Mpdi online

Mpdi online In God we trust
(1)

https://www.facebook.com/100064110484665/posts/625649376248740/?app=fblDushigikire umunya mpdi wacu mukumuha like kugira...
04/20/2023

https://www.facebook.com/100064110484665/posts/625649376248740/?app=fbl

Dushigikire umunya mpdi wacu mukumuha like kugira itsindire laptop hamwe na Dream House BurundiDream House BurundiDream House BurundiDream House Burundi


Nitwa Ndumu city
Ikiranga umukozi mwiza nuwita kunshingano yahawe nuwumukuriye Kandi akarangura neza ivyo yategetswe nabamukuriye bityo agateza imbere igisata camwizeye

03/19/2023

๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

03/19/2023
๐Ÿ™„ Ivyokubaho ntabombeka ni nkokubaho ntagoheka iwanje je nohwera ๐Ÿ™†๐Ÿฝโ€โ™‚๏ธ๐Ÿ™†๐Ÿฝโ€โ™‚๏ธ๐Ÿ™†๐Ÿฝโ€โ™‚๏ธ noheraaa   Tuje YouTube kubandanya twir...
09/15/2022

๐Ÿ™„ Ivyokubaho ntabombeka ni nkokubaho ntagoheka iwanje je nohwera ๐Ÿ™†๐Ÿฝโ€โ™‚๏ธ๐Ÿ™†๐Ÿฝโ€โ™‚๏ธ๐Ÿ™†๐Ÿฝโ€โ™‚๏ธ noheraaa Tuje YouTube kubandanya twiryohera na lalala ft Nirna Leinthia๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚ โค๏ธ
Alvin smith frimeur
https://youtu.be/pa7sb57WZeo

๐ŸšŒ  : imodoka 16 zunguruza abantu zaraye ziciwe amande kubera kuduza ibiciro๐Ÿ”ฐInyuma y'imyidogo myinshi y'abenegihugu biyu...
09/13/2022

๐ŸšŒ : imodoka 16 zunguruza abantu zaraye ziciwe amande kubera kuduza ibiciro

๐Ÿ”ฐInyuma y'imyidogo myinshi y'abenegihugu biyunguruza bava canke baja mu gisagara ca abandi barungika abana ku mashure bavuga ko ibiciro vyo kwiyunguruza vyadugijwe cane

๐Ÿ‘‰๐Ÿพ Abajejwe intwaro n'umutekano mu ntara ya Gitega barishikiye ku mabarabara yinjira muri iyo ntara kugira barabe ko ibiciro vyemewe n'amategeko vyubahirijwe

๐ŸŽ™๏ธ Nk'uko bishikirizwa na Serges Sabukunze, umuhanuzi ajejwe iterambere mu ntara ya Gitega, imodoka 16 nizo zatangishijwe ihadabu kubera kurihisha abantu amafaranga y'umurengera ari hagati ya 15.000 na 30.000 Fbu, mu gihe ibiciro vyemewe n'amategeko kuva i Bujumbura gushika igitega ari 10.000 Fbu mu modoka yo mu bwoko bwa Probox hamwe na 8.000 Fbu mu modoka yo mu bwoko bwa Hiace hamwe n'izo muri agence

๐Ÿ“ Serges Sabukunze amenyesha ko ata citwazo co kuzimba abantu ruhari kuko imodoka zose zunguruza abantu z'i Gitega zari zaronkejwe ibitoro bikwiye kugira abiyunguruza cane
cane abanyeshure boroherwe, nayo abari batangishijwe amafaranga y'umurengera baciye bayasubizwa

โ“Aho iwanyu ibiciro vyo kwiyunguruza biriko birubahirizwa?

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช  -  : Evariste Ndayishimiye yitabiriye ibirori vyo kurahira kwa William Ruto__________________________Mu bucagucagu...
09/13/2022

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช - : Evariste Ndayishimiye yitabiriye ibirori vyo kurahira kwa William Ruto
__________________________

Mu bucagucagu bwโ€™uyu wa 13/09/2022, umukuru wโ€™igihugu Evariste Ndayishimiye yafashe indege yitavye ibirori vyo kurahira kwโ€™umukuru wโ€™igihugu mushasha wa Kenya, William Samoei Ruto. Ivyo birori bikaba bitegekanijwe kuri uyu musi nyene bikaza kubera kuri stade Kasarani. Uwundi mukuru wโ€™igihugu wo mu karere ka Afrika yโ€™ubuseruko ( ) amaze gushika muri Kenya akaba ari Paul Kagame umukuru wโ€™igihugu cโ€™u .

