Ukwigaragamvya muri #Kenya birabandanya.
#bdusamedia
#kenya2024
#Maandamano
#amahoro_iwacu
WARUBIZI KO AMAGARA Y'ABANTU MU BURUNDI BITIFASHE NEZA??_ #¶
Hamaze Imisi Hibonekeza Ikiza c'Ingwara y'amaso aho Twasanze Abantu Batari Bake Bagendana Ikiza C'Iyongwara Bavuga Ko Batorohewe Nagato Kuko Ari Ingwara Ituma Imirimo Ya misi yose Ihagarara Kubafise Ubwo burwayi.
## Bivurwa ko Iyo ngwara Yandukira Vyihuse Cane Kandi Amaso Akababara Cane Abantu Bayagwaye Bidakunda Ko Bunama, Birashika Ntunakanure ngo Wihweze Ubone Neza Ico Wimpfuje Kuraba Cose.##
¶¶ Ivyo Bikara Ari Bimwe Bimwe Vyadondaguwe N'Abenegihugu Twashoboye Gushikira Tubasanze Mu mirimo Yabo Ya Misi yose Na cane Cane Mu gisagara Ca BUJUMBURA ¶¶
Turangize Tubamenyesha ko Kugira Twirinde Ico kiza Mu ntumbero Yo Kukigwaniriza Hamwe Bisabwa ko UMURUNDI Wese Yokurikiza Impanuro Duhabwa N'igisata C'AMAGARA Y'ABANTU
NIZIGIYIMANA Janvier
¶¶ Kubwa BDUSA-VS MEDIA I BUJUMBURA
Igenekerezo rya 8 NTWARANTE abakenyezi barahimbaza umusi mpuzamakungu wabahariwe. BDUSA-VS MEDIA irabatumira mu kiganiro kizoba kiriko gishikirizwa ikibiriraho, aho hazoba hariko hasigurwa muburyo bwimbitse #URUHARA zina #MUKENYEZI afise mu #rugo, mu #kibano canke mu #Gihugu. Isango ni kuri uyu wagatanu kuva kw'isaha ya munane y'umuhingamo gush*tsa isaha cumi nimwe. Kaze
#bdusa_vs_media
#Umukenyezi
#le8mars2024
Umunsi mpuza makungu wahariwe ururimi kavukire. Umukurambere
#Shalom akaba n'umutumire mu kuganiro #NDI_UMURUNDI gihagarikiwe na #Niyomwungere #Elvis afadikanije na #Janvier_NIZIGIYIMANA, yaragerageje gushira ahabona amabanga akomeye cane ku #Burundi #Ikirundi c'abarundi n'isano hagati y'ikirundi n'igiheburayo.
Kurikirana uburyohe bw'ikiganiro umenye vyinshi utari uzi....
#ndumurundi
#BDUSA_VS
#ikirundi
#AMASHIMWE_DAY.
Akavuze abakuràmbere bacu ati:"Dukora Dusenga, dusenga dukora"; Amashimwe day, wari umusi udasanzwe ku bakozi bose ba BDUSA-VS bahagarikiwe n'abarongozi babo; Aho bahurira hamwe bahimbaza ndetse banashima umuremyi ku bikorwa ndetse n'ibitangaza Imana iguma ibereka.
Wari umusi w'amashimwe kabisa.
#amashimwe_day
#BDUSA_VS
#diaspora2024
#BE #THE #VOICE #EMISSION
BY #TEACHER_PRINCE
Every Thursday at 6PM.
We are to change and transform our lovely country Burundi. So l, with this Emission; we shall learn a lot, what we can do to make our beautiful country Burundi, a better place for you and for me.
Different dibates and topics will be shared in here to inspire and empower this generation; so to stand for their country... where came the name of the Emission....
We need to always be VOICE and Ambassadors of our lovely country Burundi.
You need to partake in this Emission; text us on +25779198941
#introduction : IKIGANIRO NTABARIRA
#INTRODUCTION :
IKIGANIRO NGABURIRA ni ikiganiro dushikirizwa na Gisele; ikiganiro kizoyaga cane, ku buryo butandukanye twokoresha, mu kwigisha abantu batandukanye, #uburimyi #ubworozi, ndetse tujako tunabibutsa ko #NGABURIRA ari umugambi ugiye gukora cane mugufasha imiryqngo y'qbatwa hano mu gihugu, kubigisha uburyo buvyaza umusaruro umwuga wabo wo kubumba, ndetse bakana tandukira uburimyi n'ubworozi, ivyo bikàzobafasha, gutunga imiryango yabo batarinze gusega, ahubwo barya ivyo babiriye akuya.
