwaka wa 2022 uheze uyugizemwo aba Exe bangahe??🙆😴

07/12/2022

😰😭Landry Promoter na Koreshumwanya karabaye: abadapfuye inoti bapfa umugore🙆🙄
None ngo Guy ni Landry yamuvyaye kumugore wa ⏰😭

06/12/2022

Nuyuhe mwaka wagutwaye umuntu wingenzi cane wakunda birenze mubuzima bwawe😥🙆😭😰
IMANA IRINDE ABUKUNDA BOSE UYUMWAKA!

03/12/2022

TURIKUMWE TWESE BIRASHOBOKA💪🇧🇮

Muri Ready guyz?

27/11/2022

NDABAKUNDA CANE🇧🇮❣️

21/11/2022

UMUGORE WISEZERANO PART3⏰🇧🇮📺📺

21/11/2022

CUBWENGEBARUNDI.COM😥🇧🇮 SIMBIZI ntaco asigarije ABANYARWANDA//Bagomba kwica UMUZIKI wacu//DOUBLE JAY na KIRIKOU babarangije

⚠️🇧🇮MISS wacu LAURIA CLAUDIA NISHIMWE nyuma yibitutsi n'impanuro twamuhaye yaragaje ubusa bwiwe agahonyanga imico n'akar...
21/11/2022

⚠️🇧🇮MISS wacu LAURIA CLAUDIA NISHIMWE nyuma yibitutsi n'impanuro twamuhaye yaragaje ubusa bwiwe agahonyanga imico n'akaranga kigihugu cacu bikamukorako, yaciye aza mwishusho nshasha ubu yambaye neza cane kandi twobamenyeshako iyonyambaro yiwe mwiryohiganwa arimwo yakunzwe cane kurwego rwiza kurusha abandi nokurusha hamwe yari yahenye🙆👌

⏰Rero agirwako abasaba imbabazi avugako yamenje bitewe nibihe bibi yari yarimwo ariko ntituratahura ivyobihe ivyarivyo vyamuteye guhena nibimenyekana tuzobibamenyesha kuko yari yamenje🤔😥 Rero ngo:
Mumubabarire kandi nivyashika akananirwa bizoba bimuvuyeko kubwariryakosa yakoze vyanatumye bitagenda neza nkuko yavyifuza🙏🙇🙏

🇧🇮⚠️MBE BAKUNZI BIWE MURAMUBABARIYE?? Impanuro yawe kandi irakenewe Kuko nabandi barabonye ko Abarundi turumwe kuvyo vyemera vy'igihugu cacu😎🤷

Ooooh Master wa Music bahejeje kumupasura karabaye🙆🙆😥😥😭😭     ⛔REKA NDAMURONDERE NDAMWIGISHE KARATE NDABONA ABANSI BIWE N...
21/11/2022

Ooooh Master wa Music bahejeje kumupasura karabaye🙆🙆😥😥😭😭
⛔REKA NDAMURONDERE NDAMWIGISHE KARATE NDABONA ABANSI BIWE NUMUYORO💪🇧🇮

21/11/2022

UMUGORE WISEZERANO PART2⏰📺

21/11/2022

UMUGORE WISEZERANO PART1⏰📺

Address

Bubanza
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when JaCha MC Film na Music posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to JaCha MC Film na Music:

Videos

Share

Category

Nearby media companies


Other Media in Bujumbura

Show All

You may also like