Mwomenya ko ku musi wโ€™ejo, igenekerezo rya 12/09/2022 Uhuru Kenyatta nโ€™umutambukanyi wiwe Margaret Kenyatta bakiriye mu rugo William Samoei Ruto nโ€™umutambukanyi wiwe Rachel Ruto, vyakozwe nka kimwe mu bikorwa vyo guhererekanya ubutegetsi, nkโ€™uko ibiro vyโ€™umukuru wโ€™igihugu bibivuga.

Igipolisi ca Kenya catangaje ko kuva igihe cโ€™isaha cumi nโ€™imwe zโ€™agatondo (5h00) ku masaha ya Nairobi, stade ya Kasarani iza kuberamwo ivyo birori yari yuzuye abaje muri uyu mugirwa, bagasaba abasigaye kubirabira mu ngo zabo.

Naho biri uko uwahiganywe na Ruto mu matora, Raila Odinga akaba yamenyesheje ko ataza kuboneka muri ivyo birori kubera ari hanze yโ€™igihugu.

๐Ÿ˜ณ Wa muduga wari wibwe wafatiwe mu   mu gisagara ca  ...-----------------------------๐Ÿ“Œ Twari twababwiye ko hari umukoron...
09/12/2022

๐Ÿ˜ณ Wa muduga wari wibwe wafatiwe mu mu gisagara ca ...
-----------------------------
๐Ÿ“Œ Twari twababwiye ko hari umukoroneri mu giporisi yitwa Cassien Kabura yibwe umuduga n'abo yarahaye "lift"

https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=401529722142393&id=100068561059510

๐Ÿš– Uwo muduga rero wafatiwe muri zone iri mu gisagara ca . Abajejwe umutekano baciye baja mu vyo kuwutangiriza banduruka barawufata. Amakuru aramvuye ku bari bakoze ubwo bubisha turacayatohoza

๐Ÿคท๐Ÿพโ€โ™‚๏ธ Wumva bokorerwa iki abari bakoze ico kibi?

๐Ÿ”ด Yunguruje abantu abona ko ari abantu bazima, mugabo bamufashe mu kanigo bamutwara ivyo yari afise vyose n'imodoka barajana...
------------------------------------------------------------
๐Ÿ“Œ Mu gihe hari hamaze iminsi havugwa ubukene bw'ibitoro, amabisi agoye kuronka, abantu basaba ama "Lift" kandi hari igihe bayaronka

๐Ÿ˜ณ Ariko kuri uwu wa 12 Nyakanga 2022, mu gisagara ca , Colonel de police Cassien Kabura ahejeje kugira isanganya ivuye kubo yari yunguruje

๐Ÿš– Yunguruje abantu, we yabona ko ari bazima. mugabo ngo bageze mw'i Rohero, yaciye afatwa mu kanigo, bamutwara ivyo yari afise vyose n'imodoka barajana. Baciye banamukubita ikintu mu mutwe ubwenge buratakara agwa hasi

๐ŸŽค Mw'ijwi yasohoye amaze gutora ubwenge, ariko aratangiriza, avuga ko iyo modoka iri mu bwoko bwa Vitz C5660A. Ifise ibara ry'umuhondo. Uwo yibona ngo yokwakura kuri 79969756

๐Ÿ‘€ Iyo ngendo muyivuze ko iki, aho ineza yiturwa inabi?

