CHRIS TV

CHRIS TV public interview

02/18/2025

Mashalaah mchezaji anayelipwa mshahara mkubwa ligi kuu Tanzania Tanzania bara Stephan azizi ki amchumbia mwanamitindo namba moja Tanzania hamisa mobeto .

Mama mobeto apokea mahari ya ng'ombe 29 na pesa tsh 30 million
CHRIS TV
Winston studio

โšซ  ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฒ : UMURIRIMVYI JUSTIN BIEBER  KU MYAKA 30 AGIYE GUTANDUKANA N'UMUGORE WIWE HAILEY BIEBER.๐Ÿ’”๐Ÿ‘ฉ๐Ÿปโ€๐ŸฆฑHailey Baldwin Bieber...
02/02/2025

โšซ ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฒ : UMURIRIMVYI JUSTIN BIEBER KU MYAKA 30 AGIYE GUTANDUKANA N'UMUGORE WIWE HAILEY BIEBER.๐Ÿ’”

๐Ÿ‘ฉ๐Ÿปโ€๐ŸฆฑHailey Baldwin Bieber ni umugore w'umuririmvyi Justin Bieber bamaranye imyaka 7 babana mugabo ariko asaba kwahukana ( Divorce ) mugihe bafitanye umwana w'amezi 5 na Justin Bieber.๐Ÿ’”

๐Ÿ’ฐ Ikirenze Kuri ivyo , uyu mugore arasaba imiliyoni 300$ z'amadorale zibanze zo kurera uwu mwana akiri uruyoya kandi asaba ko bagabura na Justin Bieber ubutunzi bwiwe bwose akazobasha kurera uyu mwana bavyaranye kuko Se atakibasha kumwitaho.

โœ๐ŸฟHailey Bieber impamvu ashaka kwahukana avugako Justin Bieber atagishoboye kurangura amabanga y'urugo ( inshingano z'urugo ) harimwo kurwitaho kuko ngo incuro nyinshi aba yibereye mubiyayuramutwe ๐Ÿ๐Ÿšฌ

๐Ÿ™†๐Ÿพโ€โ™‚๏ธ Nk'uko bigaragara Ku masanamu Justin Bieber wakera ntasa n'uwubu kuko ubu yaronze cane ntawomenya ko vyoba vyatewe n'imishwano mumuryango canke ivyo vyatsi Hailey Bieber avuga๐Ÿ˜ข
CHRIS TV
WinstCHRIS TVoWinston studio

WEWE MURI BA STARS BO MUBURUNDI UBONE ANDE AKWIYE AYO MAHERA CANKE AYARENZA HAGATI YA Big Fizzo _ Sat-B _Melanine boy _D...
01/23/2025

WEWE MURI BA STARS BO MUBURUNDI UBONE ANDE AKWIYE AYO MAHERA CANKE AYARENZA HAGATI YA Big Fizzo _ Sat-B _Melanine boy _Dj Fernando +257 _Drama Tv na D-ONE Offical
Tubwire muri Comment

Amafoto๐Ÿ“ธ: Donald Trump inyuma yo kurahira yahamagaye umutambukanyi wiwe Melania Trump bacinya akadiho koroheje.CCHRIS TV
01/22/2025

Amafoto๐Ÿ“ธ: Donald Trump inyuma yo kurahira yahamagaye umutambukanyi wiwe Melania Trump bacinya akadiho koroheje.
CCHRIS TV

NI Double-jay OnceAgain NAWEATI VUBA CANE NYE KWITWA PAPA CONGRATULATIONS KUNTAMBWE UTEYECHRIS TV Winston studio
01/18/2025

NI Double-jay OnceAgain NAWE
ATI VUBA CANE NYE KWITWA PAPA CONGRATULATIONS KUNTAMBWE UTEYE
CHRIS TV
Winston studio

โœ๏ธ USA๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ mu gisagara ca Los Angeles muri leta ya califonia neza na neza.โœ๏ธ inkuru ariko arahavurwaho ni yaduka ry'umurir...
01/14/2025

โœ๏ธ USA๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ mu gisagara ca Los Angeles muri leta ya califonia neza na neza.

โœ๏ธ inkuru ariko arahavurwaho ni yaduka ry'umuriro๐Ÿ”ฅ uriko urakaho batazi iyo wazananye ukaba uteranye n'ubwoba.

โœ๏ธ ico gisagara ca Los Angeles ca bamwo abakinyi bivya mamare babakinyi ba film banditse amateka abo bose mwayemera niyo bakwibera.

