03/01/2022
Ndabaramikije mwese abakunzi biyi page nagira ndabwir inkuru imwe habay umukobwa ahakundana nabahingu benshi umusumwe aritora Aja gutamba umuziki acahurirayo nabahingu 5 bakundana umwe aramuhamagara ati ndashakako dutambana umukobwa naw ati ego ntakibazo uwundi nawen ukonyen bose uko ari batanu abemerera gutambana naw Hama uwo batambana wese yaramubwira ati chérie ndaza kuguherekeza music iheze umukobwa naw ati ego noguhakana vyaramugora haragera gutaha arabonako amasaha music irangirirako agire agere acabwira uwo bariko baratambana ati ndaje gato ngiy kwihagarika umukobwa acavaho yiruka ariko nabahungu barakebwa umwe wese asohoka amukurikira umukobwa nubwoba bwinshi ariruka yinyegeza mwishamba umugenzi wiw naw amucungiy uko bigenda mugire commentaire j, aime Na partager kugira mubandanye mukurikirana iyinkuru turabakunda can