๐Ÿป "Turi n'iteka ryo kubatumira mu bugeni bwacu ariko umwe wese azizanire ico afata"--------------------------๐Ÿชช Ivyo tubi...
09/12/2022

๐Ÿป "Turi n'iteka ryo kubatumira mu bugeni bwacu ariko umwe wese azizanire ico afata"
--------------------------
๐Ÿชช Ivyo tubisanga kw'ikarata ry'ubutumire (invitation) bw'ubugeni bwa bamwe mu baba hano mu gisagara ca

๐Ÿคท๐Ÿพโ€โ™‚๏ธ Bamwe bati: "Ntitumenyereye ko umuntu atumirwa mu rubanza hama akizanira inzimano"

๐Ÿ”ธ Hari n'ababishima ati: "Nivyo nta kuja mu rubanza rw'umuntu ataco ujanye ubona ko n'ibintu vyazimvye"

๐Ÿค” Hari n'abagira bati: "Turazi ko mu mico y'ikirundi umaze urabanza ushishira kandi mwenerwo atarinze kubikubwira"

๐Ÿ‘€ Mbega mweho mubibona gute? Hari ubutumire nk'ubwo muraronka?

๐Ÿ”ด Yunguruje abantu abona ko ari abantu bazima, mugabo bamufashe mu kanigo bamutwara ivyo yari afise vyose n'imodoka bara...
09/12/2022

๐Ÿ”ด Yunguruje abantu abona ko ari abantu bazima, mugabo bamufashe mu kanigo bamutwara ivyo yari afise vyose n'imodoka barajana...
------------------------------------------------------------
๐Ÿ“Œ Mu gihe hari hamaze iminsi havugwa ubukene bw'ibitoro, amabisi agoye kuronka, abantu basaba ama "Lift" kandi hari igihe bayaronka

๐Ÿ˜ณ Ariko kuri uwu wa 12 Nyakanga 2022, mu gisagara ca , Colonel de police Cassien Kabura ahejeje kugira isanganya ivuye kubo yari yunguruje

๐Ÿš– Yunguruje abantu, we yabona ko ari bazima. mugabo ngo bageze mw'i Rohero, yaciye afatwa mu kanigo, bamutwara ivyo yari afise vyose n'imodoka barajana. Baciye banamukubita ikintu mu mutwe ubwenge buratakara agwa hasi

๐ŸŽค Mw'ijwi yasohoye amaze gutora ubwenge, ariko aratangiriza, avuga ko iyo modoka iri mu bwoko bwa Vitz C5660A. Ifise ibara ry'umuhondo. Uwo yibona ngo yokwakura kuri 79969756

๐Ÿ‘€ Iyo ngendo muyivuze ko iki, aho ineza yiturwa inabi?

๐‘ท๐’๐’†๐’‚๐’”๐’† ๐’”๐’–๐’‘๐’‘๐’๐’“๐’• ๐’Ž๐’† ๐’•๐’ #๐‘บ๐’–๐’ƒ๐’”๐’„๐’“๐’Š๐’ƒ๐’† #๐‘บ๐’‰๐’‚๐’“๐’†  #๐’๐’Š๐’Œ๐’† ๐’‚๐’๐’…  #๐‘ช๐’๐’Ž๐’Ž๐’†๐’๐’•๐‘ป๐’ ๐’Ž๐’š ๐’€๐’๐’–๐’•๐’–๐’ƒ๐’† ๐’„๐’‰๐’‚๐’๐’๐’†๐’ @๐’๐’†๐’‡-๐‘ฎ๐‘ฉ๐’‚๐’…๐’๐’‚๐’Ž๐’†๐‘ฒ๐’Š๐’๐’๐’†๐’“๐‘ป๐’‰๐’‚๐’๐’Œ ๐’š๐’๐’–! ๐‘ซ๐’ ๐’Ž๐’† ๐’Š๐’” ...
09/05/2022

๐‘ท๐’๐’†๐’‚๐’”๐’† ๐’”๐’–๐’‘๐’‘๐’๐’“๐’• ๐’Ž๐’† ๐’•๐’
#๐‘บ๐’–๐’ƒ๐’”๐’„๐’“๐’Š๐’ƒ๐’†
#๐‘บ๐’‰๐’‚๐’“๐’† #๐’๐’Š๐’Œ๐’† ๐’‚๐’๐’… #๐‘ช๐’๐’Ž๐’Ž๐’†๐’๐’•
๐‘ป๐’ ๐’Ž๐’š ๐’€๐’๐’–๐’•๐’–๐’ƒ๐’† ๐’„๐’‰๐’‚๐’๐’๐’†๐’ @๐’๐’†๐’‡-๐‘ฎ๐‘ฉ๐’‚๐’…๐’๐’‚๐’Ž๐’†๐‘ฒ๐’Š๐’๐’๐’†๐’“
๐‘ป๐’‰๐’‚๐’๐’Œ ๐’š๐’๐’–! ๐‘ซ๐’ ๐’Ž๐’† ๐’Š๐’” ๐’๐’–๐’• ๐’๐’๐’˜๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://youtu.be/hX82PgA5Bps