#NGABURIRA_PROJECT ije nk'inyishu ku muryango w'abatwa, ndetse ku gihugu kuko BDUSA-VS yiteguriye gukorana na #Ubushikiranganji muvyo bujejwe harimwo #Ugushigikirana.
#Ngaburira_project
#BDUSA_VS
#BDUSA_corporation
#journal_amahoro_iwacu
#MPC_2023
#Gisele
#femme_d_influence2023
Taasisi la Mandela Peace Center linatoa Pole kwa familia ya balozi wa Amani Nabii Mkuu Doctor #GeorDavie, kwa kumkosa mtoto wake wakwanza #Director #NIC_DAVE
#NISHER ameiaga dunia tarehe 12 December 2023 majila ya saa8 dakika 9 usiku.
#BDUSA-VS
#mpc2023
#geordavietv
#geordavieministries
#geordavieministrieslosangeles
#ntarerushatsihouse
#journal_amahoro_iwacu
[email protected]
+25779198941
Umuserukizi mushasha w'Ububirigi mu gihuĝu c'amata n'ubuki; Uburundi.
Insights yiwe yambere mu rurimi kavukire #Ikirundi
#bdusamedia
#ambassadorbelgium
#Burundi
#visitburunditourismcenter
UMUYOBOZI MUKURU WA BDUSA-VS YARISHIKIYE KU KAZI AHO SATEPET YARIKO ISAKARA INZU MU GIHOSHA
Mu Burundi ibibanza vy'iratiro bitari bike ntibizwi!
Muntumbero yo kuratira amaso ubwiza bw'igihugu ciza c'uburundi gifise, abagize ishirahamwe ry'abarundi baba bakanarangurira imirimo muri Leta zunze ubumwe za Amerika (BDUSA) barishikiye kuwa 23 gitugutu 2023 muntara ya cibitoke komine ya mabayi mu bibanza vy'iratiro vya:
Chutte rusumo hamwe n'ahari amashuha.
Aimable prince Mpawenayo umuyobozi mukuru wa BDUSA-VS yarabarongoye yamenyesheje ko basanze ivyo bibanze bitazwi kandi vyategerezwa kwinjiriza igihugu amafaranga y'agaciro.
Nk'uko yabandanije abivuga muri ivyo bibanza vyose harakenewe ko vyotunganywa neza, hakaboneka ababijejwe bakira ingenzi kuko umuntu wese ahagiye ariwe yiyakira.
Ngo hokorwa kandi amabarabara kugira ingenzi zireke gusiga imiduga yazo kure ngo bagende n'amaguru, ngo hokubakwa kandi inzu z'uburaro naho kw'ivunira inzara n'inyota.
Tubamenyeshe ko aho muntara yacibitoke hasanzwe hari ibibanza vy'iratiro vyinshi nk'imva z'abasirikare babadagi bishwe batsinzwe muntambara yambere y'isi ariko bidahurumbirwa kandi vyofasha igihugu.
#BDUSA_Media
#Visit_burundi_tourism_center
Ikiganiro #IGIHE, ikiganiro gishira ahagaragara uburyo bitandukanye twokoresha Mu kurinda ino si ndemwa yacu, no gukinga inkukura tutibagiye ihindagurika ry'ibihe; tuzokwama dukurikirana kuri BDUSA MEDIA gishikirizwa na #Monia_Mizero. Twiteg ihinduka ridasanzwe hamwe na BDUSA vyose Birashoboka.
#bdusamedia
#bdusacommunity
#bdusa_vs
#UBURUNDI
+25⁷ 62 46 33 99
[email protected]
Ikiganiro ndi #UMURUNDI kizokwama gishikirizwa na #Kate_Itangiteka ku mboneshakure za #BDUSA_MEDIA
#BDUSA_VS
#BFUSA_MAI_PAGE
Ikiganiro#NTUNGANIRIZA kigiye kuzokwama gishikirizwa na #Noella_Nshimirimana n'ikiganiro gitunganiriza abarundi baba Mu makungu, basanzwe barangurira imirimo yabo hano Ku butaka bw'Uburundi.
#bdusa_media
#bdusa_main_page
#diaspora_burundaise