01/07/2025
Abafatiwe mu marigala bagiye kurima amatongo ya Leta-Prezida Evariste Ndayishimiye.
Prezida Evariste Ndayishimiye avuga ko abazofatirwa mu marigara bagiye kwegeranirizwa mu mu matongo ya Leta maze barime badahembwa nayo ivyimburwa bikazofasha abahuye n’ibiza. Prezida Evariste Ndayishimiye yaraye amenyesheje ko abantu birirwa mu marigara bagatwa bazojanwa kurima amatongo ya Leta m...