๐Ÿฅณ Ca giteramo ca Bruce Melodie cari gitegekanijwe kuba uno munsi kuri Mess des Officiers mu gisagara ca   kizoba ejo kuw...
09/03/2022

๐Ÿฅณ Ca giteramo ca Bruce Melodie cari gitegekanijwe kuba uno munsi kuri Mess des Officiers mu gisagara ca kizoba ejo kuwa 4/9/2022 kuri Zion Beach nyene

๐Ÿ‘‰๐Ÿพ Kizotangura isaha cumi na zibiri z'umuhingamo (18h), kwinjira ni 20.000 Fbu, aba VIP ni 100.000 Fbu

โ“ Mbega uzokwitabira ico giteramo ?


Follow ๐Ÿ‘‰๐Ÿ‘‰Mpdi online

@๐™๐ž๐Ÿ๐† ๐ฑ @๐…๐ฅ๐š๐ง๐ค๐‹๐ž๐ž ๐ข๐ง ๐ƒ๐Ž ๐Œ๐„๐ƒ๐ซ๐จ๐ฉ ๐จ๐ง ๐ฌ๐ฎ๐ง๐๐š๐ฒ 8๐ก00 ๐๐ฆ ๐‚๐š๐ง'๐ญ ๐ฐ๐š๐ข๐ญ ๐ญ๐ก๐ข๐ฌ ๐ญ๐ฎ๐ง๐ž ๐ŸŽผ
09/02/2022

@๐™๐ž๐Ÿ๐† ๐ฑ @๐…๐ฅ๐š๐ง๐ค๐‹๐ž๐ž ๐ข๐ง ๐ƒ๐Ž ๐Œ๐„
๐ƒ๐ซ๐จ๐ฉ ๐จ๐ง ๐ฌ๐ฎ๐ง๐๐š๐ฒ 8๐ก00 ๐๐ฆ
๐‚๐š๐ง'๐ญ ๐ฐ๐š๐ข๐ญ ๐ญ๐ก๐ข๐ฌ ๐ญ๐ฎ๐ง๐ž ๐ŸŽผ

Amb.Willy Nyamitwe kur Twiter kukibazo ca Bruce melody:
09/02/2022

Amb.Willy Nyamitwe kur Twiter kukibazo ca Bruce melody:

๐ŸŸข๐Ÿ’ธ Hariko harakorwa icigwa kizokwerekana ko hoba hakenewe kuduza ibiciro bimwe ku binyobwa vya Brarudi SA canke ko hoduz...
09/01/2022

๐ŸŸข๐Ÿ’ธ Hariko harakorwa icigwa kizokwerekana ko hoba hakenewe kuduza ibiciro bimwe ku binyobwa vya Brarudi SA canke ko hoduzwa ibiciro bidasa kuri buri komine hisunzwe amafaranga akoreshwa mu kuvyunguruza

๐Ÿญ Ihinguriro Brarudi riracakeneye kwongereza ibikono vyo gukora inzoga. Harigihe hibonekeza ubwoko bumwe bw'ikinyobwa ca Brarudi ivyo navyo bikavana n'ivyo abanyagihugu baba basavye ku bwishi hamwe n'ibikono biba bihari kubera atari vyinshi ugasanga muri ako kanya hakozwe inzoga imwe gusa

๐Ÿ“Œ Uruganda Brarudi rurafitaniye amasezerano n'uruganda rukora ibinyobwa mu gihugu ca Repubilika iharanira intwaro rusangi ya Kongo kugira Brarudi ishorereyo ibinyobwa ariko hakaba urugero n'akarere batarenza.
Amafaranga avuyemwo arasahiriza ariko ntiyoshobora kugura ibikoresho vyose bikenewe mu guhingura ibinyobwa

