Galatians 6:7
Nikki Glaser. What’s up???? Did you ready in Galatians 6:7 what you said it make Los Angeles be fired
#Kentucky Whats’up. Why Donald J. Trump
Ukwigaragamvya muri #Kenya birabandanya.
#bdusamedia
#kenya2024
#Maandamano
#amahoro_iwacu
WARUBIZI KO AMAGARA Y'ABANTU MU BURUNDI BITIFASHE NEZA??_ #¶
Hamaze Imisi Hibonekeza Ikiza c'Ingwara y'amaso aho Twasanze Abantu Batari Bake Bagendana Ikiza C'Iyongwara Bavuga Ko Batorohewe Nagato Kuko Ari Ingwara Ituma Imirimo Ya misi yose Ihagarara Kubafise Ubwo burwayi.
## Bivurwa ko Iyo ngwara Yandukira Vyihuse Cane Kandi Amaso Akababara Cane Abantu Bayagwaye Bidakunda Ko Bunama, Birashika Ntunakanure ngo Wihweze Ubone Neza Ico Wimpfuje Kuraba Cose.##
¶¶ Ivyo Bikara Ari Bimwe Bimwe Vyadondaguwe N'Abenegihugu Twashoboye Gushikira Tubasanze Mu mirimo Yabo Ya Misi yose Na cane Cane Mu gisagara Ca BUJUMBURA ¶¶
Turangize Tubamenyesha ko Kugira Twirinde Ico kiza Mu ntumbero Yo Kukigwaniriza Hamwe Bisabwa ko UMURUNDI Wese Yokurikiza Impanuro Duhabwa N'igisata C'AMAGARA Y'ABANTU
NIZIGIYIMANA Janvier
¶¶ Kubwa BDUSA-VS MEDIA I BUJUMBURA
Igenekerezo rya 8 NTWARANTE abakenyezi barahimbaza umusi mpuzamakungu wabahariwe. BDUSA-VS MEDIA irabatumira mu kiganiro kizoba kiriko gishikirizwa ikibiriraho, aho hazoba hariko hasigurwa muburyo bwimbitse #URUHARA zina #MUKENYEZI afise mu #rugo, mu #kibano canke mu #Gihugu. Isango ni kuri uyu wagatanu kuva kw'isaha ya munane y'umuhingamo gush*tsa isaha cumi nimwe. Kaze
#bdusa_vs_media
#Umukenyezi
#le8mars2024
Umunsi mpuza makungu wahariwe ururimi kavukire. Umukurambere
#Shalom akaba n'umutumire mu kuganiro #NDI_UMURUNDI gihagarikiwe na #Niyomwungere #Elvis afadikanije na #Janvier_NIZIGIYIMANA, yaragerageje gushira ahabona amabanga akomeye cane ku #Burundi #Ikirundi c'abarundi n'isano hagati y'ikirundi n'igiheburayo.
Kurikirana uburyohe bw'ikiganiro umenye vyinshi utari uzi....
#ndumurundi
#BDUSA_VS
#ikirundi
#AMASHIMWE_DAY.
Akavuze abakuràmbere bacu ati:"Dukora Dusenga, dusenga dukora"; Amashimwe day, wari umusi udasanzwe ku bakozi bose ba BDUSA-VS bahagarikiwe n'abarongozi babo; Aho bahurira hamwe bahimbaza ndetse banashima umuremyi ku bikorwa ndetse n'ibitangaza Imana iguma ibereka.
Wari umusi w'amashimwe kabisa.
#amashimwe_day
#BDUSA_VS
#diaspora2024