โœ๏ธ ibiriko bivurwa vyuyo muriro ๐Ÿ”ฅ iyo woba warazananye bavuga kuva itariki 7.1.2025 habaye gutanga ubushimwe bw'ivyamamare vyigenjeje neza mu bakinyi ba film ku curo yabo 82 ariko abahabwa ubwo bushimwe mu gushima bashimira abakoze izo film,ama studio,nibindi vyinshi ariko Imana yomwijuru aho kuyishimira ahubwo barayituka bakayisevya ivyo Imana yomwijuru ikaba ivyanka twese ivyo turabizi.

โœ๏ธ Los Angeles uyu mwanya tuvugana igisagara cose carahiye hakavugwa yuko hasigaye inzu imwe gusa yu mu christo ya senga imana yo mwijuru izindi zariruhande yayo zarahiye ariko yo irasigara nkuko mu bibona kw'iyo photo.

โœ๏ธ Los Angeles bavuga yuko ari gisagara kitemera Imana kandi barwanya idini rya ba Christ kurusha ayandi madini ahari kw'isi.

โœ๏ธ abantu baba mu rico gisagara barahunze aho bugarijwe n'ubwoba bw'inshi cane.

01/14/2025

IBITANGAZA VYARAYE BIBEREYE MUGIHUGU CA R'ETA CUNZE UBWE BWA AMERICA America (U S A )mumuji wa Los Angeles
UMURIRO WAKAGA WADUTSE NUBU TURARAMENYA ICA TUMYE UYO MURIRO WAKA
CHRIS TV

Narabemereye Kubaha Umuco Witandukana Rya Wiz Designer  Na Manager Wiwe   Nukuntu Melanin boy  Yaje Kubivurwamwo Ko inta...
01/08/2025

Narabemereye Kubaha Umuco Witandukana Rya Wiz Designer Na Manager Wiwe Nukuntu Melanin boy Yaje Kubivurwamwo Ko intanduruko Ya Vyose Yaturutse Kuriwe ๐Ÿ—ฃ๏ธ Ukuri Kurahari Nuku ๐Ÿ‘‡
Nuko Imbere Yuko we love muzika Isambuka Uyu Wiz Designer Yarameranye Neza Na Manager Wiwe Simplice Kandi Ndazi Ko bakoranye Ibikorwa Vyinshi Bari Babanye Neza ๐Ÿซ‚
Ariko We Love Muzika Imaze Gusambuka Uwari Asangira Akabisi Nagahiye Na Wiz Designer Ariwe Manager Wiwe Yaciye Aja Gufasha Melanin Boy Mwibanga Rikomeye Cane Na Wiz Designer Atavyazi
Nuko Uko Imisi Ihera Wiz Designer Arabonako Manager Wiwe Ari Bizy Atakimwitaho Muribi Na Biriya Atangura Gukebwa Agira Amatohoza Kimya Kimya Aratinda Arabavumbura, Niho Yaca Yegera Manager Wiwe Aramubaza KO Asigaye Afasha Uwundi Muririmvyi Wiz Atabizi Simplice Amwishura Ko Ari Abagenzi Gusa Ataco Bahuryeko
Nuko Vyinshi Vyabo Le Noir N'a Simplice Vyaje Gushirwa Hanze Na Alvin smith frimeur Igihe Yariko Asigura Kundirimbo Yise NSHAKA KUMERA NKABANDI Ko Igihe Yasaba KO Bokora Vidรฉo Melanin Boy Ko Bahuriye Muri MALIBU Na Simplice Nka Manager Wa Le Noir Not Wiz Designer ๐Ÿค”
Niho Wiz Designer Yaca Aharonkera Umuco Biciye Mwiyo Vidรฉo KO Manager Wiwe Yamutaye Mwibanga Rikomeye Yigiriye Ahari Ubufu Kwa Le Noir ๐Ÿ˜๐Ÿ˜๐Ÿ˜
Nuko Wiz Designer Arategura Indirimbo Ashaka Gusohora Na Vidรฉo Arapanga Akomye Simplice Ati Musaza How Do You Do Kumafaranga Ufise MPa Ayo Nkoresha Umuziki Audio Na Vidรฉo Simplice Yamwishuye Ati : Bro Jewe Nawe Ntaco Dusangiye Ntanico Ndaguheraniye Urabaga Wifashe ๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚
Le Noir Kuva Atangura Gukorana Na Simplice Yabigize Ibanga Aranka No Kubibwira Wiz KO Basangiye Umuvyeyi ๐Ÿค”๐Ÿค” Birangira Amukuye Kubufu Wiz Acasigara Yifumbereje.
None Ninde Ari Mumakosa Hagati Ya Wiz Designer Yasohoye Itangazo ?? Le Noir Yinjiye Muri Management Ya Simplice Atiyumviriye Kuri Mugenziwe Ahari !!! ?? Kuri Simplice Yataye Agatarotaro Ngo Intaro Zasheshe ???
Uri Wiz Designer wobivuga kwiki??Narabemereye Kubaha Umuco Witandukana Rya Wiz Designer Na Manager Wiwe Nukuntu Melanin boy Yaje Kubivurwamwo Ko intanduruko Ya Vyose Yaturutse Kuriwe ๐Ÿ—ฃ๏ธ Ukuri Kurahari Nuku ๐Ÿ‘‡