๐Ÿ“ˆ Iduzwa ry'ibiciro kuri ico kinyobwa ndetse no Ku bindi bidandazwa nk'isima hamwe n'isukari bihera ku ntara gushika mu makomine bamwe bakaba boba babinyegeza

๐ŸŽ™๏ธ Ivyo rero bikaba vyashikirijwe n'umushikiranganji w'ubudandaji Marie Chantal Nijimbere aho yariko yishura ku bibazo vy'abakenguzamateka kuri uyu wa 01/09/2022 i

โœ๐Ÿพ Uwo mushikiranganji yamenyesheje kandi ko ubushikiranganji bw'ubudandaji bugiye kwongereza inguvu burikumwe n'abajejwe intwaro kugira bakurikirane abikika mu kiza mu kuduza ibiciro



Mpdi online

Zuchu๐Ÿคฃ
09/01/2022

Zuchu๐Ÿคฃ

 ntagiy kuvyorosh kur video yiwe shasha arikumw na
09/01/2022

ntagiy kuvyorosh kur video yiwe shasha arikumw na

๐Ÿ”ดIbidasanzwe: Bruce Melodie agumye mugasho yarisheNaho bamurihishije imiliyoni 30 , Bruce Melodie na Management bahejeje...
09/01/2022

๐Ÿ”ดIbidasanzwe: Bruce Melodie agumye mugasho yarishe

Naho bamurihishije imiliyoni 30 , Bruce Melodie na Management bahejeje kuyariha uwamwitwariye, Toussaint BANKUWIHA, asanzwe atunganya ibiteramo. Uno nawe ahejeje kuyabika yaciye asaba indinshi yโ€™imiliyoni 30 gutyo Bruce Melodie aba agumijwe mu munyororo yari yasohowe atahe.

Bruce Melodie wewe imbere yuko yinjizwa Kandi mu munyororo yatubwiye ko hamwe bomurekura atacobuza ko ateramisha abakunzi biwe. Yagize ati: "Ntako mbabaye, naho bondekura ejo mu gatondo noteramisha abarundiโ€.

Mpdi online

๐Ÿšจ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Kizigenza w'umugwi nserukiragihugu w'Uburundi INTAMBA M'URUGAMBA Saido Berahino yamaze kuronka umugwi mushasha k'um...
09/01/2022

๐Ÿšจ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Kizigenza w'umugwi nserukiragihugu w'Uburundi INTAMBA M'URUGAMBA Saido Berahino yamaze kuronka umugwi mushasha k'umugabane wa buraya ๐Ÿ˜๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

AEL Limassol wo mu gihugu ca Chypre niwo mugwi Saido Berahino agiye gukinira mu kiringo c'imyaka 2.

Muze twipfuze amahirwe kizigenza wacu Saidooooooo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

ยฉ Follow ๐Ÿ‘‰๐Ÿ‘‰ Mpdi online

๐Ÿ›‘  JimbereMagazine  yarondeye Toussaint Bankuwiha, asanzwe ategura ibiteramo, yavuzwe cane ko yoba afise uruhara mw'ihag...
09/01/2022

๐Ÿ›‘ JimbereMagazine yarondeye Toussaint Bankuwiha, asanzwe ategura ibiteramo, yavuzwe cane ko yoba afise uruhara mw'ihagarikwa ry'umuririmvyi Bruce Melodie i aho yaraje mu biteramo bibiri. Toussaint ati: "Ndateye ivyatsi ingendo y'ibimenyeshamakuru mu kumvugira ivyo ntabatumye, kuri dossier ikiri mu matohoza".

Yagejeje aho.

๐Ÿ“Œ Tubandanya turindiriye ko hari gishasha kiboneka, tukibashikirize.


Follow ๐Ÿ‘‰๐Ÿ‘‰ Mpdi online

Butera Knowless yateye imitoma umugabo we Ishimwe Clement wagize isabukuru โž–โž–โž–โž–โž–โž–โž–โž–โž–Umuhanzikazi  yateye imitoma ihebuje...
09/01/2022

Butera Knowless yateye imitoma umugabo we Ishimwe Clement wagize isabukuru โž–โž–โž–โž–โž–โž–โž–โž–โž–

Umuhanzikazi yateye imitoma ihebuje umugabo we wizihije isabukuru yโ€™amavuko uyu munsi ku wa 01 Nzeri.

