King zélé

King zélé ne pas !
(1)

WE YAYUUU
11/29/2022

WE YAYUUU

11/02/2022
Aho bita muri VALLEY STATE PARK, ni mu Ntara ya Texas muri AMERIKA, kubera ikibazo c'ikirere hari uruzi ruheruka gukama ...
08/25/2022

Aho bita muri VALLEY STATE PARK, ni mu Ntara ya Texas muri AMERIKA, kubera ikibazo c'ikirere hari uruzi ruheruka gukama burundu. Niho babona amakanda y'ibirenge vy'igikoko citwa DINOSAURE. Ico gikoko carahonye kw'isi haraciye imyaka IMIRIYONI 66 bitewe n'ihindagurika ry'ikirere/CLIMAT. Isi imaze kuba potopoto, hagatangura kuza imiriro yitwa VOLCAN, za TSUNAMIS n'ibindi, ikirere carahindutse maze uburwaneza bw'ibikoko bimwe bimwe canke ibiterwa bica birabangamirwa, VYOSE BIRAPFA. Ntabwo ari DINOSAURES gusa hariho n'inrya bahora bafungura kera, uyu musi NTIZIKIBAHO. Kubera ko ikirere kigenda kiramera nabi kurusha, mu myaka iri imbere hari ibindi bikoko canke inrya tubona uno musi batazosubira kuzibona ukundi: AMATEKE, IMITAGAFERU, MIZAMBALAWO, MIKWAJU....... ibikoko nka TIGRE, ORANG- OUTANG, PANDA ROUX , mbere namafi nka BALEINE. Ibi bintu nabikoreye Ubushakashatsi. Na niyo mpamvu muri kino gihe amakungu bataye imitwe muma nama y'urutavanako kubera IKIRERE/CLIMAT. Iyo hari ibihugu bitavyifashemwo neza, harabaho inkurikizi mbi cane ku bindi Bihugu.

NGARUKE MURI TEXAS

Abashakashatsi ba karuhariwe muri USA, baciye baharura imyaka ayo makanda y'ibirenge vya DINOSAURES amaze kw'isi basanga amaze imyaka irenga gato IMIRIYONI 100. IMANA N'IGITANGAZA. Ibaze amazi yarasuma iyo myaka yose kurayo makanda ariko gushika ubu ARACARIHO.

Jewe nibaza ko vyari bikenewe ko DINOSAURES zihona kw'isi. IMPAMVU; Vyari ibikoko biteye ubwoba cane kandi nibaza ko vyari kubangamira cane umutekano w'abanyagihugu. DINOSAURES zapima imetero 12 hamwe n'ibiro ama Tones 7. Zikaba kandi zari zifise umuvuduko munini wo kwiruka kandi zikagira umujinya mwinshi. WUMVA TUTARI TUGOWE!!! Ibintu bimwe bimwe Imana Yarabonye ko bikenewe.

IBINTU BITUMVIKANA

Abahinga baharura ko DINOSAURES zabayeho mu myaka ama MIRIYONI iheze ariko Abahinga b' Ijambo ry'Imana nabo bakavuga ko ADAM na EVA, isi n'ibiyirimwo vyose, Imana Yabiremye haraciye IMYAKA hafi 10, 000. None dufate ivyahe??? KUBWANJE REKA NEMERE IBIVURWA

Ku musi w'ejo niho herekanwa plan y'ukuntu igisagara ca Gitega gitegurwa  kizoba kimeze mumyaka mike iri imbere. Ng'aya ...
07/23/2022

Ku musi w'ejo niho herekanwa plan y'ukuntu igisagara ca Gitega gitegurwa kizoba kimeze mumyaka mike iri imbere. Ng'aya amasanamu

TO uuuuu🍮🍭🍭🍭
01/01/2022

TO uuuuu🍮🍭🍭🍭

Joyeux Noël
12/28/2021

Joyeux Noël

💃💃💃💃💃
12/24/2021

💃💃💃💃💃

😷😷😷😷😷😷😷😷
09/06/2021

😷😷😷😷😷😷😷😷

07/17/2021

03/28/2021

😎😘😉😘😍🥵🤬

Address

RN2
Washington D.C., DC

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when King zélé posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to King zélé:

Videos

Share


Other Media/News Companies in Washington D.C.

Show All