Uri Wiz Designer wobivuga kwiki??

๐Ÿ•บInyuma yo guhurira k'ubutambiro, abaririmvyi Mista Champagne na INNOSS'B akomoka muri Republika Iharanira Demokarasi ya...
12/30/2024

๐Ÿ•บInyuma yo guhurira k'ubutambiro, abaririmvyi Mista Champagne na INNOSS'B akomoka muri Republika Iharanira Demokarasi ya Congo ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ bivurwa ko bagiye gukorana Indirimbo.

Bizwi ko Mista Champagne ari Umuririmvyi akunzwe cane hano m'Uburundi no mubihugu vyo mukarere ka eka n'ai Bulaya mugihe n'umuririmvyi azwi nka Jeune Leader INNOSS'B ari Umuririmvyi yamaze kwubaka izina mu mihingo itandukanye.

๐Ÿคท๐Ÿฝโ€โ™‚๏ธ Kubwanyu mwibaza Ko Iyi ndirimbo izoba imeze gute ?
CHRISCHRIS TV

๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ   ๐Ÿ˜ญ Yincamugongo Kubarundi ๐Ÿ˜ญKumusani Wanyu Mukunda ๐Ÿ˜ญ B-face On The'flo ๐Ÿ˜ญKumusi Wejo Yaraye Agize Isanganya Riteyubwob...
12/29/2024

๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ ๐Ÿ˜ญ Yincamugongo Kubarundi ๐Ÿ˜ญ
Kumusani Wanyu Mukunda ๐Ÿ˜ญ B-face On The'flo ๐Ÿ˜ญ

Kumusi Wejo Yaraye Agize Isanganya Riteyubwoba Kuburyo Yiwe Yononekaye Cane Nkuko Mubibona Ngaho ๐Ÿ˜ญ
Ariko Imana Yakinze Umusani Wacu Ameze Neza Ntabwo Yababaye Cane Birenze

Ubu Tuvugana Ari Mubitaro ๐Ÿ˜ฐ Mubandanye Mumusengera Abansi Babaye Benshii ๐Ÿ˜ญ

Munfashe Kumuha Pole ๐Ÿ˜ข Imana Ihejeje Gutabara Umuziki Ndundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ˜ฐโœŠ
CHRIS TVCHRIS TV

๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ“ Globe SoccerCHRIS TVCHRIS TV
12/28/2024

๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†๐Ÿ†
๐Ÿ“ Globe Soccer
CHRIS TVCHRIS TV

BONNE ANNE CONERTMU RUMONGE IBINTU NTIBARI KUVYOROSHA AHO Silver boy YABA TEGUT IGITERAMO CAKAGA AHO YATUMIYE BABA RIRIM...
12/28/2024

BONNE ANNE CONERT
MU RUMONGE IBINTU NTIBARI KUVYOROSHA AHO Silver boy YABA TEGUT IGITERAMO CAKAGA AHO YATUMIYE BABA RIRIMVI BATARIKO BARA VYOROSHA MU RUMONGE Kamanda Mkuu 4GBOY . Java kay . Bora Queen
ADRESS NI KWA PAPA MWAMI KBX ASHA NGO MPAKA BUJE
CHRIS TV

๐™’๐™ž๐™ฃ๐™ฃ๐™š๐™ง๐™จ at Globe Soccer Dubai ๐˜ผ๐™ฌ๐™–๐™ง๐™™๐™จ 2024 ๐Ÿฅ‡CHRIS TVCHRIS TV
12/27/2024

๐™’๐™ž๐™ฃ๐™ฃ๐™š๐™ง๐™จ at Globe Soccer Dubai ๐˜ผ๐™ฌ๐™–๐™ง๐™™๐™จ 2024 ๐Ÿฅ‡
CHRIS TVCHRIS TV