Mu butumwa uyu muhanzikazi yatambukije kuri Instagram yifurije Clement kugirirwa ubuntu na RUREMA , akamuhundagazaho umunezero wโ€™ibihe byose ndetse arenzaho ko amukunda cyane.

Producer uri kubarizwa muri Canada ntiyatinze gusubiza umugore bamaze kubyarana abana babiri amushimira kandi ko amukunda byimazeyo.


Follow ๐Ÿ‘‰๐Ÿ‘‰ Mpdi online

๐Ÿ”ด   : Nta giteramo ca   n'aho abatari bake bamurindiranye igishikaUmuririmvyi w'umunyarwanda   yaraye mu gasho. Mu bushi...
09/01/2022

๐Ÿ”ด : Nta giteramo ca n'aho abatari bake bamurindiranye igishika

Umuririmvyi w'umunyarwanda yaraye mu gasho. Mu bushikiranganji mu vyo bujejwe harimwo umutekano bamenyesha ko yagirizwa kwiba akoresheje uruyeri amafaranga yababa imiriyoni zishika 30 z'umugwizatunga .

avugira ubwo bushikiranganji akaba amenyesha ko atagiteramo na kimwe ciwe kizobera i nk'uko vyari bitegekanijwe mu mpera z'ino ndwi.

Bruce Mรฉlodie akaba yafashwe haheze akanya ash*tse i Bujumbura. Yari aje mu biteramo bibiri vyari bitegekanijwe kuri Zion Beach hamwe no muri Mess des officiers.

N'aho biri uko, avaririmvyi hatari bake bo mu basaba ko yorekurwa agakora ica muzanye maze ivyo kwishuzanya bikaba mu nyuma. Ako kamo kabo kakaba kwabaye imfagusa.

Muvyakiriyeye gute?


Follow ๐Ÿ‘‰ Mpdi online

 ku ndirimbo yiwe yise Madam akwije 500k mur 3 weeks
08/31/2022

ku ndirimbo yiwe yise Madam akwije 500k mur 3 weeks

Visit Kayanza
08/31/2022

Visit Kayanza

Kidumu ๐ŸŽค
08/31/2022

Kidumu ๐ŸŽค

๐Ÿšจ AGEZWEHO MU BURUNDI ๐ŸšจAmakuru agera kuri The Choice Live yizewe arahamya ko umuhanzi  yumvikanye na polisi yโ€™iki gihugu...
08/31/2022

๐Ÿšจ AGEZWEHO MU BURUNDI ๐Ÿšจ

Amakuru agera kuri The Choice Live yizewe arahamya ko umuhanzi yumvikanye na polisi yโ€™iki gihugu ndetse nโ€™uwatanze ikirego ahita arekurwa.

Bamwe mu banyamakuru bโ€™imyidagaduro mu Burundi babwiye Mpdi online ko mu mwanya uri imbere biteguye kugirana ikiganiro nโ€™uyu muhanzi utegerejwe mu bitaramo byโ€™imbaturamugabo tariki 02-03 Nzeri 2022.

๐Ÿšจ๐Ÿšจ Inyuma y'imyaka 27 , umuririmvyi Kidum Kibido ahejeje kumenyesha kwagiye kugaruka m'uburundi ubudasubira inyuma ๐Ÿ‘Akab...
08/31/2022

๐Ÿšจ๐Ÿšจ Inyuma y'imyaka 27 , umuririmvyi Kidum Kibido ahejeje kumenyesha kwagiye kugaruka m'uburundi ubudasubira inyuma ๐Ÿ‘

Akaba abimenyesheje kuruno munsi , akaba yanamesheje kwazoshika mukwezi kwa cumi na kabiri ( Kigarama )


Follow like Mpdi online

Address

Bryant, WI
1234

Telephone

+254795514667

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mpdi online posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share

Category


Other Bryant media companies

Show All

You may also like