Merry Christmas๐ŸŽ…๐ŸŽ„, R Madrid Family ๐Ÿ’™โค๏ธCHRCHRIS TV
12/26/2024

Merry Christmas๐ŸŽ…๐ŸŽ„, R Madrid Family ๐Ÿ’™โค๏ธ
CHRCHRIS TV

Merry Christmas๐ŸŽ…๐ŸŽ„, Barรงa Family ๐Ÿ’™โค๏ธCHRCHRIS TV
12/26/2024

Merry Christmas๐ŸŽ…๐ŸŽ„, Barรงa Family ๐Ÿ’™โค๏ธ
CHRCHRIS TV

๐Ÿ”ด Muri rwa rukundo basanzwe bafitiye abarundi, Umuryango wa 26 Life Entertainment watanze imfashanyo zโ€™ibifungurwa bifis...
12/25/2024

๐Ÿ”ด Muri rwa rukundo basanzwe bafitiye abarundi, Umuryango wa 26 Life Entertainment watanze imfashanyo zโ€™ibifungurwa bifise agaciro kโ€™imiriyoni 10 zโ€™amarundi, kuri ba ntahonikora 212 bo mu Kanyosha na Gatumba, mu ntumbero yo kwipfurizanya Noรซl nziza nโ€™umwaka mushasha wa 2025.
===============================
๐Ÿ”นKuri uyu wa 24 Kigarama 2024, bamwe mu bagize Umuryango wa 26Life, urongowe na Jules IRANKUNDA asanzwe aba mu mahanga, watunganije urugendo rwo gufatana mu nda kuri ba ntahonikora 171 bo ku mutumba wa Kinyinya ya kabiri, zone Gatumba, muri Komine Mutimbuzi , intara ya Bujumbura. Urwo rugendo rukaba rwari rugizwe nโ€™abaririmvyi batandukanye nka Masterland, Fabelove DA K.SHAN BOY, Mkombozi Lucifer nโ€™abandi banyamuryango.

๐Ÿ”นMuri urwo rugendo bakaba bagarukiye ubwa mbere, kuri bantahonikora 41 bo mu Kanyosha nโ€™ 171 bo mu Gatumba, bagizwe nโ€™Abatama, Abatamakazi, nโ€™Abageze mu zabukuru. Umwe wese akaba yaronkejwe 3kg vyโ€™umuceri, 3kg vyโ€™ibiharage, 3 vyโ€™ifu yโ€™umwumbati, Amavuta hamwe nโ€™umunyu.

๐Ÿ”นUmukuru wโ€™Umutumba Kinyinya II, Charlotte NIYONZIMA yagize ati : ยซ Si irya mbere 26Life baje kutugarukako. Ni igihe abanyeshure bari bimirije gutangura amashure, barazanye amakaye nโ€™ibindi bikoresho vyโ€™ishure. Turabashimiye cane ku rukundo mutweretse. Aho mwakuye Imana ibongerereze ยป.

๐Ÿ”นEvrard BISANGI, aserukira umuryango 26Life mu Burundi yagize ati: ยซ Mu muryango 26Life dusanzwe dukorera mu bisata bitandukanye harimwo umuziki, ariko hambavu yโ€™ivyo turakora ibikorwa vyo gufasha abatishoboye, gutanga ibikoresho vyโ€™ishure nโ€™ibindi. Rero twarabiyumviriyeko nico gituma turi ngaha. Nta vyinshi dufise vyโ€™umurengera. Ariko twavuze duti, duke dufise tudusangire namweยป.

๐Ÿ”นMasterland nawe yongeyeko ati: ยซ Gufasha si mpaka ube ufise ibikwegana. Ufise ibintu bibiri canke nkโ€™akarorero impuzu zibiri, uca uha impuzu imwe uwundi mugenzawe adafise ico yambara, nawe akambara ยป.

๐Ÿ”นFABELOVE nawe ati: ยซ Ndi Umuririmvyi ariko ndi umuntu nkamwe. Ndizera cane ko ata numwe abaho adakeneye ubufas

Mko meze cane Gusengera  Wiz designer Yaraye IsanganyaMwongere mugire imisi mikuru mwiza aho muherereye hoseCHRIS TV
12/25/2024

Mko meze cane Gusengera Wiz designer Yaraye Isanganya
Mwongere mugire imisi mikuru mwiza aho muherereye hose
CHRIS TV

Address

829 Palisade Court
Greenwood, IN
46143

Telephone

+16053056328

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when CHRIS TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to CHRIS TV:

Videos

Share